Тёмный

Umurundikazi mwiza ushaka kuba Perezida w'uBurundi|Miss Gateka yatunguranye|Inzozi ze|TWAGANIRIYE 

CHiTA MAGiC
Подписаться 598 тыс.
Просмотров 51 тыс.
50% 1

Развлечения

Опубликовано:

 

28 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 132   
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 года назад
Chita wahora wigira umuhanga, umwana w'umurundikazi aragucanze😅😅
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 4 года назад
Hosy egerayo wewe 😅
@nostressfreedom7431
@nostressfreedom7431 4 года назад
Hossy Waka 😆😆😆😆😆😍😍
@edithh-santana3574
@edithh-santana3574 4 года назад
😂😂😂😂😂Hosy
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 4 года назад
Hosy nawe urakunda chita😕😕 nawe ndagukunda
@joycejojo4429
@joycejojo4429 4 года назад
Reka nimumbwire hossy wagarutse
@nyabecyprien6850
@nyabecyprien6850 4 года назад
Muze mwemera iburundi turafise abakobwa beza kandi basobanutse from China
@ndayisabakevin7621
@ndayisabakevin7621 4 года назад
Gateka wacu turagukunda cyane courage
@sandrineuwimana7843
@sandrineuwimana7843 4 года назад
Gateka big up ndakwipfurij gushika kuco Imana yaguteguriye kuva kera utarabaho keep on shining.
@nsanzagakizaevelyneofficia4817
@nsanzagakizaevelyneofficia4817 4 года назад
Ndakwikundira mundikazi wacu félicitation wambara neza cane uri umwe turagukunda ngaha cibitoke
@didinun4810
@didinun4810 4 года назад
Ulimwiza cyane! Be blessed! Uzagera kure
@brivelahisubije8744
@brivelahisubije8744 4 года назад
Kubera wemeza ko Imana ariyo yabikoze iragufasha ugere kure ndavyizeye...ehhhh I Burundi hari abigeme beza muraza murabe uwo n umwe muri bo
@ndayishimiyerenovat8504
@ndayishimiyerenovat8504 4 года назад
Ntabwizada ubu c nimwizah
@basa6978
@basa6978 4 года назад
@@ndayishimiyerenovat8504 Oya ba mwemera ni mwiza hose kweri ni mwiza
@shadiahborandi2687
@shadiahborandi2687 4 года назад
Ndakunda abarundikazi biwacu mashallah
@mugishafabrice6071
@mugishafabrice6071 4 года назад
Cece imana igufashe ivyushaka uzobigereko.i'love uuuuuuu
@twagirimanapaul4229
@twagirimanapaul4229 4 года назад
Yeweeeee mbega ngo Imana irarema hano!
@havyarimanawilson5501
@havyarimanawilson5501 4 года назад
Chita nkunda ukuntu utangura ikiganiro usuhuza twebwe abarundi asante sana
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 4 года назад
Asante nawe 🙏🏽
@aloyskijana2095
@aloyskijana2095 4 года назад
@@CHiTAMAGIC7 nanj nkund ukuntu asuhuza abarundi
@mushabegeorge5715
@mushabegeorge5715 4 года назад
CECE, May the good lord God always be by ur side, agaswt I enjoy ur conversations ever only sometimes I don't pick some of ur words bambe simplify for me coz I don't miss ur dialogues, I wish u could be dominant in English, kinyarwanda en kirundi. Wish u pay us a visit in Uganda. but currently based in Dubai. Imana ikurinde
@dellyboo
@dellyboo 4 года назад
🇧🇮 a love from burundi
@umurungijeaninne4756
@umurungijeaninne4756 4 года назад
Ko ari mwiza cyane
@irakozeblaise1067
@irakozeblaise1067 4 года назад
Iburundi harabakobwa beza vrt
@j.claudenduwimana5787
@j.claudenduwimana5787 4 года назад
Your agry
@irakozechimene9879
@irakozechimene9879 4 года назад
Ego Bariho Muga Umukobw n Ingeso Shaa nayo Ubwiza Bw k Umubiri Hiyo I Rwanda Mwar beza nuk Ingeso ar Zero
@blandinekwt1001
@blandinekwt1001 4 года назад
@@irakozechimene9879 uvuzukuri nko Karima pee
@وردةناديا
@وردةناديا 4 года назад
Abarundi murih twimanukire uyumukibwa mumubina gut
@Kajo_guitar
@Kajo_guitar 4 года назад
Chita Magic mbakurikira neza cyane #kajoguitar🎸🎸🎸🎸🎸
@devidrigan68
@devidrigan68 4 года назад
uzakomeze wubahe Imana nibwo uzagera kure
@marcel2505
@marcel2505 4 года назад
Umunezero utanga vyose.keke nshaka igoti nkizo 2
@emilerojoh2765
@emilerojoh2765 4 года назад
Chita raba kabisa uwomurundikazi umwiyegereze , kuko vyose urabikwije my 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@mutabaziceleus3201
@mutabaziceleus3201 4 года назад
GATEKA ivyakunda kumuhungu vyose Chita Aravyujuje pe Nimahwi 🤣🤣🤣🤣
@belyseibuteyiteka4257
@belyseibuteyiteka4257 4 года назад
Abarundikazi nibeza cane
@devidrigan68
@devidrigan68 4 года назад
Uyu mwana ni mwiza kandi yubaha Imana
@norbertmihigo9417
@norbertmihigo9417 4 года назад
chita ndagushigikiye nuwo murundikazi wacu
@angebuhungu8976
@angebuhungu8976 4 года назад
Komera Murundikazi wacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@mukamparayesolange3271
@mukamparayesolange3271 10 месяцев назад
Yooooo muzi Iburundi mu cibitoke akiri aka bébé none yarakuze twamwitaga keke yaragize Mariage 💕
@dianaalonazi9103
@dianaalonazi9103 4 года назад
Chita tura gukunda uguma utuzanira abarundi bacu🇧🇮❤
@marieofficial8818
@marieofficial8818 3 года назад
Imana ishishikare ikuzigama Sha. Tera imbere mwaratomboye CHITA Ari hagufi yanyu muzoze muradukoma ishwashwa ukwo nyene
@Mama_3As
@Mama_3As 4 года назад
Nsigaye mbona iyo warebye isimbi tv na chita magic uba wayirebye
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 4 года назад
😅
@eliemanirakiza1432
@eliemanirakiza1432 4 года назад
Turabatahije i Bujumbura
@uwitonzeclement3950
@uwitonzeclement3950 3 года назад
Uyumu sisister ndamukundacyane kbs
@mugishaburundi3146
@mugishaburundi3146 4 года назад
Urimwiza pe murundikaz wacu😅💋💋💋♥️♥️👉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👉💪💪💪💓
@ventusniyonkuru893
@ventusniyonkuru893 4 года назад
Kabis nimwiza birenze
@theonesterugerinyange650
@theonesterugerinyange650 4 года назад
Chita uwo mwana rwose ntagucike
@uwamahorodevothe8593
@uwamahorodevothe8593 4 года назад
Baraberanye kbsa
@moiseirakoze5064
@moiseirakoze5064 4 года назад
Zugerageza uvuga ikirundu neeza
@Pivot___Original
@Pivot___Original 3 года назад
Nanjye navukiye mu cibitoke ndabasuhuje
@francoisminani8683
@francoisminani8683 4 года назад
Turamunezererewe nk'abarundi. Ariko yige kuvuga ikirundi no guha agaciro uburundi. Gute wewe umunyamakuru umusumvya kumenya ibiryoshe muburundi...umukeke nawe akavuga ivyo kwicara batanu muri bus
@jointvrwanda250
@jointvrwanda250 4 года назад
Iki cyuki cyuburundi r😋😍🙌🇷🇼
@muhebuza
@muhebuza 4 года назад
Dukeneye abayobozi b abagore mukarere n ubundi
@ngendabanyikwajclaude2027
@ngendabanyikwajclaude2027 4 года назад
Chita uwomwana ntagucike ubumukwe wacu sivyo?
@cityhunterchoi4710
@cityhunterchoi4710 4 года назад
SHA UYUMUKOBWA NIMWIZA UMVAKO BATEMERA SHA KBS IMANA YARAKWITONDEYE WAMUKOBWAWE URIMWIZA P
@ngendabanyikwajclaude2027
@ngendabanyikwajclaude2027 4 года назад
@@cityhunterchoi4710 🤣🤣🤣🤣uravyemeje ko Imana yamwitondeye
@cityhunterchoi4710
@cityhunterchoi4710 4 года назад
@@ngendabanyikwajclaude2027 nukuri yaramusize p iramwitondera
@basa6978
@basa6978 4 года назад
Oya nuwa super manager
@nyabecyprien6850
@nyabecyprien6850 4 года назад
Vyose avuze ndavyujuje nanje ndumusore kandi ndi single
@SaraHousemada
@SaraHousemada 7 дней назад
Sha nimwiza pe
@sergesirakoze5222
@sergesirakoze5222 4 года назад
Urukundo rutangwa nimana
@uwimbabaziapolline9081
@uwimbabaziapolline9081 4 года назад
Dukeneye interview zabandi bakinnyi bikiriyo cyurukundo
@bariobamugenzi5683
@bariobamugenzi5683 4 года назад
uzomuba ko na ndandaye yarafise iyo ndoto yiga ibutare ntibaguce intege
@arakazaarcade4484
@arakazaarcade4484 2 года назад
Ninde atifuza kuba président ?
@felixnkurunziza4240
@felixnkurunziza4240 4 года назад
narye ivyo yahorako sha ivyo kuba president arek kwiyicira umutwe!
@godfirst5899
@godfirst5899 4 года назад
Genre iyo muyiprononsa ndabikunda abarundikazi muvuga neza
@mukeshimanachryiso1885
@mukeshimanachryiso1885 4 года назад
Ndagusuhuje pe naragukunze cane
@mukeshimanachryiso1885
@mukeshimanachryiso1885 4 года назад
Ndashaka umuntu wazanshyira mugukina frim
@ellamuco8779
@ellamuco8779 3 года назад
Gusa ikirundi numva umenga wacibagiye😂😂
@solangemukarukundo2307
@solangemukarukundo2307 4 года назад
Uyu mukobwa nimwiza vremment
@jeannkurunziza7568
@jeannkurunziza7568 4 года назад
Naje ndi mu Cibitoke ndiko ndakuraba
@nicesa...8882
@nicesa...8882 2 года назад
Ingo Uzukorera ibikogwa Iburundi Iwacu Nihobyababyiza Gose
@muhawenimanalouise9415
@muhawenimanalouise9415 3 года назад
CeCe ndagukunda 💋♥️
@dkfunnyvideosfactory2669
@dkfunnyvideosfactory2669 4 года назад
Umpe Nr ye nzamuremere kabisa, ni imfurakazi.
@dkfunnyvideosfactory2669
@dkfunnyvideosfactory2669 3 года назад
Still waiting
@kubwimanasamuel512
@kubwimanasamuel512 11 месяцев назад
My sister l love so much l am from in burundi
@10captain
@10captain 4 года назад
Niba ushaka RU-vid channel ya business cg ushaka kuzamura iyo ufite hamagara n whatsapp kuri +250786128106
@lyseclavabukuru9895
@lyseclavabukuru9895 4 года назад
Guhinyanyura nabwo aruguhindura.
@lyseclavabukuru9895
@lyseclavabukuru9895 4 года назад
Guhinyanyura nugukosora neza cnke gusubiramwo neza ikintu runaka kikavugika neza muburyo buryoheye amatwi kurusha icambere voila
@niyungekoegide5610
@niyungekoegide5610 4 года назад
Ikiriyo mukirund n'ikigandaro
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka 4 года назад
Ikiriyo mu kinyarwanda n'icyunamo. Ikiriyo ubundi ni ijambo ry'igiswahili
@florinebinohera6215
@florinebinohera6215 4 года назад
Vyiza cane
@junefother7890
@junefother7890 3 года назад
I love from Burundi Nairobi
@didasbizindavyi8987
@didasbizindavyi8987 3 года назад
Vugikirundi uzi ingene ikirundi kiryoshe kuvuga
@remy2574
@remy2574 4 года назад
Mwamikaz ubu urumva wayobor'Uburundi ukabishobora?
@biramukaalexis922
@biramukaalexis922 4 года назад
ntawomenya
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 4 года назад
Imana ibivuze,yemwe vyoba.kuko président ubundi avuka,Akira nkumwana nkabandi.
@joselynekankindi6998
@joselynekankindi6998 4 года назад
Ni mwiza cane
@revmugishagedeon9153
@revmugishagedeon9153 4 года назад
Mwatinze kuyiduha
@biramukaalexis922
@biramukaalexis922 4 года назад
narek gusarisha....kuba president ntibabironderera Kuri RU-vid chanel
@smartchannelinamanziza3097
@smartchannelinamanziza3097 4 года назад
Indoto.com ariko nivyiza kugira indoto hhhhhhhh yeweeeee
@sherifmpozembizi5335
@sherifmpozembizi5335 4 года назад
Chita Uzampe numéro y uwo mwana.
@hassanngiriyabandi9623
@hassanngiriyabandi9623 3 года назад
Mushikiwacu niwirambire ubemeze abiyo mugwanda
@irakozechimene9879
@irakozechimene9879 4 года назад
Mbeg Uy Mukobw Ivy Abikurah??Imyaka 100 ijan Ihez nahonyen siw Yazagitwar Hahhhhhhh Kuk Imyak 7Irahera Akiri Hiyo nyene.
@میلادالتقنیه-ض8ت
@میلادالتقنیه-ض8ت 4 года назад
Love you ndagukuda
@nostressfreedom7431
@nostressfreedom7431 4 года назад
🙌🙌🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@mukeshimanachryiso1885
@mukeshimanachryiso1885 4 года назад
Ndabikunda
@godfirst5899
@godfirst5899 4 года назад
😘
@ريمالريم-ح2خ
@ريمالريم-ح2خ Год назад
Uwiwacu
@obedehavyarimana2630
@obedehavyarimana2630 4 года назад
Chita big up sana gutumira umu Bujumburois wacu i Burundi
@edithh-santana3574
@edithh-santana3574 4 года назад
❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮😍😍😍
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 года назад
😉 ✊🏾🇧🇮
@gerardrivuzimana9776
@gerardrivuzimana9776 4 года назад
Uzi ko narinzi ngo za titre baha ibiganiro zidahuye na content none ntangaye kwunva koko ko arinzozi ziwe koko? Nakomeze yimenyereze atangure agende nka Président.
@basa6978
@basa6978 4 года назад
Izo ni illusions shahu reka
@jeanclaudendayizeye9777
@jeanclaudendayizeye9777 4 года назад
Ubutumwa
@smartchannelinamanziza3097
@smartchannelinamanziza3097 4 года назад
Gerageza muze muvuga ikirundi apana kwihinduza indimi
@ndayishimiyerenovat8504
@ndayishimiyerenovat8504 4 года назад
Biterwanaho ari
@tsindapacifique7174
@tsindapacifique7174 4 года назад
Cyita majike . umuzungu tuziranye
@joramniyomwungere9901
@joramniyomwungere9901 2 года назад
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@muhebuza
@muhebuza 4 года назад
Kukise aba mu Rwanda?
@semuganzabicusulaiman2353
@semuganzabicusulaiman2353 3 года назад
Wowe se kuki uba iwanyu?
@delacycy
@delacycy 2 года назад
@@semuganzabicusulaiman2353 😂😂😂😂mumbarize
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine Год назад
​@@semuganzabicusulaiman2353😂😂
@remy2574
@remy2574 4 года назад
Ntanikurunduzi hama ngo nkwiii!
@smartchannelinamanziza3097
@smartchannelinamanziza3097 4 года назад
Iyo bageze hanze bahita biyibagiza ururimi gwabo ngo nubusirimu hhh inyigisho zo gukunda igihugu l'ETA mvyeyi nizikomeze kuko urugendo ruracari rurerure
@kiamjoe7196
@kiamjoe7196 4 года назад
Hahahaha 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 subiza izondoto iyuzikuye nta Gihugu cu Burundi kizokwigera gitwarwa numugore
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 года назад
Kuki bitoshoboka😲
@sabrinaiganze1430
@sabrinaiganze1430 Год назад
camwe gitwarwa nabagabo pourtant au lieu yo ku evolua kiguma gitera inyuma🤣🤣.abarundikazi bazi ubwege cane gusuvya abagabo,umusi uburundi buzo twagwa numurundikazi buzo teri bere
@tuyizeretheoneste6328
@tuyizeretheoneste6328 4 года назад
Ese ni ukubera iki chita azana abatumirwa twabonye ku isimbi ntabandi bantu yazana adakoze imitating kusimbi tv ubi maze kubihaga kbs kuko byuzuza phone ngo notification received from chita you can watch it by the way once i will unsubscribe to chita majic cause it stories is the same as isimbi tv 🤔🙄😏😏
@salimaahmed4078
@salimaahmed4078 4 года назад
@tuyizeretheoneste hahahahahahah 🤣🤣
@snp6271
@snp6271 4 года назад
Urukurota peee
@semuganzabicusulaiman2353
@semuganzabicusulaiman2353 3 года назад
Umuntu arota arigukora ikiganiro kandi abagikurikiranye nabo bataryamye ngo barote nkawe?
@janvierbamamaso6685
@janvierbamamaso6685 4 года назад
Uwo mukobwa ngo akeneye kuba Président w'Uburundi? Ngira yari ahimvye kabisa! Yemwe ni indoto nyene kuko ntavyo yiteze:uwo yotorwa na nde?
@parfaitndayikengurukiye8159
@parfaitndayikengurukiye8159 4 года назад
Komeza uter'imbere murondo wacu. Burundi turgufana
@parfaitndayikengurukiye8159
@parfaitndayikengurukiye8159 4 года назад
Komeza uter'imbere murondo wacu. Burundi turgufana
@ndayisabakevin7621
@ndayisabakevin7621 4 года назад
Gateka wacu turagukunda cyane courage
@munezeroingrid3890
@munezeroingrid3890 2 года назад
😘
@ndayisabakevin7621
@ndayisabakevin7621 4 года назад
Gateka wacu turagukunda cyane courage
Далее
Rate our flexibility 1-10🔥👯‍♀️😈💖
00:12
skibidi army returns (skibidi toilet 77)
00:49
Просмотров 1,1 млн
Жалоба на Шойгу принята
0:31
Просмотров 1,4 млн