Тёмный

UMUTIMA WUZUYE INYOTA - Apostle Kevin SIBOMANA 

Apostle Kevin SIBOMANA
Подписаться 2,3 тыс.
Просмотров 3,3 тыс.
50% 1

Kugira umutima wuzuye inyota y'Imana nivyo bishobora gutuma ubuzima bwacu bugira aho buvuye n'aho bushitse.
Iyi nyota idutera kuva mu bandi, tukarondera Imana tukinjira mu bihe vy'ubusabane nayo; aho itumenyesha umutima wayo, ikatwuzuza ibiyuzuye, tugahindurwa uburyo bwose tukaba abahizi bakora ibitandukanye n' abandi.
Inyota iyo itakigaragara mu buzima bw'umuntu haba gusubira inyuma gukomeye mu vyaha, ahari ubukristo naho hagasigara imigenzo y'idini gusa.

Опубликовано:

 

17 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 15   
@MugishaabdulkarimNtamuba-kd6mm
@MugishaabdulkarimNtamuba-kd6mm 7 месяцев назад
Hallelluy nukuri umutima wanje uruzura ubuntu bw'Imana kubera inyigisho zawe. Niwemuntu mfatirako icitegererezo
@fabriceahizaniye9874
@fabriceahizaniye9874 2 года назад
Amen mukozi w'imana ndafashijwe
@chantalnshimirimana-oj1id
@chantalnshimirimana-oj1id Год назад
Glory to God
@MathiasNiyirera
@MathiasNiyirera Месяц назад
Thanks you
@lewisongharishimwe6377
@lewisongharishimwe6377 5 лет назад
amen thank you Papa more anointing upon you
@alaininzamba2572
@alaininzamba2572 2 года назад
Amen Amen Glory be to God m'y
@paterneirutingabo89
@paterneirutingabo89 5 лет назад
Amen amen
@odettehavyarimana9452
@odettehavyarimana9452 7 месяцев назад
Amen
@iradukundaroselyne4905
@iradukundaroselyne4905 5 месяцев назад
✍️✍️✍️
@EdouardNKUNZIMANA-m7g
@EdouardNKUNZIMANA-m7g Год назад
Mwubahw
@franckchristianndayiziga6580
Amen
@niyogushimanadia2026
@niyogushimanadia2026 5 лет назад
Amen Amen
@jox1738
@jox1738 4 года назад
Praise a lot Amen
@celestinsingoye5585
@celestinsingoye5585 5 лет назад
Amen
@kevinmanirambona5061
@kevinmanirambona5061 Год назад
Amen amen
Далее
Guhishurirwa umutima w'Imana by Apostle Kevin SIBOMANA
29:13
INTAMBARA YO MU VYIYUMVIRO (Apostle Kevin SIBOMANA )
1:01:21
Ntiwavukiye guherekeza abandi by Apostle Kevin SIBOMANA
43:38
Imana izura ivyapfuye by Apostle Kevin SIBOMANA
52:59
Просмотров 1,6 тыс.
Umutima - Isaac Mudakikwa [Official Video]
5:33
Просмотров 683 тыс.