Тёмный
No video :(

Apotre MBAYAHAGA kubihe UBURUNDI burimwo//Abarundi badakunda IGIHUGU//Kwidodomba bituma//Icokorwa 

UMUKUBITO
Подписаться 178 тыс.
Просмотров 6 тыс.
50% 1

Apotre MBAYAHAGA kubihe UBURUNDI burimwo//Abarundi badakunda IGIHUGU//Kwidodomba bituma//Icokorwa
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#apotrembayahaga #president

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 49   
@Bazi1973
@Bazi1973 2 месяца назад
Asante sana. Umuntu adatahura ivyo uriko uravuga yihangane ntakundi. 🙏🙏
@B.s3909
@B.s3909 2 месяца назад
Pasteur aca urofa umeshiba hagwe weye, nikubera uyafise sha hinge gato urashikigwa .
@LameckNgabo
@LameckNgabo 2 месяца назад
Narinziko nasaze kubera twama twahaririye nabarundi iyondiko ndavuganeza igihugu bakantuka bakangotsa
@amolam97
@amolam97 2 месяца назад
Ubundi ibi nivyo biganiro bikenewe mumatwi yabarundi nabarundikazi uvuze neza cane Mr apotre
@KirundoGang
@KirundoGang 2 месяца назад
👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍 ukuri ukuri
@georgettenahimana1695
@georgettenahimana1695 2 месяца назад
Urakoze cane. Ikibazo nuko abarundi bamwe baracari mu gikiloni mu mutwe! Uburundi bwamye mu magume! Ivyarivyo ibihanze uburundi ubu bitegwa na la communauté nationale. Ntibisanzwe ibiriko biba! Igihigu cacu catunzwe n' uko abarundi bahora bagumana umwizero! Ubu reeo abarundi barihebuye. Ubona nabasokuru bagumanye kwizera iwacu hatwara abazungu. Ni hatari
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 месяца назад
ndakwemera bwana bayahaga
@NdayikezaProsper-rg5zu
@NdayikezaProsper-rg5zu 2 месяца назад
Uyo numukozi waba Dede turamuzi nareke kuduhenda ivyobinyoma vyabo ngo ubukene dufise nikubere intambara za Ikirene😂😂 ibindibihugu ko biriko birantera imbere rero vyene nukuvugako iyontambara bitayumvise kumaradio😅
@gihetatv7604
@gihetatv7604 2 месяца назад
Aho urahaze sha aya ma tourbe
@justinnshimirimana8559
@justinnshimirimana8559 2 месяца назад
None atari hamwe abarundi umengo twarapfuye mumitwe nikihe kintu yavuze atarico?
@nowornever5189
@nowornever5189 2 месяца назад
Toka iyo aba DD bataja mwishamba nubu baba bakirwaye invunja
@nalaesi7389
@nalaesi7389 2 месяца назад
Ikosa abarundi twakoze kwari gutembagaza intwaro y'abami. Ntiturasubir kuronka agahengwe. ubukene budahera, ubwicanyi, amacakubiri... twaravumwe ntagahengwe tugiy kuronka vuba. Ntabarundi bigeze bicana mbere, ubwicanyi bwatanguy n'umuzo wamadini yabanyamahanga na démocratie. Kiranga nadusabire ku Mana turonke agahengwe 😂
@ismaelntare3850
@ismaelntare3850 2 месяца назад
Ivyo nibigiracumi uhaze
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 2 месяца назад
Éwe Gael sha Ibibintu vyaba DD witwayemwo uzobi regretta après quel gachis 🙄 !! Apôtre we ivyiwe bitazwi kuvakera hababaje wew ukiri muto ubona hafi cane ! La plupart sont déçus de toi
@userk23456
@userk23456 2 месяца назад
Abarundi turagoye ?? None garl akoze iki kibi ?? Abarundi uvuze ukuri,baca batangura ngo wabaye umu DD??? None mwibaza ko ibintu bizohinduka gute,mugihe twese tugituka igihugu,urwaruka ruzohagaruka guhagarika ibibazo biri mu gihugu bizova uko bakunda igihugu. Reka kwama mubona umuntu avuze ibintu bikwiye ngo numu DD.
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 2 месяца назад
Gaël muveko ntakosa afise kandi nta kintu kibi ariko arakora ni channel yiwe ashirako ivyashaka mwe mutabikunze nimube mureka kubiraba hama mumukurire induru
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 2 месяца назад
Ufise iyindi ntumbero. Ariko vyiza wohinduka ugakunda igihugu kuko nirwawe
@nibayubahesamuel8569
@nibayubahesamuel8569 2 месяца назад
​@@userk23456hariho abantu bigize ibintu muburundi ntibigera bagomba umuntu abavugira ibintu vyabo banyegeje kuko aba abafukuye aho na Gaël bamubona nkuwuriko abafukura ariko ari munzira nziza uwo mu type azi ivyakora
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 2 месяца назад
Reka nkwihere impanuro:" gabanya ibitabazi" biriko biratabagaza inda yawe.Uzorwara mu misi indwara zo kurya nabi.
@georgettenahimana1695
@georgettenahimana1695 2 месяца назад
Ba Pacifique na ba Rugurika bahava bakugirako ikiganiro!😂
@luizfigo1133
@luizfigo1133 2 месяца назад
Kugitunganya Niki? 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 2 месяца назад
Wow!! APOSTLE n'umugabo wa bagabo. Icoduha bandi nkaba nibura babiri gusa!!!
@yvesnkengurutse9634
@yvesnkengurutse9634 2 месяца назад
Iyo niyanda ndende
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd 2 месяца назад
Utararonka urazi ingene widoga aho nuko Aronse igihugu ntawutagikundaa
@baramparurutsej.dedieu5361
@baramparurutsej.dedieu5361 2 месяца назад
Uvuga neza mwene Data
@charleskwizera2358
@charleskwizera2358 2 месяца назад
Uko bimeze kose igihugu cacu turagikunda naho vyoshika hakaba harivyo bitagenda neza muzirikaneko nanyene urugo aba afise image Yuko ashaka urugo gwiwe rumera ariko kubera ibihe nibibazo umuntu ahura navyo bikarangira bitagenz uko avyipfuza ivyo navyo ntawobimuhora
@shukurujface8119
@shukurujface8119 2 месяца назад
Ntamugabo akuruta
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 2 месяца назад
Ntawe pe
@LameckNgabo
@LameckNgabo 2 месяца назад
Nanje nama navuze nta opposition tugira nabaroberi gusa mugabo binyegeza inyuma yugukundigihugu kumbe wapi
@luizfigo1133
@luizfigo1133 2 месяца назад
Ubwo Uri kuvuga ibyo kuko ufite icyo gitoro n’a sucre 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 abariko baricwa ko mutabavuze none pfoto pfoto
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 2 месяца назад
Rabana n'ivyiwanyu mu rwanda sha ivyo ngaha mwe ntibibaraba
@LameckNgabo
@LameckNgabo 2 месяца назад
Barya nabicwa kuri RPA😂😂😂😂 hakabaho nigihugu twebwe turatekanye
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza 2 месяца назад
​@@joyeuxniyonkuru2701None igitoro kirihe?Burundi Nico gihugu conyene gifise ikibazo c,igitoro muri region yose,ntaco yabeshemwo,muhisha umwotsi inzu yahiye mana
@LameckNgabo
@LameckNgabo 2 месяца назад
Mperuka kwumva xjimping abwira abantu biwe ati buriwese yitegurire ingaruka zibihano tuzofatirwa
@NathalieNIYUHIRE-vj8il
@NathalieNIYUHIRE-vj8il 2 месяца назад
Abasoda ni ba Bihome baratangira igihugu 24h sur 24h
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 2 месяца назад
Waba udafite mumutwe hazima igihugu cyawe gitwawe nabi ngo ntubivuge byakemuka gutese?
@justinnshimirimana8559
@justinnshimirimana8559 2 месяца назад
Raba uvuge ivyiwanyu
@israelnibigira4990
@israelnibigira4990 2 месяца назад
Ukuri kwose ntikuvugwa mutama ndazi nawe hariho ivyo ubona bitagenda neza ariko ntavyo wovuga ariko ico twizera ni ndiho gusa ivyo navyo nivyakanya gato
@sindayikengeracelestin5444
@sindayikengeracelestin5444 2 месяца назад
Iki kiganiro c' uyu mugabo yiyita " apotre" gikokeza ubwicanyi butagira izina: kudya abana twivyariye twisunze bibiriya; kumarana kuko umu presida yagize ibibazo bitatwega.
@justinnshimirimana8559
@justinnshimirimana8559 2 месяца назад
Ubwo ntakibaz co gutahura ufise ?
@Musindi736
@Musindi736 2 месяца назад
Burya abarundi nico kibazo dufis bakunda kuguma babegura muga uwobasaba inyishu bakabura ico bavuga
@sese667
@sese667 2 месяца назад
Inyishu zama zatanzwe, ikindi ushaka bokora n'iki ?? Inyishu iyo zitanzwe ntizikoregweko, ushaka tuvuge iki ?? Tuvuge ko vyose ari sawa kandi hari ikibazo ?? Ntawuhisha umwotsi inzu iriko irasha !
@RogerNinziza-lq9ys
@RogerNinziza-lq9ys 2 месяца назад
Nihatl ivyomugariye ntakintu ntahuyemw kbxa gsa nikibaz cumwanya gsa
@justinnshimirimana8559
@justinnshimirimana8559 2 месяца назад
Urarab ko atarikibaz ufise
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 2 месяца назад
Mbe uwigisha abandi gukunda igihugu ugasanga uwo yigisha abandi niwe arya ibiturire niwe atembagaje amashiraha mwe reta ifise mwo iimitahe,niwe yama yacerewe ku kazi,niwe yubaka amabarabara atamara kabiri,wewe wumva bokwemera ivyo avuga Kandi nawe ari umu roberi? Gukunda igihugu ni kurwanya ico cose gituma abavuga nabi bakivuga nabi .
@sese667
@sese667 2 месяца назад
Hari abantu bitiranya Igihugu n'ubutegetsi (système itwara) ...
Далее
Новый фонарик в iPhone с iOS 18
00:49
Просмотров 512 тыс.