Тёмный

Igikorwa co kugura umwimbu w'ibigori / ANAGESSA 

MINEAGRIE BURUNDI TV
Подписаться 2,2 тыс.
Просмотров 2,4 тыс.
50% 1

Reta iratera intege inguvu z'umurimyi mu kumugurira umusesekara w'umwimbu. Iki gihe turimwo hakaba hariko hagurwa umwimbu w'ibigori bigaragara ko vyimbutse cane mur'iyi sizeni. Iki kiganiro INKA, IMIRIMA, N'IBIDUKIKIJE gitegurwa n'ubushikiranganji bw'uburimyi, ubworozi n'ibidukikije, kigashikirizwa n'imboneshakure y'igihugu, RTNB imisi yose ku wa gatatu, igihe c'isaha zibiri z'ijoro (20h00)

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 4   
@user-uo5bb5gp8x
@user-uo5bb5gp8x Месяц назад
Baguriye abadandaza babiranguriye umurimyi muto.Mubisanzwe igura ry'ibigori ryagenze nabi cane.
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 3 месяца назад
Kuki reta itogura ama sillo kuntara kuntara kugira umwimbu ubikwe neza?
@MalachieIrakoze
@MalachieIrakoze 3 месяца назад
Vyaguzwe nabadandaza nta murimyi nyezina anagesa yaguriye ubukene bwogusubiza abana kwishure twari kububikana ibigori
@iga2023
@iga2023 3 месяца назад
Ndumva ibintu bimeze neza caane.ariko jewe nashaka kumenya aho ca giterwa ca millet cahereye ko mutigeze mutubwira uko cimbutse?
Далее
Самое неинтересное видео
00:32
Просмотров 844 тыс.
Friends
00:32
Просмотров 914 тыс.
Arabanın Koltuğunu Dereye Attı! - Mustafa Karadeniz
15:11
How did Turkey change Somalia's fate?
23:42
Просмотров 270 тыс.