Тёмный

'' Akenshi abantu bidogera Reta, usanga ari ababa bamaze gusoma ku musa.'' 

Mashariki TV
Подписаться 293 тыс.
Просмотров 7 тыс.
50% 1

#Burundi: Iyo Reta idashira amahera mwifumbire kugira ngo umwenegihugu aronka ifumbire izimbutse ubu igihugu kiba kigeze he? Iyo Reta idasahiriza ama koperative yo ku mitumba agwiza umwimbu igihugu kiba kigeze he ? Kurikirana zimwe mu mpanuro Umukuru w'Igihugu yatekereye indongozi mu masengesho yariko abera mu #Cankuzo.

Опубликовано:

 

29 дек 2023

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 2   
@thieryniyonkuru5023
@thieryniyonkuru5023 6 месяцев назад
Mutama Ivyo bintu vyogukangakanga izo siha, nibijeko akadomo, zice zose.
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 6 месяцев назад
Son excellence,pourquoi vous connaissez les voleurs et les laissez tranquilles alors que le pays vous a doté le pouvoir et la force de punir et bannir ces gens à dilapider les les Tresor public ?
Далее
Wait for the BOWLING BALL! 👀
00:38
Просмотров 11 млн
Burundi : ivyo twomenya ku bwicanyi bwo mu 1988
9:25