Тёмный

#Burundi 

Mashariki TV
Подписаться 313 тыс.
Просмотров 14 тыс.
50% 1

#Burundi : Abariko baratunganya ibijanye n'inyubako mw'i #Tenga basabwa kwitondera ingene bariko barubaka, kuko bishobora kuzogorana kubashikanira iterambere mu myaka iza.

Опубликовано:

 

27 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 27   
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 4 дня назад
Mbaye uwambere lik zanyu ndazibone kubwo guhimiriza abene gihugu bose bajijuke bahagarukire icarimwe kukijanye niterambere nibahindure ingendo bose mumveko turi mumbono kazoza mutama babwire wewe turakwemera 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@mugishadieudonne4647
@mugishadieudonne4647 3 дня назад
Protice mbi ntishobora kuzana iterambere
@IrakozeTresor-fn8vi
@IrakozeTresor-fn8vi 3 дня назад
Intango yabyose numurimo unoze!apana kubesha abantu ipuuuu
@mugishadieudonne4647
@mugishadieudonne4647 3 дня назад
Ubu tuvugana ndi umwene gihugu cu Burundi mvuka mumataba mu cyirundo ariko sinibaza impamvu haguma humvikana
@mpawenayojacob
@mpawenayojacob 3 дня назад
Nn abatanga amaparasera bamaziki bagurisha badasigaza amabarabara
@BarumInnosent-sn8fv
@BarumInnosent-sn8fv 3 дня назад
Asha ntubeshe mutama wacu dukunda umurundi naho aba arumurimye wumva akubwiye ngo urazicondico hari nabo ntavuze
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 3 дня назад
Utwo siduto nyenicubahiro. Ntamuji urimwo aka JAGARI ushobora gutera imbere. Kuko mubihugu vyateye imbere ntushobora kwaduka ngo uriko urubaka utabiherewe uruhusha.
@christella5092
@christella5092 3 дня назад
Oya namwe ntimushigikire amafuti none uziko urikutubaka mugisagara ugaca wubaka inexe kandi uzi iyo uburundi buriko buraja ivyobavyita kwijajara none ubonako igisagara cokwubakwa Etage wew ukaguma muri enexe??nikintu kitabaho bantu mwubaka mu gisagara nimurabe mujane nimbono uburindi burimwo nayahandi muzosambura pe
@KanaAudace
@KanaAudace 3 дня назад
Buriko buja h? 😂😂😂
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 3 дня назад
Bobo baba bafise PLAN y'umuji gushika nko kunyaka nka mirongo itanu canke ijana irimbere. Ntushobora kwiyadukiza ngo uzanemwo akajagari ushatse. Duhindure ingendo.
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 3 дня назад
Nyakubahwa abo ubwira ko batumva , kugira dushike iterambere twipfuza ni ko wofata baton de commandment ugahushura utababarira abantu bose biba amatungo ya leta,abarya ibiturire bararenze ,umuntu akiba des milliards ntiyigere ahanwa wumva twoshika gute. Ubushize mwavuze ko mwabshaye SOSUMO (inka) bayica amabere ariko abayiciye amabere ntakibakoma .Nagira umuntu aciye inka amabere aba amenje baramubaza igituma yayiciye amabere.
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 3 дня назад
Mutama abubwiro bose ntibakumva kuko bakeneye ko baba aba miliardaire muminota 3 mwayamakori yacu kuko ntivyumvikana ukuntu umuntumwe yiba miliaridi 20 akaguma yidegemvya atwaye amabarabara 3 yakaburimbo mumisi mike traole azobaha icigwa
@AlimasMoses
@AlimasMoses 2 дня назад
❤mn ndayimaze kand courge bro.
@jboscoigiraneza9864
@jboscoigiraneza9864 2 дня назад
Mzee babwire
@BarumInnosent-sn8fv
@BarumInnosent-sn8fv 3 дня назад
Asha ntubeshe mutama wacu dukunda umurundi naho aba arumurimye wumva akubwiye ngo urazicondico hari nabo ntavuze
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 3 дня назад
Mismanagement+Indiscipline+Impunity+Corruption+Injustice+Kuvuga ataguhana= Iteranyuma mu Burundi 😢 Nta consequences y 'Ubugaba n ukutumva n ukutumvira. Amategeko ntatiinywa n abafise Umufuko muremure.
@trumpking7283
@trumpking7283 3 дня назад
None nkaha arimwo avuga ikikweri , tutabeshanye?😈😈😈😈
@JohnRayPierre
@JohnRayPierre 3 дня назад
Mukorere kurabo bajejwe inyubako mwi Tenga, nibazane iterambere Mwi Tenga canke bave munzira abandi babishoboye bavyikorere.
@mfitialexis5220
@mfitialexis5220 3 дня назад
Uravumera mutama vumera
@dengmabior504
@dengmabior504 3 дня назад
Neva agiye yamvugira ukuri kl
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 3 дня назад
Abo bakatarike barapfa bakabisiga mwese mwaje muva ruguru urunva muzobomora amazu yabantu ngo mwubake nziza haaa nimugende gahoro kuko ntawupfa abimaze vyose nivyisi murapfa mukabisiga nico kiryoshe wallah
@ericballack8219
@ericballack8219 4 дня назад
Mwitenga???😢😢
@mbonimpaCorneille
@mbonimpaCorneille 3 дня назад
Komera mutama
@bigjohnnevergiveup
@bigjohnnevergiveup 3 дня назад
NDABONA HARI ABANTU BISHWE NUMUJINYA MWABAGABOMWE MWONDESHEJE UBURUNDI MWAMIHIMBIRIMWE NIMWUMVE MUREKE UBUTO BWANYU MWAMISEGAMWE UWO MUJINYA NIWO MWAKORESHEJE MUKUNIGA UBURUNDI NABARUNDI ARIKO TWEBWE ABANA BANYU UBU TWARABAHINYUYE TUZOBAMENA AYO MATAMA
@mugwanashakamadiba8726
@mugwanashakamadiba8726 3 дня назад
Ubutaha uzoze urondera imvugo yurupfasoni ureke guta indero hama ushikirize iciyumviro...naho ubundi wavuze ukuri
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 3 дня назад
Muratubwirira mutamako tuguze uduprasel mwitenga ko batotutwaka kuko amahera yabarabu aratuggora kuronka batureke twibereho
Далее
11 ming dollarlik uzum
00:43
Просмотров 158 тыс.
ДЕНЬ УЧИТЕЛЯ В ШКОЛЕ
01:00
Просмотров 608 тыс.