Ko mutabuza ibikorane vy'abanyepolitique, ko mutavuga nkurunziza, ntiyari pasteur-président ko mutavuga? Ko cndd ivanga politique n'ivy'Imana ko mutavuga?
Bob dufise amakenga kuri buri murundi,ntituzi uwo turi bwizere y compris vous n'abo musangiye campagne mumazemwo imisi.alors parlez seulement mais sachez qu'on ne vous crois pas.
Apotre ni umunyakinyoma caane yarataye umurongo w abakozi b Imana...ashobora kuba yaramaze guta la boussole....no kuvuga ahezagurika kwiwe biramuranga..
Biratey'isoni kwumva muvuga ko habaye génocide y'abatutsi mu 1972 ikozwe na UBU. Bisigura ko ico kiganiro canyu gifatiye ku kinyoma!!! Birateye isoni pe!!!
un conseil d'amis pour Bob Rugurika , umaze imyaka itari mike uri muri opposition et en exil pendant une décennie , mon cher Bob bivemwo wihe amahoro en plus de ça usabe HCR gutahukanwa iwanyu , usabe kandi ubutegetsi en place ubusabe bukwakire kandi ko ivyo kubarwanya ubivuyemwo une fois pour toute , unyegez'imyaka umaze kw'isi umubiri ukayerekana , bientôt ugira utangure 3ème âge et tjrs réfugié et tjrs opposant gushika ryari ??? aba ba CNDD-FDD ko batazorekura iki gihugu ciza Imana yabahaye ! Vraiment entre nous et à voix basse laisse tomber de tel façon que 2025 itangura waratashe ivya politique warabivuyemwo ujejwe kwitez'imbere no gutez'imbere igihugu cakwibarutse voilà.
Apôtre nyaragasa usubire kumurimo wa Data nayo ivya politique numva vyokugora .Gusa hamwe rgoba Arizona Gusa bakwita nisawa ariko sanga Ari titre yumurimo w Imana oya ndaguhebuze politique vamwo uze kuyobora intama za data