Тёмный
No video :(

Ur'uwa mbere - Obed Zawadi [Official Video] 

Obed Zawadi Official
Подписаться 7 тыс.
Просмотров 126 тыс.
50% 1

Ur'uwa mbere Song written by Obed Zawadi
Audio produced by Marc Kibamba
Video Production : Land's Creative
Directed by Landry-Guez
Special thanks to
Past. Marc Kagisye / Life Center
Albéric / Buja All Events
Emmanuel Ngaruko
Lionel Nyabongo
Chris Nyenimana
Sandrine Munezero
Sandra
Thierry
And Everyone who made this production a success
God bless you All.
Follow me on :
Instagram :
www.instagram....
Facebook page :
www.facebook.c...
Lyrics :
UR'UWA MBERE
Couple 1
Mubikomeye narakubonye,Ukuboko kwawe ni gikuru, Kurenze
Ivyiyumviro vy'abantu
Mu bihe vyose narakubonye,Ukuboko kwawe kurakomeye
Kurenze ivyiyita ibihambaye
Wanyeretse inzira y'ukuri ,
Umpishurira neza uwo uriwe
Unkorera ibirenze ivyo nsaba
Wambereye Uwambere Yesu
Nakubonyemw'Ubwizigirwa ,
Bukomeye
Chorus {••••••••}
Ur'Uwambere
Ur'Uwambere
Ni wew'Ubereye gushimwa
Ur'Uwambere
Muvyo ukora vyose
Ni wew'Ubereye gushimwa
Ukwiriye gushimwa x 2
Repeat couple 1
Mubikomeye narakubonye,Ukuboko kwawe ni gikuru, Kurenze
Ivyiyumviro vy'abantu
Wanyeretse inzira y'ukuri ,
Umpishurira neza uwo uriwe
Unkorera ibirenze ivyo nsaba
Wambereye Uwambere Yesu
Nakubonyemw'Ubwizigirwa ,
Bukomeye
Chorus {••••••••}
Ur'Uwambere
Ur'Uwambere
Ni wew'Ubereye gushimwa
Ur'Uwambere
Muvyo ukora vyose
Ni wew'Ubereye gushimwa
Ukwiriye gushimwa x 3
Pre-chorus{•••••••}
Nabonye ukuboko kwawe
Kutananiwe gukora
Kuko igihe cose utegetse vyose birumvira
Nasanze Yesu Umbera Uwambere
Bridge{••••••}
Ni wewe unyumva ubwambere
Ukankorera ivyambere
Uri jambo wamyeho mbere
Iyo uvuze ivyapfuye biba bizima
Chorus{••••••••}
Ur'Uwambere
Ur'Uwambere
Ni wew'Ubereye gushimwa
Ur'Uwambere
Muvyo ukora vyose
Ni wew'Ubereye gushimwa
Ukwiriye gushimwa x 2
Oooooooohhhhh
Nushimwe Mwami
Nushimwe Yesu
Ooohhhhh
#gospelmusic #praiseandworship #Burundi #Rwanda

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 441   
@angebelyse731
@angebelyse731 3 месяца назад
Ooh God!! Reka nsige commentaire ngaha, igihe cose umuntu azokora like, nzoze ndagaruka gufata kuri aya mavuta 😭😭
@angebelyse731
@angebelyse731 2 месяца назад
I'm back, amavuta ni yayandi,🙏 Amen Jesus
@marinamugisha8134
@marinamugisha8134 Месяц назад
​@@angebelyse731ww q
@RedemptionVoice
@RedemptionVoice 4 месяца назад
🙏🏾🙌🏾🙌🏾 Hallelujah
@cynetteIninahazwe
@cynetteIninahazwe 4 месяца назад
Amen🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@yolo._96
@yolo._96 4 месяца назад
Turakeneye collaboration yanyu @RedemptionVoice
@JeannetteNtirampeba
@JeannetteNtirampeba Месяц назад
Uhezagirwe
4 месяца назад
Komera bandanya muhungu wacu, uhezagirwe 😊😊😊😊
@NinetteNishemezwe
@NinetteNishemezwe Месяц назад
imana vyukur niyambere👐idukorera ivyotwibaza ko bitobaho🤌iyindirimbo iyo ndayunvirije yama intera gushima👐🫶🙌❤
@TheMunchkinWoman
@TheMunchkinWoman 2 месяца назад
Today, a church mate came to pick me up from home for a ride to church and they were playing this song. I immediately looked it up and man 🙌🏾🙌🏾🙌🏾 Thank you Jesus for this song. Yesu nuwambere pe🙌🏾 Love from USA 🤍
@user-iy1np9et3q
@user-iy1np9et3q 2 месяца назад
Nirisikiy iyi nyumb nasikiy kumupeda yesu tena iyi sinyumb yakudug niuvuo ubarikiwe
@iam-del
@iam-del 4 месяца назад
Can't explain amavuta ari mu ndirimbo za OBED😢
@Blendairakoze
@Blendairakoze 4 месяца назад
Nukuri Imana ishimwe kuko ni kenshi narondeye iy ndirimb kur youtube nkabura arik Imana yabikoze 🥳🙌Ur uwa Mbere 🙏🥳🙌God blessed you
@consolatenshimirimana9780
@consolatenshimirimana9780 4 месяца назад
Naje nuko nayirondeye kenshi ndayibura,Imana ishimwe kwibonetse
@LiesseIrakoze
@LiesseIrakoze 4 месяца назад
Naje kweli 🎉
@LynaNdayisenga
@LynaNdayisenga 4 месяца назад
A chaque fois ndayumvirije amosozi antanga hasi....ntushobora kwibaza ukuntu irimwo amajambo yubuzima Yesu aguhezagire cane mwene Data Obede ❤
@RedempteurSINDAYIHEBURA
@RedempteurSINDAYIHEBURA 4 месяца назад
Obed Imana ikwiteho muvyaw vyose. Ur'umugisha kuri Jew!! Victory for you and your family!! Blessed
@yedidyamanirumva3341
@yedidyamanirumva3341 4 месяца назад
Ni Wewe Unyumva Ubwa Mbere...Ukankor'ivya Mbere 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌.Ur'Ijambo Wamyeho Mbere...Iy'uvuze Ivyapfuye Biba Bizima🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@JeromeJoelChiefcook
@JeromeJoelChiefcook 4 месяца назад
Amajambo yiyi song ntashira uburyohe For sure Imana ni yambere muri vyose Eka vya vrai niyo vyonyene ikwiye gushimwa Ndafashijwe
@yolo._96
@yolo._96 4 месяца назад
Obed iyi ndirimbo nayigize rwanje kuva bonane iraho twinjiye mu mwaka mushasha ariyo turiko turaririnba.Ndaryohewe ko isohotse, Imana iguhezagire ,ihezagire umuryango wawe na LFC.❤🤍
@user-gv9fp8sl8o
@user-gv9fp8sl8o 4 месяца назад
Yeah ndavyibuka nanj niyo twaririmvye hagez minuit moins bonane ya 2022 twinjira muri 2023, can't forget ukuntu yampezagiye nanje muri zirya secondes zanyuma
@yolo._96
@yolo._96 4 месяца назад
@@user-gv9fp8sl8o cane gose,narafashe video yirya countdown mpora ndayiraba
@cynetteIninahazwe
@cynetteIninahazwe 4 месяца назад
Muduhe intahe natwe ñukuri 😢😢😢
@fabricemugisha5864
@fabricemugisha5864 17 часов назад
Burigihe iyo ndayumvise impa gusubira kwegera Imana
@nellymanirakiza
@nellymanirakiza 4 месяца назад
vrt UHORAHO yakugize igikoresho ciwe kugira aruhure imitima yabadendebukiwe yimenyekanishe mubatamuzi biciye mumajambo ava mukanwa kawe UHORAHO abishimirwe IYAVUZE IVYAPFUYE BIBA BIZIMA.
@IradukundaOlivenAlex-tw7bh
@IradukundaOlivenAlex-tw7bh 4 месяца назад
Nari nifuje kugusabira 🙏🙏umurundi wese ko yogushigikira n ishavu ryeranda kugira ugere Aho ISI itabasha kwibaza ko umurundi yagera kandi arahanyen iwacu umpezagira obed Imana iguhishurire vyinsh warahezagiwe
@cynetteIninahazwe
@cynetteIninahazwe 4 месяца назад
Cane n'ukuri intererano yumwe wese irakenewe tukajana twese muri iyo vision ibe way yacu yo kuvuga ubutumwa kugeza Kure hashoboka
@leilauwimana1036
@leilauwimana1036 4 месяца назад
indirimbo iryoshe cane nari ndindiranye igishika, merci beaucoup Obed
@uwamahoroisabelle4710
@uwamahoroisabelle4710 10 дней назад
Uri uwambere uri uwa mbere Yesu ni wowe ubereye gushimwa❤
@irakozevanessa8765
@irakozevanessa8765 2 месяца назад
Ukwiye gushimwa Yesu🙌❤
@cynetteIninahazwe
@cynetteIninahazwe 4 месяца назад
Iyi ndirimbo ni hymne yacu good work minister @zawadiobedoficiel
@blaisylesaint8872
@blaisylesaint8872 4 месяца назад
Ndagukumbuye mon amie...ni Blaise
@cynetteIninahazwe
@cynetteIninahazwe 4 месяца назад
@@blaisylesaint8872 ryiooh ndaj muka box
@user-ci9cd2oq7l
@user-ci9cd2oq7l Месяц назад
Amen ,uzohora uruwambere❤❤❤
@adnettehariyongabo5344
@adnettehariyongabo5344 13 часов назад
Woww Ndahezahiw cane, Imana ishimw cane ibihe vyose,muhezagigwe
@niyintunzealexis8765
@niyintunzealexis8765 4 месяца назад
Obed nkunda yooooo amen wambereye uwambere👏🙌🙌🙌🙌🙌🙌❤
@lesliemanirakiza1366
@lesliemanirakiza1366 4 месяца назад
Ndagushima Mana kubwa kino gikorwa caro indoto ariko uragishikije....Ndaguhayee Ishimwee🙌🏻
@UwitonzeEliane-ku7pg
@UwitonzeEliane-ku7pg 4 месяца назад
Amennnnn
@Tille-DaugtherofGod
@Tille-DaugtherofGod 4 месяца назад
Halleluuuuyaa..🤩🤩🤩Imana ishimwe caaane kubwiyindirimbo. Ndiho aguhezagire caaane nawe Obed, Nari narayumvise kera 2013 umugenzi ayiririmvye inguma kumutima none birampimbay cane nkiyibona hanze...nubutunzi bukomeye, Imana ihabwe icubahiro kungabire nziza itanga👏🙌🏽
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 4 месяца назад
Caru ngira...
@Ngagucharmant
@Ngagucharmant 4 месяца назад
😇 urenze ivyiyunviro yv abant🙏
@user-be3qd8uw2k
@user-be3qd8uw2k 2 месяца назад
Wanyerets inzira yukuri impishurir ndets uwuriw uruwambereeee🙌🙌
@user-gt1qr2my4w
@user-gt1qr2my4w Месяц назад
Asante sana courage mon cher ami
@rukukischolastique5981
@rukukischolastique5981 3 месяца назад
Amen . IMANA ikomeze ihezagira
@nzeyimanafrancine9130
@nzeyimanafrancine9130 2 месяца назад
Imana yacu numwizigigwa muvyo akora vyose🎉,avance Mon frère
@niyintunzealexis8765
@niyintunzealexis8765 4 месяца назад
Yoooo obed nguma nyumviriza indirimbo ikozekumutima wanje imana ikwagure ❤❤❤❤❤🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@MelyseMurerwa
@MelyseMurerwa 4 месяца назад
Imana yomwijuru iguhezagire obede wacu ikugeze kure cane
@BlaiseIranezereza-go2vf
@BlaiseIranezereza-go2vf Месяц назад
Obed ushishikare kwagukirwa mugikorwa c'Imana
@DidierIzonkiza-vv5sr
@DidierIzonkiza-vv5sr 2 месяца назад
Vyiza cane terujimbere
@Nin184
@Nin184 4 месяца назад
Uruwambere Mwami🙏🙏😭Merci Obed.twari tuyindiranye igishika cinshi.Gloire à notre Dieu .
@gracielacaizel9682
@gracielacaizel9682 4 месяца назад
Iyi ndirimbo ukuntu iryoshee Rero😭🎉🎉
@posellantigirinzigo456
@posellantigirinzigo456 4 месяца назад
Niwewe unyumv ubwambere ukankorera ivyambere Uruwambere🙌🙌🙌
@Obed-ip5ho
@Obed-ip5ho 2 месяца назад
Obed mazina courage !
@jordyjidenna4189
@jordyjidenna4189 4 месяца назад
Uruwambere Yesu This song🙌🙌🙏🙏 Imana ihezagire impano yawe
@OrnellaGateka-qs2gt
@OrnellaGateka-qs2gt 4 месяца назад
Ukwiriye gushimwa🙏 mwami wacu urumwizigirwa ibihe vyose igihe cose utegetse birumvira iyuvuze ivyapfuye bibabizima👐🙏
@mignonnenzeyimana6976
@mignonnenzeyimana6976 4 месяца назад
Imana ikwagure muriyo mpano ukomez kuyikorera
@yvettemikaza9737
@yvettemikaza9737 4 месяца назад
Ameeen Ameen. Ushishikare ukayangana mu mwami. Indirimbo itugeza ahandi hantu.
@stephanemwamba4435
@stephanemwamba4435 9 дней назад
Hallelujah !!! You are the first and the last 🙌🏻
@patricktuyikeze5717
@patricktuyikeze5717 4 месяца назад
4:38 niwewe unyumva ubwambere ukankorera ivyambere Uri jambo wamyeho mbere Iyo uvuze ivyapfuye biba bizima ❤❤❤❤
@user-rw8qe1fl8b
@user-rw8qe1fl8b 4 месяца назад
❤❤❤ Uhoraho Arakomeye🙌 niwutwumva bwambere Akadokorera ivyambere Amen
@pearlette-merveillegatore8768
@pearlette-merveillegatore8768 3 месяца назад
Wambereye uwambere Yesu nakubonyemwo ubwizigirwa bukomeye🙏
@igorjosephitangiteka9901
@igorjosephitangiteka9901 4 месяца назад
Halleluyaaaaa Uhoraho niw anyimva ubwa mbere
@cynetteIninahazwe
@cynetteIninahazwe 4 месяца назад
Ngo amenya nibiro muvyiyumviro vyacu niwe wambere
@florettenininahazwe5749
@florettenininahazwe5749 4 месяца назад
Merci Obed pour cette chanson...Imana iguhezagire kandi igukirize ingabire.
@nzizaismael5599
@nzizaismael5599 2 месяца назад
Thank you Lord for this song ❤❤ Jesus is number one in all ;
@egide-be2ol
@egide-be2ol 4 месяца назад
Imana ibe iyambere muvyaw vyose
@ericaakarugira5072
@ericaakarugira5072 4 месяца назад
🙌Nakubonyemwo ubwizigirwa bukomeye😭
@niyonzimaevariste9137
@niyonzimaevariste9137 3 месяца назад
Wambereye uwambere yesu, mubikomeye turakubona, ukuboko kwawe ni gukuru🙏, Thank you lord! God bless you Obed zawadi🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@user-bt5sj7ky4o
@user-bt5sj7ky4o 4 месяца назад
This song❤ni wewe unyumva ubwambere ukankorera ivyambere urijambo wamyeho❤
@ndikumanadannycedrick6736
@ndikumanadannycedrick6736 4 месяца назад
IMANA ishimwe kugikogwa ciza ihezagire umukozi wayo
@akimanaaaron5931
@akimanaaaron5931 4 месяца назад
Uruwambere Yesu mubuzima beanje ❤
@ChabellaIteriteka-fc3ed
@ChabellaIteriteka-fc3ed 4 месяца назад
Courage imana imbere turanyotew nizindi🙏🙏🙏🙏🙏
@IrakozeNyves-xc4sh
@IrakozeNyves-xc4sh 3 месяца назад
Imbere cane frère
@winnykaze3060
@winnykaze3060 4 месяца назад
Warahezagiwe!! Ukiza imitima ya benshi be blessed Obed
@FannyFafaofficial
@FannyFafaofficial 4 месяца назад
AMEN AMEN AMEN AMEN AMEN AMEN AMEN Obed IMANA ikwagure cane mumirimo wayo
@SleepyAlpineVillage-il1rn
@SleepyAlpineVillage-il1rn 4 месяца назад
Amen kristo nuwambere
@cfppbujumbura1239
@cfppbujumbura1239 4 месяца назад
wow wow wow.....can't stop listening this amazing song.May God bless his work and bless you and your whole family
@InkotanyiHirwa-cu4hn
@InkotanyiHirwa-cu4hn 3 месяца назад
This is soo deep😭😭😭Yesu ni mwiza🙌🏾🙌🏾🙌🏾sometimes we even lose words to express the goodness of God dushake Imana Bantu b Imana
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 4 месяца назад
Alléluia Alléluia 😭😭😭🙌🏾 🙌🏾 🙌🏾Personne d'autres Seigneur. 🙌🏾🙌🏾🙌🏾 merci mon frère Warahezagiwe papa 👌
@labamba3448
@labamba3448 4 месяца назад
Courage frère. Imana ibandanye igukoresha ivyiza.
@claudenesja
@claudenesja Месяц назад
Indirimbo yumwaka 😮
@donners-raoul.el-makina
@donners-raoul.el-makina 4 месяца назад
JESUS is n°1 all the time🙌🙌 Kubimenya nibwo buzima
@Keycha-nish
@Keycha-nish 4 месяца назад
OBed Mungu akubariki🙌🙌🙌🙌🙌
@thomasntiharirizwa8788
@thomasntiharirizwa8788 4 месяца назад
Imana yomwijuru ikwogere amavuta
@ObedTuyishime-kq1wb
@ObedTuyishime-kq1wb 4 месяца назад
Obed zawadi tera ujimbere IMNA ibashe kugukomeza yogere ikutuzigamire kk wubaka imitima yabantu beshi
@audreyngabirano1560
@audreyngabirano1560 4 месяца назад
Merci Obed, Yesu ashishikare kugusukira natwe tugume dushikirwa....... Mubihe vyose twaramubonye❤
@steveahishakiye3438
@steveahishakiye3438 4 месяца назад
Mubikomey twarakubony yesu🙏. Imana ishishikare kugushikana kure Can Obed,indirimbo zaw ziraduhezagira🥰.
@cynetteIninahazwe
@cynetteIninahazwe 4 месяца назад
Ni nzinza caaaaane birarenze ❤❤❤
@AliceNdikumwenayo-gi4vb
@AliceNdikumwenayo-gi4vb 4 месяца назад
Hallelujah 👏 yesu ni wewe unyumva iryambere ukankorere ivyambere
@nininahazweninette3747
@nininahazweninette3747 4 месяца назад
Ur’uwa mbere yesu ukwiriye gushimwa . Merci Obed pour cette chanson
@kanyambocarmenclarette633
@kanyambocarmenclarette633 4 месяца назад
Ameeeen Umwami wacu n Uwambere arakwiriy gushimwaaa God blss youuu Obed
@user-te2hl2eb7p
@user-te2hl2eb7p 4 месяца назад
🎉🎉🎉🎉🎉nuwambere yesu 💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃amen amen
@jeromendayisaba9803
@jeromendayisaba9803 4 месяца назад
Ndasenze ngo iyindirimbo izohore imbera nshasha ibihe vyose Amen❤ Ur'uwambere Yesu.Ukuboko kwawe nigukuru kurenze ivyiyita ibihambaye.May God bless you Obed ubandanye kuba umugende...
@siglidgatore.
@siglidgatore. 4 месяца назад
🙌🏽 Can't get this melody out of my head🥺 Feeling grateful for God's grace🙏🏽🥺🥺 Bless you 🙏🏽🙌🏽🙏🏽 🇧🇮🇧🇮❤️❤️
@LynaNdayisenga
@LynaNdayisenga 3 месяца назад
Uri Uwa MBERE YESU 🥺🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@claudianishimwe5290
@claudianishimwe5290 4 месяца назад
Mpwemu Yera abandanye kukwihishurira, n’indirimbo idasanzwe à chaque fois ndayumvirije imbera nshasha
@cynetteIninahazwe
@cynetteIninahazwe 4 месяца назад
🎉🎉Yama Ari nshansha n'ukuri
@dieudonnengowembona3373
@dieudonnengowembona3373 4 месяца назад
Ndashimiye Imana kubona iyi ndirimbo ishoboye gusohoka sinarinzi ko iva mwishengero iwacu, Obed barikiwa sana🙏🙏🙏
@lisaanddarlene19
@lisaanddarlene19 4 месяца назад
🥹🥹🥹🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾Uri uwa mbere ni wewe ubereye Gushimwa🙏🏾🙏🏾
@ndayisengaemmanuel9264
@ndayisengaemmanuel9264 4 месяца назад
Kure cane mugenzi, ibikorwa vyawe bibandanye bishimwa n'Ihoraho
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine 4 месяца назад
Hallelujah,yesu uri uwambere murivyose, frère zawadi komeza ukore ivy'ubuhizi natwe turashikirwa biciye kuri wewe,warahezagiwe cane
@pascalineniyonzima7036
@pascalineniyonzima7036 4 месяца назад
Courage courage mon fils ❤❤ Kure cane Imana Ihakugeze
@niyungekojosephine9536
@niyungekojosephine9536 3 месяца назад
Ntanuwundi wo gushimwa nk Imana
@aimeesandrineuwimana2146
@aimeesandrineuwimana2146 4 месяца назад
😊yesu nuwambere peeee😢
@Burundian-k3q
@Burundian-k3q 4 месяца назад
Ego pe n'uwa mbere, abereye icubahiro uwo Mwami w'Abami Yesu Kristo wacu 🎉 Uhoraho Imana Umuremyi wacu abandanye kubana nawe no kukugirira neza ubu n'ibihe vyose ! Wagize neza cane kudusangiza bino vyiza bidasanzwe mur'iyi ndirimbo y'ubwiza ! By Jeremiah Burundian man ❤
@manabruce2770
@manabruce2770 4 месяца назад
Courage muze mu Mwimi Yesu
@mireillekazobinyana3816
@mireillekazobinyana3816 4 месяца назад
Uhoraho aguhezagire kabisa uraduhezagira
@fionafiona6520
@fionafiona6520 Месяц назад
Imana ishigwe hejuru ibihe nibihe
@niyoscartech
@niyoscartech 4 месяца назад
Komereza aho bwana Zawadi.....
@user-ue5nq7xm3e
@user-ue5nq7xm3e 4 месяца назад
Amen amen 🙏 🙏 Ntawundi uberey gushimwa atar Yesu wenyine, niwe utwumva mbere 😭😭🙏🙏
@user-ch1lx8ft6v
@user-ch1lx8ft6v 4 месяца назад
Uluwambere Mwami Yesu🙏🙌
@irumvabelyse1066
@irumvabelyse1066 4 месяца назад
Niwe atwumva ubwa mbere pe 🙏🏿
@sandraoselin
@sandraoselin 4 месяца назад
Only The lord know how long i waited for this song 🥺♥️🤍, be blessed✨
@brillant_dramzo
@brillant_dramzo 4 месяца назад
Amen Uhoraho niwe wambere muri vyose ninawe yadukunze tutamuzi araducungura
@ChristellaKANKINDI
@ChristellaKANKINDI 2 месяца назад
Yesu n,Uwambere kabisa .ubarikiw sana
@irakozejoel
@irakozejoel 4 месяца назад
Yesu nuwambere vmt
@dieudonnebigirimana4900
@dieudonnebigirimana4900 4 месяца назад
Ndafashijwe kbsa.Courrage Obed Uri mu nzira nzima
@edramucowintore-vj3mo
@edramucowintore-vj3mo 4 месяца назад
Be blessed Mtumishi wa Mungu❤❤❤
Далее
Ndagukeneye Yesu - Obed Zawadi [Official Video]
5:36
None Urabikoze | Video with Lyrics | Elayone Music
7:33
ОБЗОР ПОДАРКОВ 🎁 | WICSUR #shorts
00:55
Nkiriho-Redemption Voice  (Live recording)
15:12
Просмотров 93 тыс.
Naho Noca - Obed Zawadi [Official Video]
6:08
Просмотров 21 тыс.
Israel Mbonyi - Tugumane
13:22
Просмотров 4,1 млн