Тёмный

UZOBAYO: IGISIRIMBA BY Apostle King Dieudonne / Cantique 353 

KING DIEUDONNE APOSTLE
Подписаться 4,9 тыс.
Просмотров 6 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

21 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 111   
@EricNahimana-k4p
@EricNahimana-k4p 29 дней назад
Baabaaayi ndafashijwe .ndatse pe tuzobayo .🎉🎉🎉🎉papa wabikoze neza❤❤❤🙏🙏
@Mpawenimanadedith
@Mpawenimanadedith 7 месяцев назад
Ayiiiiiiiiiiiiii Yeyeyeye huuuu Nuku tuzobayo kuko yabidusezeraniye kandi n'ukuri pee kuko ntiyivuguruza
@tuyizerefulgence6342
@tuyizerefulgence6342 7 месяцев назад
Jewe burya ndahiriweviyo nibere ngaha nguma numva niyongera ibiro .nanje nzobayo nukuri Urakoze muvyeyi iyondirimbo izananye ayandi mavuta 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 Hasigaye kudukorera umuti wavideo yokuvuga mundimi 2hours tutaruhutse ikirere kizoba gihagije
@GatekaChanissa
@GatekaChanissa 6 месяцев назад
Ubalikiwe sana Pasta 👏 iyindirimbo ntamunsi wijana ntayumvirije
@nzoyihayaappolyse8898
@nzoyihayaappolyse8898 4 месяца назад
Nubu ndacahezagurwa canee nukuri icompa nanje ngatamba iki gisirimba 😢😢😢😢
@CéléusBigirimana-b8q
@CéléusBigirimana-b8q 7 месяцев назад
Ooooh,Jesus Imana ikumpezagirire papa
@NaomieMasoka-xp4ob
@NaomieMasoka-xp4ob 7 месяцев назад
Nshimiye Kristo yampaye gushikira iyi chanel yawe uyumusi nukuri numva nuzuye amashimwe kuko umutima wanje wari wuzuye agahinda kuva mugitondo,pasta ndi kure ariko ntaho isengesho ritagera iyo usenga uje ubwira Imana ati wibuke Naomie mu gihugu ca amerika ntuze umukureho ukuboko kwawe nico ndagusavye kandi mugire umugisha kuko muduhezagije ubutumwa bwiza mu ndirimbo 🙌🙌🙌shalom
@nzoyihayaappolyse8898
@nzoyihayaappolyse8898 4 месяца назад
😭😭😭😭kugira ibihe nkibi imbere Y,Imana biba ivyagaciro
@bigirimananovence
@bigirimananovence 7 месяцев назад
Praise Lord: uzobayo?je nzobayo...nababohowe namaraso..
@desirentunzwenimana5104
@desirentunzwenimana5104 6 месяцев назад
Numvise ngukunze kandi mwakagatondo Apôtre
@Niyokwizigirwamenedora
@Niyokwizigirwamenedora 7 месяцев назад
Ayiiiiiiii 🙏🙏💃💃💃💃💃💃dutambe 🙌🙌🙌 amen Iman ibahezagir cane
@OresteNiyonkuru-m5h
@OresteNiyonkuru-m5h 7 месяцев назад
Ngiye ndagitamba kukaz mwakano gatondo utumvyukijeko akantu kamez nez mwarahezagiwe ❤🎉
@NadineIrakoze-qn9dr
@NadineIrakoze-qn9dr 7 месяцев назад
Amen Amen kndiii twitegure ni vuba tugatahaaa
@MoloKich-gj7ix
@MoloKich-gj7ix 5 месяцев назад
Amen mungu abariki maubiri yenyu
@ChanceAkimana-ul7wg
@ChanceAkimana-ul7wg 7 месяцев назад
Nukuri iyi ndirimbo niyo ,itekeye ubushobozi Thank you
@yvettehavyarimana381
@yvettehavyarimana381 7 месяцев назад
Aiiiii Yesuuu we. Ndafashijwe.
@aniellandayikengurukiye1641
@aniellandayikengurukiye1641 7 месяцев назад
None ko ndagufise nkumuvyeyi mpezagirwa Impande zose ubarikiwe Papa
@shabaniniyonzima4123
@shabaniniyonzima4123 7 месяцев назад
Ndakunda cane iyo ndirimbo kuko itubwira mw'ijuru aho tuganatuja ingene hameze. Nibuka umusi umwe ndi murubanza gw'umugwiza tunga maze umuntu umwe twari twicaranye aravuga ko ibirori n'ikibanza bimeze neza cane mbere yemeza ko atarind'ijuru rimeze nk'aho hantu. Namwishuye ko amakuru yo mw'ijuru atayazi neza kuko amayira yaho yose ari inzahabu mugihe aho hantu atanzira nimwe y'inzahabu nahabonye. Mw'ijuru niheza cane nk'uko iyo ndirimbo ibivuga.
@kingdieudonneapostle1226
@kingdieudonneapostle1226 7 месяцев назад
Hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 7 месяцев назад
Amen🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉tuzobayo
@DivineMuhimpundu-t4e
@DivineMuhimpundu-t4e 9 дней назад
Amen Amen
@GloriaKanone
@GloriaKanone 7 месяцев назад
Yooooo igisirimba Dance ndafashijw nukur 🤸💃🔥
@irenesi3064
@irenesi3064 7 месяцев назад
Nzabayo amen🎉🎉🎉🎉
@ArlèneNikiza
@ArlèneNikiza 7 месяцев назад
Genda urampezagiye muvyeyiiiiii
@vavakeza8998
@vavakeza8998 7 месяцев назад
Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen 🙌 halelua halelua halelua 💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃uri Mana uri Imanaaaaaaaaaa
@piscosijenacquilin
@piscosijenacquilin 7 месяцев назад
Hallelujah Hallelujah Hallelujah🤲🙏
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 7 месяцев назад
Yayayayaya😢nari natevye 😢😢 Thx saaanaaaa
@bellairakoze3502
@bellairakoze3502 7 месяцев назад
Iryojwiiiii naryo rer rir nomubiryosh ibintuu😂😂😂 yeeeeee🎉🎉🎉 ubalikiwee Sanaa mukoz w Imana🙌🙌
@kingdieudonneapostle1226
@kingdieudonneapostle1226 5 месяцев назад
Asante sana
@violettekwizera5554
@violettekwizera5554 7 месяцев назад
Nama mpezagigwa ninyigisho zawe
@divineirishura5577
@divineirishura5577 7 месяцев назад
ayayayayyayaaaaa je nzobayo je nzobayoooooo
@nzoyihayaappolyse8898
@nzoyihayaappolyse8898 7 месяцев назад
God I am nothing 😢😢😢😢😭😭Am blessed again ndagukunz kandiii
@kingdieudonneapostle1226
@kingdieudonneapostle1226 7 месяцев назад
Murakoze caaaneee
@christella5092
@christella5092 7 месяцев назад
Twizereko uzoduha akandi gusa iryandirimbo yambere wayivugiyemwo indimi cane kandi tubatugomba kwumva ubutumwq burimwo kuko kantike ifise ubutumwa buteye ubwoba so uzuyiririmba yose hama indimi uzivuge indirimbo irangiye nukuri ariko mwihangane kombuzentyo gusa mutugaburiye neza iyimfungugwa yariryoshe kumuntu arinko mugifungo hoho inzara yobaza
@InezaEmmabertile
@InezaEmmabertile Месяц назад
Amen❤❤❤
@NsabakumenyaMarcelcelo-lg3tc
@NsabakumenyaMarcelcelo-lg3tc 7 месяцев назад
Mutama nibi navyo nivyiza kliii bituzanir amavuta yomurupfunguzo rwa Dawidi... amavuta menshii
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 7 месяцев назад
Uriho uzohoraho Mana 💃💃💃💃
@ngabiranoyimanamechack9589
@ngabiranoyimanamechack9589 7 месяцев назад
Ooooooooh Yes. Nzobayo🥳
@sunlight872
@sunlight872 7 месяцев назад
Good Job #KING Dieud
@ndikuboris3933
@ndikuboris3933 7 месяцев назад
Ndakumvaaa caneeee
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 7 месяцев назад
Mana uri Mana 💃💃💃💃💃
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 7 месяцев назад
Uzobayo je nzobayo
@roselineuwamahoro
@roselineuwamahoro 7 месяцев назад
Amen
@petermurugagatei7911
@petermurugagatei7911 7 месяцев назад
Mr Apostle GirukwishakaDieudonne🙌🙌🙌
@kingdieudonneapostle1226
@kingdieudonneapostle1226 5 месяцев назад
Yesssss
@EstellaNijimbere
@EstellaNijimbere 15 дней назад
Ameeeeeen
@desirentunzwenimana5104
@desirentunzwenimana5104 6 месяцев назад
Ego uramkoreye umusi Pastor
@bedbuntu1171
@bedbuntu1171 7 месяцев назад
Aaaaamen
@AiméClovisKAKUNZE
@AiméClovisKAKUNZE 7 месяцев назад
Ameeeeen, indirimbo yamavuta, ndafashijwe
@clarisseiradukunda1895
@clarisseiradukunda1895 7 месяцев назад
Ndahezagiwe cane murakoze Papa👏👏👏👏👏👏
@yvonnetuyishemeze4192
@yvonnetuyishemeze4192 7 месяцев назад
Ndafashijwe
@benigneukwitegetse104
@benigneukwitegetse104 7 месяцев назад
urampezagiye peee.
@norepentancenoheaventv
@norepentancenoheaventv 7 месяцев назад
Mbega Indirimbo itekeye ubuzima
@vavakeza8998
@vavakeza8998 4 месяца назад
💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️
@dddiii2330
@dddiii2330 7 месяцев назад
HEEEEEEEEEEEEEEEE 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@iteritekabellone4239
@iteritekabellone4239 7 месяцев назад
Ameeeen 🙏🏼
@bienvenueirakoze195
@bienvenueirakoze195 7 месяцев назад
Amen. Gakoze neza
@kingdieudonneapostle1226
@kingdieudonneapostle1226 7 месяцев назад
Murakoze mwubahwa
@vianneynduwimana3827
@vianneynduwimana3827 7 месяцев назад
Praise the Lord🙌🙌🙌 merciii Papa🙌 Narinkumbuye Bienvenue kur Piano 🎹
@ArlèneNikiza
@ArlèneNikiza 7 месяцев назад
Ayi weeeeee🎉🎉
@eddydienneigiraneza
@eddydienneigiraneza 7 месяцев назад
Ayiiiiiiiiiii🕺💃💃💃🥳🥳🥳🥳🥳
@queenjijiingabire7293
@queenjijiingabire7293 7 месяцев назад
Pianistes Bienvenue turamukunda cane
@vavakeza8998
@vavakeza8998 4 месяца назад
❤❤❤
@nzoyihayaappolyse8898
@nzoyihayaappolyse8898 4 месяца назад
Ikigikorwa cari gisengeye nukuru ndafasha cane
@ClaudeNzeyimana-n3b
@ClaudeNzeyimana-n3b 7 месяцев назад
Halleluia Amen ndafashijwe cane niyi ndirimbo nanje nzobayo kuk nejejwe namaraso ya Yesu
@doucedielladukeze3859
@doucedielladukeze3859 7 месяцев назад
Hallelujah thank you 🥳🥳🥳🥳🥳💃💃💃💃💃💃
@kingdieudonneapostle1226
@kingdieudonneapostle1226 7 месяцев назад
Hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah
@Ukuri121
@Ukuri121 7 месяцев назад
NIBANDE BAKIRIKO BAKIRIKO BARAGATAMBA NKANJE
@Niba708peace
@Niba708peace 7 месяцев назад
Yesu weeeeee!!!! Ndafashiiiijwe!!!! Imana ibakomeze kumurimo wa Data!!! ❤❤❤❤❤❤
@EmmanuelzNduwimana-st4tj
@EmmanuelzNduwimana-st4tj 7 месяцев назад
Urimana ntawuhwanye nawe mana
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 7 месяцев назад
Indirimbo nziza cane
@ndayikezapascaline8416
@ndayikezapascaline8416 7 месяцев назад
Kayiiiiiii
@violettekwizera5554
@violettekwizera5554 7 месяцев назад
Shalom shalom,turabakunda cyane,umwami yesu kristo yakuduhaye ,abandanye kukwingera amavuta❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@komalafred2981
@komalafred2981 7 месяцев назад
Urampezagiy muraka gatondo
@christella5092
@christella5092 7 месяцев назад
Mbere jenahora nibazako muBurundi ata piano zivuzwa igisirimba zibaho ncanigiringingo ko ninagura ibintu vyomunzu nzogura piano yumuryango ni guitar nakagoma na microphone nka2 maze kumugoroba tugateramira Imana numuryango wanje nababanyi izonindoto namiza kumutima IMANA izobinshoboze
@kingdieudonneapostle1226
@kingdieudonneapostle1226 7 месяцев назад
Ayiiiiiii, ico ciyumviro niciza kigumekoooo
@shanthalshanthal1491
@shanthalshanthal1491 7 месяцев назад
Reka nitambire igisirimba murakagatondo😂😂
@ngabireemeryhelper8264
@ngabireemeryhelper8264 7 месяцев назад
Tuzobayo
@violettekwizera5554
@violettekwizera5554 7 месяцев назад
💃💃💃💃🧚🧚🧚🕺🕺🔊🔊🔊🔊🔊
@francinendayishimiye7733
@francinendayishimiye7733 7 месяцев назад
Hezagigwa
@AnnetteNdayikeza-p8l
@AnnetteNdayikeza-p8l 7 месяцев назад
Amen Amen Amen ndafashijwe nukri🥰🥰🎊🎊🎊
@melinairakoze6649
@melinairakoze6649 7 месяцев назад
Amen amen ur'Imana yokwizerwa🎉
@fidelebakunda339
@fidelebakunda339 7 месяцев назад
Thank you my Father indirimbo y'amavuta
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 7 месяцев назад
Uri Imana yokwizerwa uriho uzohoraho 💃💃💃💃
@DannySabushimike
@DannySabushimike 7 месяцев назад
Zamuka ngwino gumuza
@NduwayoCelestin-i5p
@NduwayoCelestin-i5p 7 месяцев назад
Uranyubatse cane yesu agukomeze
@NshimirimanaBenigne-gx8gf
@NshimirimanaBenigne-gx8gf 7 месяцев назад
Thank you Father I am blessed
@bellachristanduwayezu2229
@bellachristanduwayezu2229 7 месяцев назад
Hallelujah💃💃💃Merciii Papa❤️
@gaudencentitetereza1727
@gaudencentitetereza1727 7 месяцев назад
this song is truly prophetic and gives us hope for heaven.
@fabricenininahazwe1918
@fabricenininahazwe1918 7 месяцев назад
Amen amen nanjye nzabayo
@niyoeddy4131
@niyoeddy4131 7 месяцев назад
Come on
@nicknick3651
@nicknick3651 7 месяцев назад
Amen Amen Amen Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@dddiii2330
@dddiii2330 7 месяцев назад
Hallelujah Hallelujah Hallelujah ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@dianeinamahoro6368
@dianeinamahoro6368 7 месяцев назад
Hallelujah Hallelujah Hallelujah 🙌 🙏
@vavakeza8998
@vavakeza8998 7 месяцев назад
Thank you 😂😂💃🙏🙏
@queenjijiingabire7293
@queenjijiingabire7293 7 месяцев назад
Haleluyaaaaaa manaaaaaaaaa karanyinjiye nomumpwemu ngo baaaaaaaaaaaaaaa🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@christella5092
@christella5092 7 месяцев назад
Ubundi Abarundi mwarimurindiriyiki??
@francinendayishimiye7733
@francinendayishimiye7733 7 месяцев назад
Mpa numéro za apôtre nciye ndamukumbura
@kingdieudonneapostle1226
@kingdieudonneapostle1226 7 месяцев назад
79 812330
@OresteNiyonkuru-m5h
@OresteNiyonkuru-m5h 7 месяцев назад
Ngiye ndagitamba kukaz mwakano gatondo utumvyukijeko akantu kamez nez mwarahezagiwe ❤🎉
@DivineMuhimpundu-t4e
@DivineMuhimpundu-t4e Месяц назад
Amen Amen
@Mpawenimanadedith
@Mpawenimanadedith 7 месяцев назад
Ayiiiiiiiiiiiiii Yeyeyeye huuuu Nuku tuzobayo kuko yabidusezeraniye kandi n'ukuri pee kuko ntiyivuguruza
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 7 месяцев назад
Uzobayo je nzobayo
@irenesi3064
@irenesi3064 7 месяцев назад
Amen
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 7 месяцев назад
Indirimbo nziza cane
@nduwamungujoselyne9417
@nduwamungujoselyne9417 7 месяцев назад
Amen amen
@JustinsuccessNkurunziza-wk7zr
@JustinsuccessNkurunziza-wk7zr 7 месяцев назад
Amen amen
@ndayishimiyeagnes
@ndayishimiyeagnes 7 месяцев назад
Amen yes
Далее
AMAZINA Y'ABAMALAYIKA, UBWOKO BWABO, UKO BAKORA
1:19:10
Просмотров 1,4 тыс.
Крутой фокус + секрет! #shorts
00:10
GUTE WOVUGANA N'ABAMALAYIKA?
1:25:33
Просмотров 1,1 тыс.
INDOTO 7 UZIBONYE  UKWIYE  GUCA  WISONZESHA
28:03
Просмотров 7 тыс.