Umviriza indirimbo B face na Double Jay yitwa “Fiona” uciye kuriyi link ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-xtyVH1KKK18.htmlsi=KY0EMjnGCpfn5N6K
Oooh wow welcome my brothers ndabakunda cane b face nawe twarahaririye nabantu duhakwa kwicana ngo ntuzogaruka but now i am very happy to see you again in this country narinarize numvise kutazoza junior nawe mugisha wararintwaye komeza mwubahwe ❤❤❤❤
Uko kuntu double Jay avuga (prononciation) ari kuri caméra siko avuga atari imbere ya camera😂😂😂 hosy mubwire areke kwishima😂.......love u so much #double_jay_once_again our best artist
Ariko manayanje utwodusutwa numvise b face niwe watwandits kumbe urumwiyorobets yigendera nkeseri I love you double jay i love you hosy 🥰 ♥️ I love you b face my gee❤❤🤞🤞🤞 mwese ndabemera sn ariko hosy azokwama abarenz ndavuga kuri Jew vyabigahuke ntibintuke
Hosy, B Face aratubeshe. insiguro y'isuka n'imachine yimba ama barabara nimvugo ngereranyo... May be kwa Fiona yakoresheje agafuni Double J nawe akoresha imachine yimba amabarabara🤣🤣🤣
Sha i dont watch you anymore, sinzi hari ikintu cahindutse ariko its working for you, which is good Ariko sinzogira unsubscribe ngo sinkikuraba nzohora ndaba utu émission mbona tunryohera, J'espère abarundi benshi bazokwikubita agashi bagire subscribe dutere imbere