Muri warubizi y'uyu munsi twaganiriye n'umufasha wa Pasteur Amon Rugerinyange yabaye umuyobozi w'Abadiventiste mu Rwanda. Intahe yiwe ayitangurira kera akiri muto kugeza igihe agiriye kwubaka afise imyaka 48. Ati abakobwa batevye kubaka canke imiryango yabuze uruvyaro, mwumvireho.
7 сен 2024