Тёмный

B-face na Mukombozi bahuye uratwenga n'imbavu zikuma...ibibazo 10 kimwe ku kindi 

Magic Channel TV
Подписаться 107 тыс.
Просмотров 49 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

26 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 183   
@bernardnsengiyumva-zf1bz
@bernardnsengiyumva-zf1bz Год назад
Mwubahwe vraiment ni Afande Senga jewe ahongeza nukuri ndabakunda abaririmvyi mukoribikorinka nukuri. Ntatabi ntarumigi ntanzoga sha Imana ibahe gushika Kure 🙏🙏🙏
@misigarojeandedieu1865
@misigarojeandedieu1865 2 года назад
Rwanda on Vous aimez trop💞💞💞💞💞Rwanda 🇷🇼 and Burundi🇧🇮...B face and Mkombozi..Kwa kweliiii.. legend never dies...hip hop songa mbele...
@cizaelice2115
@cizaelice2115 Год назад
Much love b face and mukombozi bug UP sana
@stitore2388
@stitore2388 Год назад
Ange minouche wakoze kutuzanira abagabo ndabakunda b face n'a mkombozi bahuye harashape 🔥🔥🔥🔥🔥
@arthuruwimana9392
@arthuruwimana9392 2 года назад
B face aza yaronka uwumushobora!!gus mkombozi yaremew gutwenza abantu kbx mnouche keep it up
@Jishushe.na.ujikute5789
@Jishushe.na.ujikute5789 2 года назад
Ababasore nibubahwe nimtez'imbere umaiki w'uburundi congratulleshen👏👏👏👏i'love music of brnd🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@gikovyojeanpierredidier9314
@gikovyojeanpierredidier9314 2 года назад
Waaooh waaooh ! Izi nizo bita interview zituma duterama tugatwenga. Vraiment harimwo aga professionnalisme. Courage les filles.
@خديجهبرندو
@خديجهبرندو 2 года назад
B face wararose mukombozi gusa muramvuna imbavu ndatwenga nkeguka
@salima7729
@salima7729 2 года назад
Je nukur iyindwi iheze ndumuri mudu yahatare🤣🤣🤣kubwa bagabo 🥰🥰muratesa🎵🎵🎧❤️❤️❤️
@ferdinandnsengiyaremye
@ferdinandnsengiyaremye 2 года назад
Abaguma basubiramwo kuyiraba tumenyane🔥🔥
@gladdysirakoze1665
@gladdysirakoze1665 2 года назад
Murarenze.mwubahwe basaza.Minouche merci sana
@huzairankunda3131
@huzairankunda3131 2 года назад
Abant banj nemer sana B face &mkombozi 🇧🇮🇧🇮Tonto ndabakund sana
@JacksonJacknday
@JacksonJacknday 2 года назад
Big up sana Mukombozi with B-Face , ariko ico novuga kukuba aba Stars biwacu batuzuza stadium, dufise abantu bake ariko nabo bake aba Stars mugaca mutugabura kuri show biz ataco zimaze , bigatuma haba umu star Ari favorite kumuntu ariko bigaca Biba nkaho urya wundi nziko adahuza nawamuntu nshigikiye sinonavuza indirimbo yiwe , sinoyitaba ibiteramo vyiwe, Kandi bitew naba Stars😥 ariko iyaba hari ubumwe muba Stars, naba fans ntacobuza kudakunda ivyiwacu!!!
@lionelniyomukiza-nx8tw
@lionelniyomukiza-nx8tw 10 месяцев назад
Mkombzi nyenye💪
@richardninteretse2968
@richardninteretse2968 2 года назад
Merci Minouche mwatuzaniy abashitsi twari dukeney.Magic tv on the top🔥🔥
@nkurunzizaedouard423
@nkurunzizaedouard423 2 года назад
Wihangane kuba ushonje,arik nturi umurundi kk iburundi turahaz twese
@cleofaceplacide443
@cleofaceplacide443 2 года назад
Magic TV murakwiye agashimwe vrma...imbavu ngaha ndiko ndakanda kabisa... Big up sana muranryohera..Ange Minouche Imana iguhe ivyo ushaka vrma hari vyinshi ushobora guhindura muri entertainment y'Uburundi kandi utabizi...ukora akazi neza cane.. Compliment to you Ange with the whole team Magic TV.
@cedriquedusabe613
@cedriquedusabe613 2 года назад
Mwubahwe baririmvyi bacu.🙏
@khalidmousad5545
@khalidmousad5545 2 года назад
B face na Mkombozi jewe baranyica 😂😂😂😂 vraiment 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@Fitbdi
@Fitbdi 2 года назад
iyi interview ndayimaze, wow. un constat, abarundi nitwebwe ba consommateurs bambere des produits locaux, BRARUDI nayandi ma entreprises ntagasubire guha ama millioni abanyamahanga, amahera tubaha mukugura ibintu vyabo nabo nibayahe abaririmvyi bigihugu Abafana natwe, benshi turakenye, kwama muma concert yanyu vyotugora, ariko abarundi twigore turabe videos zabo kuri youtube, ... akamaro naka, Equipe za RU-vid zikorera kuma video ariko arabwa cane, uzosanga video ikwije ama vues menshi mumwanya muto ikwiye isi yose, ivyo rero bizotuma uBURUNDI bumenyekana, vraiment intererano yambere twobaha kandi tuyiha nuburundi biciye mumuziki, nukwo umurundi wese akoresha RU-vid yokwiyabonna kubaririmvyi bacu, indirimbo igisohoka tugahita tuyiraba. 30 secondes zirakwiye kugira ibe vue accordee Abaririmvyi namwe, turabakunda, kandi turatahura komuririmbira abarundi, so MUKIRUNDI. Ariko, mwokwigora mukavanga nicongereza nigifaransa cumvikana bizofasha, le systeme google ariyo ama social medias yose akoresha atahura cane izo ndimi kurusha ikirundi, muvyo bita algorithm of keywords canke les mots cles, Kuririmba icongereza wanasha bizagura fan base yanyu, aho muja hose muhasanga ababakunda, namwe batangira kubatumako hanze hose Murashobora kuvyibonera nkomwizi ndirimbo Sat B Beautiful ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-q1_lKXtF0rU.html Chris MB Nyemeza ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-iSvJCKtnkTE.html Usomye commentaire zabanyamahanga, ahuri uca wumva uryohewe tu IMANA IDUHEZAGIRE
@nachilon6529
@nachilon6529 2 года назад
Wubahwe kbx boss
@Bestof257Official
@Bestof257Official 2 года назад
🔥🔥
@sadokigaston9021
@sadokigaston9021 2 года назад
Ndakwemeye
@bandineingabire3466
@bandineingabire3466 2 года назад
Nibaduhakandi karirimbo barikumwe indirimbo yabo yaratunyuze.
@duckcubahiro7613
@duckcubahiro7613 2 года назад
Cyakoze turabakund 🇷🇼
@nduwimanachristian6638
@nduwimanachristian6638 2 года назад
Wawoooo nice interview ,abo ndabakunda cane Minouche
@hesloneuwingabire8058
@hesloneuwingabire8058 2 года назад
Mbegikiganiro wéeeee !!! nukuri muterimbere impano ibarimwo.
@NinaNina-xr8jj
@NinaNina-xr8jj 2 года назад
Nukuri ndanezerew cane kubwiyi interview mwakoze kuba mwatuzaniye ababatumirwa beza. Mimi et Bella mrc bcp B face and Tom umukama abatuzigamire bana bi burundi 🇧🇮💖♥
@eliemiburo9378
@eliemiburo9378 2 года назад
Voilà interview iba ikenewe courage Minouche na bella mukora avec perfectionnement
@jcfjbgstjv9505
@jcfjbgstjv9505 2 года назад
B.face na mkombozi bokina comédie
@jizya671
@jizya671 2 года назад
Mkombozi na b face 🔥❤️💯
@Fitbdi
@Fitbdi 2 года назад
BELLA, nubu nturatahura ko MINOUCHE yahereye *kunyishu* atabajije ikibazo, ... naje nagasubiyemwo kenshi kugira ndagatahure
@gabinndayizigiye7878
@gabinndayizigiye7878 2 года назад
i love this 😆😆😆 double rapers 257. courage Minouche
@hsb9539
@hsb9539 2 года назад
Icambere félicitations @Minouche ikiganiro kirakwiriye iminota Hama congrats to these guys indirimbo yarimwo ubutumwa bwiza buhanura ahubwo barakeneye views kuriyi ndirimbo. It was good interview. Be Blessed fam!!!!!!!!
@chantalbigirimana6296
@chantalbigirimana6296 2 года назад
Uwabony nkanje mukombozi koyambaye ibirato bifise imigozi idasa namp izo like
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 2 года назад
Much love🤣🥰 B face &Mukombozi muratwenza sana🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@philbertnkunzimana9322
@philbertnkunzimana9322 2 года назад
Toujours de l’avant 💪🏻✌️👌🏻🇧🇮🇧🇮❤️
@transculture19
@transculture19 2 года назад
Twari dukumbuye aba rappers
@divineloicaininahazwe2606
@divineloicaininahazwe2606 2 года назад
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅Ange wakozeee ,, Imana ituzigamire abaririmvyi bacuu ibandanye ibah ubuzima burebure ibarind abansi😍😍😍😍
@moisenkorerimana493
@moisenkorerimana493 2 года назад
From BK Tv much respect Magic channel
@Muniraksu
@Muniraksu 2 года назад
Like u guys. Inspired people like u are needed
@PB-mh6pw
@PB-mh6pw 4 месяца назад
Sha mutama papa makamba uranyica ayeeee
@kwizerasaidi6131
@kwizerasaidi6131 Год назад
Nice conversation ❤️👊😍
@elvisrwamugambabrave9891
@elvisrwamugambabrave9891 2 года назад
Cakora muramvunye imbavu🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Minouche terimbere
@edinenikuze3939
@edinenikuze3939 2 года назад
🤣🤣🤣🤣🤣👌👌💋muranyishe kbx ubumaray gus😁😁😁nyumbakum namwe mwikebuk🤨🤨
@uwamariyagloria7218
@uwamariyagloria7218 2 года назад
B-face na mukombozi ndabemera cane cane ikirundi mumvuga kiraryohera gose peee . Imiganiyo , nimigani mwifondeye hahahaha courage
@stephanemarleybigirimana1916
@stephanemarleybigirimana1916 2 года назад
Big up magic and our best rapper 👍
@Muniraksu
@Muniraksu 2 года назад
Vos eclairecissements sont vraiment constructifs.
@salusnishemezwe4367
@salusnishemezwe4367 2 года назад
Ange uti keep it up turabashigikiy babikora bieee
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 2 года назад
Muranyica cane vrmnt so murashoboy
@mulababaz7122
@mulababaz7122 2 года назад
B.face and Mkombozi full respect to you guys 🙏🙏🙏
@jackoson
@jackoson Год назад
Miss you mukombozi end bfs 😂😂😂😂❤
@ndikumanabosco3652
@ndikumanabosco3652 2 года назад
Merci mi nouche na Bella ariko agire mesure yisha nikinini patalo ni bien Bella geragez ushire kur mesure Tonto bigab
@cedriquedusabe613
@cedriquedusabe613 2 года назад
Minouche urakwiye gutanga akazi kubahungu nabo.ntutubwire caméra man uwo ntitumuzi ahubwo turamwumva.
@InarukundoAnge
@InarukundoAnge 6 месяцев назад
B Face ndagukunda pee ❤❤
@جوزلين-ث4ف
@جوزلين-ث4ف 2 года назад
B face barakwemeje ch mwaratwegeje ryandaje🤣🤣🤣🤣🤣🤣💯💯🙏🙏💝
@OlivierHagabimana
@OlivierHagabimana 4 месяца назад
ikiganiro cararyoshe
@uwizeyimanaolivier6674
@uwizeyimanaolivier6674 2 года назад
Mukombozi na b face bury ntimufyine comedy nayone barayishoboye sana
@Coco-nu4of
@Coco-nu4of 2 года назад
Mkombozi. 😍😍😍💯💯💯
@ndayikezafleury7203
@ndayikezafleury7203 2 года назад
Ewegaweeee knd nibyo mug bella iyo pantaro
@mbonimpayealoys1588
@mbonimpayealoys1588 2 года назад
iy pantallo igizent ntacibay mwan
@FarajaDeo
@FarajaDeo 11 месяцев назад
Big up xan wakuu*❤❤
@anefamm9802
@anefamm9802 2 года назад
Kimwe kukindi aba banje nemera caane.
@eellooe6339
@eellooe6339 2 года назад
Mkombizi bifes,ndabafana♥️♥️
@claudengabire2639
@claudengabire2639 2 года назад
Bifes n'a mukomboz ndabakund Can kand indirimb zany zifis akanover ham naw mukayanz iwac uraheshej ishem
@digitalhead1345
@digitalhead1345 2 года назад
J ako ka bébé gakoran n minauche ndagakunda gateye neza
@Fitbdi
@Fitbdi 2 года назад
iki kiganiro nicambere cumwaka wa 2020, 2021 na 2022
@divineloicaininahazwe2606
@divineloicaininahazwe2606 2 года назад
Walllah munkorey umunsii😅😅😅😅😅😅😅
@Dream_Team257
@Dream_Team257 2 года назад
Iki kiganiro ndakk😂😂Mkombozi sawann,😅
@alanhbn8149
@alanhbn8149 2 года назад
Ikiganiro cambere kbsa ,, big up kubatumire
@setaseeta9779
@setaseeta9779 2 года назад
Mukombozi na comedie urayishoboye
@emmanuelmpawenayo3301
@emmanuelmpawenayo3301 2 года назад
be face na mukombozi mukuwe na campany yenu plz
@bfadzolothefuture6131
@bfadzolothefuture6131 2 года назад
Big up brother's
@albelikane7005
@albelikane7005 2 года назад
Muratwitse muratwitse muratwitse 💕💕🥰🥰🇧🇮🇸🇦
@JosephMugisha-w4d
@JosephMugisha-w4d Год назад
2 rapper nice
@justendayikeze8154
@justendayikeze8154 2 года назад
B face agiye yaronka uwumushira hasi
@Naylyy
@Naylyy 2 года назад
Iy interview ihez ntashaka 🤣🤣😂😂
@mugishadonchris4755
@mugishadonchris4755 2 года назад
Kabisa muratweguye
@FleuryOG
@FleuryOG 2 года назад
Muba muhazee😂😂❤🔥🔥
@jajakarakura9751
@jajakarakura9751 2 года назад
Ndamanyuts😂😂😂😂munkorey umu6 😍😍nynyeeeeeee😂😂😂😂
@احمدمحمد-ه5ل5ت
@احمدمحمد-ه5ل5ت 2 года назад
Kino kiganiro cari kiryoshe kabisa
@UwimanaSandrine-hu1fg
@UwimanaSandrine-hu1fg 5 месяцев назад
B face j ndakwemera kbx ntiwibagira nabatigaba kbx abayay nidanj umwany urabagora
@fabricendayikeza6450
@fabricendayikeza6450 2 года назад
Mukombozi mbwirira B-face yumve yararembej aba journalist
@emeryniyugusenga8320
@emeryniyugusenga8320 2 года назад
Mukombozi ft B face vrt mwatanz akarorero keza kubandi baririmvyi kanatsinda msg zanyu zifasha benshi p
@elvisbeloved2263
@elvisbeloved2263 2 года назад
Mukombozi na B-face wote muko sawa kabisa Big up
@guyfleury2812
@guyfleury2812 2 года назад
Those guys were capable but kimwe kukindi we knew about muco santa it is not good to use the opinion of others
@renney280
@renney280 2 года назад
Ver ; Ouvir 👉Curtir✨🇧🇮
@josephmpawenimana1747
@josephmpawenimana1747 Год назад
Ndabasavye muzombarize iyo mistari yamajambo mukombozi iyo ayikura.maana arandenga pe
@جوزلين-ث4ف
@جوزلين-ث4ف 2 года назад
Mkombozi soga mbere sana.
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 2 года назад
Mukombozi on top🤣🤣🤣🤣
@aimentahiraja8269
@aimentahiraja8269 2 года назад
Magic hejuru❤️❤️❤️❤️
@cleofaceplacide443
@cleofaceplacide443 2 года назад
Ikiganiro caheze kitarahera vrma...kuko twiteze Kimwe ku Kindi party 2
@jalickwizo7193
@jalickwizo7193 2 года назад
kwell mukombozi turakwemera sanna
@okeloferdise8161
@okeloferdise8161 2 года назад
Nukuri abo bajama baratwika kbx nayinyishu zirakzzije ndak
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 года назад
Ndashwanyaguritse 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥
@albertineakimana3369
@albertineakimana3369 Год назад
b face and mkobozi turabakunda sana
@theontaki8062
@theontaki8062 2 года назад
Abo Bahungu bacu barasazeee nimubahebere
@noussaibalamar9684
@noussaibalamar9684 2 года назад
😂😂😂 sawa imbavu zanje muravunye🙌
@johnhakizimana3268
@johnhakizimana3268 2 года назад
Respectful Mukombozi
@mariamuatukuzwe7504
@mariamuatukuzwe7504 2 года назад
Hahaha icamwa kiryoha hagati. Abo baririnvyi NDA bafana Bose
@salima7729
@salima7729 2 года назад
Mbay ndatwenga ntararaba🤣🤣🤣🤣🤣
@tuyishimedebolla1423
@tuyishimedebolla1423 2 года назад
Ukuntu biheze🤣🤣🤣🤣😅😅😅😘😘muranyishe wallah
@ibiyagabigariHighlights
@ibiyagabigariHighlights Год назад
Komera bwana Mukombozi & BF
@mukamuhizischolastique6343
@mukamuhizischolastique6343 2 года назад
B-face nuwambere kweeri irwanda ni Burundi
@ngumbayingwe9784
@ngumbayingwe9784 2 года назад
Ninde yambwira izina ryiyi ndirimbo 🙏
@mugishajaja8077
@mugishajaja8077 Год назад
Kimw kukind
@ShemezaJaylove
@ShemezaJaylove 5 месяцев назад
Mwubahwe Wallah🤣🤣
Далее
Бокс - Финты Дмитрия Бивола
00:31
Купил КЛОУНА на DEEP WEB !
35:51
Просмотров 1,6 млн
Three NEW MAPS in Update 0.31.0 Nightmare | Standoff 2
01:48
IBINTU BIGIRWA N'ABANTU BAKUNDA KUBA BONYINE🙏❤️
25:33
IBANGA EP246: Nyambo disi🥲🥲🥲🔥🔥🔥
34:46
Бокс - Финты Дмитрия Бивола
00:31