Тёмный

😭😭YISHWE N'IMANA IMUHOYE GUKORANA NO GUSANGIRANA IVYAHA //UWASHATSE KUROGA URUHIMBI YAPFUYE ASARA🤯 

UMUCO WERA TV
Подписаться 150 тыс.
Просмотров 15 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

11 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 42   
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 11 месяцев назад
Imana itubabarire jew ndamanitse amaboko🙌🙌🙌🧎‍♀️🧎‍♀️🧎‍♀️
@user-yf6tm5wd3k
@user-yf6tm5wd3k 11 месяцев назад
Yesu nadutabare birababaje Knd Imana yacu irahambayee caaneee
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq 11 месяцев назад
Icaha nikibi ;icaha kirica ;icaha kijana mumuriro ;icaha kijana ikuzimu ;icaha gitandukanya umuntu n'IMANA ;icaha kibuza umuntu kuzura MPWEMU YERA
@nshimirimanajeanne2261
@nshimirimanajeanne2261 11 месяцев назад
Mana ndakwingize guheruyumusi untandukanye nicaha mwizina rya Yesu Christo amen 🙏 😢
@bigirimanapapy5253
@bigirimanapapy5253 11 месяцев назад
Amen Amen Amen !!! Mutima wanje twumvire Mpwemu yera
@user-fg1xb7xw4u
@user-fg1xb7xw4u Месяц назад
Amen amen .muhezagirwe n lmana
@user-fd4tm2ub3i
@user-fd4tm2ub3i 11 месяцев назад
Yesu ndengera impimbaraga zokudakora icaha kuko keshi ndacisangamwo
@user-pm8iy9qc3v
@user-pm8iy9qc3v 11 месяцев назад
Icaha giter amagogw icaha kizan urupf yesu duhe kwitungany tuvavanur nabanyakib 😭😭
@NkunzimanaNoel-pq2jk
@NkunzimanaNoel-pq2jk 11 месяцев назад
Icaha nikibi kibuza amahoro,icaha kitubuza umugisha, icaha gituma umukristo atuzura Mpwemu Yera data turungikire Pwemu Yera atuyobore mwuru rugendo.
@user-rg2ni1go3q
@user-rg2ni1go3q 10 месяцев назад
Mbabarira yesu wambambiwe imbabazi zawe zimbonekeko umpindurire izina
@EgideNjejimana
@EgideNjejimana Месяц назад
Imana Idutabare cane
@beatricenkurunziza3136
@beatricenkurunziza3136 Месяц назад
YESU kristo ndakwinginze unyoze n'amaraso yawe ndipfuza iherezo ryiza
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Месяц назад
uti Amen
@OurJourney-ps3rf
@OurJourney-ps3rf 11 месяцев назад
amen amen muhezagirwe cane ndasavye izina ryuwomukoziwimana nzoze ndamukwirikirana kuri youtube mwobamukoze cane
@vichouviva6169
@vichouviva6169 11 месяцев назад
Imana iduhe kwihana neza igih kirahez😊
@dominiqueharerimana5536
@dominiqueharerimana5536 11 месяцев назад
Iki Nico nkundira Imana twakurikiye ataco umutima ukwagiriza ijuru uzoryinjira ntankeka.
@horimberepeace7376
@horimberepeace7376 11 месяцев назад
YOOOOO YESU WEEEEEE DUTABARE!!!!!!!😱😱😱😱😱😱😰😰😰😰😰😰😰
@gagagrace6789
@gagagrace6789 11 месяцев назад
Yoooo Mana dutabar 🙆🙆😭😭😭😭
@marieroseuyisengs3650
@marieroseuyisengs3650 11 месяцев назад
Imana iduhe kwihana
@DianeDUKWIYIMBABBAZI
@DianeDUKWIYIMBABBAZI Месяц назад
Amaraso ya Yesu Ambonekeko 😢
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Месяц назад
amen
@user-yf6tm5wd3k
@user-yf6tm5wd3k 11 месяцев назад
Imana itwuzuze mpwemu yera
@user-dq2nc7kp6n
@user-dq2nc7kp6n 11 месяцев назад
❤Yesu nadutabare😢😢😢😢
@kamikazijosejose9025
@kamikazijosejose9025 11 месяцев назад
Nkumbe niwacu mukaronda yesu agiraneza lmana iguhumugisha mukozi w'lmana
@AlineNzambimana-zx9rn
@AlineNzambimana-zx9rn 11 месяцев назад
Imana idutabare
@ericnduwimana6962
@ericnduwimana6962 7 месяцев назад
Abantu dukwiye kugaba cane
@OurJourney-ps3rf
@OurJourney-ps3rf 11 месяцев назад
murimake nkubundi butumwa yobayaragiye yigisha
@KalisaEtien
@KalisaEtien 11 месяцев назад
Nukuri tugeze mubihe bya nyuma kbsa.
@user-lu1lp6uw1h
@user-lu1lp6uw1h Месяц назад
Mana yanj mbabarire ivyah vyanje vyose hanyum uzomp iherez ryiza
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Месяц назад
ja kumukozi w'Imana agusengere
@user-hl2jg4xw7o
@user-hl2jg4xw7o 11 месяцев назад
Yesu Mwana wa Dawidi dutabare unyuhagire ivyaha
@user-vq7fe9rg3z
@user-vq7fe9rg3z 11 месяцев назад
Mana dutabare
@kamikazijosejose9025
@kamikazijosejose9025 11 месяцев назад
Twakomeje kugamika amazosi tuzobona lmana muriyiminsi mbona iriko irahanirahope bidatinze😢😢😢😢
@nyandwisilas1146
@nyandwisilas1146 11 месяцев назад
Nah'umuntu wese kwibera amaso
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 11 месяцев назад
Caane
@kamikazijosejose9025
@kamikazijosejose9025 11 месяцев назад
Amen and Amen
@joshuaking5883
@joshuaking5883 11 месяцев назад
Amen
@oliviendayihimbaze1059
@oliviendayihimbaze1059 11 месяцев назад
IMANA idutabare🤭🤭🤭🤭
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq 11 месяцев назад
Ikikintu cagize inkurikizi
@MmmNnnn-mn4hx
@MmmNnnn-mn4hx 9 месяцев назад
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@alphonsinenifasha6892
@alphonsinenifasha6892 11 месяцев назад
Imana idufashe
@niyokwizerameryvelle9394
@niyokwizerameryvelle9394 11 месяцев назад
Imana idutadare
Далее
A small kitten was dumped #cat #kitten #cutecat
00:41