Тёмный
MINEAGRIE BURUNDI TV
MINEAGRIE BURUNDI TV
MINEAGRIE BURUNDI TV
Подписаться
Tubashikiriza ibiganiro bitandukanye bishimikiye kuburimyi, Ubworozi n'ibidukikije

Комментарии
@user-uo5bb5gp8x
@user-uo5bb5gp8x 16 дней назад
Baguriye abadandaza babiranguriye umurimyi muto.Mubisanzwe igura ry'ibigori ryagenze nabi cane.
@geraldgm1217
@geraldgm1217 22 дня назад
Kazi Safi!!!! Hongera!!!!!
@Muniraksu
@Muniraksu Месяц назад
Oya ntidushaka ibiza n'indege. Dushaka ivyunguka. Amase turayafise, turazi n'akamaro. Nimba mubikurikirana, murakorera kuvy'ukuri. Mr Ir Emmanuel Ndori yabivuze kandi anzi kuva mu buto. Je ubu ndiko nkorera Muri BUGENDANA na Bubanza-Buringa(mu bito). Duhe kumenya aho dukura IMBUTO YIMBUKA. no kuba multiplicateur kuri Maïs, ndahari. Iyo ndege tuyihoze. facts count more than words. Thank you!
@MalachieIrakoze
@MalachieIrakoze Месяц назад
Vyaguzwe nabadandaza nta murimyi nyezina anagesa yaguriye ubukene bwogusubiza abana kwishure twari kububikana ibigori
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 Месяц назад
Kuki reta itogura ama sillo kuntara kuntara kugira umwimbu ubikwe neza?
@gilbertshirambere7753
@gilbertshirambere7753 Месяц назад
Vyoba vyiza badugije igiciro cikawa.hama bagahimiriza hagaterwa izindi nyishi
@iga2023
@iga2023 2 месяца назад
Ndumva ibintu bimeze neza caane.ariko jewe nashaka kumenya aho ca giterwa ca millet cahereye ko mutigeze mutubwira uko cimbutse?
@felixantoine4078
@felixantoine4078 2 месяца назад
Nivyiz arik murab muzemurazishikan muntarazos
@user-ep8sx4mi7q
@user-ep8sx4mi7q 4 месяца назад
None uwukeney iyo agura mwomuh
@mauricendayishimiye3102
@mauricendayishimiye3102 4 месяца назад
Murakoze
@mugishamireille9423
@mugishamireille9423 5 месяцев назад
Muze muratubwira aho abo bandi batanguye gukora aho bakorera natwe tubasabe impanuro
@user-wq5pu2by5n
@user-wq5pu2by5n 5 месяцев назад
Bjr
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 6 месяцев назад
❤❤
@saidgok7433
@saidgok7433 7 месяцев назад
Super napier grass reduces feed costs by 80-90 percent. 60 tons per decare. 20-20-20 Harvested 3 times. An English description is also available on the internet. Take a look at this. Its spread is very fast. A man in Turkey planted the seeds and fed them to his animals. The seeds also produce steel. If you are purchasing from abroad. Get the seeds.
@user-oh9pl9bw3n
@user-oh9pl9bw3n 7 месяцев назад
IMANA IBAHEZAGIRE
@user-rh9is7gs3w
@user-rh9is7gs3w 7 месяцев назад
👋❤❤uraduhenz kuko ntimutubwiye ukuntu umutobe uvamwo uduteteteye
@user-vz9vg1iv4d
@user-vz9vg1iv4d 7 месяцев назад
Nti bisiguritse neza Uhjj gutekera uc ubushira hehe?
@rahaytv26
@rahaytv26 8 месяцев назад
AMEN
@paternedusabe181
@paternedusabe181 8 месяцев назад
Mushishikare kutwigisha ubwo buhinga ni ngirakamaro gose
@LydiaNininahazwe
@LydiaNininahazwe 9 месяцев назад
Mutama wubahwe kweri
@LydiaNininahazwe
@LydiaNininahazwe 9 месяцев назад
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@DianeNIYOMWUNGERE-zw3ob
@DianeNIYOMWUNGERE-zw3ob 9 месяцев назад
None mukorera hehe?
@DianeNIYOMWUNGERE-zw3ob
@DianeNIYOMWUNGERE-zw3ob 9 месяцев назад
Twifuza kumenya aho mukorera kuko twarabuze aho twoyigurira. Mwoduha adresse mwoba mukoze
@ProsperNsengiyumva-ot2ek
@ProsperNsengiyumva-ot2ek 9 месяцев назад
Izinyigisho zirankoze k'umutima ,uwoshaka idonido yozironka gute
@samuchretien3082
@samuchretien3082 10 месяцев назад
Akwbazo: None izo mbuto ziriko ziraza, muzizaniye abenegihugu kwiyi sizeni? Ko mbona itera ririko rirahera? Cank ziziye abadandaza bazozigura, bace bazibika bongere bazitugurisheko kuyindi sizeni? Jew mbona abanyagihugu twihitiramwo kuzimbwa kwisoko, ha kurindira izo za leta.
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 10 месяцев назад
❤❤❤❤
@richardminani-bk8uo
@richardminani-bk8uo 10 месяцев назад
Nashakumenya uko bubakira inkwavu
@mineagrieburunditv2023
@mineagrieburunditv2023 10 месяцев назад
Turiko turabatunganiriza ikiganiro kivyerekana neza, muzogumane natwe
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 10 месяцев назад
Imana ihezagire ibikorwa vy'amaboko yacu!
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 10 месяцев назад
Sosumo, toujours faire mieux
@KitostaSeverin-iv9dv
@KitostaSeverin-iv9dv 10 месяцев назад
Bazogir'ubushakashatsi bw'ibigori vyimbuka cane nay'ahandi baraduhenda usang'imbuto batanze zitama neza.
@leopoldmanirakiza4851
@leopoldmanirakiza4851 10 месяцев назад
. . .... ...
@niyongabodeo5579
@niyongabodeo5579 10 месяцев назад
Ibiturire nivyo bigorana
@samuchretien3082
@samuchretien3082 10 месяцев назад
Murakoze cane . Ariko akabazo, mbega nimitumba yose ishobora kurimwako muci? Canke muba muvuze imitumba yegereye amazi? Ko hari imitumba kugira ushikaneyo ibido yamazi, amasaha 2 ahera
@mineagrieburunditv2023
@mineagrieburunditv2023 10 месяцев назад
Mukurikiranye neza ikiganiro murabona aho umuhinga yasiguye uburyo bwo kuvomera. Rero ku mitumba itegereye amazi harashobora gukoreshwa ubuhinga bwo kwegeranya amazi mu ma tangi mu gihe c'imvura ayo mazi akazokoreshwa mu gihe c"ici.
@j.danielmugisha9332
@j.danielmugisha9332 11 месяцев назад
💯
@richardminani-bk8uo
@richardminani-bk8uo 11 месяцев назад
Ni vyiza birakwiyeko abarundi n'abarundikazi KO bokwijukira uburimyi n'ubworozi❤
@nahimanajeanpierre-uq1ib
@nahimanajeanpierre-uq1ib 11 месяцев назад
Ndimurwanda ndabemera
@mineagrieburunditv2023
@mineagrieburunditv2023 11 месяцев назад
Murakoze caane. Mushishikare kudukurikirana
@afrobwoy9553
@afrobwoy9553 11 месяцев назад
Umuntu akeneye imivyaro yikawa yoyikurahe hehe yoyisaba hehe ayironka gute?
@mineagrieburunditv2023
@mineagrieburunditv2023 11 месяцев назад
Murashobora kwegera (BPEAE) uburongozi bw'Uburimyi, Ubworozi n'Ibidukikije mu ntara yose urimwo bakagufasha ahantu hafi yaho uherereye ushobora kuronka iyo mivyaro.
@UbworozibwimbebanaDesireNKUNZI
@UbworozibwimbebanaDesireNKUNZI 11 месяцев назад
Mumpe num yuwo mwubahwa hanyuma aterajimbere kabisa❤
@mineagrieburunditv2023
@mineagrieburunditv2023 11 месяцев назад
Mwipfuza numéro canke ikindi kintu cose mubaza vy'umwihariko, twandikire kuri communication.mineagrie@gmail.com
@reverienmwemera
@reverienmwemera Год назад
Turto woha urukwavu niyihe?
@mineagrieburunditv2023
@mineagrieburunditv2023 10 месяцев назад
Mugumane natwe, turiko turabatunganiriza ikiganiro cerekana uko inkwavu zigaburirwa, uko zubakirwa n'ubwoko bw'inkwavu uko butandukanye
@aimeniyomukiza1273
@aimeniyomukiza1273 Год назад
Mwodufash ukuntu dushobor kwig kubik ubwats
@mineagrieburunditv2023
@mineagrieburunditv2023 11 месяцев назад
Mwoba muherereye hehe ngo tubarangire uko mwobigenza ?
@aimeniyomukiza1273
@aimeniyomukiza1273 11 месяцев назад
Duherere murumonge
@mineagrieburunditv2023
@mineagrieburunditv2023 10 месяцев назад
Rungika numéro yawe kuri iyi mail ( communication.mineagrie@gmail.com ) hanyuma tukubwire uko twogufasha.
@ProsperNsengiyumva-ot2ek
@ProsperNsengiyumva-ot2ek 9 месяцев назад
Izinyigisho zirankoze k'umutima,nkuwoshaka izinyigisho idonido yozikurahe
@j.danielmugisha9332
@j.danielmugisha9332 Год назад
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Год назад
komera cane
@alfredbarutwa2131
@alfredbarutwa2131 Год назад
Waouh, courage !
@Rw0965EEARGasutamo
@Rw0965EEARGasutamo Год назад
Nibiza cyane duhe nimero yawe
@mineagrieburunditv2023
@mineagrieburunditv2023 11 месяцев назад
Mwipfuza numéro canke ikindi kintu cose mubaza vy'umwihariko, twandikire kuri communication.mineagrie@gmail.com
@j.danielmugisha9332
@j.danielmugisha9332 Год назад
🙏
@j.danielmugisha9332
@j.danielmugisha9332 Год назад
👌
@mineagrieburunditv2023
@mineagrieburunditv2023 Год назад
@gedeonmusore4575
@gedeonmusore4575 Год назад
Ifuzakubavugisha
@gedeonmusore4575
@gedeonmusore4575 Год назад
Umungambi mwizakabisa ubasha yababonagute
@mineagrieburunditv2023
@mineagrieburunditv2023 10 месяцев назад
Mutwandikire kuri communication.mineagrie@gmail.com
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
✊🏾🎩
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Год назад
🌧️🌧️🌧️🌧️🌧️🌧️🌧️🌧️🌧️❤️❤️🇧🇮👐👐👐👐
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 2 года назад
🙏🙏🇧🇮👍💪🇧🇮💪🙏