Тёмный

Umuryango wa Général Alain-Guillaume BUNYONI waraye wankiwe kumuraba kuruyu wa gatatu 

Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Подписаться 138 тыс.
Просмотров 13 тыс.
50% 1

mu gihe bari bamugemuriye aho apfungiwe mw’ibohero rya Gitega . Amakuru ava muriryo bohero avuga ko intandaro ya vyose ari itegeko bategetse umwana wa Général BUNYONI ryo kwambura impuzu zose agasigara uko yaremwe kugira ngo bamusake nkuko vyari vyategetswe. Ivyo bibabaye mu gihe hari amakuru yari yavuzwe amenyesha ko umutekano wa Général BUNYONI muri kino gihe utifashe neza.
🎧 Eloge-Divin REMESHA

Опубликовано:

 

6 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 4   
@user-ne7bu8yn8b
@user-ne7bu8yn8b 3 месяца назад
Nibabasake bikoneye kuko igihe yonona itunga dyigihugu nibindi ntiyiyumviye babarundi bakeneye ifashanyo amarira yi fhuvyi ntiyijana arasema Big up kubapolice bacunze ibohero arimwo💪
@abelnshimiyumuremyi649
@abelnshimiyumuremyi649 3 месяца назад
Nawe urahuriw nn KO apfunzwe ibintu ntivyatey vyanka?Ubu izo mpfuvy nabapfakaz bariko bararonk ivyo bipfuz kubwawe 😂😂😂😂😂😂
@kingumwami1434
@kingumwami1434 3 месяца назад
Technologie yicuma ca Scanner a l'entré niyo yonyene ikenewe,ntibisaba ko yambura impuzu ,ntaho bikorwa , kuma aéroport nahandi mumavambasaade namahoteri yiyemera umuntu aca murinyacuma ahagaze ,basi hama akarengana
@luizfigo1133
@luizfigo1133 3 месяца назад
Bazomumesa
Далее
Amakuru yo ku wa 06 Nyakanga 2024
28:07
Просмотров 10 тыс.
Starman🫡
00:18
Просмотров 4,3 млн
How to get Spongebob El Primo FOR FREE!
01:36
Просмотров 16 млн
when you have plan B 😂
00:11
Просмотров 12 млн
Amakuru yo ku wa 05 Nyakanga 2024
33:48
Просмотров 14 тыс.
Starman🫡
00:18
Просмотров 4,3 млн