Тёмный

BIG FIZZO ntiyihanganiye Dj FERNANDO kubwa KADIE KAY😳🥶|| bihinduye ishusho🙄 Nelly Nat ngo yari... 

The Real TV Show
Подписаться 9 тыс.
Просмотров 39 тыс.
50% 1

‪@bigfizzoofficial‬ ‪@kadiekay248‬ #DjFernando
#music #entertainment

Развлечения

Опубликовано:

 

17 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 76   
@alidriss8031
@alidriss8031 13 дней назад
I'm a real fan of @Dj Fernando he is even my brother, gusa aba artistes bacu barakwiye gutahura no kumenyereza abakunzi babo gutahura ko kwandikirwa canke kwandikisha indirimbo ari ibintu bisanzwe cane kuko déjà kuririmba no kwandika ni talent zibiri zitndukany iyo rro hariho ah uri faible ukabi remarqua urarondera uwugufasha ham ugtanga igikorwa ciza. Dj Fernando biraboneka ko yababajwe nuko uwo mu maman yoba yarabishize ahabona ko ariwe yamwandikiy Kandi ni ukuri birazwi biranigaragaza. Ikintu kibabaje ,nimba yoba atashaka ko bimnyekana yari kubihisha nawe kuva muntango agikora irya interview Muri Buja, ariko yravyemey hama munyuma aca aza kumuburira indero. Ndamukunda ariko nanje vyrambbaj, ni amusabe pardon bihere. Si non, tuzi benshi baje bari hit even more than him ariko ubu tutakibabona rero kwicisha bugufi ntibica umugongo ahubwo bica inzira.Merci Alain God bless you
@user-et9ty4mx5f
@user-et9ty4mx5f 11 дней назад
Ni mumureke iyo ni jalousie kazima Imana imukunda💪💪
@sillongaicko527
@sillongaicko527 12 дней назад
Dj Fernando ntiyari bwagere kugara guko muburundi umuririmvyi baramushira hasi burundu iyazanye kugaya aba canke bariya akibona koyarenze abandi kuri hit imwe gusa
@user-yq8sg4bq7l
@user-yq8sg4bq7l 7 дней назад
Mubantu nkunda Dj frenando ndamukunda nindirimbo ziwe❤❤❤
@ngendakumana_mbasha
@ngendakumana_mbasha 13 дней назад
The Real Himself 💪🏿 Uwuzokwigana Iyi Noti Azofungwa 💥
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 13 дней назад
Well done bwana headline.Mbali sana
@victortangishaka.
@victortangishaka. 8 дней назад
Uko muvuga ivya DJ Fernando niko abenshi tubasha gukurikirana ibikorwa vyiw mwanya binatunezera💪💪
@bakamecomedian
@bakamecomedian 9 дней назад
Ndakwemera bro ntakagucika
@Balalacanasi_
@Balalacanasi_ 8 дней назад
Gusa nubwo abantu batabibona Gusto niwe afise talent gusumvya Dj F…le gars ( gusto ) afise ijwi vmt
@BambisClassicofficial
@BambisClassicofficial 11 дней назад
Gs nyen yarakoz ikos Fernand arik nyen mumurek kuk mumuhagurukiy mwes me gs kazim iman imukund❤❤❤❤
@mrkeyburundi
@mrkeyburundi 13 дней назад
Ijwi rya The Real jew mbanumv ubudyohe tu😎
@zabulonniyubahwe4058
@zabulonniyubahwe4058 День назад
Nibareke umwana aduge. Mu bihango birasaba guhanuza no gukosoza ariko uwugukosoreye canke aguhanuye mu mpinyanyuro ntacayitirirwa ico gikorwa. Kadikeyi naze mubandi bahaanzi avance hanyuma aronke ikibanza.
@YredorMaria-ik7ry
@YredorMaria-ik7ry 12 дней назад
You are talented bro
@zabulonniyubahwe4058
@zabulonniyubahwe4058 День назад
Bellissima signé DJ fernando wubawe. Kandi ushike kure!
@IrankundaCedrick-we4rj
@IrankundaCedrick-we4rj 12 дней назад
Nagahomera bunwa ivya we love musika uravy aho bavuy naho bari bagez dj Fernand ntiyarakwiy kwitwar uko
@user-ue2cu3ws2s
@user-ue2cu3ws2s 12 дней назад
abant barahinduka wang burya ntawaruzikovyogenzuno vrm
@VirginieNiyongere
@VirginieNiyongere 11 дней назад
Bro urakaae😎😎gusa impanuro nyishi kur mr aye zirakwiriye kbx 🙏🙏🙏
@santiananiciteretse6297
@santiananiciteretse6297 12 дней назад
Alan uy mus uranyemeje ukoze neza 🙌👌
@Cherif_World_News_Tv
@Cherif_World_News_Tv 6 дней назад
Bellissima igiy guteza akavuyo kuva aho iberey hit bituma Dj Fernando bisa naho adashak ko hovurwa uwundi muntu(Kadie) yoba yaragize uruhar kugira ishik aho igeze. Umwihwezo wanj: ndavy amajambo y igifaransa ari muri Bellissima n ingene atondets(voir meme le titre et sa signification), nkumva ngo kadie yahoze ari umwigisha nkaraba n imyaka afise (ngereranije) ari muri époque des romances compétitives dans les internats quand les lettres d'amour s'échangeaient entre Garçons et filles. Ariko sinoharir ko Dj Fernando ataco yoba yaraterey muri iyo texte. En conclusion: hamwe KADIE na DJ FERNANDO boba barapfuye imbere yuko uwo wanyuma abitangaza kuri stage, Dj yarihuse kdi KADIE yamusumbije ubwenge kanatsinda amusumvya n imyaka kuko wewe yagiye kuvugir ku ma reseaux sociaux inyuma ya FERNANDO kuri stage. Nimba KADIE yandits Bellissima, Mon Logo, etc.. jew mbona yandika neza kuwufise agahogo keza ko kuririmba nka DJ FERNANDO. "Ntawutera ibuye aho yateretse Igisabo"
@fistonkwizera2448
@fistonkwizera2448 10 дней назад
Keep up bro love from f2kwiz
@Nd.Johnson
@Nd.Johnson 13 дней назад
Mureke kurenganya big bro kuko uyu mwaka24 ari gwiwe kuri hit Fernando🎉🎉🎉🎉kizima imana imukunda😂😂
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 2 дня назад
😂😂😂❤
@NiyitungaOlivier-eh4mp
@NiyitungaOlivier-eh4mp 10 дней назад
Ataraja munda y indege ntimwaribwamuvuge. Izo nzigo z abarundi benewacu ntaho tuzoshika. Uwo mukecuru n amukureko agasenga
@nshimirimanajimmy3994
@nshimirimanajimmy3994 8 дней назад
Abarundi 🇧🇮 ntamitima dufise nukuri..... Uwo mu Kad twamumenye kubera Fernando none acashaka kumuzimya.... Ntivyokunda kuko tuzi iyatuja
@ErnestineIkirivyiza
@ErnestineIkirivyiza 5 дней назад
Big UP bro❤
@pilotesalimuturatsinze36
@pilotesalimuturatsinze36 11 дней назад
Uyubyeyi nareke umwana yikorere weehe arashaje
@user-wg3xl4fm2t
@user-wg3xl4fm2t 11 дней назад
Mumufitiye ishari
@BigBig-co2ov
@BigBig-co2ov 6 дней назад
The realy nakubali sana!! Arnib
@AnathalieManirambona-ew6ho
@AnathalieManirambona-ew6ho 11 дней назад
nn kuba yaramufashij bivuze iki harinumw agera kure atadugijwe n,uwundi uwo muman narek inzigo ufashij umuntu kur burikimwe cose rek aterimbere ntucujinyuma ng mpaka bamubon kwariwayamufashije ubwo nubugugu
@user-wg3xl4fm2t
@user-wg3xl4fm2t 11 дней назад
Intererano nuko en résumé ari jalousie gusa mwagiriy Uyo mwana
@MaggyRuhindiza
@MaggyRuhindiza 7 дней назад
Dj frenando ubikora neza komeza uhaturire hashe hose😊
@ntareelvisjagos2909
@ntareelvisjagos2909 11 дней назад
none uwo mukecuru ashak'iki?Hit ni ya nyen'ijwi basha nimurek'ishari.
@ikorinezaarmella2286
@ikorinezaarmella2286 9 дней назад
Uwo mukecuru naj studio twumv naw ivyiw
@aimeleader500
@aimeleader500 11 дней назад
Urakoze kumakuru uduhaye
@MozaSintuka
@MozaSintuka 3 дня назад
Ariko kw,imana imukunda❤
@raidinduwimana6856
@raidinduwimana6856 7 дней назад
Kazima Imana imukunda
@user-jw3zv1tn7l
@user-jw3zv1tn7l 13 дней назад
❤❤❤❤
@FKiller-NYENE
@FKiller-NYENE 11 дней назад
Gusa nimba yarandikiwe ntaco bivuze ivyo nibisazwe yokwemera kuko nibenshi bandikigwa
@Clovatech-
@Clovatech- 12 дней назад
Uyo mu petit nibamwirekere !none Kadie Kay azi kwandika, ntamenye kuririmba,wumva harico yanze ?urya mukecuru niyiyakire !
@AdB-oe9yh
@AdB-oe9yh 10 дней назад
Ushivikira gutindero kubagusumba?indero ndundi yigisha kubaha bato nabakuru wew rero nimba ivyo utabizi ngira nturumurundi
@MatabaziLionel
@MatabaziLionel 13 дней назад
None umuntu kukwandikir indirimb sibibi ark ukamenya ukuntu witwara j nibaz k arukumugirira inzigo kubera k yabay hit
@StevelobatAkmn
@StevelobatAkmn 9 дней назад
Iyo n jalousie bamuftiye Ereg uteyimbere ningombwa abndi bakubone nabi
@stevenking2467
@stevenking2467 12 дней назад
Fernando mumuronderakwiki???
@marcelin_hd
@marcelin_hd 13 дней назад
Call him the headline #alan_the_real
@emmanuelngendakumana3361
@emmanuelngendakumana3361 11 дней назад
Umuvyeyi ari m'ukuri ntampuzu yokubandanya amatohoza
@MelanceManirambona-x7d
@MelanceManirambona-x7d 2 дня назад
Nibasubize hamwe
@user-hu4zq3ro9g
@user-hu4zq3ro9g 6 дней назад
Fernando hejuru kwegi mbere bagume bavuga nawe uri mubikorwa.
@NtiteterezaEnock-kr4mm
@NtiteterezaEnock-kr4mm 12 дней назад
Dj fernando akoz ikos nkiry dramat yakoz kur beface
@clairentacobakimvuna9263
@clairentacobakimvuna9263 6 дней назад
Anathalie tahura neza. None kubera iki yaja guhakana uwamufashije!!! Yari no kwinumira, ni we nyirabayazane. Ntavyo ndero namba!!!!
@nbelami
@nbelami 12 дней назад
Melanin niwe muririmvyi Fernando wee ntakintu arimo broo melanin ni new canjo kbx
@user-mw1en1fn8m
@user-mw1en1fn8m 11 дней назад
Aririmba ibiki reka kuba mubesha dj eye hejuru
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 2 дня назад
😮😮😮uryamuhungi acishumuriro mwibutura
@therealtvshow257
@therealtvshow257 2 дня назад
😂😂😂😂 Yitwa NYAMATE
@mchimgentil8666
@mchimgentil8666 8 дней назад
None umwanditsi yabihembewe aca aja kumbuga ngo nije nanditse?
@HimbazimanaJprosuper-hk2iq
@HimbazimanaJprosuper-hk2iq 5 дней назад
DJ Fernando ntander afis nahoyoba atamwandikiy belisima ntiyar kuvyitwaramwo gutyo nanje ndumuririmyi nah ntarafatish GS vyarambabaje reka mbwire kadi Key ATI pol san ni h-j-pro kuva mur New vib team
@user-ux1bo1hy3m
@user-ux1bo1hy3m 9 дней назад
WE intererano utanze niyihe? Fernando yaradekonye ahubwo nasabe ikigongwe kk birya ntibibaho yazanye kandi Kari kera yitekerereje?ahubwo mbere aje kumusaba ikigongwe
@user-bh7rv9ge2n
@user-bh7rv9ge2n 13 дней назад
Man erega Fernand ntakosafise kuko kubarikaragar nkuk harababikoze abamwibiye bakamuha irya sanganiro awad nibobabitumy ntabikorw birenz yarafis gusuvy iryandirimbo ya monia cnk ntamakurufise ya D one ivyorer navyigire arikoyumvek ashigikiw nubusuma
@IshmaelChishaleshale
@IshmaelChishaleshale 8 дней назад
Ntamakur mufise
@user-df7zu2jj4d
@user-df7zu2jj4d 13 дней назад
Fernando nace bugufi nubwo kubaka izina atanguvu nyishi vyamutwaye gusa aracari muto kubaha muvyo dukora nikintu gikomey
@user-mw1en1fn8m
@user-mw1en1fn8m 11 дней назад
Umuhungu wacu mumureke turamushigikiye uwomumaman naw naririmbe iyiwe na gusto turabe ahishika dj frendo ntucike intenge ivyo nivyo bikomeza umuntu akagera kure kugira ubamare amajambo batenwo iyindi ishushe
@angelclovis2578
@angelclovis2578 12 дней назад
Ni porobeleme....😪😪
@clairentacobakimvuna9263
@clairentacobakimvuna9263 6 дней назад
Uwinumiye ahonga bike! Sakirimi kibi nawe yatanze umurozi gupfa!
@GerardNubahimana
@GerardNubahimana 8 дней назад
Vrment ntanya ahatema tuze turaba amajambo dukwiye kuvuga ubesherwa sinzi Ari ukuri sinzi narabe ingene yozimya uwomuriro hama umuvyeyi burumusi numuvyey
@VincentIrakoze-bp4ql
@VincentIrakoze-bp4ql 7 дней назад
Narakund dj fernando ark maz kuvyumv vyarambbj bury ukur ntikwama gusab ivyabon kk birabonek kk kwandkirw nibisanzw ahubw guta indero nivyo twase
@victortangishaka.
@victortangishaka. 8 дней назад
Reka ndebe na korozon
@cy-geelightnmbna149
@cy-geelightnmbna149 6 дней назад
Nawe, ushaka kumenyekanira kukibaxo camuhenzawe nimube mucisha make Sha! Naje ko NDI umwanditsi ningombwa mvuge abonandikira nimutekane
@user-xb6so9xz7b
@user-xb6so9xz7b 10 дней назад
Ivyo vyose ni Hosy Siren vibes yabizanye,Kadie ntaco yashatse kuvuga ntiyemeje yaramusokoroje,rero ABA journaliste tangura mwige kubibazo vyo kubaza abantu ,nilmwe mutuma ibintu bizarre nabi, n'amahoro nilmwe muzoyazana
@ElogeIrakoze-mq6yz
@ElogeIrakoze-mq6yz 6 дней назад
Numubonooo ahubwoooo
@ngarambelouis5094
@ngarambelouis5094 6 дней назад
Dj fernando ntazozima nagato ahubwo izina rye rigiye gukomera caaaane,yarikuzima mugihe mundirimbo zose zaririmbwe nawe yazikomporejwe nuwundi muntu ko nawe abizi neza cane kwigirira composition ata copy za poeme zirimwo azoguma aduga p
@BoscoNkurunziza-qr5mg
@BoscoNkurunziza-qr5mg 12 дней назад
Yahemutse dj frnd
@user-bi9pn1pm8z
@user-bi9pn1pm8z 13 дней назад
Abarundi ndukunda urusaku cane😂
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 13 дней назад
LA PROCHAINE FOIS IMBECILE,VA DEMANDER A TA VIEILLE MEUF LA NATURE DU CONTRAT ENTRE EUX?COMBIEN ON T'AS PAYE? RENDEZ-VOUS A 18H POUR LE NOUVEAU
@SisteveIshb
@SisteveIshb 12 дней назад
Uwomuja Fernando ntakubaha afise burya nubutandero naba Kris brown baremer ko babandikira uwomuhungu wo muburundi niwe yoca yigira uwukomeye kuri hit yumwaka umwe gusa
@BambisClassicofficial
@BambisClassicofficial 11 дней назад
Amajamb mak kazim iman imukund ntah muzomushir
Далее
DJ FERNANDO : ARAVUYE MUGACERERE//ARAVUZE VYOSE
38:21
СПРАВКА ДЛЯ УНИВЕРА
00:44
Просмотров 206 тыс.
NYANGE YOUSSOUF
2:17
Просмотров 9 тыс.
телега - hahalivars
0:54
Просмотров 3,3 млн
Было?😂
0:12
Просмотров 2,1 млн