Тёмный
No video :(

Yitwa Imana -REDEMPTION VOICE ( Live Recording) 

Redemption Voice
Подписаться 49 тыс.
Просмотров 417 тыс.
50% 1

Redemption Voice & RE-IMAGE Canada present:
" YITWA IMANA "
Album: IMIRIYONI
Song 1: YITWA IMANA
Song writers:Yves Ishimwe & Herve Mbungabunga
Audio : Nicolas & Farley
Video: Landry SB
Sound& stage design : Evin sound
Live Recording coordinator: Yves Lionel Niyorugira
Stylist : Igodalla
Graphics : Positive graphics art
Lyrics :
Yitwa Imana
1. Ndaririmbir’ Uhoraho
nuzuy’impundu n’ishimwe
ko yumvise ugusenga kwanje arantabara, arandokora
ntawari kubishobora
nukuri akura ku cavu
urukundo n’imbabazi vyiwe,
vyampindukiye impamba
refr/Nimureke Imana yo yitw’Imana
Abo yaremye bose muze tumushime,
Ihagarara ku ntango ikavug’ivyiherezo
lyo Mana ,N’iyo Mana
2. Amateka yawe aranditse,
Mu mitima y’abana bawe
N’amahanga azobibona,
Azotinya maze yizere,
uko urunganwe rukaranwa
nzovuga kugira neza
Ishengero rikoranye
nzoshingira intahe ukuri
Special thanks to Reimage Canada,
Evin sound group
Alberic

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 535   
@philberttuyishime
@philberttuyishime 5 месяцев назад
Wow🎉🎉 nimureke Imana yitwe Imana pe🥳🥳 Ababona nkanje ko ako karirimbo kanatambika neza bandundeko izo like😂
@user-xr2uw1df4r
@user-xr2uw1df4r 4 месяца назад
❤❤😊
@aimeesandrineuwimana2146
@aimeesandrineuwimana2146 5 месяцев назад
Basi abantu twakiriy Iyo Mana mubuzima bwacuu mump like basiii turahiriwe peeeee🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉iyelleeeeeeeeee🔥🔥🔥🔥🔥👌
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 5 месяцев назад
Ooo waouuuuh ! Iraryoshe cane, numugisha kubagira mu mubiri wa Kristo! Ikomeze kubakoresha no kubashikana kure
@confiancenzoyisaba
@confiancenzoyisaba 5 месяцев назад
Ibikorwa vyaw biramfash Pasta ndipfuza Kuyag namw
@sandrinemaniriho2024
@sandrinemaniriho2024 5 месяцев назад
Namwe mutaraza sha Imana ikomeze ibakoreshe🎉🎉🎉
@Ev.Mutabaziofficial
@Ev.Mutabaziofficial 5 месяцев назад
Rwandans where are you????? We love you guys from Rwanda🇷🇼
@TheGospelBreeze
@TheGospelBreeze 3 месяца назад
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@Umusaza_dons
@Umusaza_dons 2 месяца назад
❤❤this song is amazing
@NshimirimanaNestor-lj7xn
@NshimirimanaNestor-lj7xn Месяц назад
This song is amazing❤
@shemabennybrian-ch3nk
@shemabennybrian-ch3nk 29 дней назад
🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@ChrysoNdasingwa
@ChrysoNdasingwa Месяц назад
I love this song ❤
@fabiolandayisaba2487
@fabiolandayisaba2487 5 месяцев назад
Jw nukur musubiy kunyigisha Imana gushasha mbay musha kubra iyi ndirimbo 😭😭muhezagirwe redemption 🙌🏻🙌🏻🙏🏻
@kayanzakidsafricana
@kayanzakidsafricana Месяц назад
❤❤❤❤❤❤❤❤HALLELUJAH ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@nenegash24
@nenegash24 5 месяцев назад
Jewe ndasengera featuring na chorale saint Dominique,vyoba top sana je vous dis
@SalomonNiyibitanga
@SalomonNiyibitanga 5 месяцев назад
Hejuru cane guys 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥♥️♥️♥️♥️♥️♥️
@ElvisIradukunda-nq6cc
@ElvisIradukunda-nq6cc 18 дней назад
Waoh Gospel song ndabakunda cane gose mubandanye Gihezagirwa CN❤❤❤❤❤
@user-cp1df1jj6f
@user-cp1df1jj6f 5 месяцев назад
Ihagarara kuntangoo ikavugaa ivyiherezoo...❤️🥺🙌🏽 Ooh iyoo Mana iyoo Manaaaa
@NdayizeyeVianney-g4g
@NdayizeyeVianney-g4g 3 дня назад
muhezagugwe can mwabikozeneza niturek Imana yitw Imana kli
@MariusNiyonkuru-s9w
@MariusNiyonkuru-s9w 5 дней назад
Amina amina iyo Mana yitwe imana ijoro n'umurango irabikwiye , good song I like it so much
@iradukundaange-kessy5361
@iradukundaange-kessy5361 5 месяцев назад
Redemption Voice God abandanye abahezagira vrt, This song , It’s really touching my heart again Again, it’s a reminder ko God is still in Control , cause He never change❤️
@RedemptionVoice
@RedemptionVoice 5 месяцев назад
Amen
@amandineingabire9889
@amandineingabire9889 5 месяцев назад
Imana ibahe umugisha cane kubwiyindirimbo nukuri mureke yitwe Imana kuko ntawuhwanye nayo izohora yitwa Imana ibihe vyose.
@andypacifique
@andypacifique 5 месяцев назад
Cyakozeee Murankomyeee Hit Iri Hot🔥 🔥 You never disappointed guys @redemptionvoice👌😘😘 Yitwa💝IMANA🙏🙏🙏 Abanyagwanda🇷🇼😂😅Icara Mwige Ico Bita Gospel Music From IWACU🇧🇮🇧🇮😘😘👌
@claudenishimwe1
@claudenishimwe1 5 месяцев назад
Rédemption voice amashi menshi cane🙏🙏🙏🙏 Murashoboye Imana ishishikare kubongereza inkomezi
@DianeNtirampeba-hr6xf
@DianeNtirampeba-hr6xf Месяц назад
Ni mureke Imana muhezagirwe
@fredlephenix4219
@fredlephenix4219 5 месяцев назад
Hari umunezero uri muri Kristo no mugukorera Imana. Tureke Imana,Yitwe Imana...Ihagarara kuntago,ikabona ivy'iherezo. Merci RV God bless you
@NdayishimiyeBlaise-qg7sg
@NdayishimiyeBlaise-qg7sg 12 дней назад
Cane goose yitw Imana ibihe vyose❤❤❤❤❤
@LCTV2024
@LCTV2024 5 месяцев назад
Praise God cane kubwiyi song!!! The song is anointed cane kbsa!! The atmophere was powerful!! Thank you so Much RV team we love you!! Muri umugisha cane mururu runganwe!
@RedemptionVoice
@RedemptionVoice 5 месяцев назад
Thank u
@arletteakimana6421
@arletteakimana6421 5 месяцев назад
Mbega indirimbo weee... irimwo guhishurirwa vyukuri Imana niyo Mana ntayindi pe Merci Redemption voice kuduhezagira mubalikiwe sana🎉🎉🎉
@ntahomvukiyevincent9245
@ntahomvukiyevincent9245 5 месяцев назад
Murabantu banje à jamais.Ndabakunda muvyumve.Mubandanye muja imbere bibondo Vya Burundi🎉🎉🎉Kure cane niho mbipfuriza❤🎉🎉🎉
@GloriaMucowera
@GloriaMucowera 5 месяцев назад
Imana yacu niyitw Imana
@AnabellaNdayisenga-xk3nb
@AnabellaNdayisenga-xk3nb 3 месяца назад
Nimureke Imana nyene yitwe Imana irabikwiye cane gose irakaninazwa imyaka yose ndabakunda cane indirimbo nziza cane iruhura imitima yabenshi mwarahezagiwe
@cynizere4467
@cynizere4467 5 месяцев назад
On vous adore c est kaleb j ai 7ans❤😮😊
@owenafaith
@owenafaith 5 месяцев назад
💃🏽💃🏽💃🏽 More anointing RV
@MariusNiyonkuru-s9w
@MariusNiyonkuru-s9w 10 дней назад
Imana iguhe umugisha we love you guys from burundi bujumbura God bless you a lot
@robertsangano1245
@robertsangano1245 5 месяцев назад
Nimureke Imana yitwe Imana. ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@pacifiqueininahazwe8035
@pacifiqueininahazwe8035 5 месяцев назад
Amajambo y'intsinzi koko. Yitwa Imana pe, murushiriza kuja hejuru caaane
@OdetteNishimwe-t1l
@OdetteNishimwe-t1l 29 дней назад
Biyireke yitwe IMANA irabibereye
@laureyvonnebararengana8629
@laureyvonnebararengana8629 5 месяцев назад
Ihagarara kuntango ikavuga ivy'iherezo .Amen
@ericshima2132
@ericshima2132 11 дней назад
Imana ibahezagire cane murampezagiye kweri
@ericshima2132
@ericshima2132 11 дней назад
Amazina yanyu icompa Uhoraho akayandika ubu nyene mu gitabo ciwe ntihazobe gusha kw’ibikorwa vyanyu
@SalomeBarutwanayo
@SalomeBarutwanayo 5 месяцев назад
Nimureke iyo Mana yitwimana Iraryoshe CNE Muhabwumugisha
@MignonneIrakoze-vb3wo
@MignonneIrakoze-vb3wo 5 месяцев назад
Nimureke imana yitwe Imana kuko irabikwiyeee❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@arsenengabirano3873
@arsenengabirano3873 5 месяцев назад
Yves... Imana Iguhezagure caaane !
@ishimweyves382
@ishimweyves382 5 месяцев назад
Amen,merci beaucoup
@MariusNiyonkuru-s9w
@MariusNiyonkuru-s9w 5 дней назад
Let God, be called God as usual amen
@GerardNikobiri
@GerardNikobiri Месяц назад
A great worshipper we are blessed with in 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@ArielbrimelTuyaga-mn8py
@ArielbrimelTuyaga-mn8py 5 месяцев назад
Hejuru cane redemption voice 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@alinenishimwe8563
@alinenishimwe8563 5 месяцев назад
Beautiful song! Much love from Rwanda!
@user-so2ti8ol1h
@user-so2ti8ol1h 5 месяцев назад
Ukura kucavu Mana bakureke witwe Imana
@FinancialAffirmations101
@FinancialAffirmations101 4 месяца назад
I have a Burundian friend who made me fall in love with all their things including this song 🙌🙌
@MariusNiyonkuru-s9w
@MariusNiyonkuru-s9w 10 дней назад
Really yitwe imana again and again forever and ever
@iramumpayerichard2893
@iramumpayerichard2893 5 месяцев назад
Sinkekeranya mukuvugako mufise amavuta redemption voice you never disappoint me
@user-gv4lp4in8w
@user-gv4lp4in8w 5 месяцев назад
Nimurek Imana yitw Iman kabis
@francinedusabe4932
@francinedusabe4932 5 месяцев назад
Amen amen
@IshimweHonorine-cw6hu
@IshimweHonorine-cw6hu 3 дня назад
Ndabakunda kurusha uko muvyibaza iyo ndabumvirije nditora cane
@user-ir2ms4wf8i
@user-ir2ms4wf8i 5 месяцев назад
Alléluiaaaaaaa 🎉🎉🎉nimureke yitwe Imana. Iyo mana iyo manaaaaaaa❤❤❤
@angevandapapovamuhimpundu2994
@angevandapapovamuhimpundu2994 5 месяцев назад
Yes Lord, Uhagarara ku ntango ukavuga ivy iherezo!!! Amen, courage frère et soeurs en Christ , proud of u❤
@graceee3292
@graceee3292 5 месяцев назад
Thanks for this banger.❤🇧🇮🇿🇦
@Boazbass
@Boazbass 2 месяца назад
Nimureke Imana yitwe Imana pee!! Mwabikoze Neza cane vyukuri All Glory be to God 🙏🙏
@StiveBigi-lj2qc
@StiveBigi-lj2qc 5 месяцев назад
❤❤❤❤halellujhaa🎉uku runganwe rukurana nzovuga kugira neza iyo mana ibakomeze 🇰🇪🇰🇪🇰🇪
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 4 месяца назад
Soyez béni. Imana ibadanye ibaha izindi ndirimbo
@Didierchosen
@Didierchosen 5 месяцев назад
Here we go , our home guys,we are proud of you 🇧🇮🇧🇮🇿🇦
@huguetteimboneza4919
@huguetteimboneza4919 5 месяцев назад
Amajambo yayo reto😢😢thk u Reedemption voice❤
@elysendayisenga5129
@elysendayisenga5129 5 месяцев назад
Reka lmana yitwe lmana we❤
@esperancesijeniyo3080
@esperancesijeniyo3080 5 месяцев назад
Imana ibahezagire caaane bane bacu❤
@RedemptionVoice
@RedemptionVoice 5 месяцев назад
Amen
@codogodfred5503
@codogodfred5503 Месяц назад
Nice songs ❤❤ nukuri kuzuye ntawundi wokwiringira
@ngendakumanaaimec510
@ngendakumanaaimec510 5 месяцев назад
Man..i have been waiting for this song from the day it was recorded...the wait is over...nimureke Imana yitwe Imana🎉
@keillamirire
@keillamirire 5 месяцев назад
Nzoshingira intahe UKURI😍😍😍halleluyah🔥
@AURIN.OFFICIAL
@AURIN.OFFICIAL 3 месяца назад
IYO MANA IRABOHORAAAAA nije ndabizi❤❤❤❤❤
@ishimwemorgan1713
@ishimwemorgan1713 28 дней назад
Wow guys muhezagirwe cane l❤❤
@juniorirangabiye6712
@juniorirangabiye6712 4 месяца назад
Nimureke IMANA yooo yitwe IMANA❤🎉
@horaceirankunda2839
@horaceirankunda2839 5 месяцев назад
Ndabakunda ❤
@Danydanie23
@Danydanie23 5 месяцев назад
Abo waremye turi hano gushimaa🥳🥳🥳🥳That God,is God🕺💃
@ISHIMWEFiston-iz5bo
@ISHIMWEFiston-iz5bo 5 месяцев назад
Ndaririmbira UHORAHO hallelluyah .....yitwa IMANA
@Perle_rare7
@Perle_rare7 5 месяцев назад
God bless you and anoint you more , a very nice song 🎵
@inezamagofficial
@inezamagofficial 5 месяцев назад
Beautiful song 🔥🥰🙏
@Ffdtyui
@Ffdtyui 19 дней назад
God thank you for everything 🙏🙌
@ntwariprincecharmant1520
@ntwariprincecharmant1520 5 месяцев назад
The song of the year for sure❤❤
@MunezeroParfait-hx4ch
@MunezeroParfait-hx4ch 5 месяцев назад
Mureke Imana yitwe Imana
@faithinChrist250
@faithinChrist250 5 месяцев назад
Ndabakunda bidasubirwaho❤️❤️❤️🙌 Muhabwe umugisha utarondoreka.🙏
@nkundagospel
@nkundagospel 5 месяцев назад
This Song is🔥🔥♥️
@munezeroingrid
@munezeroingrid 4 месяца назад
Halleluya 🎉🎉🎉
@user-mx4fu2mp8b
@user-mx4fu2mp8b 5 месяцев назад
Nyimbo Kali kabisa vrt ongela sana
@NikezweHermenegilde-vq5cw
@NikezweHermenegilde-vq5cw 5 месяцев назад
Iyo MANA nukuri IRAHAMBAYE, Abo yatije ubuzima bwokubaho tuyishimishe ivyacu vyoooose AMEN
@SandrineMuhorakeye
@SandrineMuhorakeye 5 месяцев назад
🥳🥳🥳🥳 waouh nimureke Imana yitwe Imana kuko yitwa Imana 🙌
@blaisekidasharira2372
@blaisekidasharira2372 5 месяцев назад
Niyo Alpha & Omega Yeshuah Mashiah...
@owenoriolniyokindi3394
@owenoriolniyokindi3394 5 месяцев назад
Tureke kabisa Imana yitwe Imana irabikwiye 🎉🎉
@irakozefranckey-board1194
@irakozefranckey-board1194 5 месяцев назад
Elysebasse man your groove Is sooooooo🔥🔥🔥🔥🔥
@user-pi2ed2gp1y
@user-pi2ed2gp1y 5 месяцев назад
Merci mze
@arnaudbrunoiradukunda8856
@arnaudbrunoiradukunda8856 5 месяцев назад
Waooh Murakoze cane,❤❤❤❤Mukomeze Guhezagirwaaa❤❤
@ihuwizeyecedric1400
@ihuwizeyecedric1400 5 месяцев назад
Ivuga iherezo mw'itanguriro...ooohhh Glory🔥🔥🔥🔥
@innocentnduwayo9721
@innocentnduwayo9721 5 месяцев назад
Yesuweeeee Redemption voici yesu niwe wokubashimira je mbuze uko mbivuga ndubatswe bikomeye🎉❤❤❤
@alainchristophemuhizi2594
@alainchristophemuhizi2594 5 месяцев назад
🎉 Great worship, i'm very blessed
@user-lv7gl6fy6e
@user-lv7gl6fy6e 5 месяцев назад
Mwarahezagiwe🙏🙏
@user-gd9wv6mz8v
@user-gd9wv6mz8v 2 месяца назад
God is Good all the Time❤❤!! Thanks for the best music 🇧🇮❤️🎉🎉
@angeouitakimana6483
@angeouitakimana6483 5 месяцев назад
Ukuntu nari ndayishuhiye, the excitement was worth it🙌🙌
@angelhonor123
@angelhonor123 5 месяцев назад
Wow Yitwa Imana 🙌🙌
@sadrickniyonkuru5764
@sadrickniyonkuru5764 5 месяцев назад
Mpwemu yera abakoreramwo abikora neza cne!this is not gospel song only it is the story of the hand of God,story of faithness of God 🔥🔥♥️🛑
@RedemptionVoice
@RedemptionVoice 5 месяцев назад
Amen amen
@mathhatungimana7747
@mathhatungimana7747 5 месяцев назад
Umwami Yesu ashimwe kungabire yabahaye❤
@FaustineIrankunda
@FaustineIrankunda 3 месяца назад
Yitwimana nyene niryo zina ryayo
@alinendihokubwayo8959
@alinendihokubwayo8959 5 месяцев назад
Waouuuuuh Hallelujah n'Imana ibona ivy'iherezo mw'itanguriro
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 5 месяцев назад
My Team❤❤❤Nimureke Imana Yo Yitwe Imana Abo yaremye Bose muze Tuyishime oooooh Halleluyah Imana ibandanye ibahezagira🙏🙏We Love You❤️❤️💚💚
@pastormasezerano
@pastormasezerano 5 месяцев назад
Hallelujah
@SamuelPraise
@SamuelPraise 5 месяцев назад
Beautiful song 🎉,Hallelujah🙌🏽
@emelyneiradukunda3205
@emelyneiradukunda3205 5 месяцев назад
Ihagarara kuntango ikavuga ivyiherezo turahiriwe Ko dufise Imana thank you Redemption indirimbo nziza cane may the Lord keep using you I’m proud of you 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@IradukundaChristelle-ee9rf
@IradukundaChristelle-ee9rf 4 месяца назад
Amateka yange aranditswe hallelluaaa
@iam-del
@iam-del 5 месяцев назад
My new song addiction 🥰🥳🥳🥳
@user-nf6dv1yq5e
@user-nf6dv1yq5e 5 месяцев назад
Ooooh ndarengewe nubukuru bwImana mwongey kunyibutsa🙏🙏mbalikiwe our lovely team❤
@user-pw9lb9uu1e
@user-pw9lb9uu1e 5 месяцев назад
Good song🎉🎉🎉🎉🎉❤ RVC❤❤❤
Далее
Nkiriho-Redemption Voice  (Live recording)
15:12
Просмотров 93 тыс.
When I met the most famous Cristiano
01:03
Просмотров 24 млн
TIMAM - FRIDGE (procrastination)
5:28
Просмотров 5 тыс.
Pastor Lopez - NTIBESHA(Live recording Video)
9:50
Просмотров 856 тыс.
Yangiriye Neza Album
39:38
Просмотров 10 тыс.