Тёмный

Kubera iki urwaruka ruguma ruhurumbira amahanga ? 

Yaga Burundi
Подписаться 44 тыс.
Просмотров 2,4 тыс.
50% 1

🫠 Abasangwa n'aba "diaspora" mwiriwe !
👌🏾 Muze turabire hamwe ukuntu Abarundi baja gupagasa ku bwinshi mu bindi bihugu.
Inkuru y'abashikiranganji babiri bataziriwe "Vyizigiro" na "Kwihangana" mwarayimenye ? 🫣
Ng'ivyo ivyo dusanga mu nkuru z'uno musi.
#KuMusi
#imigenderanire

Опубликовано:

 

4 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 11   
@Nticlobu
@Nticlobu 3 месяца назад
Murakoze KU Musi kumakuru muduhaye
@KuwakuMalumba6895
@KuwakuMalumba6895 3 месяца назад
Maisha bagumu sana Burundi 🇧🇮 people's in government of Burundi 🇧🇮 what they do for they people's of Burundi 🇧🇮 nothing 😢 kila siku watu wana kufa Burundi 🇧🇮 bujumbura 🇧🇮 akuna kazi, akuna kitoro, akuna shakula, kitu gani leta ya Burundi 🇧🇮 kuhiba tu! Wana huwa watu kila siku apo Burundi! People's died in Burundi 🇧🇮 Bujumbura every day 😢 they kill people's 😢 no job's, no petrol in Burundi, nothing in Burundi work fine😢
@bizimanadia6377
@bizimanadia6377 3 месяца назад
True
@IduhangazePrince-pp3pn
@IduhangazePrince-pp3pn 3 месяца назад
🎉🎉🎉
@MusicOfBurundi
@MusicOfBurundi 3 месяца назад
Ibihugu vyose biteye imbere kwisi bihimiriza urwaruka kuja gukorera mumahanga mugihe batatonse akazi iwabo. Chine Nico gihugu kiza kwisonga.. Urwaruka ahubwo muruhimirize kuja imanamba
@Stunna4Hoey
@Stunna4Hoey 3 месяца назад
Bazane nizindi nyinshi zotuma tugabanuka niho hoca hasigara imiduga mike. Igitoro, amatara,devise vyoca biteba bikaboneka kuko twoza turarungikira nos familles akoka devise.
@nicolaskanani8607
@nicolaskanani8607 3 месяца назад
Uri umusesanguzi mwiza..courage
@AfricaOfBeauty
@AfricaOfBeauty 3 месяца назад
Kuva 2018 vyaranyegejwe Davi, ibindi nzobikubwira one day
@Nta-m4z766
@Nta-m4z766 3 месяца назад
Akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze. Vyiza abantu boja hanze bakarahura ubwenge hama bakagaruka kwubaka igihugu. Ibihugu vyateye imbere nuko vyabigenjeje. Akarorero: China; South Korea. Akarorero ino iwacu ni nkurya mu Jeune Fablice yubaka amazu ariko akora neza cane.
@IduhangazePrince-pp3pn
@IduhangazePrince-pp3pn 3 месяца назад
Icombona Nuko Naho boshikana kuri 100$ basoyatangaaa Kuko ntamuntu yiyankaaa🤷
@SamanthaIradukunda
@SamanthaIradukunda 3 месяца назад
nuko tubona ubuzima bugenda bwanka muburundi
Далее
« Nasohokanye n'umuzungu, biherera muri drogue »
14:02
🤗 Dutembere muri Yaga
5:36
Просмотров 2,4 тыс.
МАЛОЙ ГАИШНИК
00:35
Просмотров 556 тыс.
iPhone 16 & beats 📦
00:30
Просмотров 162 тыс.
Trump na Kamala Harris, hazotsinda nde ?
6:08
Canjo Amisi : la légende de la musique Burundaise
4:57
“Natakaje ubusugi kubera ukutamenya”
14:17
Просмотров 5 тыс.
Ishano i Bujumbura: twarabatohoreje !
6:54
Просмотров 14 тыс.
Tuvuze Serbie hari akantu wumva ?
4:32
Просмотров 2 тыс.
Imyiyerekano y'urwaruka muri Kenya : vyifashe gute ?
4:47
Yashatse show bihereye mu marira
4:09
Просмотров 2,9 тыс.
Kuki "Féminisme" mu Burundi ?
7:02
Просмотров 1,3 тыс.
😅 Womuheba canke ntiwomuheba ?
4:03
Просмотров 8 тыс.