Тёмный

Ikiyago umukuru w'igihugu yagiranye n'umutama w'umurimyi mworozi wa kijambere wo mu ntara ya Bururi 

Mashariki TV
Подписаться 308 тыс.
Просмотров 19 тыс.
50% 1

#Burundi Kurikirana ikiyago umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yagiranye n'umukukuruke wo muri komine Songa intara ya #Bururi arima akongera akorora kijambere. BUTOKI François, afise imyaka irenga 80, avuga ko uburimyi n'ubworozi yamye abibonamwo kazoza, aho akukurukiye mu kazi aca aja kubibandanya. Umukuru w'Igihugu yamugendeye, aho yari mu rugendo yise #Inkebuzo.

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 28   
@elisanayituriki4246
@elisanayituriki4246 Месяц назад
Perezida wu Burundi nda mukunda cyane
@Umugabonyamugabo
@Umugabonyamugabo Месяц назад
Vyihoze na jewe ndamukunda sana, ukuntu akunda uburimyi bibonekana yuko yanka KO inzara yokwica abanyagihugu, ndamukunda gose❤❤❤❤
@toyi7605
@toyi7605 Месяц назад
Rais wetu mungu akupe mahisha malefu katika kazi uliyo nayo ya kujega ichi
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Месяц назад
Abarundi muri kuyind mpem kbx❤❤🎉🎉
@ClaudeNdagijimana-lg4kb
@ClaudeNdagijimana-lg4kb Месяц назад
Merciii bcp mon excellence
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Месяц назад
uburundi turi kukivi
@jisilenechurweryimana5340
@jisilenechurweryimana5340 Месяц назад
Acha tur kukivi❤❤❤🎉🎉🎉
@Cyubahiro-nu8ns
@Cyubahiro-nu8ns Месяц назад
Vraiment c'est très bien
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Месяц назад
Ibi mbikunda kubi
@ngendakumanajeanmarrie7490
@ngendakumanajeanmarrie7490 Месяц назад
Nakupenda rais wetu kwaushauli unaotupa kilasiku hata wakupinge vipi lazima watu wafanye kazi tuachane namambo yaukoloni walizoea vyabule ndiomana tumekua nashida nyingi kwasababu hakuna kvitu tunauza nje hiyo yotw nikwasababu wakoloni walituzoeza misada tukasahau kulima vyetu wanaokupinga waishie nawalegeye❤❤
@bettertv470
@bettertv470 Месяц назад
Yewe ga president 😂😂😂😂😂
@PascalineIradukunda-zs4lk
@PascalineIradukunda-zs4lk Месяц назад
Ibi réro birandemesha Can kuburundi
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 Месяц назад
President wacu wirambire❤❤❤
@SabuwukunzeTerase
@SabuwukunzeTerase Месяц назад
IMANA ihezagire uburundi n abarundi
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox Месяц назад
Amen
@NININAHAZWEBlaise-bj4xd
@NININAHAZWEBlaise-bj4xd Месяц назад
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@igiranezaseth3970
@igiranezaseth3970 Месяц назад
Uyu mutama ndamukunze
@LadislasNiyongabo-t3d
@LadislasNiyongabo-t3d Месяц назад
Amashi menshi kuri uwo mutam
@user-dd8dq7kz3e
@user-dd8dq7kz3e Месяц назад
Président Neva aremeye 😂😂baramwemeje😂😂
@jisilenechurweryimana5340
@jisilenechurweryimana5340 Месяц назад
Ikikijuju nani
@NgororanoSergefrancis
@NgororanoSergefrancis Месяц назад
Ese neva ko abaza nkaho arumunyamakuru cyange iyi channel niyiwew
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 Месяц назад
Aho urababaye😂
@user-mx1pu6ic2e
@user-mx1pu6ic2e Месяц назад
Perezida wacu ndamushima ibikogwa vyiwe vyiza agendera abenegihugu bizovugwa mumateka yisi yose
@mchimgentil8666
@mchimgentil8666 Месяц назад
uwo mutama azorenza 100 ans
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k Месяц назад
Nyenicubahiro, Waratanze umurongo igihugu gikwiye kugenderaho!! Kandi ni cviza gose hama rero harageze ko ivyo ubiharira abayobozi muyoborana kuko nabakozi bawe bazajya baguha rapport naho ubundi abo bobo bazokora iki!? Wewe ntubibona ko babuze uko bajya kukivi!!???
@S.T.OTV24
@S.T.OTV24 Месяц назад
Ariko uburundi ntamisozi minshi ihaba
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k Месяц назад
Hewe,mutama ndagukebure ?!??! Umukuru w,igihugu sinyakubahwa!!?? Ni nyenicubahiro,,,none ntubizi!!??
@user-wq9st2eg6t
@user-wq9st2eg6t Месяц назад
Bitandukaniye hehe??
Далее