Тёмный
The Real TV Show
The Real TV Show
The Real TV Show
Подписаться
Комментарии
@Olicool2014NDIHO
@Olicool2014NDIHO 6 часов назад
IMPANO ZIRATANDUKANYE, NIMBA FERNANDO AFISE IMPANO YUKURIRIMBA ,KADDIE NAWE AKABA YANDIKA NEZA!? KUKI UYO MWANA WEJO NAHO NDAMUKUNDA ATOCA BUGUFI AGASHIMA IGIKORWA YAKOREWE? ICO NZI NUKO ABANDANIJE AKORA UKO AZOZIMA NKA BOUGIE. GUCA BIGUFI NIMPANO YOROSHE KURONKA IGIHE UYIKENEYE. NDAKUNDA MELANIN BOY KUKUNTU ARI HUMBLE !!! REKA TURINDIRE IBIZOKURIKIRA KURI FERNANDO TUZOBA TUBIBONA😂 NATISUBIRAKO
@ngendakumana_mbasha
@ngendakumana_mbasha 16 часов назад
The Real Tv Show 💫
@user-jb7os8kq4z
@user-jb7os8kq4z День назад
❤❤❤❤🎉🎉
@fabricechenz1412
@fabricechenz1412 День назад
WILL ALWAYS BE HERE TO SUPPORT MY FAMILY THE REAL TV SHOW HEJURU CANE
@HervéNgenzebuhoro
@HervéNgenzebuhoro День назад
Mumpe j'aime abantu bariko bararaba nkanje iyi video
@elphazgram
@elphazgram День назад
🔥🔥🔥
@JeanclaudeNiyibogora-qd9nw
@JeanclaudeNiyibogora-qd9nw День назад
uwu mwana mumureke yitagatire basha mube mureka gukurikirana umuntu ariko yiterera imbere nkuko kwose none abarundi twabaye gute vrmt??? let's this kind of jealous people and succeed together guyz . it's okay to be th writter of the song but to behave yaself like how kaddy kay is doing ain't great surely
@NibitangaNoadie
@NibitangaNoadie День назад
Namw nimurek kwivugish kwimana imukund mugih yakoz ikosa nikurivug ntawutamukund mug ikos riravugw
@HervéNgenzebuhoro
@HervéNgenzebuhoro 3 дня назад
❤❤❤❤
@zabulonniyubahwe4058
@zabulonniyubahwe4058 3 дня назад
Bellissima signé DJ fernando wubawe. Kandi ushike kure!
@zabulonniyubahwe4058
@zabulonniyubahwe4058 3 дня назад
Nibareke umwana aduge. Mu bihango birasaba guhanuza no gukosoza ariko uwugukosoreye canke aguhanuye mu mpinyanyuro ntacayitirirwa ico gikorwa. Kadikeyi naze mubandi bahaanzi avance hanyuma aronke ikibanza.
@ahishakalypse23
@ahishakalypse23 4 дня назад
I'm a big fan wa Marembo kuva kuri ''Mfura ya mama''....keeera😋😊
@uwamahorobelyse5329
@uwamahorobelyse5329 4 дня назад
No his sound like yverry 😍😍😍😍not Meddy 😮
@therealtvshow257
@therealtvshow257 4 дня назад
Okayyyyy Iyindi Affaire 😅🔥
@egideasher1414
@egideasher1414 4 дня назад
Wtf did i just see😂
@therealtvshow257
@therealtvshow257 4 дня назад
You saw MAREMBO on the screen 😂😁🙈🙈
@MelanceManirambona-x7d
@MelanceManirambona-x7d 4 дня назад
Nibasubize hamwe
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 5 дней назад
😮😮😮uryamuhungi acishumuriro mwibutura
@therealtvshow257
@therealtvshow257 4 дня назад
😂😂😂😂 Yitwa NYAMATE
@MozaSintuka
@MozaSintuka 5 дней назад
Ariko kw,imana imukunda❤
@bujaupdates
@bujaupdates 5 дней назад
Courage Caaane mzeh baba
@ngendakumana_mbasha
@ngendakumana_mbasha 5 дней назад
The Real Tv Show Where I Belong To 🎯💯🇧🇮
@manekodrizzy6792
@manekodrizzy6792 5 дней назад
😂😂😂
@therealtvshow257
@therealtvshow257 5 дней назад
Undimo by MAREMBO 👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾 ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-0Q_Q34Avweg.htmlsi=6RfoBgwmwFhEATHM
@bujaupdates
@bujaupdates 7 дней назад
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@ErnestineIkirivyiza
@ErnestineIkirivyiza 7 дней назад
Big UP bro❤
@user-bn2ee9fq3f
@user-bn2ee9fq3f 7 дней назад
🎉🎉🎉🎉🎉
@HimbazimanaJprosuper-hk2iq
@HimbazimanaJprosuper-hk2iq 7 дней назад
DJ Fernando ntander afis nahoyoba atamwandikiy belisima ntiyar kuvyitwaramwo gutyo nanje ndumuririmyi nah ntarafatish GS vyarambabaje reka mbwire kadi Key ATI pol san ni h-j-pro kuva mur New vib team
@mrkeyburundi
@mrkeyburundi 7 дней назад
WeGotThat👁️
@Mikaurliquemoon212
@Mikaurliquemoon212 7 дней назад
Rek kub mukuza inkuru z'ububeshi ba mutohoza neza knd Rappy ntari mur canada
@ngendakumana_mbasha
@ngendakumana_mbasha 7 дней назад
Uca Utanga Ayari Yo, Ivyo Vyonyene Nivyo Bigize Ikiganiro? Ariko Urazi Ko Atakiri Mu Burundi? Niyo Makuru Yabonetse Ariko Inkuru Ntifatiye Kuho Ari Ubu Gusa, Urakoze Kuntererano Nziza
@kaboss4real
@kaboss4real 8 дней назад
Uratubesheee umwe ntari canada peee 😂😂 tohoza neza ayo makuru grand frere 🫰
@alanthereal1365
@alanthereal1365 8 дней назад
Cuyampa Kuko niyo makuru naronseeee😅😊 Mpiriwe mpishije ko Uri hanooo🎉
@ngendakumana_mbasha
@ngendakumana_mbasha 7 дней назад
Imvo Yikiganiro Si Ikibanza Ahubwo Ni Umwe Kutaba Akiri Mu Burundi Nico Vyogira Kuri Duo Yacu Dukunda, Ariko Nkaho Ko Habonetse Ububeshi Uca Ububeshuza
@elphazgram
@elphazgram 8 дней назад
❤❤❤
@thierryrwagasore
@thierryrwagasore 8 дней назад
#dudeclickmadeboom The real tv show #enfant_du_pays🇧🇮
@thierryrwagasore
@thierryrwagasore 8 дней назад
#dudeclickmadeboom The real tv show #enfant_du_pays🇧🇮
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 8 дней назад
Narinzi ko Rappy ari hanze gusa nari numvise ko na Trey Zo azomusangayo!
@angelclovis2578
@angelclovis2578 8 дней назад
Habaliii mamaaaaaaaaaa😛😛😛😛😛
@fabricechenz1412
@fabricechenz1412 8 дней назад
WILL ALWAYS BE HERE TO SUPPORT MY FAMILY THE REAL TV SHOW HEJURU CANE
@santiananiciteretse6297
@santiananiciteretse6297 8 дней назад
Nduwarugira 💯🔥
@therealtvshow257
@therealtvshow257 8 дней назад
Keep on sharing 🙏🏾🙏🏾🙏🏾
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 8 дней назад
Mbali✈️
@ngendakumana_mbasha
@ngendakumana_mbasha 8 дней назад
The Real Tv Show Where I Belong To 🎯💯🇧🇮
@user-hu4zq3ro9g
@user-hu4zq3ro9g 8 дней назад
Fernando hejuru kwegi mbere bagume bavuga nawe uri mubikorwa.
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 8 дней назад
Iyi TV ivyitwayemwo neza yatumiye umuntu wanje Hosy Ni mwiza mukwishura ibibazo afise ubwenge bwinshi ikiganiro ki ryoshe
@Cherif_World_News_Tv
@Cherif_World_News_Tv 8 дней назад
Bellissima igiy guteza akavuyo kuva aho iberey hit bituma Dj Fernando bisa naho adashak ko hovurwa uwundi muntu(Kadie) yoba yaragize uruhar kugira ishik aho igeze. Umwihwezo wanj: ndavy amajambo y igifaransa ari muri Bellissima n ingene atondets(voir meme le titre et sa signification), nkumva ngo kadie yahoze ari umwigisha nkaraba n imyaka afise (ngereranije) ari muri époque des romances compétitives dans les internats quand les lettres d'amour s'échangeaient entre Garçons et filles. Ariko sinoharir ko Dj Fernando ataco yoba yaraterey muri iyo texte. En conclusion: hamwe KADIE na DJ FERNANDO boba barapfuye imbere yuko uwo wanyuma abitangaza kuri stage, Dj yarihuse kdi KADIE yamusumbije ubwenge kanatsinda amusumvya n imyaka kuko wewe yagiye kuvugir ku ma reseaux sociaux inyuma ya FERNANDO kuri stage. Nimba KADIE yandits Bellissima, Mon Logo, etc.. jew mbona yandika neza kuwufise agahogo keza ko kuririmba nka DJ FERNANDO. "Ntawutera ibuye aho yateretse Igisabo"
@clairentacobakimvuna9263
@clairentacobakimvuna9263 8 дней назад
Uwinumiye ahonga bike! Sakirimi kibi nawe yatanze umurozi gupfa!
@clairentacobakimvuna9263
@clairentacobakimvuna9263 8 дней назад
Anathalie tahura neza. None kubera iki yaja guhakana uwamufashije!!! Yari no kwinumira, ni we nyirabayazane. Ntavyo ndero namba!!!!
@ngarambelouis5094
@ngarambelouis5094 8 дней назад
Dj fernando ntazozima nagato ahubwo izina rye rigiye gukomera caaaane,yarikuzima mugihe mundirimbo zose zaririmbwe nawe yazikomporejwe nuwundi muntu ko nawe abizi neza cane kwigirira composition ata copy za poeme zirimwo azoguma aduga p
@ElogeIrakoze-mq6yz
@ElogeIrakoze-mq6yz 8 дней назад
Numubonooo ahubwoooo
@BigBig-co2ov
@BigBig-co2ov 9 дней назад
The realy nakubali sana!! Arnib
@cy-geelightnmbna149
@cy-geelightnmbna149 9 дней назад
Nawe, ushaka kumenyekanira kukibaxo camuhenzawe nimube mucisha make Sha! Naje ko NDI umwanditsi ningombwa mvuge abonandikira nimutekane
@MaggyRuhindiza
@MaggyRuhindiza 9 дней назад
Dj frenando ubikora neza komeza uhaturire hashe hose😊
@gynka5374
@gynka5374 9 дней назад
Hosy ndamwipfuriza kubanda akura mu mwuga, she's special. T'es un très bon exemple pour ta génération. The Real TV Show courage à vous aussi !! je m'abonne.
@therealtvshow257
@therealtvshow257 9 дней назад
❤️❤️❤️
@VincentIrakoze-bp4ql
@VincentIrakoze-bp4ql 9 дней назад
Narakund dj fernando ark maz kuvyumv vyarambbj bury ukur ntikwama gusab ivyabon kk birabonek kk kwandkirw nibisanzw ahubw guta indero nivyo twase
@raidinduwimana6856
@raidinduwimana6856 10 дней назад
Kazima Imana imukunda