Тёмный

Ku Nama: Hakwiye gukorwa iki kugira abarundi baronke amasumiro yiyaguye ku gitoro? 

Isanganiro
Подписаться 68 тыс.
Просмотров 2,2 тыс.
50% 1

Mu gihe ubukene bw’igitoro ari akadaseswa mu Burundi muri bino bihe, abarundi bamwe bamwe bari bahisemwo kuja barasimbira i Kavimvira mu gihugu ca Kongo kugira bagisumireyo. Mu mpera z’ukwezi kwa gatanu uno mwaka wa 2024 bivugwa ko habaye isanganya ryatumye imodoka zibiri zisha ziratokombera kw’ibarabara rya Gatumba, biturutse ku muntu igitoro ciyatse gihura n’umucanwa wari kw’ibarabara. Ubuyobozi bukuru bujejwe ingenzi i Kavinvira buca bufata ingingo yo guhagarika urwo rudandwazwa. Kino kiyago gishingiye cane cane kuri iyo ngingo, ibuza urudandazwa rumwe rw’igitoro hagati y’ibihugu bisangiye umuryango wa Afrika y’ubuseruko, hejuru y’isanganya ribaye rimwe rizima.

Развлечения

Опубликовано:

 

23 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии    
Далее
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 9 Mukakaro 2024
13:06
Просмотров 2,1 тыс.
Jordan Bardella Face à BFM - L'interview en intégralité
1:03:57
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
Поймал редкий кадр🤨
0:22
Просмотров 1,4 млн