Тёмный

Bob RUGURIKA na Léonidas HATUNGIMANA bavuga ibijanye n'intwaro ya Evariste NDAYISHIMIYE 

Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Подписаться 133 тыс.
Просмотров 27 тыс.
50% 1

Mu kiganiro UGONA IKI? co kuri Radio Umurisho co ku wa 17 gitugutu 2021, uwurongoye radiyo RPA Bob Rugurika n'uwurongoye umugambwe PPD-Girijambo Léonidas Hatungimana bari batumiwe kugira ngo bavuge ingene babona intwaro ya Evariste Ndayishimiye inyuma y'umwaka urenga agiye ku butegetsi mu #Burundi.

Опубликовано:

 

22 окт 2021

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 11   
@rosehakizimana8691
@rosehakizimana8691 2 года назад
Radio RPA n Iradio ikora neza cane kuva Ishingwa Jewe ndayifuriza kubandanya Itera ija imbere Abayirongoye bari mubazokiza Abarundi
@ndayisengamartin2226
@ndayisengamartin2226 2 года назад
Bobo Rugurika ivyowavuze birimwukuri pe
@comedebari1174
@comedebari1174 2 года назад
Talk, Talk ,no action no results
@NayabagaboLeonard-qp2tv
@NayabagaboLeonard-qp2tv Год назад
A
@jacquesntabagara3682
@jacquesntabagara3682 2 года назад
I need a doctor.
@bjabdi6582
@bjabdi6582 2 года назад
Bibo urashikuza pee!
@banzizubusathimote4462
@banzizubusathimote4462 2 года назад
Nayisiii
@gastonnimubona1799
@gastonnimubona1799 2 года назад
Leonidas.yarihutuye.ariko.azobimenya.ashaje
@ngundachris7598
@ngundachris7598 2 года назад
Leonidas urateyisoni ,gukorana nabantu bemangako avant 2005 uburundi bwari amata n ubuki! Ngo amagorwa y uBurundi yatanguranye na cndd fdd!! Uriko ukina muri Équipe mudafise même vision sinon woba uri mubatanguje amabi mugihugu camanye ubumwe namahoro nkuko babibona, Alors que mwiyo myaka kuva 1969 bamwe dépression yariko ibica kubera ihonyabwoko bakorerwa.va ibuzimu uje ibuntu Leonidas !
@mugwanashakamadiba8726
@mugwanashakamadiba8726 2 года назад
Mureke leonidas yataye umutwe,uwo ntaciyumvira nkumuntu muzima
@wellarsmukezamfura3160
@wellarsmukezamfura3160 7 дней назад
Mwarataye umutwe kweri, ntimushobora kunesha uburundi nukuri kwimana, UMUKURU W'IGIHUGU muri twebwe ntanumwe ashobora kumuvuguruza, ntiyihenda! None Bobu nkubaze, igihe upfungwa kweri Président wacu warigeze umwumva ariko arakwagiriza kweri, kandi ico ndiko ndatahura coco, nubu uracari *in* . 😂 ngo uboña ibiziga😂😅, ... nomuri Biblia twarabibonye, muzobaze Yosuwa azobabwira ibanga ry'Imana imbere y'ihanga ry'abislayeri! 😮, nifilozofi, ibi bihe biragoye gutahura! Ndashima Neva kuko amaDiscour yose akora usanga le terme *Imana* igaruka kenshi. Donc ça révèle une connexion directe avec la Divinité. Ngwaguma ahushagurika, sawa nimwivugire! tout autre🎉!!!
Далее
Amakuru yo ku wa 26 Mukakaro 2024
44:10
Просмотров 11 тыс.
Amakuru yo ku wa 25 Mukakaro 2024
43:10
Просмотров 14 тыс.