Тёмный

URUGO EP22:kumenga Umugabo Wa coco amakenga abaye meshi kuri MARIYA ntibizohava bimwicira akazi?🤔😱 

Fanny Lavine Official
Подписаться 109 тыс.
Просмотров 52 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 416   
@AimeAgrippine-yf8ji
@AimeAgrippine-yf8ji 2 месяца назад
Turabakunda cyane hano murwanda muzatwongerere iminota
@FauziaAkeza
@FauziaAkeza 2 месяца назад
Nanj mumpe utwo tu Like bakunzi ❤❤❤murek inzigo
@NtakirutimanaPatrikc
@NtakirutimanaPatrikc 2 месяца назад
Bigenzeguteko nabonambayuwambere.bakababantanze.kunteberezabibi.gusandabakunda canee❤❤❤❤❤
@AnnualiteNemerimana
@AnnualiteNemerimana 2 месяца назад
Kumunot4🎉 abakunzi biy série munsigire ut like 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 tumenyane
@CocoNasli1
@CocoNasli1 2 месяца назад
❤❤❤❤❤❤ number one 🕐 ndabakunda cane mubikora neza
@NiyonzimaClaver-i4j
@NiyonzimaClaver-i4j 2 месяца назад
Ababonako coco yovugisha ukuri akareka kubesha ababonako ejo bizomuviramwo ibibazo bikomey babinyereke like
@HabonimanaYousra
@HabonimanaYousra 2 месяца назад
Ikibazo Nuko atakuri nakumwe yigeze avuga mugihe bakibana yatanguje urugendo rwurukundo acagura fondation ububenshi 😢Aho niho bicira vyose
@stitore2388
@stitore2388 2 месяца назад
Urukundo mwereka abanyamahanga iyaba ugwerekana hagatiyanyu mubamugezekure cane gose publics yatwaye munyamuni ariko mukundane kuko nivyovyiza ❤❤❤❤❤❤
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 2 месяца назад
Ndibaza ni ivyunguka kko nta vya gusa😂😂😂
@Adelinemuhizi
@Adelinemuhizi 2 месяца назад
Nimundabire nukuri ndazindutse nukur🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
@Nduwimanadenise
@Nduwimanadenise 2 месяца назад
Ndazindutse uburero murambujije kuryama😢❤❤🎉
@MucowimanaBruce-fl8zd
@MucowimanaBruce-fl8zd 2 месяца назад
Fanny jewe mbona agerageza muri film ndundi mwebwe mubibona gut? Abo tubibona kumwe mumpe link
@GraceNiyamahoro
@GraceNiyamahoro 2 месяца назад
Oya ingene yiyorobeka rer ingen ya Tantine😂😂😂😂😂😂 eweee noraaa sha😂😂😂😂
@LilianeNgendakuriyo
@LilianeNgendakuriyo 2 месяца назад
Number one hhh
@BettyNinziza
@BettyNinziza 2 месяца назад
Abantu benshi ndabatanze kubona Urugo 22 koma!!!;
@EvelyneIrakoze-w2d
@EvelyneIrakoze-w2d 2 месяца назад
Muanka mubesha maria amaherezo bzomenyekanq ko muvukana Sha coco aItwa umuhemu
@ClairiaIRADUKUNDA-zl7pn
@ClairiaIRADUKUNDA-zl7pn 2 месяца назад
❤❤❤❤ Bangu sana
@laetitianzoyihera
@laetitianzoyihera 2 месяца назад
ROSE FROM GIHUHUSI ENTERTAINMENT
@EspeHarerimana-nk8gh
@EspeHarerimana-nk8gh 2 месяца назад
Ndi murukundo niyo serie❤we fiko Kare wamponyoye kuri bus ncamvug ngo fiko hemwe ntiwanyumvise😂😂😂😂
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 2 месяца назад
Guys ababonyeko uwumunsi badusondetse kubera iyo publicité mumpe like 😂😂😂
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 месяца назад
Ivyose bariko bishiramwp kontarigera mbona abanyarwanda babagirira nkivyo ntanzigo ndabivugany ariko 😂😂😂😂
@Emily-k98
@Emily-k98 2 месяца назад
Jamani reke kuza murabaniranira garuke mundemere utwotu like👍👍👍so guys abari murukundo na family 3FA mubirimwo neza cane🎉🎉🎉❤❤❤❤❤ thank youuuuuuuuuuu so much my family
@DavidMugabarabona
@DavidMugabarabona 2 месяца назад
Nibongeze iminota
@saras1134
@saras1134 2 месяца назад
WI BOSS😂😂❤❤MARIA HEJURU CANE❤❤ BASHA IRYA NIMERO ATOYE YA FIKO NAWE ATAPHON AFISE UBWO NTAZOKORESHA IYA COCO BIKABA AKAJEMBEGETE😂😂😂😂😂😂😂
@arikibok4735
@arikibok4735 2 месяца назад
Courage ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp 2 месяца назад
Number one ndahageze Muzane twatuntu pls❤❤❤❤muri bwabumwe
@munezeroamina1377
@munezeroamina1377 2 месяца назад
Numero 1
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 2 месяца назад
Abari murukundo n' urugo séries abari bayirindiranye igishika nkanje mumpe like tuhatwike hahire rimwe 🔥💯 abaza nyuma mushikira muri commentaires musige like muri gwarukundo 🎉🎉🎉❤❤❤ today ni 🔥🔥💯😂😂
@Nzoyikorera-o1w
@Nzoyikorera-o1w 2 месяца назад
Muri 6min nkaba nahagez urugo hejuru caane❤❤
@NeemaNiyokwizera-om9wi
@NeemaNiyokwizera-om9wi 2 месяца назад
Bashaa nanjee uyumus mbay mubamber nda♥️cn
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 2 месяца назад
Nanje ndaje😢abaza munyuma musige like abakunzi ba 3Fa tumenyane🥳🥳🥳🤝🤝 rek nicare nige😢
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 2 месяца назад
Ngo ngwikiiiii🤣🤣🤣 twimenyanire maze🥰
@justinendayisenga7180
@justinendayisenga7180 2 месяца назад
Nukuriiii nacereweeee arikooo hagusiba nocerwaaa🎉🎉🎉🎉 ayooo nayanyuuuu
@YvetteNdayishimiye-e5m
@YvetteNdayishimiye-e5m 2 месяца назад
Ndabona nacerewe hama jewenari ndayirindi ranye igishika❤❤❤❤
@GyslaineMugisha-h5i
@GyslaineMugisha-h5i 2 месяца назад
Number 2🎉🎉🎉❤
@MarieBukuru-hv3em
@MarieBukuru-hv3em 2 месяца назад
Abari bafise amkenga y kubona uko Norasque aza kwitwara abonye maria na coco bayambiranye mump like❤❤❤
@AliceCuki
@AliceCuki 2 месяца назад
Nukur mwadusondetse😢😢😢😢😢 haaaaaa so ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@francinGerome
@francinGerome 2 месяца назад
Burya ivya coco bizoteba bije ahabona kwihakana uwomuvukana kweri nkomeza kumurwa😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@FranchiseNISHIMWE
@FranchiseNISHIMWE 2 месяца назад
Numva nshaka kubona amanyanga ya coco iyo azoherera😂😂😂coco t'aime 😘
@leoncinsabimana9813
@leoncinsabimana9813 2 месяца назад
Nolasque aaciyubwenge mwiyi film
@EvelyneMuhayimana
@EvelyneMuhayimana 2 месяца назад
Mbaye mubambere mundemere luke
@zazazawadi1792
@zazazawadi1792 2 месяца назад
Mbaye number one
@ArlèneDUSABUMUKAMA
@ArlèneDUSABUMUKAMA 2 месяца назад
Norasque reo ukuntu yifash impand y tatin wabo na coco nukuntu bashwana
@stitore2388
@stitore2388 2 месяца назад
Welcome urugo 🌺💐🌹🥀⚘🌷👌👌👌👌👌
@ChaniceNicimpaye
@ChaniceNicimpaye 2 месяца назад
Courage bantu banje ndabafana
@bugegenezaujia7325
@bugegenezaujia7325 2 месяца назад
Sawa ndahashitse
@AlineNijimbere-cp8fj
@AlineNijimbere-cp8fj 2 месяца назад
Number one
@ClovisMusombwa
@ClovisMusombwa 2 месяца назад
😂😂shaa mariya nuwindani kabisa asha sibwabwan'aguhayimpanur'uhitawinjira murimpwemu ❤❤❤
@EstellaNdayikengurukiye-dn7kj
@EstellaNdayikengurukiye-dn7kj 2 месяца назад
Maria munyishu🎉🎉❤❤❤
@belyseniyonkenguruka4585
@belyseniyonkenguruka4585 2 месяца назад
courage !!ark ndacabaza kubrriki fanny utamushirirak link muco kur film yiw umukenyez?kubawaramufashij fanny kumusohor mufash nahand vrt please🎉urugo igum iryoh🎉🎉🎉
@NiyomuhozaYvette
@NiyomuhozaYvette 2 месяца назад
abumvako coco asigy avuga nteza atabwishim agishiramW mump utwo dushurw
@Cheillangabirano
@Cheillangabirano 2 месяца назад
Nolasque ngo tubanye nezaa😂😂😂😂knd turashima imana😅😅😅😅uzonatwica kubwiyorobetsi bwawe
@NtakirutimanaPatrikc
@NtakirutimanaPatrikc 2 месяца назад
Gusa mwatunyotejena pank nukuri.ndazikumbuye nubwonababara
@CynthiaNkeshimana
@CynthiaNkeshimana 2 месяца назад
Nzanaba uwamber kwl
@RaissaKaze
@RaissaKaze 2 месяца назад
Wooow 👌
@OdetteNITUNGA-qy3vk
@OdetteNITUNGA-qy3vk 2 месяца назад
Dans 5min je suis ici
@JoselyneMuhimbare
@JoselyneMuhimbare 2 месяца назад
Murabantu banj rega❤❤❤❤❤❤
@EladaKaneza
@EladaKaneza 2 месяца назад
Please ayama publicité yizindi film avemwo🙏🙏 adutwara umwanya ntanico adufasha
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 месяца назад
Ego kbx ndagushigikiy
@denisentamakiriro9685
@denisentamakiriro9685 2 месяца назад
9h kukadomo mba ndahari!
@OrnellaIzere-w7r
@OrnellaIzere-w7r 2 месяца назад
Fanny na Clarisse ndabakunda cane muzompe umusi tubonane plz
@SoniaNininahazwe
@SoniaNininahazwe 2 месяца назад
Vyiza
@willyntahomvukiye2622
@willyntahomvukiye2622 2 месяца назад
Ubundi umuntu yiyumviriye title yiyi season "Urugo" ahabwe intebe y,imbere. Mwubahwe sana vraiment I like your role
@fabiolandihokubwayo7498
@fabiolandihokubwayo7498 2 месяца назад
@NduwimanaDiane-g4d
@NduwimanaDiane-g4d 2 месяца назад
Coc rek kugum urwiza amakos uzik umugab waw niyabimenyk muvukan na malia bizogend gut?ahubw shir ukur ahabon ham usability ikigongwe Maria naw ntac uhendwe rek kwivang mububesh Kand urumukox w'IMANA🎉🎉🎉
@NoellaIrakoze-q5o
@NoellaIrakoze-q5o 2 месяца назад
❤❤
@joiskwizera1326
@joiskwizera1326 2 месяца назад
Non coc kubandanya unyegeza mwen wanyu bizoherah ubwo ntiwoba uriko urabitoba nagos 🙈🙈reka tubirindir courage mwes 🎉🎉❤❤
@JoselyneNiyimpaye
@JoselyneNiyimpaye 2 месяца назад
Irabandany vnk iraheze oyaaaa mwob mitwosh😊😊😊
@PeniellaUwimana
@PeniellaUwimana 2 месяца назад
Ababonye ko batwivye iminota mugushiramwo publicité mumpe like😂
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 2 месяца назад
😂😂😂😂😂😂
@IrankundaBelyse-nq2tv
@IrankundaBelyse-nq2tv 2 месяца назад
Nanje nabibonye kwel🤣🤣🤣
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 месяца назад
Ntibabisubir nabadukwirize
@EstellaNijimbere
@EstellaNijimbere 2 месяца назад
Nukuri nibareke kutuvangira 😂😂
@belgeniyomwungere6597
@belgeniyomwungere6597 2 месяца назад
Reka reka publicité namarare yandi aba yinjiy
@DorianneYankunze-xw8wr
@DorianneYankunze-xw8wr 2 месяца назад
Abantu dukumbuye nadeje gongangaha💪💪
@FabiolaIgiraneza-cl3cc
@FabiolaIgiraneza-cl3cc 2 месяца назад
Sije mbonye ndatashe ngo nze hano❤❤❤❤
@omarelhabibi4071
@omarelhabibi4071 2 месяца назад
Ibintu bikomeza gukomera ,aho norasque azomenyera ko Mariya na Coco bavukana hazotokombera,courage ❤❤
@miracleange1588
@miracleange1588 2 месяца назад
Mariya womukirundo waooonora yahishije akageso komurugo nuko nyen bipanzw
@angeliquenishemezwe1434
@angeliquenishemezwe1434 2 месяца назад
Hariho abantu ngira dimanche turara tudasinziriye twiyumvira iyi série😂😂😂. Ubu mwamaze gushika mungana gutyo??
@AntoinetteBaraka
@AntoinetteBaraka 2 месяца назад
Ibintu vyokuvanga ama film bihagarare mama lao bikabandanya turigira
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 2 месяца назад
Courage nyinshiiii cane bantu banjye🥰🥰🥰🤗🤗,ndabakunda❤❤
@LaurentineLolo-vd2sn
@LaurentineLolo-vd2sn 2 месяца назад
Waoo vyiz cane
@Nduwayezuclaudine
@Nduwayezuclaudine 2 месяца назад
Sha Nora Iman izoguhana ukuntu wiyorobetse rr imbere ya Tantine ngo mubanye neza ninduru yawe 😂😂😂😂
@NdikumanaInnocent
@NdikumanaInnocent 2 месяца назад
Abarundi na barundikaz tumenyane hano👌👌👌
@AntoinetteBaraka
@AntoinetteBaraka 2 месяца назад
Abacerewe nkanje tumenyane🎉🎉🎉
@NadegeNduwimana-u4r
@NadegeNduwimana-u4r 2 месяца назад
🎉🎉🎉🎉🎉Nar nakaniyeee
@GogoMunyemana
@GogoMunyemana 2 месяца назад
Mariya bagutumy ifant yumishits ucujakuyaga❤🎉😂
@vvestinedushimirimana
@vvestinedushimirimana 2 месяца назад
❤❤❤❤❤❤
@FabriceNishemezwe
@FabriceNishemezwe 2 месяца назад
Ndayikunda kbsa mwubahwe
@GraceNiyomuco
@GraceNiyomuco 2 месяца назад
ndabakunda caaan muraturyohereje i semaine
@MukaMutoni
@MukaMutoni 2 месяца назад
Umuntu yabony iyo nyimwecho ya fiko ampe❤
@ArletteIrakoze
@ArletteIrakoze 2 месяца назад
Yaryoshe weee🎉🎉🎉❤❤
@CarinieNiyibizi
@CarinieNiyibizi 2 месяца назад
Murashoboye nukuri🎉🎉🎉🎉🎉
@PhilbertHabonimana-o1z
@PhilbertHabonimana-o1z 2 месяца назад
Maria araguyemucaha cububeshi arumukoziwimana
@uwurukundobella-uv4xx
@uwurukundobella-uv4xx 2 месяца назад
Kbx film nziza cane
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 2 месяца назад
Harabantu mutaryama nukur😮abaz imyuma ndabaramukij 🤝❤
@febiekamariza63
@febiekamariza63 2 месяца назад
Ibanga nkiryo riragoy kubika❤❤❤❤❤❤
@leoncinsabimana9813
@leoncinsabimana9813 2 месяца назад
Mana yanje nukuri ndaryohewe kubona mariya ahuye na fiko!!Hama coco navugishukuri ntazahave agira ibibazo
@charitemanirakiza1200
@charitemanirakiza1200 2 месяца назад
Fanny jew nzokwicapako kuko ndagukunda cane❤❤🎉🎉🎉
@AnithaNahimana
@AnithaNahimana Месяц назад
Kuraje turabakund cane❤
@jeanclaudeniyibitanga4964
@jeanclaudeniyibitanga4964 2 месяца назад
Oy basha Maria tantine bisaba amenye kwariwe kandi coco narek kuza arakubeshesha gusa courage igeze ahiryoha
@FélicitéNininahazwe-x8k
@FélicitéNininahazwe-x8k 2 месяца назад
Ndabakunda cne courage
@setaseeta9779
@setaseeta9779 2 месяца назад
Mariya na coco mwoshaka mwovugish ukuri
@LeaNihezagire
@LeaNihezagire 2 месяца назад
Yoooh Maria yoooh boss waw yabulvis wihakane coco wiwanyu 😊
@GraceNiyamahoro
@GraceNiyamahoro 2 месяца назад
Tubanye nez kand turashima IMANA 😂😂😂😂 ewee nora shaaa😂😂😂
@charlottehavyarimana9308
@charlottehavyarimana9308 2 месяца назад
Nacerewe
@JanneIrakoze-vc2fr
@JanneIrakoze-vc2fr 2 месяца назад
Wihakana mwenewanyu
@JakelineNshimirimana
@JakelineNshimirimana 2 месяца назад
❤❤❤❤❤❤😂
@DivineTuyisenge-m5j
@DivineTuyisenge-m5j 2 месяца назад
Iyi publicité idutway iminota 😢nc nibagira naho naringeze😂gsa ndimurukundo niy série🎉❤
@DorineNishimwe-gj6wu
@DorineNishimwe-gj6wu 2 месяца назад
❤🌹🌹🌹
@loveirakiza978
@loveirakiza978 2 месяца назад
Ninde araba ariko arasoma na commentaire😂😂😂😂,
@GuillaineNiyuhire
@GuillaineNiyuhire 2 месяца назад
Moi👆👆👆
@fofoigira7107
@fofoigira7107 2 месяца назад
Moi
@charitemanirakiza1200
@charitemanirakiza1200 2 месяца назад
Ndihano
@LarissaIteriteka
@LarissaIteriteka 2 месяца назад
Jew 😂
@AnithaNahimana
@AnithaNahimana Месяц назад
Jewe
@DativeNgendakumana
@DativeNgendakumana 2 месяца назад
Kumunota wa5🎉🎉🎉
@AbdullahAlwatban
@AbdullahAlwatban 2 месяца назад
🎉🎉🎉🎉
@NdayikezaDativeChalom
@NdayikezaDativeChalom 2 месяца назад
Guceregwa birahanwa?😂😂
@dennisniyonkuru8457
@dennisniyonkuru8457 2 месяца назад
Courage murabizi p
@sozvin1869
@sozvin1869 2 месяца назад
.courage maria
@FabiolaMuhimpundu-f9o
@FabiolaMuhimpundu-f9o 2 месяца назад
Erega nanj nsindyam🎉🎉
@RizikiZiki
@RizikiZiki 2 месяца назад
Nice 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@chanelleapome3362
@chanelleapome3362 2 месяца назад
Iyi publication idutwaye iminota myinshi kabisa.😢😢😢😢
Далее
URUGO EP23 This Monday 🔥🔥
2:29
Просмотров 13 тыс.
skibidi toilet 77 (part 4)
05:20
Просмотров 13 млн
Одинокая сестра
00:14
Просмотров 15 тыс.
Série - Jeux de Dames - Saison 1 - Episode 07 - VOSTFR
35:23
MARA S01 EP 28(Mama ahuye nuruva gusenya 💔😭😭
21:29
FEU ROUGE SERIES[EPISODE1]🚦🚦
20:45
Просмотров 52 тыс.