Тёмный

BURUNDI:AMATEKA IBINTU MUTAMENYE VYABAYE MU BWICANYI BWA NTEGA NA MARANGARA IVYO MWANYEGEJWE VYOSE 

ISHAMI TV
Подписаться 369 тыс.
Просмотров 10 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

26 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 38   
@remybacamurwanko591
@remybacamurwanko591 2 месяца назад
Murakoze caaaane.
@muhigirwadomithile8705
@muhigirwadomithile8705 2 месяца назад
Merci beaucoup.
@MacareJosue
@MacareJosue 2 месяца назад
Vahoo u Rwanda nimwe muzi ivyabarundi kurusha abarundi .
@AlainNgabirano-g2z
@AlainNgabirano-g2z 2 месяца назад
Bemuvuga ivyomuzi muzoz muvuga ibibaraba kuk ibibazo vyuburundi ntibisa nivyurwanda nibigaro vyanyu nibza k atacobifash abarundi nibaza k iwanyu hatabuze ivyokuvuga merci
@estellaniyonzima3031
@estellaniyonzima3031 2 месяца назад
Merci beaucoup
@rosemystiquesabushimike3587
@rosemystiquesabushimike3587 2 месяца назад
Ivyo gufuka amazina y'abakora concours,vyakozwe na Bagaza.Buyoya yatanguje ivyo gukorera ku mpapuro auto_copiants kandi hagakoreshwa kwandika numero wahawe na code y'ishure,arivyo bagikoresha n'ubu.
@Abdallahbicahagabicahaga
@Abdallahbicahagabicahaga 2 месяца назад
Ndabaramukije cyane bavandimwe ndi umunyarwanda ndimpunzi hano iwanyu nitwa Bicahaga Abdallah mfite channel yitwa Amateka nyakuri tv nkunda Amateka
@Ishamitv
@Ishamitv 2 месяца назад
Komera komera. Ndayabonye channel yawe. Komereza aho biri kuza pe
@ngiriyemariestyle854
@ngiriyemariestyle854 Месяц назад
Uyo uvuga histoire atazi na vuge ivyo murwanda iwabo areke kuvuga ivyo muburundi atazi uwamuhaye izonkuru yaramubeshe
@emmanuelficin2321
@emmanuelficin2321 2 месяца назад
Ntegeraje la suite sur Ishami tv
@PiscoPhiri
@PiscoPhiri 2 месяца назад
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✌️✌️✌️✌️✌️ Uwutazi Uburundi aburundwamwo. Mugiye kuvy'uburundi ntavyo mwomara ndabarahiye. Aho onye wanashima mwahereye ahatariho😂😂😂
@muhigirwadomithile8705
@muhigirwadomithile8705 2 месяца назад
Verite.
@NduwayezuErnest-ox9kv
@NduwayezuErnest-ox9kv 2 месяца назад
Beshera hiyo bwana.
@emmanuelficin2321
@emmanuelficin2321 2 месяца назад
Je reconnais une grande vérité dans tout ce que vous racontez ici. Mais par rapport aux identifiants i et u, n'agira mbamenyeshe KO uwabahaye inkuru yababeshe. Si umunyeshembati' yavyiysndikira mais plutôt les hommes mandatés par le pouvoir pendant les examens. Barakuraba bakwirikije Ama critères yabo bagashiraho iyo signe gurtyo uwukosofa yaca amenya ingénieur ahinyanyura Please correct this ans informations thé public accodingly
@CélestinMazoya
@CélestinMazoya 2 месяца назад
Mwagerageje. Twebwe umwe wese yabonye ivyabaye aho yari aherereye. Mwokorera nokumyaka yindi ?
@Nzinage
@Nzinage 2 месяца назад
Ikibazo c'abo bita incabwenge mu bihugu vya africa n'abo gahunda y'isi yateguye ahasigaye abandi bahawe umuceri n'agasukari bagakwiririkiza iyo gahunda ahasigaye abene gihugu (ahahutu n'abatutsi) b'inzirakarenge batari burye no ku misigazwa y'abakire, bakwirikira 'k'intama mu nyuma bakishura. Abagabo bararya imbwa zikishura
@Nzinage
@Nzinage 2 месяца назад
Buyoya capacité intellectuelle ntiyamuha gutwara igihugu.akarorero: nyakubahwa président Bagaza, yategekanije kazoza k'abana b'igihugu,avuga ko abahejeje kaminuza baronse akazi bazohora bishura make make kuri bourse d'etude baronkejwe kugira hubakwe ayandi mashule hagugwe n'ibikoresho barumuna babo bazokoresha. Buyoya ashitse ku butegetsi ati : oya na we nyene ntibamwishuje. Sinomurenganya ubwenge bwiwe niho bwagera. Ikibabaje n'uko isinzi ry'abarundi ryamukomeye amashi. Akabazo? None abarundi benshi n'aho ubwenge bwabo bugarukira!!!!!? Iyo mwitegereje aho uburundi bugeze, idées za nyakubahwa président Bagaza mubona zitaba zikemura ibibazo vyinshi?. Ntimushire amakosa yose kuba DD, ibintu vyapfuye kera kandi murorera mukoma n'amashi. Abarundi bati ''kirazira kuvugana indya mu kanwa''
@dieudonneendekezi4283
@dieudonneendekezi4283 2 месяца назад
Buyoya yari feke ntagihugu yarazi kurinda
@Nzinage
@Nzinage 2 месяца назад
Il était incompétent nta capacité intellectuelle yarafise yo kuyobora igihugu. Yari uwo gukwirikiza ivyo bamutegetse vyabonekeye cane cane Ku ntega marangara,Ku rupfu rwa ndadaye ibindi
@Nzinage
@Nzinage 2 месяца назад
Il était moins que feke
@ChaluloteNiyonzima
@ChaluloteNiyonzima 2 месяца назад
Nihatari bizijewentagirumuryango batemaguyebose chani ureke kuvuga buyoya yogahona
@rosemystiquesabushimike3587
@rosemystiquesabushimike3587 2 месяца назад
Mumenye ko ubwicanyi bwo kwihorera bwashitse no mu ma komine nka Bugabira,kirundo,n'ayandi makomine yegereye Ntega na Marangara.
@MuhundwangeyoSeraphine
@MuhundwangeyoSeraphine 2 месяца назад
Buyoya ngo yari umuhutu w'i Bururi. Abarundi batabizi. Yari yanze ko abasirikare batabara i Ntega Marangara. Abasirikare b'i Ngozi bagiye gutabara kubwabo. Buyoya yari inryarya. Hari igitabo bavuga ko yanditse avuga ko abantu bamwibeshyaho
@rosemystiquesabushimike3587
@rosemystiquesabushimike3587 2 месяца назад
Ikindi na co,izo i na u,ntivyandikwa ku mpapuro za concours,ahubwo abayobozi baba baratanze raport des listes ethniques z'abanyeshure.Ndabivuga nk'uwubizi kuko nakoze concours muri 1979.
@rosemystiquesabushimike3587
@rosemystiquesabushimike3587 2 месяца назад
Ku vyo ku Ntega,muregera nk'uwitwa Propagande nimba akiriho,azobabwira bimwe mu vyo mutashoboye kumenya.
@GuillaumeMurengerantwari
@GuillaumeMurengerantwari 2 месяца назад
Oya commune Ntega ahubwo yari muzambere zitunze kurwego rw igihugu. Muntara ya kirundo ho yari iyambere haba mubutunzi canke muncabwenge!
@muhigirwadomithile8705
@muhigirwadomithile8705 2 месяца назад
President Buyoya yaragerageje. Ahubwo gutwara ntibworoshe.
@Nzinage
@Nzinage 2 месяца назад
@@muhigirwadomithile8705 yagerageje gute? Wotubwira ikintu kimwe kiboneka yagejeje Ku barundi? Icakora yarubatse ikimenyetso c'ubumwe bw'abarundi. Ubumwe ni mu mitima y'abarundi bose s'icibutso .iyo aza kugira ico akora yari kubanza kwumvisha abenegihugu KO kubana mu mahoro vyobashikana kw'iterambere. Bakazubaka ico cibutso yabanje kubasigurira neza.bakanavyumva.
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 2 месяца назад
Ikintu kimbabaza kandi kibabaza abarundi bose; nuko kuva kuntwsro ya buyovya ngo ni buyoya, nta butungane bwigeze buba ngo bahane abicanyi bose haba muri abo bahutu bishe nabo basirikare bishe ngo bariko barahora abishwe
@mutuyimanatheophile7545
@mutuyimanatheophile7545 2 месяца назад
ese ni wowe waruhari ko utareka ngo muzehe adusobanurire nkuwaruhari cyangwa uri kumubwira ibyo avuga? ibyuvuga nibyo wabwiwe ariko ukuri kurazwi cececka uzi zrazi.harya yandege yazaga ikararika imbaga yari yazanywe nande? ngo abasirikare baje gutabara? reka sha iyo Leta y'inkozozi z'ikibi ihari hahoraho ikibi. mbese abasirikare bawirwaga niki ko abo ari abahutu?
@Nzinage
@Nzinage 2 месяца назад
@@mutuyimanatheophile7545 umwicanyi ntagira ubwoko (umwicanyi yitwa umwicanyi)
@Nzinage
@Nzinage 2 месяца назад
Nta kibazo c'abahutu n'abatutsi , Buyoya aba umuhutu canke umututsi, il a été le plus mediocre du siècle. Les hutus et les tutsis ont tous perdu.
@zazo-bmike6082
@zazo-bmike6082 2 месяца назад
Muzi kubeshape mucurika amateka
@estellaniyonzima3031
@estellaniyonzima3031 2 месяца назад
Tubwire ukuri wewe kuko turakeneye kubimenya
@josbururi4430
@josbururi4430 2 месяца назад
Sindakwanka Ayo makuru ajanye no gukora ibibazo vya concours nibazako ubesha jewe nakoze concours en 1982 ivyo ntvyariho watoye waba wabitoye reka guteranya abarundi nokuroga barundi nibaza ko wabuze ico uvuga hora ivyo uburundi ntavyo Uzi bubanza utihoze neza imbere yuko ugira ico uvuze tu n'est pas journaliste reka gutukisha umwuga
@Nzinage
@Nzinage 2 месяца назад
Ikibazo kinini n'uko abaronse umukate baca baba ba mpemuke ndamuke kugire batunge umurengera bagaca baba ba ''ndiyo bwana'' kugire ntibatakaze umwanya bafise. Bigakubitako abafundi ari ba ntirumveko
@Nzinage
@Nzinage 2 месяца назад
Ariko iyo ufise ubwenge bukwiye ,ufashe igihugu uyoborera bose. Ni co gituma ku vya sécurité ukora ivyo ushoboye vyose ukamenya kahise gategura kazoza.
Далее
бабл ти гель для душа // Eva mash
01:00
ŠKODA не перестает удивлять
00:48
Просмотров 642 тыс.
Iterambere ry'akarere ka GISAGARA
15:35
Просмотров 2,9 тыс.
бабл ти гель для душа // Eva mash
01:00