Тёмный

Uyu mugabo amaze imyaka 25 Abayeho Nkabagore | Afite umugore Nabana | Ntawizerako atari umutinganyi 

Afrimax TV
Подписаться 1,4 млн
Просмотров 347 тыс.
50% 1

Mu Burundi hari umugabo wigize umugore mugihe cyingana n’imyaka 25 yose kandi aracyakomeje, yambara imyenda yabagore, agakora imirimo y’abagore, ndetse no mu ijwi avuga nk’abagore ,igitangaje nuko atari umutinganyi kuko ubu afite umugore nabana bane.
Uyu ni muntu ki? Ni iki gituma atitwara nk’abagabo? Nibibabazo byamujeho? Niryari abantu babimenyeye?
#AfrimaxEnglish #AfrimaxFrancais #AfrimaxEnglish

Опубликовано:

 

22 апр 2022

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 222   
@uwihoreyej.claude603
@uwihoreyej.claude603 2 года назад
She is transgender woman and transgender rights is human rights 🌈
@mimitv3059
@mimitv3059 2 года назад
Baby 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
@kibochaoliva6984
@kibochaoliva6984 2 года назад
I cannot blame him because what happen so you have to enjoy that life
@umushamboyassin8836
@umushamboyassin8836 2 года назад
I can feel yo pain and I got yah
@tuyimuhimbakazililyrahmatu5956
@tuyimuhimbakazililyrahmatu5956 2 года назад
Ewe baby baby uranyica
@jadoandyoweri2837
@jadoandyoweri2837 2 года назад
Afremaxtv you are the best 🥺❤️
@nadinekwizera3475
@nadinekwizera3475 2 года назад
Baby icamamare
@fleurytufle
@fleurytufle 2 года назад
This Burundi🇧🇮🇧🇮😆🤝
@iraeva2958
@iraeva2958 2 года назад
Afrimax niyambereeee kweriii
@manundayi2409
@manundayi2409 2 года назад
Sha ntabeshe peee mugihe cintambara kwitwa umuhungu canke umugabo cari kibazo gikomeye cane kweli ndavyibuka pee😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭 Yagize ihungabana rikomeye peee
@dusengimanamarie6195
@dusengimanamarie6195 2 года назад
Yoooo 😭😭 ndumva mbuze icyomvugape ,gs ndishimye cyane rwose ndumva amaranga mutima arimeshi. Burya ikintu cyagukijije cg umuntu ntiwamwibagirwa. Rero nishimiye kobiyakiriye kd bakaba babanye neza. Imana ikomeze umubanowabo .🙏🙏
@betachoiceartstudio8788
@betachoiceartstudio8788 2 года назад
Uyu mugore we aramukunda disi. This is true love!!
@uwiragiyejeanpierreofficia7377
@uwiragiyejeanpierreofficia7377 2 года назад
Umuntu Uhita wirukira 🏃🏃🏃muri comment nkajye😂😂😂 Nankorere kuriyi photo yajye unkandire kuri subscribe
@hagenimanacassien7655
@hagenimanacassien7655 2 года назад
nyamara byaramukijije nukuri binkoze kumutima😢
@cyuzuzoinnocent204
@cyuzuzoinnocent204 2 года назад
Turabashimiye cyane afrimax TV mutugezaho inkuru nziza
@alianenyinawumuntu8835
@alianenyinawumuntu8835 2 года назад
Ndumiwe Koko Imana yo mwijuru ikurengere
@annonciatteahishakiy3693
@annonciatteahishakiy3693 2 года назад
Afrimax mwubahwe Kuko muduhaye amakuru yomuburundi yananiwe nogutohoza abanyamakuru bino.ahubwo Baja kumufyinatisha batamubaza impamvu.mrciiii bcp mnari nifuza kumenya baby ivyiwe
@byosenews1090
@byosenews1090 2 года назад
Thank you
@marymiranda6646
@marymiranda6646 2 года назад
Yooo ni ihungabana disi
@gadmayugi7960
@gadmayugi7960 2 года назад
Yoooo 😢😭😭😭😭 anteye agahinda kenshi. Ese Imana yamurinze urupfu yomutabara!
Далее