Тёмный

Intahe idasanzwe ya Pasteur Chadrack NININAHAZWE 

Ubugingo Busagutse TV
Подписаться 12 тыс.
Просмотров 9 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

11 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 24   
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 7 месяцев назад
Shalom shalom Man of God Chadrack Kristo yesu numwizigirwa harico nibutse mpatswe kurira aho kristo Yesu yagukuye nibutse nigihe ufata Desicion yogukizwa uryamusi sinzofa ndawibagiye mur Eglise plein evangile waje ufise shashe irimwo imboga muvuye kuruyo na Maman Naomie ari vendredi mur louange Imana ihezagire na Erica umufasha wawe Imana yamukoresheje
@elianenitonze2086
@elianenitonze2086 7 месяцев назад
Apôtre Kévin ndagukunda nubwo utanzi,ivyakoretse kuri Chadrack burya mwari mufise uruhara kugira arokoke kuko umubisha satani yari yamwivye,ariko ubuntu bw'Imana bwari muri mwebwe bwo gusera Musaga ,Imana yo mw'ijuru yarakijeije Chadrack , Erika hezagairwa caaaane nawe wabwiye amakuru ya Yesu Chadrack. Yooo,ivyo novuga ni vyinshi. Kimwe gusa. Hezagirwa Apôtre Kévin ndakurikirana ubutwubwa bwawe chaque jours, Uvuga ubutwumwa bw'abantu bag iye barabamwo, Uvuga ubutumwa abantu bariko baramwo, N'ikuri urimwo ubuntu bw'Imana budasanzwe. Kévin ur'Intumwa y'Imana vy'ukuri. Uzagire ihererzo ryiza Apôtre Kévin
@user-gb9fi2pc9c
@user-gb9fi2pc9c 7 месяцев назад
Yooooo Ameeeeennnn,,,,, nanje ngira Mbarire Imana Honnêtement !!!!!
@elianenitonze2086
@elianenitonze2086 7 месяцев назад
Chadrack Yesu aragukunda témoignage yawe irakomeye kandi ingejeje ahantu hadadasanzwe. Yesu Umukiza w'abantu akomeze guhabwa icubahiro Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah m
@angemunezero630
@angemunezero630 6 месяцев назад
Imana ninziza iragahezagigwa
@RenildeNininahazwe-mn5vg
@RenildeNininahazwe-mn5vg 7 месяцев назад
Ntaho Imana itokura umuntu ntanaho itomushikana.Mana wakire icubahiro kuko urabikwiye
@queenkellygateka7099
@queenkellygateka7099 7 месяцев назад
Waaauh quel témoignage Jésus restaure encore❤️😭
@NadiaTuyishemeze-e4i
@NadiaTuyishemeze-e4i 6 месяцев назад
Amen amen
@pulcheriensengiyumva8949
@pulcheriensengiyumva8949 7 месяцев назад
Imana ikomeze imirimo myiza mubo yatoranije . Twemere tube abamalaika Imana yatumye aha kwisi
@leillaigiraneza9965
@leillaigiraneza9965 7 месяцев назад
Uko biri kose Imana numwizigirwa
@Frediane-px5tp
@Frediane-px5tp 6 месяцев назад
Gloire à Dieu
@kennyinesinamahoro
@kennyinesinamahoro 7 месяцев назад
Yesu amuhe umugisha
@sayve38
@sayve38 7 месяцев назад
Thank u Jesus for your mercy 🙏🙏🙏
@robbiazking2967
@robbiazking2967 7 месяцев назад
Imana ishimwe cane Chadrack intahe nziza cane , Erica Good Bless You 🙏 ko wemeye Kubabarana na Chadrack ugatanga Umwanya wawe ndetse Imana ikagukorera ivyo wayisavye nawe Chadrack ko ya N.B: Imana Yakweretse kwizokwama Iri Imana Ishitsa Imana yumva kandi Imana Yishura ahumwana wumuntu ananiriwe.
@edenshammahtv
@edenshammahtv 7 месяцев назад
Nukuri ndamfashijwe Imana numwizigirwa Kandi Chadrack mazina yanje urasubijemwo ubuzima Hari intahe pe
@ISHIMWEFiston-iz5bo
@ISHIMWEFiston-iz5bo 7 месяцев назад
So happy for this Man chadrack nukuri lMANA n'urukundo kubera iyo ntahe irubatse ubuzima bwanje Erika lmana imuhe umugisha kuko yarimwo impwemu y'lmana Glory to God
@bishazachristella8849
@bishazachristella8849 7 месяцев назад
God is soooo good❤❤
@ndikumanaarsene1264
@ndikumanaarsene1264 7 месяцев назад
Bless you my brother Iyi ntahe irakomeye Kandi irubaka no Jesus No Life ,nabona ubwitonzi ufise kumbe Christo Yagukoreye ibikomeye cane ,Erica yabaye intwari cane ,Imana ikomeze ibakoreshe ivyubutwari mugihe nkiki
@keillamirire
@keillamirire 7 месяцев назад
Halleluyahhhhhh😭😭😭😍😍😍😍😍
@gildanizigiyimana6192
@gildanizigiyimana6192 7 месяцев назад
Yesu yarakoze kugutabara Chadrack
@user-fm4vw1gx5h
@user-fm4vw1gx5h 7 месяцев назад
God bless you man of God
@mugishaerica5985
@mugishaerica5985 7 месяцев назад
Imana yakoze ibikomeye nihabwe icubahiro irabikwiye!!!
@dhaliebarayunga3151
@dhaliebarayunga3151 7 месяцев назад
Wubahwe mundome nkuru lmana ibandanye ikongera amavuta nda❤❤❤ cneee.
@venantiekangabe2298
@venantiekangabe2298 7 месяцев назад
Hallelujah, GLOIRE A DIEU🙏
Далее
Balance Conference Day 1 with Pastor Lionel Uwintwari
1:59:03
Faites comme moi
00:14
Просмотров 1,1 млн
Umuherezi by Rev. Past Olivier IRAKOZE
49:57
Просмотров 2,4 тыс.
Ni Muzima by Apostle Kevin SIBOMANA
55:26
Просмотров 1,2 тыс.
Ico ishengero ribereyeho by Apostle Kevin SIBOMANA
35:14
A disciplined christian by Apostle Kevin SIBOMANA
33:55
Tabera by Apostle Kevin SIBOMANA
19:05
Просмотров 1,6 тыс.