Nice song Vichou,umuntu ava kure kd gikuru nuko washitse ku ndoto zawe,kimw unyibukije muhira bar karaoké mwagira 😭,Rest in peace Bobo,tuzoguhoza k mutima,ndabafan boku my team PEACE and LOVE,ungali una pambana Vichou courage
ni kweli kaka uritoka mbari mungu azidi kukujaza nguvu uzidi kupambana apana kama commando rakini pambana kivyako njo utafanikiwa..napenda sana mziki huu sana
ooohho Peace history, nice work big brother.... gusa inteye gutemba amasozi... sha.. gusa ni ukuri buri wese, arifise akahise kiwe.. kage ka dutera intwabwe tubandanye imbere ni heza. big up