Тёмный

“Turakeneye kubana mu mahoro mu budasa bwacu.” 

Tele Renaissance
Подписаться 110 тыс.
Просмотров 3,5 тыс.
50% 1

Cyriaque Mbonabuca yarokotse igitero co kw’iseminari ntoyi y’i Buta mu mwaka w’1997, arabandanya muri iki gice ca kabiri c’intahe yiwe, yigana ayo yabonye. Aheraheza avuga ivyo yipfuriza Abarundi, ko bobana mu mahoro, mu gihugu c’amata n’ubuki.
Cyriaque Mbonabuca, rescapé de l’attaque au petit séminaire de Buta en 1997, continue à témoigner sur ce qu’il a vécu au cours de ladite attaque. Il termine en exprimant son souhait pour les Burundais, qu’ils puissent enfin vivre en paix, ensemble, au pays de lait et de miel.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de témoignages
Abonnez-vous à notre chaîne sur RU-vid : / telerenaissan. .
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancet. .
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance​​
Notre site web : telerenaissance.org/

Опубликовано:

 

8 июл 2022

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 2   
@emmanuelndayegamiye7155
@emmanuelndayegamiye7155 2 года назад
Murakoze caaane kuri iyo ntahe ikomeye. Umukama ahezagire Cyriaque Mbonabuca. Turacafise mu Burundi intwari koko. Ukomere turi kumwe. Na we munyamakuru na Télérenaissance komera kuri ubwo butumwa bwiza bw'ukurondera mu nzira ibereye ukuri no kurekuriranira.
@user-hc6pp5hi2f
@user-hc6pp5hi2f 10 месяцев назад
Mpore imanga ntimarira imana.
Далее
Fast and Furious: New Zealand 🚗
00:29
Просмотров 22 млн
Témoignage de Gérard Sabushimike / Rescapé de 1972
44:27
“Ibara riraguye, duhungire mw’iseminari i Buta.”
22:43
Invest in Burundi: Success stories
25:28
Просмотров 29 тыс.