Тёмный

“Ibara riraguye, duhungire mw’iseminari i Buta.” 

Tele Renaissance
Подписаться 112 тыс.
Просмотров 11 тыс.
50% 1

Gaspard Nzeyimana, umwe mu bavyeyi babuze abana mu gitero co kw’iseminari i Buta mu 1997, arigana amakuba yabonye, mu gihe yari aba hafi y’iseminari. Aremeza kandi ko umuvukano abo bana b’i Buta berekanye, ari wo wabafashije n’abandi kubana neza, no mu gihe bari ku maziko y’abo bana.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de témoignages
Abonnez-vous à notre chaîne sur RU-vid : / telerenaissan. .
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancet. .
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance​​
Notre site web : telerenaissanc...

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 5   
@jeanpierreniyungeko717
@jeanpierreniyungeko717 Год назад
Jewe mvuka i Kiremba ndi mubaduze kwegeranya imiryango yari yatanye ico gihe. Nari un officier de police. Ni ukuri ntawigeze agira ico ciyumviro c amacakubiri. Twaduze Ari convoi de plus de 10 véhicules civiles. Nivyo bamwe twaridufise inkoho. Ariko kwari kugarukana Amahoro, kwegeranya abantu bari batanye gusa. Murakoze. Imana imbere ya vyose
@maeli6300
@maeli6300 2 года назад
Naberanda gose. aho bari bakomeze badusabire igihugu cacu gikire
@NinaNina-le6qb
@NinaNina-le6qb Год назад
Nonegayemwe😢😢konzinezako Imana yaremye umuntu gusa kandi asan'Imana ivyubwokonavyo vyajegute?? nukuri kwimana kumuntuwese yiyiziko yabigizemw'uruhare atihanye aragowe kuko yibuke urwoyish'abandi😢😢😢 nirworuzomwica nikwijambo ry'imana rivuga
@pascallove4361
@pascallove4361 Год назад
Abamaratiri bumuvukano batuber icitegererezo
@DesireYamuremye-he5yy
@DesireYamuremye-he5yy 25 дней назад
hahigwa abapfa bapfira mu mwami ngo baruhuke ubutame bwabo kk ibikogwa vyabo vyiza bijana nabo bibaherekeje
Далее
“Turakeneye kubana mu mahoro mu budasa bwacu.”
35:58
Аруси Точики ❤️❤️❤️
00:13
Просмотров 414 тыс.
RD Congo: des soldats burundais au Sud-Kivu?
3:40
Просмотров 6 тыс.
“Na ko ni mukice.”
32:05
Просмотров 7 тыс.