Тёмный

BEACH y"akataraboneka mu BURUNDI//Abantu bava i BURAYA na AMERIKA baratamarirwa//bishasha tuzanye 

UMUKUBITO
Подписаться 170 тыс.
Просмотров 38 тыс.
50% 1

BEACH y"akataraboneka mu BURUNDI//Abantu bava i BURAYA na AMERIKA baratamarirwa//bishasha tuzanye
‪@NtareRushatsiHouseTV‬

Развлечения

Опубликовано:

 

9 июл 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 147   
@RuhagoRusengo
@RuhagoRusengo 7 дней назад
Njye ndumunyarwarwa rwose uburundi nibwiza cyane , muranyemeje
@Fitbdi
@Fitbdi 18 дней назад
Uno musi mbaye umwambere, mumpe likes zanje Kandi buri like ndonka ni pompage imwe nca nkora
@Fitbdi
@Fitbdi 18 дней назад
Navyemeye zitatu zambere ndazihejeje kugitanda
@danielmucowintore5267
@danielmucowintore5267 18 дней назад
Wasaze 😂😂
@twunguranetv
@twunguranetv 18 дней назад
😂
@vyukusengechantalchantal8899
@vyukusengechantalchantal8899 18 дней назад
Muzoduhe akazi kweri
@257-re7hb
@257-re7hb 18 дней назад
gufatamwanya mukamenyekanisha ikibanza nkiki. nagaciro kugihugu cacu. big up mr umukubito. nokumashusho meza uduhaye. let s get it nothing s impossible . uburundi bwacu buzotera imbere tu. icogitoro kibura ayomatara abura ayomabarabara tutarubaka tuzobishikako turikumwe twese kandi mumwanya muto
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 18 дней назад
President arakwiye gushimira Gael kuko ntakwatagira kwerekana igihugu cacu cu Burundi
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 18 дней назад
Ko yamushimiye birenze 😊😊😊 Wabonyehe President kw Isi aha umu you Tuber interview? Irya ni Public interview na TV stations zirota kuronka. Vyamuhaye views birenze,na popularity irusha! Kandi Gael yavyifashemwo neza kandi arushaho kutwemeza ko yarabikwiye❤👌🏽 Hari Agashimwe karuta ako?n abuzukuru biwe azobereka!
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k 14 дней назад
None,ningombwa ko president abimushimira!!??? Wowe ntiwabimushinira erega nawe nyene ariko arikorera kuko ivyiza vyose ntawabura kubishigikira!!!!
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 18 дней назад
Uburundi bwacu nibwiza harakayaga keza cane Mana turindire Uburundi ❤
@ngenzihitimana8173
@ngenzihitimana8173 6 дней назад
Jye ndi I Rwanda ariko turabona muri gutera imbere muri hospitality nibyiza nyaburanga imipaka niyugururwa tuzobatemberera congz to van business group
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 18 дней назад
Nice one❤. Ibirya gusha birabaza bigashuha, rero uburundi 2040 et 2060 turimo turabubona.
@ImaniJobel-mf9vo
@ImaniJobel-mf9vo 18 дней назад
Abarundi twimereye ukuntu turanyegeza ivyacu nkaha iyaba arabanyarwanda amajambo abarimeshi nivyizaguhisha ivyawe nice my country
@reverienngendahimana7772
@reverienngendahimana7772 18 дней назад
Nyumbani kwetu hejuru caane ❤❤❤ burundi 🇧🇮 ♥️ whatching from 🇿🇦 🇿🇦
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 15 дней назад
Reka kwitwenga mutabuze ababatwenga. Cndd fdd itwara igihugu muzorinda muja munsi y ivu
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 17 дней назад
This is the only channel which makes sense umukubito tv keep it up
@MC_Malova_the_hitMaker
@MC_Malova_the_hitMaker 17 дней назад
Gae courage kuz mwerekana ubwiza bw'IGIHUGU kabisa❤🇧🇮🇧🇮!! - *Zubarira aboba Boss batange akazi nokuri Tiktok dukorere umuti hose bro✌️✌️
@annonciatteahishakiy3693
@annonciatteahishakiy3693 18 дней назад
Wao niheza vrmt bofrr wnj na mukuru wnj baranteyiteka ryokuhansohokana vrmt yari good sanaaaa
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 18 дней назад
Abarundi Turafise igihugu ciza turakwiye kwirata ubwiza bwaco mumakungu
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 18 дней назад
Wiratiriki turazi.kwiremesha KL hhhhh😂😂😂
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 18 дней назад
@@fatmahaf4951 iyoninzigo nishari bikuri mumutima 😃😃😃 ariko imana ishimwe dufise igihugu ciza cokwishimira
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 18 дней назад
Utugaya iki none? Ivyo kwirata birahari kandi nivyo vyishi kurusha ivyo twogaya​@@fatmahaf4951
@_-wt8ns
@_-wt8ns 18 дней назад
Uburundi nibwiza nukoharabagomba kuguma babutoba nayahandi igihugu cacu cariciza
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 18 дней назад
@@_-wt8ns ego Sha niciza kibuze. Ababutwara bazima (ababuyobora) baciyubwenge nukur nahubundi butera busubieinyuma
@MrNuurofficial
@MrNuurofficial 18 дней назад
Ryajambo rya nyenicubahiro Never niryo Eden ndayibony❤❤❤❤
@theophileniyongabo781
@theophileniyongabo781 18 дней назад
Cameraman wa fake adashobora kwerekana ahantu neza.agumizamwo gusa abariko bakora ikiganiro.Ariko usanga Gael akunda kuguma aboneka muri camera😂.Gael waruborewe waguma utwenga gusa.ikiganiro cabishe
@fistonnibigira167
@fistonnibigira167 7 дней назад
Wow beautiful place🇿🇦🇧🇮
@GeorgesMucunga
@GeorgesMucunga 18 дней назад
Abanyarwanda nabo nimubareke bivugire badutyoza iciza nuko biyemera kuvyabo kandi umuti wugukira nukwishimira ivyiwanyu.
@gajou4491
@gajou4491 17 дней назад
Oya Abanyarwanda turabakunda nyamara nimwe mukunda kudusebereza igihugu na President wacu. Ubwo natwe rwose tukabasubiza nyine! Burundi kuri Plage murafise kabisa! Peace
@user-bd3me7fz7v
@user-bd3me7fz7v 8 дней назад
Abanyarwanda se bakugizente wowe ishimire aka gahotel nuko nyene mwateye imbere ,mukama wikigongwe ngo iburaya bazakuraba?yayaya uzi ico ndakubarira iyo wivugira ngo abanyarwanda.edeni ????😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Sha muraraba nimba ntakibazo mufise mumutwe ,hama ngo abanyarwanda......
@Nziraph
@Nziraph 7 дней назад
Reka amacakubiri! Van Beach ikeneye aba clients bose, harimwo na nos cousins et cousines Rwandais. Stop divisions....don't bring politics into this amazing work that promotes our beautiful country.
@amossinoden60
@amossinoden60 2 дня назад
Roundabout mukirundi bayita mwihuriro wa kintuwe😂😂😂😂
@ndarishikijejeandedieu8860
@ndarishikijejeandedieu8860 18 дней назад
Roundabout mukirundi ni amasanganzira
@LameckNgabo
@LameckNgabo 7 дней назад
Congratulations 🎆 🎆 kandi mwiyumvire ikijanye no gukora iryobarabara uvuye kwikaburimbo mugashiramwo agakaburimbo kandi mwibuka Kwubaka na towers amahoteri yambere maremare muburundi burya mwebwe ndabemera mwobikora ❤❤💪💪💪💪
@NiyokwizeraBernardine-g6y
@NiyokwizeraBernardine-g6y 7 дней назад
Uburundi hejuru cane na van beach resort.
@sj-dg8wg
@sj-dg8wg 6 дней назад
Ndahakunze❤🎉 from Rwanda
@BonithHavyarimana-t5o
@BonithHavyarimana-t5o 18 дней назад
Stunning Beach.All diaspora members,you 're welcome
@celestinmaniratunga7815
@celestinmaniratunga7815 18 дней назад
Umukubito TV yubahwe kuko kuva kera badusomerako Eden irikwisi ariko inyegeje none twese turiko ubutuyibona neza pe , Reta nkozi igiringuvu amabarabara yomugisagara akorwe neza caaane kuyindi mpwemu idasanzwe kuko vuba tuzoronka ingenzi nyishi zije gufungura agafi nogutembera muri Edeni .
@azizasudi
@azizasudi 18 дней назад
🇧🇮 🇧🇮 amata n'ubuki ❤❤❤
@vyukusengechantalchantal8899
@vyukusengechantalchantal8899 18 дней назад
Ndabona igihugu cacu carabaye neza ❤❤❤❤
@jojouwi3159
@jojouwi3159 7 дней назад
Yeap ! Murakoze Badufashe bafungurimupaka Inkumi Tuze tujyubuzima 😂 Van Beach nakarusho 🎉🎉 . Umukubito komerezaho ❤
@Twese.01
@Twese.01 18 дней назад
Van beach muri top👌
@vestinntirampeba1415
@vestinntirampeba1415 17 дней назад
Wow félicitation Gael kutwereka ubwiza bwigihugu cacu
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 18 дней назад
Burundi 🇧🇮 bwacu sayangana❤❤❤❤
@MC_Malova_the_hitMaker
@MC_Malova_the_hitMaker 18 дней назад
Waaaoooooh Burundi hoyeee❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@kabangoamini8431
@kabangoamini8431 11 часов назад
Harabereye kbs ariko perezidawanyu wapi akazike nugufunga imipska
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 18 дней назад
Abarundi babanye nabanyagwanda n'ibo bakubwira kwo Umunyagwanda afise ibihumbi ijana atangura kukubwira ngo yatunze arikw umurundi afise iraki zitanu akaguma akubwira kwo akenye ibivyiza vyokabaye biri mugwanda umwaka worinze uhera bakivyirata ndashim Gaël yatugejejeh ibintu vyiza cneee nkibi.
@pacifique3943
@pacifique3943 17 дней назад
Ntabwo abanyarwanda Bose ari bamwe kandi u Rwanda rufise abarwizatunga benshi kuruta uburundi!
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 13 дней назад
​@@pacifique3943reka reka abanyarwanda barakenye cane kandi burya abarundi baratunze cane gose hari nabarwiza tunga kurusha abanyarwanda
@_-wt8ns
@_-wt8ns 18 дней назад
Imanihezagiy ntawusubizamwo kabisa ivyisibiratangaj
@celiony257
@celiony257 17 дней назад
Vraiment zirya bus zubahwe uyu musi zari ziyoboye❤❤
@yanganandeemmanuel7171
@yanganandeemmanuel7171 18 дней назад
Aha hantu niheza kbs uburundi nibufungura nzabazanira amafranga kbs
@lostboy2608
@lostboy2608 18 дней назад
Wapi ntagufungura😂
@mariechantalkwizera7319
@mariechantalkwizera7319 18 дней назад
Yagumize hiyo😂😂
@lostboy2608
@lostboy2608 18 дней назад
Kabisa ntamanyarwanda dukeneye​@@mariechantalkwizera7319
@yanganandeemmanuel7171
@yanganandeemmanuel7171 17 дней назад
@@mariechantalkwizera7319 ndashaka kubaterera mukabona ayigitoro🤣🤣
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 17 дней назад
​@@yanganandeemmanuel7171nawe ntacufise abarundi ntantererano dushaka turikwije😂😂
@arindaabdul6053
@arindaabdul6053 14 дней назад
I'll visit Burundi Isha Allah
@maylaburundiantv9519
@maylaburundiantv9519 16 дней назад
Nukuri kwose Abarundi n'Uburundi turi beza
@niyongabochretien2171
@niyongabochretien2171 18 дней назад
Amazing bch
@Nikiza.Bellansine
@Nikiza.Bellansine 15 дней назад
Burundi bwacuburundi buhorechingicumumumakung❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 16 дней назад
Ndahumvira uburoho ❤❤❤😮
@toyi7605
@toyi7605 18 дней назад
❤❤❤❤Bujumbura yetu mungu mbele sisi nyuma
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 18 дней назад
❤❤❤❤❤❤
@hervenihezagire
@hervenihezagire 18 дней назад
Ndasavy akazi muri VAN kbxa
@henrisonphiri7136
@henrisonphiri7136 10 дней назад
Ivyiza vyiwacu
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 18 дней назад
Eden❤❤❤❤
@EagleLightbob
@EagleLightbob 17 дней назад
Good job
@passyk9968
@passyk9968 12 дней назад
For sure jewe ndaje by God’s Grace.
@nduwimana669
@nduwimana669 18 дней назад
Ndekatubane🎉🎉🎉🎉
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 18 дней назад
Courage
@mariechantalkwizera7319
@mariechantalkwizera7319 18 дней назад
Ubaka nation❤❤
@mayaciza8337
@mayaciza8337 13 дней назад
Sinzi strategies za Gael mais Sinumva ingene atereka neza aho ahantu pour faire une belle publicité.... Kuguma tubabona mwebwe n'est pas intéressant. Gael, urafise potentiel nini caaane....mais werekana inusu... Et c'est vraiment dommage. Gira aga formation. Paix sur vous
@claudinenkunzimana8435
@claudinenkunzimana8435 15 дней назад
Gael arakwiye agashimwe , ikiganiro aduha kiradushimisha
@sindalove5831
@sindalove5831 18 дней назад
Nanje shaka dukorane ikiganiro
@KasendrLukadi-pj7xy
@KasendrLukadi-pj7xy 18 дней назад
Wow c beau labas
@bigosr779
@bigosr779 13 дней назад
Nice 👍 place I’m there 🔜
@rosettecimpaye4090
@rosettecimpaye4090 17 дней назад
Juste gael nkunda iyo mvugo ucanga umwanya muto nikiyindi mpwemu idasanzwe
@donnezi9884
@donnezi9884 16 дней назад
Burundi bwacu burundi buhire Ibaze iyaba abanyamafranga bose bokwiganye boss wa Van bakagwiza ama projet zikaze muntara zose apana bimwe ngo orora inkoko😢
@amolam97
@amolam97 18 дней назад
God keep blessing our country biratesa🤍❤💚🇧🇮
@waw-91
@waw-91 17 дней назад
@umukubito, uwokenera kuvugana n'uwo mu patron wa Van Beach yomuronka?
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 18 дней назад
😊❤ 👌🏽
@chadrackroutine
@chadrackroutine 18 дней назад
Uno mujama ahakwa ngusa na chitaaa
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 18 дней назад
Niyambere kbsa mu Burundi
@ChadrackNiyonkuru-bn9uz
@ChadrackNiyonkuru-bn9uz 16 дней назад
Nimundangirw aho harerey basha nzoze kuhanwera
@ZakiaCadette
@ZakiaCadette 13 дней назад
Mukirundi ni mumahuriro yibarabara😂😂😂
@user-hl3vk3tk9h
@user-hl3vk3tk9h 17 дней назад
🙌🙌🙌🙌🙌
@didamseto8280
@didamseto8280 18 дней назад
hejuru can🇧🇮🇧🇮🙌🙌
@iradukundamariechantal6404
@iradukundamariechantal6404 15 дней назад
❤❤❤❤❤
@NizeyumukizaAbdallah-h9l
@NizeyumukizaAbdallah-h9l 6 дней назад
Nisawa kubanyamafaranga hagati mugihugu ntaco bitumariy
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 18 дней назад
Murazogiraho na Sauna na Massage ndabahe uwundi mutwe.
@ericazero9736
@ericazero9736 18 дней назад
Uyu mujama mwakoranye interview Ni muzima nanje ndamwemeye twohuza kuko nabonye Yuko yanyoge jus ariko Imbere ya jus yafashe akandi kantu mwaduhishije.niyavuga KO nabeshe azondondere inbox
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 18 дней назад
Yagashizemwo ndake kuko aracangamutse
@lostboy2608
@lostboy2608 18 дней назад
Burundi ni Eden💯
@MusaMusa-jc3kf
@MusaMusa-jc3kf 14 дней назад
Iramezeneza pe
@user-go9nx6qh6l
@user-go9nx6qh6l 18 дней назад
No beach in Rwanda. They will never get a beach like this in Rwanda. Guys these beautiful beaches find in Burundi
@user-jl9nn5dw9x
@user-jl9nn5dw9x 18 дней назад
Were they gonna get great beach like this but there talking to much things ❤❤❤❤ I love my country
@pacifique3943
@pacifique3943 17 дней назад
They’re going to build a massive artificial beach at Gisenyi it will cost 350$ and I bet it will make much money than all tanganyika resorts combined …Kivu is beautiful too!
@TresorNishimwe-jz4wy
@TresorNishimwe-jz4wy 17 дней назад
​@pacifique394😂😢😮3
@user-go9nx6qh6l
@user-go9nx6qh6l 17 дней назад
​Please come to Rumonge you will see our beautiful Beaches like Blueberry beach. Guys Burundi is beaut like chick. No you can't find any beach in Rwanda
@kevinjr1
@kevinjr1 15 дней назад
Nubwambere ngize comment kuva nabah sinz kutihenz 350$ arakora beach ko muburundi dufis ibibanz vyishi ngenda nkore ijana
@user-xj8nf2gt7w
@user-xj8nf2gt7w 15 дней назад
Les prix svp 😅
@danielmucowintore5267
@danielmucowintore5267 18 дней назад
Muga iyo hotel ntabirenze muga ni flsh
@TresorNishimwe-jz4wy
@TresorNishimwe-jz4wy 17 дней назад
Iyaw niyikaze?
@indebirahariadiel9882
@indebirahariadiel9882 17 дней назад
Muramubwira Neva yugurure imipaka
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 18 дней назад
Haratesa
@user-cp6tf2wq8l
@user-cp6tf2wq8l 18 дней назад
Samasigariracicaro😊
@antoinetteharerimana6824
@antoinetteharerimana6824 14 дней назад
ego👍👍👍👍👍👍👍
@jocelyneliaminarukundo3633
@jocelyneliaminarukundo3633 16 дней назад
Cameraman😢😢😢😢
@user-dq1pk7cj2b
@user-dq1pk7cj2b 18 дней назад
Uburundi bwacu nibwiza caane
@waw-91
@waw-91 17 дней назад
hari abantu ba burofa. Izi num za maison de passage watanze umuntu abandikiye ntibishura. That's boring
@user-no6yf8lz1d
@user-no6yf8lz1d 18 дней назад
Aho hantu ndahakeneye nzohasohokere
@Nkurunziza-rn4xt
@Nkurunziza-rn4xt 16 дней назад
Uraza ndakujane.
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 16 дней назад
❤❤❤😅
@PrinceTuyishime
@PrinceTuyishime 13 дней назад
😂😂😂😂😂😂
@GeorgesMucunga
@GeorgesMucunga 18 дней назад
Banka bavyemera Uburundi buhoro buhoro bugiye kuba igihugu c' iyubashe.
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 13 дней назад
Urarota ku murango sha !
@michelinemiche442
@michelinemiche442 7 дней назад
​@@JosephSikogukiraarota kubera iki?wew uraba hafi niyo mpamvu,nawe uri tobiya muzindi
@Bapfunya
@Bapfunya 15 дней назад
Burundi uratunze
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 18 дней назад
None kimwuback bujumbura yonse arik. Ntimwarushya kigali❤turabarenze 10l10
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 18 дней назад
Aho nkawe wosanga urya rimwe k'umusi ariko uraho urasamye😂
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 18 дней назад
Kigali se mugira beach?😜😜😜
@nirenganira8433
@nirenganira8433 18 дней назад
​@@joyeuxniyonkuru2701ahubwo wosanga anataha mumwobo nkifuku nayo kurya rimwe nivyabeshi 😂😂😂😂😂
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 18 дней назад
@@nirenganira8433 Je abanyarwanda barantwenza nukuri😂😂😂
@nirenganira8433
@nirenganira8433 18 дней назад
@@joyeuxniyonkuru2701 erega abirirwa bavuga nibamwe ataco bifitiye bamwe babayeho kukigongwe cya president Kagame 🤣🤣🤣🤣🤣
@PATRICK-dg7Hamstercombat
@PATRICK-dg7Hamstercombat 15 дней назад
Aha ni hezs kbsa
@clovis994
@clovis994 18 дней назад
We Jamal aca ongo iyo ni hypocrisie, Ndeka bwiwe ni muzima yiciwe namwe abarundi guterimbere biracagoranye,Gabin yarivye hirukanwa abataribo muramureka iyi documentaire fake kbs
@innocentmanirambona6495
@innocentmanirambona6495 18 дней назад
😂
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 16 дней назад
🙄😏😏
@clovis994
@clovis994 18 дней назад
Gabin abatwara bwite numusuma hama ngo ntabusuma bubayo!!yibuke imivinyu yivye aba tennisman birakomera muramureka kubera ico mupfana,ntavyo twibagiye
@user-fj5hh7pc1f
@user-fj5hh7pc1f 16 дней назад
❤❤❤❤❤
Далее
Wait for the BOWLING BALL! 👀
00:38
Просмотров 32 млн
Поём вместе с CLEXXD🥵 | WICSUR #shorts
01:00
Наше обычное утро 💕
00:42
Просмотров 1,4 млн
Угадай МОБА 1 🥵 | WICSUR #shorts
01:00
Просмотров 2,4 млн
The Burundi They Don't want you to see!
15:03
Просмотров 33 тыс.
Ip Man 2 | The Boxing Competition
15:57
Просмотров 6 млн