Тёмный

Wa mu Maman yandika BELLISSIMA ya Dj Fernando ikaba hit yandikiye copine wiwe iyindi Hit😍/girlfriend 

Siren Vibes TV
Подписаться 162 тыс.
Просмотров 40 тыс.
50% 1

#girlfriends #burundi #Kadiekay

Опубликовано:

 

11 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 171   
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 месяца назад
Murabe “MON LOGO” ya Kadie Kay 🤩muciye kuriyi link👇🏽👇🏽 ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-_3q4o4rdn54.htmlsi=aEBzO9nGQhq9MIn-
@ndayizigadally1648
@ndayizigadally1648 3 месяца назад
Bjr ndashaka num ya kadie
@milkagateka8819
@milkagateka8819 3 месяца назад
Nukuri iyi niyo true story vraiment iyi ndirimbo mon logo ndayikunda pe
@Ineskaneza-jc7lk
@Ineskaneza-jc7lk 3 месяца назад
😂😂😂yoo ivyo Mme Jeanne avuz nivyo,la famille Katubadi n'abantu beza!Monsieur katubadi était mon prof et directeur de mémoire d mon livre à la fac.Un prof qui mérite tous mes respects kandi twakorany neza,compréhensif,twari mu bihe vya 2015 ntari hafi mais yaradufashij cane turapresenta.So,daryohew cane kubona afise n'umudame amez neza Kandi ari muri Bain ya posie,sociologie,philosophie,yatwigishij!En tout Cas je suis fière!Mrci na siren muraduha mood iryosh!dabakurikirana dpuis belgiq chaq jour narahevy na film!!😂
@IbreezyOneWay
@IbreezyOneWay 3 месяца назад
Bavyeyi beza 🤍♥️ mama youpi na Kadie Kay
@kellykizzytheboss3891
@kellykizzytheboss3891 3 месяца назад
Courage Kuri Kadie Kay yandike izindi song aze araduhera aba artist bacu kuko hari abafise amajwi meza ariko batazi kwandika
@hawababy120
@hawababy120 3 месяца назад
Ikiganiro ciza san knd hosy mrci bcp kituzanira ibituruhura mumutwe.🥰🥰ahubwo abana babo nibikundanire biryohe gosee
@JoellaNiyomucunguzi
@JoellaNiyomucunguzi 3 месяца назад
Basha ndakunda Mama Youpi bimwe najew ntatahura yanryoheye nkimubon mur clip olala 🥰🥰 niki Mama ciza disiii kamata bz😘
@ntikajahatom-c4820
@ntikajahatom-c4820 3 месяца назад
Yoooo Jeanne sha...toujours la même umwana mwiza kuva kera ❤
@cedricmpfukamedusenge361
@cedricmpfukamedusenge361 3 месяца назад
Iyi interview ndaza kuyiraba vyanynka bikunda yooooose! Kadie kay Mama. yuuuuuupiiiiiiiii😍💋💋
@AnnyZoe250
@AnnyZoe250 2 месяца назад
Les très belles mamans j vs aimez trop❤ kadie hejuru cane 🎉iyi ndirimbo nayikunda cane muga aujourdui numvirije ikikiganiro iciye iba inspiration ds ma vie 🥰
@nkengurutsechristian473
@nkengurutsechristian473 3 месяца назад
Ye baba ww Maman Youpi na Claudine, ndabazi caaane. Mwakoze kunkundisha mon logo❤
@AFox-mi8xx
@AFox-mi8xx 3 месяца назад
Mama Kadie nisanze Ari Jew nyene niberey Aho.Amateka yiwe yose nsanze Ari Jew.Nzokurondera ningaruka mu gihugu.Imana ibahezagire ba mama Beza
@FleurineSibomana
@FleurineSibomana 12 дней назад
Maman kadie duhe Mon professeur
@ck8137
@ck8137 3 месяца назад
Aba maman beeesaa batesaaa Imana ibahezagire mugumane ama positive vibess indirimbo irareeenzeeee ❤❤❤❤❤❤❤
@erza6832
@erza6832 3 месяца назад
Kadie kay kwandika indirimbo nabigire akazi kuko arabizi canee twaheruka kunva indirimbo zanditse neza kuriya kera
@Ibiyago250
@Ibiyago250 3 месяца назад
Maman Yupi ni umusirimu,urumva ukuntu yi presenta neza 🥰🥰
@WdsgdRewdhh
@WdsgdRewdhh 3 месяца назад
Aba maman baba no stress ndabakunz kweli 🥰🥰🥰🥰🥰😍😍🥰🥰🥰 iyi emission irarenz nukur
@dushimemilka1696
@dushimemilka1696 3 месяца назад
Ntaco sha mama Youpi Abo batavyakiriye neza nivyabo jewe kazima nayikunze nubu ndacayiraba chapeau kuri Kadie Kay duhe mon professeur turyoherwe na gahunda🎉🎉🎉
@GermainGIRUKWISHAKA
@GermainGIRUKWISHAKA 3 месяца назад
Waouh nanje nciye numva nkunze Abo ba maman numva nshatse ko tuba abagenzi
@IrihoGabe
@IrihoGabe 3 месяца назад
Maman youpi ❤Jew ndamukundaaa mbere yambereye Umugisha kenshiii🎉✨🇨🇦
@dianeiradukunda3824
@dianeiradukunda3824 2 месяца назад
Yooo Kadie ni madame Katubadi.Ndumiwe sha afise une femme intelligente
@rahaytv26
@rahaytv26 3 месяца назад
kuko burigihe binsigira ikintu mumutima wanje disi❤❤❤ bavyeyi beza. urukundo rwanyu lMANA iruhezagire caane
@NjejimanaEnock-mm5si
@NjejimanaEnock-mm5si 3 месяца назад
Mana we sha iBurundi abamama beza imana ibahezagire harimwo nuwanje ABA nabo nabakunze sana❤❤❤
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 3 месяца назад
Nukuri Imana igume ibahezagira ndabarahiye mutaryoshe kuraba ese nabana banyu bokundana nkuko...Hosy na Gleu bzu❤❤❤❤❤
@aimeekanyanuneza4042
@aimeekanyanuneza4042 3 месяца назад
Sha nukuri pe mutuma nkumbura mu Burundi canee 😢 abo ba mamans mwatumiy baratesa canee nagikunz
@OrnellaIzere-w7r
@OrnellaIzere-w7r 3 месяца назад
Yoooooo baratesa cane🥰bararyoshe vrma😍entre temps hosy uraberewe👌
@NzambimanaAudace
@NzambimanaAudace 3 месяца назад
Mon logo ndayikunda sana !! Kadie kay courage cn yandika ama hit song gusa.... 🔥🔥🇧🇮🇧🇮👏🏾👏🏾
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 3 месяца назад
Mugire umugisha muryango wanje. ❤❤❤❤. Mwarabiryoheje. Muragapfa mukundana. Maman Youpi na Anselme ndabahezagiye. Claudine et mon professeur namwe mwiyumve
@mwatumbachirahishakiye1397
@mwatumbachirahishakiye1397 2 месяца назад
Imyaka n'ibiharuro kandi umunezero ntubungwaaa mwirambire muratesaa
@dianeizere4887
@dianeizere4887 3 месяца назад
Maman yupiiiiii❤❤❤❤❤ kimama ciza cuzuye urukundo .Ndagukunda
@elyseenkengurutse5452
@elyseenkengurutse5452 3 месяца назад
1:00:03 Kadie est une femme intelligente avec une amie sage comme ça nukuri muzogumane. Kandi bigaragarako murabantu burukundo...c'est vraiment un modele pour les autres generations.
@justinhatungimana6740
@justinhatungimana6740 3 месяца назад
Waooo,Maman Youpi kweri ,ndakunda famille ya Anselme pe egooo,n'Abantu bafise umutima mwiza goseee
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 3 месяца назад
Basha ab bavyeyi barateeeeeesa vrm Murakarambana disi ❤❤❤
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 3 месяца назад
Yooh,Hosy warakoze kuzana abobantu Kadie umu Maman yugurutse mu mutwe hamwe na Maman youpi baratesa ubwobugenzi bwabo nubwa vrai basha ndaryohewe kumva intahe yabo Imana Ibakomeze cane
@irakoze3762
@irakoze3762 3 месяца назад
Twarayikunze sana gus sinarinz k n bellisima kwariyiwe yayanditse courage vrt❤
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire 3 месяца назад
Vyanse ko mpeza kuraba iyi émission ntarasimbira kuraba mon logo kwanza😂😂😂
@joselyneningarukira696
@joselyneningarukira696 3 месяца назад
😭😭😭😭😭iyo nkuru iratesaa irasara ndaryohew hamwe ndira big up to the special mum
@owanaishimwe
@owanaishimwe 3 месяца назад
Hosy woduha link yico kiganiro ca avant ça kadie kay anyway muraberewe na Gretta 😍et les mamans aussi
@maeli6300
@maeli6300 3 месяца назад
Cari muri my Journey kirondere sicakera urakibona
@fleuriedusabe4952
@fleuriedusabe4952 3 месяца назад
iki kiganiro kiraryoshe pe kubona aba MAman nkabo biryohera , iyo life ni antitress murakoze kuturyohera ,Hosy nawe turagushimiye pour l'émission.🥰
@user-yk1zy6cs1z
@user-yk1zy6cs1z 3 месяца назад
Nivyagaciro vrt mugirumugish urukundo nkugwo nigwotwipfuz mubant twes muzogire iherezo ryiza❤❤❤❤
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 3 месяца назад
Un souhait qui devient une réalité 🥲😍 merci les hosts❤❤❤
@Mpayinkandayisnga
@Mpayinkandayisnga 3 месяца назад
Une émission vrt incroyable 👌❤❤❤❤❤❤
@DianeIrankunda-fo2ds
@DianeIrankunda-fo2ds 3 месяца назад
Narindakirindranye igishikaaa❤❤❤
@lydiandayishimiye5855
@lydiandayishimiye5855 3 месяца назад
Aba mama beza
@josianeemu4606
@josianeemu4606 2 месяца назад
Nsigaye nkunda kadie kay sana❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@gadiellaigr6984
@gadiellaigr6984 3 месяца назад
Ndabakunda nkakunda n'ibiganiro vynyu❤and thnk u kutuzanir aba maman batesa🤗💕
@democritenzoisaba9117
@democritenzoisaba9117 2 месяца назад
MON LOGO is the TOP by the way come on//
@kadiekay248
@kadiekay248 3 месяца назад
😍❤️
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 3 месяца назад
Reka ngufollowing Maman uratesaa❤❤
@muhozabenitresor
@muhozabenitresor 3 месяца назад
Abo Bavyeyi bubahwe, amashurwe yabo bayahabwe hakibona.
@MarieGorethHAKIZIMANA
@MarieGorethHAKIZIMANA 3 месяца назад
Ndabakunze cane ba maman bakundu umuziki nanje ndawukunda cane gose ndi umu maman w'i Gitega afise 60ans ,kadi courage ,maman yupi uri uwiwacu i Gitega Hosy ndi Belle mère wa Erwan mukuru wa Mona,rero ndagusavye uzompe num z'abo ba maman nabakunze cane
@rosemarietwagirayezu2616
@rosemarietwagirayezu2616 3 месяца назад
Ikiganiro kiryoshe!!! Ni icirwa gikomeye. Kandi courage
@AngeRubeneIrakiza
@AngeRubeneIrakiza 3 месяца назад
Maman Youpii❤❤❤Kadie Kay❤❤❤Muri abavyeyi beza sha💚💙💜🧡💛
@linadukenguruke2905
@linadukenguruke2905 3 месяца назад
Waooo ikiganiro kiryosh merci Hosy $ Gretta nabatumire
@AriellaIgiraneza-xb8rz
@AriellaIgiraneza-xb8rz 3 месяца назад
Ndabakunzeee bavyeyiiii bezaaaa murambane mazeeee🎉🎉🎉🎉🎉
@Yvetteyvette-m6d
@Yvetteyvette-m6d 3 месяца назад
Waoooo émission iryoshe cane je vous ❤❤❤❤❤from 🇨🇭🇨🇭🇨🇭🇨🇭🇨🇭
@nyirandayisabaprovidence1892
@nyirandayisabaprovidence1892 3 месяца назад
Love you from Rwanda❤
@CitegetseWilson
@CitegetseWilson 3 месяца назад
❤❤❤ une bonne émission 💪 🇧🇮
@ameame9588
@ameame9588 3 месяца назад
Iki kiganiro kiranryohey sana bitumye nsubira kuraba mon logo🥰
@raoul777
@raoul777 3 месяца назад
Ooohhh!!!long time ....ooohhh!!! pleasure to hear from you ...
@linadukenguruke2905
@linadukenguruke2905 3 месяца назад
Mon logo nahora ndayikunda ubu hoho incwiiii❤❤❤
@nedankundira6687
@nedankundira6687 3 месяца назад
maman youpiiii turabakunda djibouti
@FrankLightlifeirakoze
@FrankLightlifeirakoze 3 месяца назад
Hosy ubandanye utera imber ukora ibintu vyiza knd vyigisha,be blessed,love from 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
@stephaniegirukwishaka6974
@stephaniegirukwishaka6974 3 месяца назад
Mediaaaa shaaa!! Yambiiiii❤❤
@user-sr5bm5ic2e
@user-sr5bm5ic2e 3 месяца назад
Maman yupiii na Kadi je vous aime beaucoup ❤
@christellamuhimpundu139
@christellamuhimpundu139 3 месяца назад
Oooh Coco,yambiiiii yambiiiii tjrs jeune ❤
@bakundamariechantal3118
@bakundamariechantal3118 3 месяца назад
Ndabakunze cane ikiganiro giheze ntabishaka ❤
@fleuryniyimfasha2351
@fleuryniyimfasha2351 3 месяца назад
Maman youpi😍😍
@BahatiTido-hj6cv
@BahatiTido-hj6cv 3 месяца назад
Nukur turasavye muze muratumira nabakinyi bumupira wamaguru nka ntibazonkiza Saïd nabandi nabandi nukur mur soccer mwaratwibagiye sana.
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 3 месяца назад
Mbega ikiganiro kiryoshee Aba damee batesaa vrmnt
@lauriaiteka4198
@lauriaiteka4198 3 месяца назад
Maman Fashion wacuu Kadie kay #BES😍😅
@nshimirimanadennis6075
@nshimirimanadennis6075 3 месяца назад
Maboko igihumbiii🎉🎉n'a Kadie kay❤❤
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 3 месяца назад
❤❤❤❤❤sr vous ubugenzi bw ukuri buraryoshe
@user-mr1jq8ml4k
@user-mr1jq8ml4k 3 месяца назад
Yohoo mbega abant batesa mwesee ❤❤❤
@Yvetteyvette-m6d
@Yvetteyvette-m6d 3 месяца назад
Waooo reka mfate agasongabugali nicare
@ndayizeyewilly4603
@ndayizeyewilly4603 2 месяца назад
Uwo mu maman niba uko avuga kwakuze kandi azi kwandika indirimbo ,akavuga ko Fernando angana numwana wiw ,nareke kugira polimique yivyatarimwo kuko avuga ko atari muvya music.....nakore izindi ndirimbo hama areke guta umwanya kuma réseaux sociaux. none uko gukura kwiw guhagazehe adashobora kwifata nkuwukuze
@fleuryniyimfasha2351
@fleuryniyimfasha2351 3 месяца назад
Kuberiki mwari mwaratevye gutumira abadusobanurira story ya mon logo!!! Kumbe ni réel iryoshe nkuko 😥😥😭😭😭😭😭😭😭😭 nukuri papa youpi na mama youpi nibo ba star bumuziki reo!!! Kadie impano yiwe nayo iriza abantu 😭😭 uratesa nawe kadie numiwe sinarinzi ibikorwa vyawe nkivyo
@NishimikijimanaBelyse
@NishimikijimanaBelyse 3 месяца назад
Ikikiganiro kiranryoheye kubu kinda za nicaye😂
@bsc4177
@bsc4177 3 месяца назад
Iyo histoire ya mon log nanj irankoze kumutima🥰🥰bafitanye amateka meza couple zose zoba nkabo vyoba vyiza
@Princess_Graah
@Princess_Graah 3 месяца назад
Iy coiffeee yawe hosy😘😍les mamans baratesannn🥰🫂
@sylviekazage197
@sylviekazage197 3 месяца назад
Meddy weeee, toujours belle in&out, toujours joyeuse
@sephorakatubadi
@sephorakatubadi 3 месяца назад
Mes mamans much love for you❤❤❤
@NIYONKURUAugustin-ph7oi
@NIYONKURUAugustin-ph7oi 3 месяца назад
Mama youpi na kadie kay❤❤❤❤ ❤ndabakundaaaaa
@JUSTINEIRAKOZE-jw7hn
@JUSTINEIRAKOZE-jw7hn 3 месяца назад
Hosy uraberew caaaaaaane usA neza
@angemadeleine944
@angemadeleine944 3 месяца назад
Ni mwubahwe🎉❤
@nanananette031
@nanananette031 3 месяца назад
Ooohhhh so sweet I love the story kabisa❤❤❤❤
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 3 месяца назад
❤❤❤🎉🎉🎉🎉amashugw kurabo ba maman
@User12358__
@User12358__ 3 месяца назад
Maman Youpi n'incuti ❤ blessings
@christiannkurunziza8523
@christiannkurunziza8523 3 месяца назад
C'est une très belle et bonne histoire...❤❤❤
@ntakirutimanajeannette
@ntakirutimanajeannette 3 месяца назад
Ikiganiro kiryoshe vrmt
@twinsmom-td7gb
@twinsmom-td7gb 3 месяца назад
🥂 to friendship, 🥂 to true friends# age it's just a number 🎉
@zubeaslay6566
@zubeaslay6566 2 месяца назад
Hosy aravuga cne nturuhuka!!!😂😂😂😂
@djzenobinoruntowndjs
@djzenobinoruntowndjs 3 месяца назад
Je muzompe emission kuri 26 ans za mariage😂😂😂😂🏃🏾‍♂️🏃🏾‍♂️🏃🏾‍♂️🏃🏾‍♂️
@ImeldedianeNiyonkuru-gh5ii
@ImeldedianeNiyonkuru-gh5ii 3 месяца назад
Muranryohereje umunsi nukuri Ndabakunda
@jonathan194
@jonathan194 3 месяца назад
Muri super ❤🥰
@lydiandayikengurukiye5432
@lydiandayikengurukiye5432 3 месяца назад
Maman yupiiiiiiiiiiiiiiiii❤
@kellyberniceakimana6585
@kellyberniceakimana6585 3 месяца назад
Biratesaaaa🎉❤
@Justelineinabigos
@Justelineinabigos 3 месяца назад
Mes soeurs ndabakunda 😍
@BujaBuja-cf1we
@BujaBuja-cf1we 2 месяца назад
Mwubahw kabisa muraguman ugorukund
@bsc4177
@bsc4177 3 месяца назад
Abana babo numva bovamwo couple nziza nibarabe nabo bavyigeko
@martinekwizera5104
@martinekwizera5104 3 месяца назад
Essayez de poser des questions courtes et precises! Surtout Hosy.
@user-xp2bs5ps4m
@user-xp2bs5ps4m 3 месяца назад
Nukuri indirimbo ushak kugum uyirab iraryosh caane
@mariusnininahazwe1349
@mariusnininahazwe1349 3 месяца назад
Mwubahwe ba mamans beza twiherew na Ndiho ❤ Mon Logo iriko iraryohera benshi knd ihindura ubuzima, iryosha ubuzima bwama couples menshi tuyikesha mwebwe ,spécialement Madame Claudine Kabayoboke ( Kadie Kay)❤
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 3 месяца назад
Uyu mu Mère nahora ndamubona Archipel sinarinziko yugurutse gutyo ubu nzogutambisha
@donatiennzambimana8834
@donatiennzambimana8834 3 месяца назад
😅😅😅😅😅😅😅😅
@lysenellyakimana9942
@lysenellyakimana9942 3 месяца назад
😂😂😂
@Zian3103
@Zian3103 3 месяца назад
😂
@Justelineinabigos
@Justelineinabigos 3 месяца назад
😂😂😂😂😂
Далее
Abaniga
8:29
Просмотров 16 тыс.