Isaac iyo ubajije ikibazo burindira inyushu yoose ureke kujaniranya nikindi kibazo ikindi kitaraheza kwishurwa c est vraiment enervant kandi ubigira kenshi ba wihangana k merci👍🇨🇦🙏
B-Face uri mukuru cyane kuko numvise ko uvugana na Mama wa Drama-T numva wamwegera ukamwegera mukayaga ndumva yazamwicaza akamuganiriza not kuza kuma Tv like this we love you and we love also Drama-T kandi muri abagenzi mwongere mube bamwe
Isaac TV. Il serait bien de chercher à réconcilier les gens au lieu d'inviter quelqu'un pour retourner en arrière mu matiku yabaye. Comme conseil d'un sage à B-Face and Drama-T. Cherchez une voie pour se réconcilier. Isi irimwo imidugo n'imimanuko les amis
Ntantambara dukeney muba artiste bacu ariko duhindur stratégie tube professionnel kuko vyose biriko vyicwa nibintu vyubujama duhindure rro uko dukora bizodufasha si non turabarundi twese just one Love
My Rap yuda Big Up first 🤛🤛 I like ur rap from Kenya, naeza kushauli uendelee hio upole wako n heshima zako vitu zingine achana nazo ww n mtu grown-up so usijifananishe n watoto💪
Ntarimwo nari bwarabe ikiganiro ca B face , Kandi ntanubwo narinzi haramatati na mugenzi, ariko vraiment B face ari mukuri 💯 biraboneka ko ari sérieux Kandi araciy'ubwenge cane . B Face rero kure cane niho kwifuriza kugera courage muri vyose .
Ah B-face il raconte trop de vérité avec détail qu’on connaît pas vraiment. Vos histoire vraiment , discuter entre vous et redevenez juste ami ou rester en bon terme et à bon connaissance qui travailler ensemble.
Drama T NTA confidence yifitiye twebwe abadufashije nitwe twiribwa tubavuga none kubumuntu yaramufashije nikibazo? Monia fleur ko yivugiye ko B yamufashije yabaye ik
Version ya B face nemera nuko Drama t ari indyarya... kuk yagendany ikibazo igihe kinini azi k b fac ari umwana mubi mais aza kubivuga kuma media plus tard. Yaz kuba naw ari serieux yari kubivugana naw na b fac.knd naw yitwanz terme indyarya or numvirije niw afise iyo côté..
Drama T muri iyo affaire yaragize uburofa vraiment mube muvugisha ukuri. Kandi ashobora kutagera kure kubera ukuntu ameze yibaza ko ahambaye. tu tímagines umuntu yubahuka kuvuga ko Big Fizzo atariwe yatumye amenyekana or nta n'umuntu n'umwe yari amuzi avant yo kuja muri BANTU BWOY