Тёмный
Ubugingo Busagutse TV
Ubugingo Busagutse TV
Ubugingo Busagutse TV
Подписаться
Tabera by Apostle Kevin SIBOMANA
19:05
2 месяца назад
Umuherezi by Rev. Past Olivier IRAKOZE
49:57
3 месяца назад
Trusting in the Lord by Pastor Doriane Kaze
29:03
3 месяца назад
Ni Muzima by Apostle Kevin SIBOMANA
55:26
4 месяца назад
He is risen by Apostle Kevin SIBOMANA
25:53
4 месяца назад
Divine discipline by Apostle Kevin SIBOMANA
26:22
4 месяца назад
Intahe idasanzwe ya Pasteur Chadrack NININAHAZWE
1:21:31
6 месяцев назад
Комментарии
@lilianekamikazi6694
@lilianekamikazi6694 22 часа назад
Yooo,Mana ndumva iri jambo ari gwanje,ariko ndacikengera cyane
@lilianekamikazi6694
@lilianekamikazi6694 22 часа назад
Imana ishimwe cyane,kuba ndonse page yawe ndafashijweee
@odettenduwimana4910
@odettenduwimana4910 2 дня назад
Imana ibongere inkomezi namavuta y'Imana
@ChristaBukeyeneza
@ChristaBukeyeneza 2 дня назад
Imana ishishikare kubagirira neza mwarahezagiwe❤❤
@user-yv9du2zh2r
@user-yv9du2zh2r 3 дня назад
Amen amen amen amen
@PrincipeNdayishimiye-b2c
@PrincipeNdayishimiye-b2c 4 дня назад
Amen
@PrincipeNdayishimiye-b2c
@PrincipeNdayishimiye-b2c 4 дня назад
Amen
@Baptista1522
@Baptista1522 6 дней назад
Merci apôtre Uhoraho aguhezagire utumye mpumuka amaso Uhoraho arushirize kuguha ihishugwa urakoze gutu mpumuka
@chantaltuyisabe-mh6qf
@chantaltuyisabe-mh6qf 7 дней назад
Haleluya Imana yacu ninziza ibihe nibihe
@ViolineNyandwi-dn4bn
@ViolineNyandwi-dn4bn 7 дней назад
Amen amen
@steveirankunda5297
@steveirankunda5297 7 дней назад
Hambavu yokurondera Imana twongereko n'ubumenyi butandukanye❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@steveirankunda5297
@steveirankunda5297 8 дней назад
Ndafashijwe❤❤🎉🎉🎉🎉
@user-zx3vk7bp9r
@user-zx3vk7bp9r 8 дней назад
Amin amin
@steveirankunda5297
@steveirankunda5297 8 дней назад
Amen❤❤❤🎉🎉🎉
@steveirankunda5297
@steveirankunda5297 8 дней назад
Amen❤❤❤🎉🎉🎉
@Gloriose-jb6bg
@Gloriose-jb6bg 8 дней назад
Ameeen❤
@kenytrainamahoro4484
@kenytrainamahoro4484 8 дней назад
Amen .que Dieu vous bénisse
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 8 дней назад
Que Dieu nous remplisse de Sa sagesse. Merci apôtre pour cet enseignement
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 8 дней назад
Amen
@JackieBlessed-u8s
@JackieBlessed-u8s 9 дней назад
May GOD bless you Apostle Kevin! Oh muvuze ivy’inkoramutima, abantu bose twarataye ishusho imyambaro yo irateye isoni no kubantu bari munzu y’IMANA abaririmvyi,…. Birababaje.
@marienzeyimana639
@marienzeyimana639 9 дней назад
Très importante et intéressante leçon de vie. Imana idufashe kwiyallinya kurizi mpanuro qui à mon avis sont très constructifs. may God bless you both Pasteur Lionel and Apôtre Kévin
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 10 дней назад
C'est vrai ce que tu dis👌Merci pasteur Lionel, tu as été béni 🌹 Que Dieu nous remplisse de Sa sagesse 🙏🏾
@mikebrandndayirukiye6673
@mikebrandndayirukiye6673 11 дней назад
Amen amen
@user-zx3vk7bp9r
@user-zx3vk7bp9r 12 дней назад
Amen amen👏👏🙌🙌♥️♥️
@kenytrainamahoro4484
@kenytrainamahoro4484 12 дней назад
Amen
@CynthiaNIKUZE-mt5tz
@CynthiaNIKUZE-mt5tz 13 дней назад
Amen dady
@kenytrainamahoro4484
@kenytrainamahoro4484 13 дней назад
Amen
@bramwelpaul8557
@bramwelpaul8557 15 дней назад
Hallelujah 🔥🔥🔥
@TantineNdayemeye-me8zc
@TantineNdayemeye-me8zc 17 дней назад
Amen ndafashijwe nukuri
@KwizeraKurarema
@KwizeraKurarema 18 дней назад
The truth has to be told Reka mvuge ngo HALLELUJAH !HALLELUJAH !HALLELUJAH! May the LORD bless you more!
@JackieBlessed-u8s
@JackieBlessed-u8s 18 дней назад
MANA YERA nushimwe n’uhimbazwe, YESU MWANA WA DAWIDI shimwa ishimwe hejuru! Numva nuzuye umunezero udasanzwe numvise ko mu Burundi bwacu harimwo abavuga KRISTO neza bihaye KRISTO neza kandi bahamagarira abandi kuba mu buzima bwejejwe. Barundi twezwe neza imbere ni heza. Ntumwa za Kristo Pasteur Lionel and Apotre Kevin, May the LORD bless you and strengthen you in his ministry, you are heaven’s sent blessings to the world.
@JackieBlessed-u8s
@JackieBlessed-u8s 18 дней назад
Romans 12:2 King James Version 2 And be not conformed to this world: but be ye transformed by the renewing of your mind, that ye may prove what is that good, and acceptable, and perfect, will of God. Abakristo bubu ntidutangdukanye n’abandi, inyambaro imvugo uko twisiga…. Birababaje hageze kuri ivyo.
@steveirankunda5297
@steveirankunda5297 8 дней назад
Ugomba bakurabire kuri apparence??urihenze cane
@JackieBlessed-u8s
@JackieBlessed-u8s 18 дней назад
UHORAHO abahezagire Pasteur Lionel and Apotre Kevin kunyigisho nziza.
@NadegeNkunzimana
@NadegeNkunzimana 19 дней назад
Amen ndafashijwe
@NadegeNkunzimana
@NadegeNkunzimana 19 дней назад
Amen
@Gloriose-jb6bg
@Gloriose-jb6bg 19 дней назад
Mukozi w'lmana amahuguro yawe uziduhe kabisaa Niko ndiga
@IrakozeChristella-hm4pm
@IrakozeChristella-hm4pm 19 дней назад
Amen ndafashijw cn😊❤🎉
@mikebrandndayirukiye6673
@mikebrandndayirukiye6673 19 дней назад
Ndabakunda ncuti zanj ,zumusaraba
@mikebrandndayirukiye6673
@mikebrandndayirukiye6673 19 дней назад
Umwami yesu adushoboze ,ijambo ryayo ritubemwo
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire 20 дней назад
IMANA yacu irakomeye knd iratey ubwoba
@ManirakizaFabiola
@ManirakizaFabiola 22 дня назад
Amen
@user-sm3ey2oy5h
@user-sm3ey2oy5h 22 дня назад
Amen
@ContentBird-eb4ko
@ContentBird-eb4ko 23 дня назад
Kweri ndafashijwe,God bless you
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 24 дня назад
Iyintahe iteyubwoba 😢😢😢😢 yesu agiraneza nukuri
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 24 дня назад
Amen amen
@dushdanniella1538
@dushdanniella1538 24 дня назад
Urakoze IMana iguhe umugisha
@NkunzimanaPierre-o8s
@NkunzimanaPierre-o8s 24 дня назад
Amen
@NkunzimanaPierre-o8s
@NkunzimanaPierre-o8s 24 дня назад
Amen
@NkunzimanaPierre-o8s
@NkunzimanaPierre-o8s 24 дня назад
Amen amen amen
@Alainprincengabirano
@Alainprincengabirano 26 дней назад
Amen🙌🙌