Тёмный
No video :(

Uwanditse BELLISSIMA avuze kubutandero bwa DJ FERNANDO//Amabi yankoreye//nkiyandika nashakako 

UMUKUBITO
Подписаться 178 тыс.
Просмотров 81 тыс.
50% 1

Uwanditse BELLISSIMA avuze kubutandero bwa DJ FERNANDO//Amabi yankoreye//nkiyandika nashakako
‪@Mista_aye‬ ‪@welovemuzika565‬ ‪@melaninboy1‬
#monlogo #bellissima

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 676   
@bigfizzoofficial
@bigfizzoofficial 2 месяца назад
Un chien reconnaissant vaut mieux qu’un homme ingrat…. ✍🏽
@leeofficial3951
@leeofficial3951 2 месяца назад
Nuk nuko my fvrt ⭐
@DonnyIracarinzima-xv3gc
@DonnyIracarinzima-xv3gc 2 месяца назад
Sha fizzo jew ntakosa mbona fernando yakoz gusa ibibintu biratubabaza cane iyo music igira iter imber hacahaboneka ingorane umva umusi twasubiriye kwumviriza indirimbo zohanze kugira muzotugarukane bizogoran uraz ingen narinsigay nezerererwa music yi Burndi mangwa wewe ntukir muburundi ivyo singorane iwwe haguhaguruka mukarwanya uwugomba gusubiza music hasi imbabazi
@deejaye-sir6804
@deejaye-sir6804 2 месяца назад
You should know the truth before commenting bro. ​@@DonnyIracarinzima-xv3gc
@deejaye-sir6804
@deejaye-sir6804 2 месяца назад
U should know the truth before posting / commenting ​@@DonnyIracarinzima-xv3gc
@4bee203
@4bee203 2 месяца назад
Ayo majambo yonyene uvuze birumvikanako nawewe wumvako harikosa ryahabaye kuri Fernando mwe muribabandi iyukunda umuntu ucushaka nokwemera amakosa ngonuko umukunda erega natwe Fernando yaradushimishije mundirimbo gusa yarakoze ikosa vyemereeeee 😂​@@DonnyIracarinzima-xv3gc
@achillebarancira6797
@achillebarancira6797 2 месяца назад
Cette femme est extraordinaire ! Elle a un talent fou. Ntucike intege muvyeyi. Ta plume iha umunezo benshi. Tu as notre soutien.
@Aud-Aufaril78389
@Aud-Aufaril78389 2 месяца назад
Malheureusement certains de nos Star Burundais bibaza ngo hakenewe impano gusa😢 ariko impano n'indero birajana...
@bellaniyonkuru-ys7rd
@bellaniyonkuru-ys7rd 2 месяца назад
Mon professeur uzoyidushirire you tube maman urashoboye love uu so much ❤️😘 🇧🇮
@user-yi8yv1ik9w
@user-yi8yv1ik9w 2 месяца назад
Vyabintu kumbe ni histoire ndende cane kbsa DJ Fernando kumbe yaradekonye bidasanzwe guko uwo mu Mère yaramufatiy runini muri make uguhura nawe vyari vyamuberey umugisha udasanzwe
@jamessiyoni2996
@jamessiyoni2996 2 месяца назад
Natoke Kure uyo ashaka hit ashaj
@GiritekaJolie
@GiritekaJolie 2 месяца назад
​@@jamessiyoni2996buvug ubnj kwiyumvir
@iranziarnaud-Orgnl
@iranziarnaud-Orgnl 2 месяца назад
Ndagusabe kadie korana na Gusto bas uryamwana afise ukwitonda ninder kbs ntumute p please
@MbanzamihigoArmand
@MbanzamihigoArmand 2 месяца назад
Aho uzoza wumva avuga ngo yaragomvye arabe ivyo bovuga ngo haboneke ama débat😄 Merci Gaël wubahw kutuzanira Kad kay ww hubw izo hit za bellissima na mon logo zibe izaw ❤🎉 🙏🤝félicitation kuk mump like 🙏
@bellaniyonkuru-ys7rd
@bellaniyonkuru-ys7rd 2 месяца назад
Wew rindira azovuga ukonyen 😂😂 muzob mumbwira Gus Gaël merci kutuzanira Kad kay🎉😘
@_-wt8ns
@_-wt8ns 2 месяца назад
Namurekakore nambaricobapha bararonderana babisubiremwo babikur kurubuga ferenado urarabaneza
@user-hk5qp6pp7x
@user-hk5qp6pp7x 2 месяца назад
Gusto il est très sage et sérieux knd bizotuma ugera kure,courage melanin
@user-qs8vi2tc1x
@user-qs8vi2tc1x 2 месяца назад
Kwl melanin boy nakorane n kadie kay
@user-gm1zb1sx7h
@user-gm1zb1sx7h 2 месяца назад
Ayayaya Fernando vmt...Muga nyene ni kwisi uwukunda niw yokubabaza...uramubabarira ntuzumuhebe...nyene twige nokubana mumubabaro aracari muto ntivyoroshe....ubundi umwana wuwundi ntiyoroha....Kadi urumuvyeyi Imana iguhezagire kumutima ufise tubona gake....
@laetitianshimirimana1518
@laetitianshimirimana1518 2 месяца назад
Allez de l'avant kadie kay .Tu es un bon exemple pour d'autres mamans de ton âge qui n'osent pas montrer leur talent ngo turakuze mama wanje . Je ressentais que la composition emane d'une personne mûre comme toi . Ta composition est hors du commun.Bravo , bravo chère grande dame ❤En tout cas , tu m'inspires . Longue à toi , ukomere sana
@Yourmentor2581
@Yourmentor2581 2 месяца назад
Moi aussi j, ai toujours pensé que cette chose n, était pas pour lui . It was a a good essay
@wfisport10
@wfisport10 2 месяца назад
Wakoze igikorwa gikomeye Muvyeyi, kandi wihangana kuko urazi ko kurera abana ari uguhendahenda❤❤
@user-cp8rb1cg9k
@user-cp8rb1cg9k 2 месяца назад
NukOoo
@nellynattv3311
@nellynattv3311 2 месяца назад
Nari narabivuze benshi murantuk ubu muravyiboneye 😂😂😂😂😂😂
@user-mg4nr2yx5z
@user-mg4nr2yx5z 2 месяца назад
We bury urerekwa🤣🤣 tube twumviriza ivyo uvug ham turindire tubone😂
@blaiseharumukiza1598
@blaiseharumukiza1598 2 месяца назад
W Bury uri satellite 😂
@user-vu2br9wd8i
@user-vu2br9wd8i 2 месяца назад
😂😂😂
@jacksonnzoyihaya8477
@jacksonnzoyihaya8477 2 месяца назад
N'uko urisutwa nayubundi amakuru urayamenya
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 2 месяца назад
W uvuga ukuri
@AladinChrisNiganze
@AladinChrisNiganze 2 месяца назад
Kora ineza wirenganir sh 🤌ivy ntibizotum ukor Inab kaddy key we love u😢❤
@fabricebutoyi6817
@fabricebutoyi6817 2 месяца назад
Uyu mu Mama ari très intelligente kandi azi kwi exprima vrmt. fernando n'imbwa
@rodbdiaz
@rodbdiaz 2 месяца назад
nyoko nawe acabiki
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 месяца назад
Nivyo😂😂😂😂
@ElvaNtiyanzimvye
@ElvaNtiyanzimvye 2 месяца назад
Quelle grandeur d'âme❤ courage maman Kady Kay ntucike intege turagukunda❤
@lucieharerimana4705
@lucieharerimana4705 2 месяца назад
Bellissima ni kirimi c'igitaliano gisigura Très belle kumukobwa.
@lareinegaga
@lareinegaga 2 месяца назад
Kadie Kay❤ ❤ ingingo y’ishavu iragatsindwa❤❤ Hariho ibihe ducamwo kugira bitume tubandanya❤ Les artistes ont besoin des sages comme vous. /La Reine Gaga
@user-if6ye7kp6g
@user-if6ye7kp6g 2 месяца назад
Umuntu yubahutse kugushira isoni wamukoreye igikorwa nkico narindire izicuza ico nomuhanura naze agusabe imbabazi hakiri kare nayubundibwo yamenj nka maconco GS uwo muvyeyi ndamukunze vrt IMANA imuhezagire❤❤❤❤❤❤
@tonnyfidel4124
@tonnyfidel4124 2 месяца назад
Gaêl ndi umubanyi nkunda indirimbo Kirundi cane zabakuze uwomu Mama nunvise yandika neza cane Fellinando nawe areke kwitwara nkumwama wo mwibarara . Amenye ko habanza kwandika munyuma Hakabaho no kuririmba ibyanditswe . Petit Saba imbabazi❤
@guy-blaisebumwe802
@guy-blaisebumwe802 2 месяца назад
C'est vraiment très malheureux! Même si ata justice ugiyemwo je propose que Isanganiro award bamwaka irya prix bayihe mwene indirimbo!! Je compte kur Isanganiro ce sont des gens Bazin comment ailleurs bikorwa! Kuko award yahawe indirimbo et l'auteur yiwe turumvise KO atariwe yayihawe! Sinon iyo award yoba itagifise agaciro!!
@florisjulius
@florisjulius 2 месяца назад
Ibi bavyita kuravuta ww indirimbo uyizi kur nde?
@user-hk5qp6pp7x
@user-hk5qp6pp7x 2 месяца назад
Ooooh,c'est choquant kuburira indero umuvyeyi nkuyo
@FREDDYIrakoze-re6co
@FREDDYIrakoze-re6co 2 месяца назад
Waaou uyu mu Maman arafise ikinyafura akwiye gushigikirwa.Courage ntimucike intege naho hari intashima hama le silence isigura ikintu kinini wamweretse ko umusumba mumutwe.
@FlodiqueNzobonimpa
@FlodiqueNzobonimpa 2 месяца назад
Uwu mu Mère hejuruuuu caneeee👌🔥🔥🔥🔥🔥
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 2 месяца назад
Uyu Muvyeyi arambabaje niyasubira kukuvogera uzoce umbwira nzomukosore.
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 2 месяца назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@billyjoel5120
@billyjoel5120 2 месяца назад
😂😂😂😂😂
@nshimirimanadennis6075
@nshimirimanadennis6075 2 месяца назад
Mon professeur tuyihabwe...🎉🎉🎉 Kuri Dj Fernando indero irakenewe muri carrière y'umuntu wese😢😢
@EricNduwimana-yy2kz
@EricNduwimana-yy2kz 2 месяца назад
Fernando nyimb warakoze uko uwo muvyeyi avuze warahemutseee vraiment 'vyiza woca bugufi ugasaba ikigongwe kuko bury kibinsukurwa ahubwo nukurwa ntuvyuke... 'impanuro yumufan
@majwegerifabrice9187
@majwegerifabrice9187 2 месяца назад
Uyo mu mama numunya mahoro Imana iguhezagire mubikogwa vyawe
@MbanzamihigoArmand
@MbanzamihigoArmand 2 месяца назад
Bellissima kuri stage tuzohora tuvug tuti dukeney kad kay na Gusto na Mon Logo 🎉 hama muvyeyi uratesta muri studio wosanga ukaze
@huguetteniyonzima8586
@huguetteniyonzima8586 2 месяца назад
Uracusubira ushireko mon professeur nayo.
@user-qs8vi2tc1x
@user-qs8vi2tc1x 2 месяца назад
Nayihe melanin boy vrt arashoboye
@emerynduwimana13598
@emerynduwimana13598 2 месяца назад
Maman kadie kay imana iguhezagire vrmt kuruwo mutima wawe wurukundo imana ikwongerereze inkomezi nukuramba,yamae ikurwanira muri ibi nabiriya kuk turazirikana ko ishoboye vyose uwomutima wurukundo,w'ubutwari,w'ukwicisha bugufi imana ibiguhezagirire,...hanyum natwe turi inyuma yawe mukubashigikira cane cane gukurikirana ibikorwa vyanyu hamwe nukubisangiza abandi indirimbo mon logo turayikunda caaaanne knd iraryoshe kurusha nanya bellsima ferdinando yishimako gusa akangwa nagafanga aheruka gukura iburayi nayo amanyama arasara ntasaba,mr gaël(kubitamutindo tv)nawe turagukunda caaanne .❤❤❤❤❤❤❤❤ mwese imana ibahezagire ni emery batazira balaka Boy 💫
@inkingichannel8287
@inkingichannel8287 2 месяца назад
Fernando akwiye gusaba imbabazi..kuko ivyo birarengeye ikosa..n icaha gihanwa n amategeko... Ndashimiye uwo muvyeyi..n umuntu afise ubuntu koko..azi kwakira situation zimubayeko.elle est vrt mature! Aranyigishije caane.Maman ubahwa🙏❤
@nicaisenkurunziza3932
@nicaisenkurunziza3932 2 месяца назад
Imana iguhezagire cane muvyeyi abana turagoye iyi turonse succès nuko
@hakizimanainnocent5603
@hakizimanainnocent5603 2 месяца назад
15:52
@mephone99
@mephone99 2 месяца назад
Yagize neza kuko we followed you already uri umu mama mwiza ❤
@user-me5lt9oo6y
@user-me5lt9oo6y 2 месяца назад
T'est vraiment géniale Maman. Abo bana nabo badasonera abavyeyi ,uraberetse, dans une extrême sagesse, ko ubaruta caane. Bazohava bakurondera batakikuronka. Wubahwe muvyeyi mwiza.
@user-sk5ox4vd1x
@user-sk5ox4vd1x 2 месяца назад
Jewe niho nari narababajwe nivyo Fernando yavuze kuyo muvyeyi naciy numva na mood iheze vrmt kuko wanarije fresh wumvise logo na bellissima birumvikana ko hariho aga touche kiwe mu kwandika rero si vyiza nk abakunzi b umuziki ko wubahuka urya muvyeyi jewe naramubony atashe ababaye cane arira kuri kirya giteramo ca kazoza Dj zenobino amufashe ukuboko muze murubaha cane kuko nah wob ushoboy discipline atayo aho uba wagiy ndabivuze nk umukunzi w umuziki
@fleuryniyimfasha2351
@fleuryniyimfasha2351 2 месяца назад
Uvuzukuri!!! Numiwe mbonye ingene yamumaramaje mugiteramo uwomumama arikumwe na zenobino ka fernando ivyogakoze kazicuza kaciy kanshisha kk kaddie kay yamwitangiye nkumwana wiwe arko akogashenzi kagaca kagara
@anicetniyonkuru5373
@anicetniyonkuru5373 2 месяца назад
Sha Gaël nukuri ivyo DJ Fernando yakoz kur Stage Imbere y'umu maman twubaha,angana na maman wiwe afise impano twese twabony mur bellissima na Mon logo kko ufise oreille musical urumva neza k zanditsw kumwe,n'akamaramaza j nibajije k yoba yari yaborew cnk yar yacomye si non ntiwokora ibintu nka birya ufise ubwenge bukwie.
@guysouvenirirutingabo8468
@guysouvenirirutingabo8468 2 месяца назад
Tugusabe uze wandike indirimbo uyihe @bigfizzo azi guha agaciro burumwe wese kuruhara yagize mumuziki wiwe akanashima,burya reo wotana numwana akaguturira,urabona ako kajama shaaa!karambambaj mwishwanj,mama ntibitume ucika intege abo wareze bose ntibacitse ico washaka,go on with the hit of @bigfizzo written by kadie kay❤❤
@akimanaali7226
@akimanaali7226 2 месяца назад
Gael we lov💖 your videos. People from CAP TOWN 🇿🇦 🇧🇮 🙌 🌍
@user-sr3tv1wq2b
@user-sr3tv1wq2b 2 месяца назад
Uyu mu mère ar romantique shn 😇 ndamukunze 🥰 Dj Fernando akwiy gusab imbabazi vrm 😢
@alanblessed1744
@alanblessed1744 2 месяца назад
Oooh my goodness!! Uyu mu maman yahora hehe kwelii❤❤❤ Respect to Kaddy Key
@Kajimange
@Kajimange 2 месяца назад
Dj Fernando vrt waradeconye saba ikigongwe. Numva ndakwanse
@NdayisengaMagloire
@NdayisengaMagloire 2 месяца назад
Courage Chère Tante,ntugacike intege.vuba ingingo y'umunezero igiye kuza🎉.
@ndacayisabamedard08
@ndacayisabamedard08 2 месяца назад
DJ Fernando nta discipline.nukur birababaje vrmt kuba yaramuburiy Isoni 😭😭
@LibertNizigiyimana
@LibertNizigiyimana 2 месяца назад
Gael ndagusavy uronder uyo mu dj akubwiy wanguuuu kugira aba fans tumeny ukur gusa kimw uyomwana ntandero nicgtma umuzik wacu udakura knd wang ibi bica intege aba support umuzik
@meckydimpoz
@meckydimpoz 2 месяца назад
❤❤❤❤ ukuntu rero abarundi twikundira abantu bafise indero, murindire gato ndabona umuntu agomba azime nka OLEGUE na Drama T 😂😂 , ........ Bury agahimbo kibagiza kwugara. ❤❤❤ From Mecky Dimpoz 🇧🇮 always Maharaj 👑
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 2 месяца назад
Drama T ntuyazimye ariko😂
@manirambonaEgide-zx7sn
@manirambonaEgide-zx7sn 2 месяца назад
Aho ntubeshe muta uvuzukuri pe
@ininahazwegloria-uy4jm
@ininahazwegloria-uy4jm 2 месяца назад
Have fyonde kuri s,abonner ndakwemera wa buhumuza
@christalentungane
@christalentungane 2 месяца назад
Pole maman you learn something, vyose bikoraniriza hamwe kukuzanira Ivyiza. Harya kubona yakudisrepectinze umukurira Imana izomwihanira, Kandi ntucike intenge mu buzima duhura nabaguca intege Ariko ibi bikubayeho nubuhamya bwawe like you said iyo atabikora ntiwari kuyishira kuri RU-vid yawe, it was for a reason
@FabriceNdikumwenayo-qs6py
@FabriceNdikumwenayo-qs6py 2 месяца назад
Muvyeyi mwubahwe caaane ndabakunz caane Imana ibakomereze Impano yanyu mufita yo kwandika neza 🙏🙏🙏🙏
@user-hq7qh5wn9b
@user-hq7qh5wn9b 2 месяца назад
Though, I don't understand much on the French part, I can still say that Bellissima is one of the best songs I very much love to listen to. Fernando's voice is very beautiful. Thanks alot to you Kandie for composing the song. I wish to listen to more of your works in future🇨🇦 😢❤
@arsenengabire747
@arsenengabire747 2 месяца назад
reellement n uko habamwo kubaha.na noe kuba warayandits nah yokwanka ntibica bihinduka kuriyo🤷‍♀️ courage mama.tjrs le respect 💯👍
@nepomuscenekayobera5302
@nepomuscenekayobera5302 2 месяца назад
Sha fernando namukunda ariko arambabaje
@chrisregisirankunda5509
@chrisregisirankunda5509 2 месяца назад
n juste Gaël mwandikire indirimbo afise histoire lolo hhhhhh
@VictorNimbona-we4ro
@VictorNimbona-we4ro 2 месяца назад
Vraiment umu maman avuga ukuri knd ni umuvyeyi nukur.hama juste Gaëlle ibiganiro vyaw ndabikurikira vyos. Courage
@bellytresormahoro4442
@bellytresormahoro4442 2 месяца назад
Gaël tuzanire ibreezy nawe atubwire ko ivyobintu arivyo kuko ndumva arabiziko ikintu😂😂😂😂
@jamessiyoni2996
@jamessiyoni2996 2 месяца назад
Nimbuyo Muvyeyi yibazako Fernando arumugabo wiw data natekan sha akurubwibone ngaho
@juxjay7108
@juxjay7108 2 месяца назад
Ooh! Bellisima ndayikunda cyane , uyu mu maman ndamukunze cane na Fernando kandi yayiririmbye neze sha ! Basi mubarikiwe sana
@eliebayubahe6649
@eliebayubahe6649 2 месяца назад
Mon professeur uzoyidushirire kuri You tube mère !!!
@MuslimStanley
@MuslimStanley 2 месяца назад
Nayiduh kwer
@kiki_official2577
@kiki_official2577 2 месяца назад
Kabisa tuyumvirize
@Y.A.TComedy
@Y.A.TComedy 2 месяца назад
Tuhe mon professeur tuyumve❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@NdohoAud
@NdohoAud 2 месяца назад
Jewe ntakuri kwo kumbuga ngurukana bumenye nigera nemera nn aha aje kubirubwir ngo bidufashik ahubw ashats kumucafuza ntakindi ariko ico womenya aha kuvuga umuntu nabi canke kumuvuga neza vyose birangana icuwomuntu akeneye nukuvurwa akaguma mumitwe yabantu vyose abivyaza umusaruro rere wakoze wakoze gutuma twongera kumwibuka akaguma ari hejuru caneee so big up san dj fernando
@jeandedieukazungu269
@jeandedieukazungu269 Месяц назад
Uvuze ukuri
@theeastafrican1509
@theeastafrican1509 2 месяца назад
Madame uzokwandikire akaririmbo lolilo nukur nkuk yoya yabimukorera uzobukoze...you're just amazing muvyeyi mwiza
@ThaddeeNiyokwizera
@ThaddeeNiyokwizera 2 месяца назад
Ce petit vient d'être jeté aux mouches vraiment.Que cette Mère soit à la hauteur yo gutsinda ishavu!
@pinsonnagil9784
@pinsonnagil9784 2 месяца назад
"Donner c'est donner reprendre c'est voler" ako kantu nikeza cane
@user-st9mr6nb7x
@user-st9mr6nb7x Месяц назад
Urumuvyeyi mwiza knd wubwenge ndagukunze cane goseeeeee. Icompimbara cane Ubu nukukubona vis à vis❤
@SinoAdonis
@SinoAdonis 2 месяца назад
Proud of you mum ❤❤❤ dj Fernando mama no mama even is not your blood mother
@alanblessed1744
@alanblessed1744 2 месяца назад
Oooh my Goodness ndababaye. @dj Fernando ingaruka mbi y'inkandagira bitabo 😢😢😢. Poleee Maman Kaddy we love you🎉🎉🎉
@oscarfashionbuja1267
@oscarfashionbuja1267 2 месяца назад
Ndababaye vrt 😭😭🙆🏻🙆🏻
@fabricenduwayo7059
@fabricenduwayo7059 2 месяца назад
ako ga pte ki Gitega kaborewe udu succes gatanguye guta indero kumu mama angana na mama wiwe ,rindira kazokoroka nkiragarira sha nae kwari umuhinga arindika iyindi ivume nka Bellisima
@niyonkuruvincent8221
@niyonkuruvincent8221 2 месяца назад
Uwo mu maman nikibaju Sha numumarayika nubwo bamuhariye
@JamesNtakirutimana-xv1ml
@JamesNtakirutimana-xv1ml 2 месяца назад
Vrt arazi kwandika cane yeeeehhh❤❤❤ ndamwemey kl
@canesiusbigirimana7216
@canesiusbigirimana7216 2 месяца назад
DJ Fernando araje azime humura.Gusto amusumvya guca bugufi
@user-qs8vi2tc1x
@user-qs8vi2tc1x 2 месяца назад
Cn vraiment melanin boy arashoboy
@ChristabechouBella
@ChristabechouBella 2 месяца назад
Mbaye uwambere kwa Justin gael munyihere like😂😂😂
@AliceTuyisenge-t2r
@AliceTuyisenge-t2r Месяц назад
Wihangan can maman frinand ndamwanse ntandero agir yarakwubahuts ararenz niyiyubahe wihangan naw maman❤❤
@hatungimanaalida3621
@hatungimanaalida3621 2 месяца назад
Ooooh maman Kadie Kay❤❤courage, t'es vraiment forte Suit ton coeur💪ugume uduze talent yaeee❤
@democritenzoisaba9117
@democritenzoisaba9117 2 месяца назад
Kadie Kay , nuyundi musi nubumenya gukora ikintu muma sezerano yanditse ahubwo kwiyo ndirimbo ni wewe wakoze igikorwa kinini /
@BarakaBlaise
@BarakaBlaise 2 месяца назад
Gaël nij nkwije 300 j'aime mpunyihere 👍👍
@RETUS-BRAINY
@RETUS-BRAINY 2 месяца назад
Ikijuju kirasaze 😂😂😂
@BarakaBlaise
@BarakaBlaise 2 месяца назад
@@RETUS-BRAINY iga kuvuga neza bizogufasha gushika kure
@BarakaBlaise
@BarakaBlaise 2 месяца назад
@@RETUS-BRAINY ivyo wapostinze ubona bifise vues zingah? Sikubera uwo munwa wawe
@4bee203
@4bee203 2 месяца назад
Na Big Fizzo yarashimiye uwamwandikiye Super Man imbere ya Camera nkeswe urya akiri muto (hama uyo mu Mere natume yiyandikira iza Gospel zozo Imana yo basi izonavyibuka kurusha umuntu)
@danielmucowintore5267
@danielmucowintore5267 2 месяца назад
Wp mn yotuma abikora vyose twoba duhomvye yandika nezaaa
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 2 месяца назад
Fernando ntimvuzi🎉🎉 melanin humble man😘😘🤟🥰
@dushimemilka1696
@dushimemilka1696 2 месяца назад
Courage Kadie nukuri ibintu wakoze wabikoze nk'umuvyeyi t'es adorable ariko ntibihagarare ndashuhiye mon professeur tuyumve nayone
@florisdusabe7238
@florisdusabe7238 2 месяца назад
Maman wubahwe ndagukunda caaaaane. Maman fernando niyagera aho ugeze(!!!) Ndashaka mon professeur.
@leecharon
@leecharon 2 месяца назад
Exactement ck’il a fait avec #missing heart! C’est pas bon kuburira indero umuntu yakwandikiye. Si yari uwugira nico yubaha yari gukura missing heart kuri Channel yiwe na we love muzika.
@MbanzamihigoArmand
@MbanzamihigoArmand 2 месяца назад
Lee charon oy ntiyoca atwarwa nishavu succès iriko iratuma ahindagurika nagenz gahoro yubah bakur biw Hama Lee charon uyumwak ugaruk kuri Scène ndakwemera trop
@manirakizadidier8112
@manirakizadidier8112 2 месяца назад
Oooh mpore mpore! Imana izogushumbusha
@user-et1bk9kx2g
@user-et1bk9kx2g Месяц назад
Ndagunzee malgré tout uri umama mwiza kd Imana ikomez ikugez kure p
@user-yy2rk4wi3p
@user-yy2rk4wi3p 2 месяца назад
muvyeyi wavuzeneza nimpanuro wasuhaye ❤
@user-st4rc2bo8y
@user-st4rc2bo8y 2 месяца назад
Ça parait vrai ko mubabaye mais ça peut tourner dans votre avantage. Komeza muja nahandi mubivugako. Ako gakino twaragatahuye
@Musindi736
@Musindi736 2 месяца назад
Sha noe ko mushaka kumukorora bizohera gute nimumwihoze noe ayo majambo yo se nikubera indirimbo imwe gusa arafise talent azokora nizindi
@Hi5392
@Hi5392 2 месяца назад
niwe ashaka kwikorora... kuko ntawamutegetse kuja gukora amahano nkarya. mureke gushigikira amafuti
@user-vv9zo9ht8p
@user-vv9zo9ht8p 2 месяца назад
Bien dit nuko iyondirimbo yagiz ut views iy itoyagiz nkuyu ntawomumeny
@lydi791
@lydi791 2 месяца назад
​@@user-vv9zo9ht8pnoe ko yaguma aharira ngo niwe nyene yiyandikiye mbere Nellynat yarabivuze beshi naravuga sivyo noe ubj turqvyemey ikindi arya majambo yashize kuro statu harya ni ngogutakaza aba fans wenyene
@aldaiteriteka84
@aldaiteriteka84 2 месяца назад
Azokoroka na badooo Le problème sindirimbo ni indero nkee afise
@parfaitendayikengurukiye7306
@parfaitendayikengurukiye7306 2 месяца назад
Birababaje😢
@user-if2qg7wd1i
@user-if2qg7wd1i 2 месяца назад
Bwabundi DJ Fernando nigisuma.....😂
@nizigiyimanavianney1034
@nizigiyimanavianney1034 2 месяца назад
Ntawe yivye ncuti.Gusa ikibabaje n'uko yaburiye indero uwamufashije.
@ariellandayishimiye8278
@ariellandayishimiye8278 2 месяца назад
Mère dutemwo mon professeur😂😂😂😂😂 twiryohererwe uwomu Adolescent Dj Fernando tumwihoze kuburira isoni umuvyeyi nkawe azovyicuza😢😢😢😢😢😢😢
@adielndayishimiye2122
@adielndayishimiye2122 2 месяца назад
Respect Madame
@bigiclovan9348
@bigiclovan9348 2 месяца назад
#Mukubito har ikintu muriko murirengagiza #umugabo aremwemwo imbaraga zukwiyemera bigeze kumugore wiwe hoho ningona yokubwirako yoyikuramwo ururim ibon kumwumvishako #DJ F imbere #yumugore wiwe ko atariwe yayanditse kndi wewe yabwiye umugore wiwe k ariwe yayanditse ukagac uz munyuma kumuvuguruz no mubutungan yogushikanay peeeee ntiyoyemera guseba bivany nijambo yamubwiye umugore amushimira kur surprise #Kad courage urandika neza courag cn.❤🎉
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 2 месяца назад
😂😂😂ntacorosh,nimb aruko
@SheilaNimpagaritse
@SheilaNimpagaritse 2 месяца назад
Ego vraiment uvuzukuri ntakwiy kumuvuguruza ico yabwiyumugore wiwe.urumuvyeyi waramufashije Imana Izoguhemba kuko ntimwumvikany kwazokuvuga
@munezerodesire920
@munezerodesire920 2 месяца назад
Urakoze kuduha ukuri muvyeyi
@democritenzoisaba9117
@democritenzoisaba9117 2 месяца назад
Kadie Kay madame wewe ufise impano idasanzwe ariko nturamenya gukamisha impano ufise .indirimbo Bellissima wari kuikamisha bidasanzwe / impano uraifise polesana//
@niyongabojules3784
@niyongabojules3784 2 месяца назад
Iyo ufashije umuntu atigeze amenya ko abandi bafashanya abifata nk’ideni. Rero hari abantu batinya kuriha ineza bagiriwe ugasanga nigihe ata muntu ariko arabishuza 😢❤
@boaz7478
@boaz7478 2 месяца назад
Noma Sana
@kakunzefreddy8473
@kakunzefreddy8473 2 месяца назад
Oooooooh muvyey mwiza wubahw kand nubw bibabaj nkaho vyoguter kubwaw découragée utsind agashavu ntutaze uwomutim mwiza wagize , yaragukengerej arik imber niheza ku wew
@lewisaone2020
@lewisaone2020 2 месяца назад
Lady.ubna gut unyandikiye indirimbo nikorer Hit.
@diacrendayizeye9188
@diacrendayizeye9188 2 месяца назад
Uyo mu Petit Nciy Numva Ndamwanse kwli...
@josephmvuyekure304
@josephmvuyekure304 2 месяца назад
Nellynat nadutoherez neza
@YvesKAMIBURUNDI
@YvesKAMIBURUNDI 2 месяца назад
Saluto Mama 🙏🤩🇧🇮
@grettacherrylgateka7158
@grettacherrylgateka7158 2 месяца назад
😮😅😊😮
@AlexanderNimbona-lj4ln
@AlexanderNimbona-lj4ln 2 месяца назад
Abana bubu ntandero👏
@Ryoherwa.Tv_-
@Ryoherwa.Tv_- Месяц назад
Ndagukunze cane muvyeyi Akira amashurwe yawe 🎉🎉🎉
@InnovationFamilyTechnology
@InnovationFamilyTechnology 2 месяца назад
Birababje 😢😢😢 nukuri Mwihangane muvyeyi ❤️
@pinsonnagil9784
@pinsonnagil9784 2 месяца назад
Mon professeur ndayishaka
@ArnaudSmith
@ArnaudSmith 2 месяца назад
uranyandikira nanje sha ndafis histoire sh ndakwerek uko duhana imishenzi😂😂😂
@gorethnsabimana5139
@gorethnsabimana5139 2 месяца назад
Mon professeur 👏🌹
@alstydarcyarakaza8076
@alstydarcyarakaza8076 Месяц назад
Dj fernando akwiye kigusaba imbabazi😢😢
Далее
DJ FERNANDO : ARAVUYE MUGACERERE//ARAVUZE VYOSE
38:21