Тёмный
Christ Life Center
Christ Life Center
Christ Life Center
Подписаться
UBAKA URUZITIRO RW'AMABUYE  - Tatien Bigirimana
1:03:27
2 месяца назад
CLC WORSHIP TEAM - Hakika Yesu (4k video)
5:09
4 месяца назад
WARUBIZI ? WISH CLC A HAPPY ANNIVERSARY
7:01
4 месяца назад
WITEGUYE GUKEBWA? Elder Armand - Luc
37:02
4 месяца назад
USABE IMANA IGUHE INKOMEZI || Pastor Benoit
1:08:31
4 месяца назад
Pastor Janvier : UBUVYUTSE N'IKI ?
1:07:35
4 месяца назад
UBUZIMA BWACU NI INTAHE GUSA | Darlene & Ornella
49:41
5 месяцев назад
Комментарии
@aliceniragire516
@aliceniragire516 17 минут назад
Ubuhamya buryoshye Mama wacu Conso! Reka tubusangize bene Data benshi na bo bafashwe.
@myandagaraeliam6183
@myandagaraeliam6183 57 минут назад
Ntabwo bavuga Antoine Rugerinyange, bavuga Amon Rugerinyange
@irafashaclaudine8977
@irafashaclaudine8977 Час назад
Mama console nanjye unsengere ndashaka kubaka
@user-pj7hy5fk2u
@user-pj7hy5fk2u Час назад
❤❤❤Urumubyeyi udasanzwe
@user-fm7yn4wo7c
@user-fm7yn4wo7c 2 часа назад
Murakoze cyane kuduha uyumubyeyi narinkumbuye kumubona nokumwumva❤
@cedriqueced306
@cedriqueced306 3 часа назад
Ndamuzi ari kumwe na Rugerinyange bajyaga baza i Rwamagana murusengero
@hirwastella3042
@hirwastella3042 3 часа назад
Uri special kweli maman Rugerinyange
@BeatriceMukanyandwi
@BeatriceMukanyandwi 5 часов назад
Iyomyaka
@inabashengeziemiliennejoy6448
@inabashengeziemiliennejoy6448 7 часов назад
Dukorere mugenzi kandi niwo munezero ku bahamawe
@inabashengeziemiliennejoy6448
@inabashengeziemiliennejoy6448 7 часов назад
Uwo Mugabo w'Imana aciye bugufi kurusha umukene wa nyuma w'umurundi kandi ukwitanga kwiwe kugaragaramwo Ubumana bukomeye
@inabashengeziemiliennejoy6448
@inabashengeziemiliennejoy6448 7 часов назад
Ndanezerewe kwumva intumbero yanyu. Murambe nk'Umurundi ndazi KO ivyo mukora bizosiga impact ku Barundi badatahura ico gukora
@inabashengeziemiliennejoy6448
@inabashengeziemiliennejoy6448 7 часов назад
Apôtre Mwubahwa w'Imana muragahezagirwa kuko muri mu Barundi bake bazi ico baremewe. Kuko abandi ni des manipulateurs des citoyens.
@florideravie3537
@florideravie3537 17 часов назад
Ni imfura, ni Umukristokazi, ni inshuti nziza, Conso KOMEREZAHO, uri urugero rwiza rwo kwiyegurira Imana Nyayo! I love and pray for you!
@ButoyiEmmanuel-wh1oy
@ButoyiEmmanuel-wh1oy 22 часа назад
Ndafashijwe
@YahwehYawehYaweh-qo3gr
@YahwehYawehYaweh-qo3gr 23 часа назад
Amen hallelujah hallelujah 🙏🙌
@MbonyimanaLéa
@MbonyimanaLéa 23 часа назад
Thank u maman jew numva intahe yawe inyubatse cane
@claudinenzuri8332
@claudinenzuri8332 День назад
Murakoze cyaneee 😂❤
@AgnesMUHETOHAGADIMANA
@AgnesMUHETOHAGADIMANA День назад
Imana ihe umugisha uwo mubyeyi ubuhamya bwe buranyubatse cyane
@claudinenzuri8332
@claudinenzuri8332 День назад
Conso ndagukunda ndagukumbuye urankomeje.ornella ndagukunze.
@jackienyirigira3863
@jackienyirigira3863 День назад
Ubuhamya bwakomeza benshi.none uyu mubyeyi umuntu ashaka kumuvugisha yamubona gute?
@leonidasmusonera579
@leonidasmusonera579 День назад
Ornella uri mwiza cyane jyewe ndagukunda n'ikiganiro warubizi ndagikunda.
@rosettenzeyimana3248
@rosettenzeyimana3248 День назад
Trop jeune mfura nziza❤❤
@MUKABEGADina
@MUKABEGADina День назад
Turagukumbuge
@MUKABEGADina
@MUKABEGADina День назад
Warakoze Maman wacu waratwubatse muri bamukamana nahandi ;watugiriye inama duhindura ubuzima.
@TesireKenia
@TesireKenia День назад
Mama conso ndagukumbuye muri morning glory amen.
@alicefaisane4212
@alicefaisane4212 День назад
Mbega ubuhamya be blessed
@dusingizimamatheoneste3294
@dusingizimamatheoneste3294 День назад
Umutumirwa ndamuzi ndamukunda
@mizerombabaziirene2417
@mizerombabaziirene2417 День назад
Bienvenue na Joel Imana ibahe umugisha numutima mugari wo gufasha abandi bari guca nko mubyo mwaciyemo nukuri Uwiteka abahire Cyn rwose!
@marydreher2348
@marydreher2348 День назад
Ndamukunda cyane uwo mutumirwa
@julynyampinga6933
@julynyampinga6933 День назад
Thank Maman be blessed
@ParvineBwitonzi
@ParvineBwitonzi День назад
Urakoze ku ntahe
@user-dj2zk9js7v
@user-dj2zk9js7v 2 дня назад
Journlist murek avuge urek kumuciramwo kandi urek kuguma usubiramwo ibibazo
@user-uw8ur7le9r
@user-uw8ur7le9r День назад
uyu muvyeyi yarahezagiwe afise impano yo gukunda ibibondo azogire iherezo ryiiza
@vincent-jt1ty
@vincent-jt1ty 2 дня назад
Bless you mama Conso
@OrnellaNIKOBAMYE
@OrnellaNIKOBAMYE 2 дня назад
Maman Conso wakoze cane kutwubaka,namwe muryango wa warubizi mukomeze guhezagirwa 🙏
@mediatricendahigeze8368
@mediatricendahigeze8368 2 дня назад
Ooh Mbega intahe nziza weee! Harimwo inyigisho nyinshi kuba damu n’abakobwa. She is really a Wise women.
@muzingajulienne5682
@muzingajulienne5682 2 дня назад
Oooh bless you maman Pasteur kubw'intahe yawe nziza kdi yubaka... Bless you Ornella kwama mutugezaho intahe nziza muri iki kiganiro,ziratwubaka zikubaka benshi hano hanze nukuri
@huguettehitayezu7
@huguettehitayezu7 2 дня назад
Waouhhh !!!!Bless you Mamie wacu Ubuhamya bwawe buranyubatse cyaneeee 💪❤️❤️❤️Imana Iguhe Imbaraga ,Amavuta Iguhaze UBurame ,Etc…
@user-hz2kl4vt1x
@user-hz2kl4vt1x 2 дня назад
Ndagukunda cyane 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@NduwimanaEuphraim
@NduwimanaEuphraim 3 дня назад
Kure cane na yesu Papa appotre
@egidenikiza8081
@egidenikiza8081 8 дней назад
Maman wanj ivyo bintu barabimuroze uko nyene mubivuze niko nawe vyagenze... Vyari biteye ubwoba cane, ubu ni muzima ! Ariko yari amerewe nabi cane rwose.
@YahwehYawehYaweh-qo3gr
@YahwehYawehYaweh-qo3gr 14 дней назад
In Jesus Christ name!!! Yea yesu Kristo Himbagwa Ur'uwera amen hallelujah hallelujah ❤️🙏
@alaincolinizere3703
@alaincolinizere3703 21 день назад
igihe cose umuntu akwumvirije ariga
@nicolendabateze6307
@nicolendabateze6307 27 дней назад
Yesu akomeze abagirira neza Joelle na Bienvenu. Wakoze Ornella
@martinekwizera5104
@martinekwizera5104 29 дней назад
Hallelua !! Intahe nziza cane isubira kugaragaza ubukuru bw'Imana!! Imana ishimwe cane kubwabo bavyeyi yatwengeje ikabaha ikibondo inyuma yimyaka myinshi. Kuko 15ans ni myinshi pe. Murabahizi nukuri mwashoboy kwihangana mugikundanye!! Yesu ni mwiza ibihe vyose❤
@queenaqk9939
@queenaqk9939 29 дней назад
May God bless all the clc worshippers ❤️ muri umugisha Cynthia Yesu akomeze akwongere amavuta mukozi w’Imana
@INTEYITEKAWilly-Joyeux-pq9mq
@INTEYITEKAWilly-Joyeux-pq9mq 29 дней назад
Woow,ikiganiro ca bn
@joellebazizane2478
@joellebazizane2478 29 дней назад
Wakoze caneee Ornella na team yose ya Warubizi kuduha opportunité yo kuvuga imirimo y Imana🙏
@user-nr2tv9cw1q
@user-nr2tv9cw1q 29 дней назад
Mbwira uwomuti disi!
@OrnellaNIKOBAMYE
@OrnellaNIKOBAMYE 7 дней назад
Wotwandikira tukaguhA number ya joelle 🙏
@philotenibafasha329
@philotenibafasha329 29 дней назад
Ndanezerewe cane Ornella Abo bantu ndabazi muri vivante buja. None uriko ukora ikintu ciza. Jewe ndi maman Christophe ngira uramwibuka,muri église. Ndiko ndaba ico kiganiro. Biranejereje.
@muzingajulienne5682
@muzingajulienne5682 Месяц назад
Ornella bless you cane ku batumire beza b'uyu musi,iyi ntahe ntituyimenyera nukuri,itubera nshasha igihe cose bayishinze