😄 Harya Abanyafrika bari bariye amavubi nyabaki mu myaka y'1960 ?
Ni muri ico kiringo mu bihugu bitari bike vy'uwo mugabane, hari intwari zariko zirondera hasi hejuru intahe zo kwikukira 🏳️
🏘️ Ibiciro vyo gupanga inzu aha mw'i "ville" ubu mwe mubibona gute ?
Ng’aya amakuru y'uno musi 🤗
#KuMusi
#poritike
1 июл 2024