Тёмный

CNDD-FDD uvuga iki ku vyavuzwe n'abasenyeri ba Katolika ko "hari abipfuza intwaro y'umugambwe umwe"? 

Mashariki TV
Подписаться 308 тыс.
Просмотров 36 тыс.
50% 1

#Burundi Umugambwe Cndd-Fdd uvuga iki kw'itangazo ryashikirijwe n'abasenyeri ba Eklezia Katolika aho bavuga ko "hariho abipfuza intwaro ishingiye ku mugambwe umwe". Umviriza ico umunyamabanga mukuru w'Umugambwe CNDD-FDD Reverien NDIKURIYO yabivuzeko mu kiganiro yahaye abanyamakuru kuri uno wa 24 Ndamukiza, mu ntara ya Ngozi.

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 57   
@innocentndikumana-dr2jv
@innocentndikumana-dr2jv 4 месяца назад
intimenya ntiyinegura.
@gervaisntirenganya470
@gervaisntirenganya470 4 месяца назад
Ndakwemeye kunyishu utanze iratomoye
@ibmk5945
@ibmk5945 4 месяца назад
Inyishu iri Claire cane safi sanaaaa 👊
@NgendakumanaEdison
@NgendakumanaEdison 4 месяца назад
Imana nibaheza gire batama bacu
@EmileSinzoyiheba
@EmileSinzoyiheba 4 месяца назад
Reka kumaramara barababwiye raba muhindure
@rickyjames8495
@rickyjames8495 4 месяца назад
Uprona yatwaye imyaka ingahe ga sha? Hari ingoho baragushira kugahanga ngo ube muri CNDD ? Ahubwo niwe umaramaye
@user-nf2dz1zf9t
@user-nf2dz1zf9t 4 месяца назад
Uburundi❤❤❤❤, Urasubiza bien bien
@Vlalochkove00199
@Vlalochkove00199 4 месяца назад
Tunabapenda sana❤❤❤❤❤
@christophermaitregeneralru7198
@christophermaitregeneralru7198 4 месяца назад
Songa mbele mutama imbere niheza batama Imana ibarinde
@Revjeanclaudentimpa
@Revjeanclaudentimpa 4 месяца назад
Uyu mwana w’abahungu Diplomatie iramaze kugwirirana muri we🤣
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 4 месяца назад
😂😂😂😂😂😂
@Bazi1973
@Bazi1973 4 месяца назад
Ndamukunda Reverien ❤
@user-di9mf2jc6u
@user-di9mf2jc6u 4 месяца назад
Iyo democratie muvuga niyihe?kunyuruza nukwica abo mutavugarumwe niyo ntwaro yumwidegemvyo?igihugu mwakigize icumugambwe umwe,imigambwe itavugarumwe namwe mwarayishenye yose muca mugira opposition iyiboka umugambwe wanyu,abanyagihugu batwawe namazi,ntabuzima,nta kazi,ntagitoro,mumpimba huzuyeyo inzirakarengane ibihumbi nibihumbi hama ngo muriko mutwarira bose.nyakwubahwa ntawuhora kunguma atari Imana,izo ntebe muriko ubu hariho abandi bazicayeko kandi barazivuyeko.ariko mwebwe muzoheza nabi cane
@user-ui9bh7oq7s
@user-ui9bh7oq7s 4 месяца назад
Imana ibarinde
@didasmugenzi4960
@didasmugenzi4960 4 месяца назад
Abanyeporotike muratujijisha,Sha ibyo muvuga nibikorwa birahabanye
@edouardhafashimana1443
@edouardhafashimana1443 4 месяца назад
Safi sana
@jaypablo
@jaypablo 4 месяца назад
Igihugu ntikibereye abaguma bavuga ahubwo abaguma bakora!! Twige kubibazo Bihari twiteze imbere
@Nathan44Nathan75-ti7we
@Nathan44Nathan75-ti7we 4 месяца назад
🤣🤣🤣🤣🤣uyumutama wacu Reverien ndamukunda
@levygasper7438
@levygasper7438 4 месяца назад
Rwasa mumurekere umugambwe wiwe Naw yitaratarize
@user-nv1nc8cb7g
@user-nv1nc8cb7g 4 месяца назад
urikigome,,,vyukuri kino gisubizo kirasekeje😂😂😂😂😂😂 naho atamigambwe njamwo,numisi komedi yawe iranyeguye,nuwo Musenyeri yoyumva inonyishu yoseka pe!
@SabuwukunzeTerase
@SabuwukunzeTerase 4 месяца назад
Uvuze ukuri peee
@pickfordjustin3432
@pickfordjustin3432 4 месяца назад
Ndagukunda muzehe…
@user-ys2fg4pp8d
@user-ys2fg4pp8d 4 месяца назад
Urumutama wijunja nijambo kbx wubahw mutam🙏🙏💪💪👊✊
@ConfusedMoose-xi3yt
@ConfusedMoose-xi3yt 4 месяца назад
Warukwiye kuba présente kuko uraryosha ikiyago unkumbuje Nyenicubahiro Petero Nkurunziza
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 4 месяца назад
Petero nkurunziza yakoze iki
@Sympholine
@Sympholine 4 месяца назад
Urampimbara kweri!
@SimonNtirampera
@SimonNtirampera 4 месяца назад
😢😢😢
@AlexisBucumi-mz3pt
@AlexisBucumi-mz3pt 4 месяца назад
Nkivyo ahayavug ntibisa wew usengumurir
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 4 месяца назад
Mb kumeng ashaka kwigir umunyabwenge caane mb ivyo biswi vy'inkona bavyaw n'inkona canke barafise ba se na ba nyina rwiw ivyo yirirw arit abana babandi arabibita
@user-kv7hs6fr3m
@user-kv7hs6fr3m 4 месяца назад
Songa mbele.
@HappyForestTrees-gc6hs
@HappyForestTrees-gc6hs 4 месяца назад
Namvura hidahita
@franckhakizimana-tt7tv
@franckhakizimana-tt7tv 4 месяца назад
Burundi weee
@oneafricanpeople
@oneafricanpeople 4 месяца назад
Uuko
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 4 месяца назад
Mutama mwubahwa Révérien Ndikuriyo turagukunda kandi turakwubaha muga turababajwe numuntu yitwa Koffi Niyonkuru wo mu Rwanda yasesengura ivya Politique yaguma avuga neza CNDD FDD namwebwe muga inzego zubutasi zo mu Rwanda ziheruka kumunyuruza yarabuzwe irengero twaramukunda yavuga neza Uburundi kurusha n'Abarundi bamwe bamwe iyo mumuhanura mukamukingira ntavuge birya avugira kubutaka bw'Urwanda mugapfuma mumuha akazi ngaha mu Burundi ntimwari kumuburira icakora yasesengura neza yazize kuvuga neza CNDD FDD mu Rwanda.Yarafise chaîne ya you tube yitwa RwandaBurundi TV niyo yavugirako ibiganiro vyiwe.yaratubabaje cane none ngaha muri EAC hariho Sentare kugira ibaze Urwanda iyo Rwamushize?ngo bashobora kuba baramwishe atakiriho indwi 3 ziraheze abuzwe irengero.
@user-gm3sn6kb8s
@user-gm3sn6kb8s 4 месяца назад
Ariko cndd ko ikunda kuvuga Ngo ibyoyarwaniye ubundi yaratsinze hari nintara nimwe Yigize ifata baratwa na savimbi Wa unita
@Nathan44Nathan75-ti7we
@Nathan44Nathan75-ti7we 4 месяца назад
Le Cnddfdd yaratsinze kuko niyo le contrôla igihugu muvyumutekano na politique kurya kwa FPL murwanda
@KassimTzNimubona
@KassimTzNimubona 4 месяца назад
Humva wanashaka Abafise Ubwenge😢
@Krdsnge
@Krdsnge 4 месяца назад
Ejo ngira niheza
@user-ll4wx7el9u
@user-ll4wx7el9u 4 месяца назад
None imigambwe myinshi imaze iki nibatwigire gusa uko twoterimbere naho ivyo vyimigambwe myinshi nibijane n'abazungu mbona atariyo mandya
@niyokwizeraoscar7479
@niyokwizeraoscar7479 4 месяца назад
Komera ndakwemera mutama gumya ntagufyina muga ntimurekure batize namwe abodusengahamwe nn nibibi
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 месяца назад
Ahubwo nanje nze ngan'iyo 😂😂😂
@alexbizimana4885
@alexbizimana4885 4 месяца назад
Nimureke Rwasa akore kowumva Hari democratie nyakuri abobantu biyandikishije heho uragakubitwa ninkuba wambwawe
@NishimweMedia-pi6ly
@NishimweMedia-pi6ly 4 месяца назад
😂😂😂😂 izi comédie zirarenze
@edouardnzmbimana5491
@edouardnzmbimana5491 4 месяца назад
Komera iyo nyishu niyubwenge
@kwitondaalphonse4892
@kwitondaalphonse4892 4 месяца назад
Next Burundian president for sure
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k 4 месяца назад
Kubantu mutukana ngo nuko mwinyegeje!! Mukoresha amazina atarayanyu!!! Si,vyiza na buhora bisigura ko ntavyiyumviro bizima muba muvise!!! Mwaterera mukubaka igihugu!!!
@EmileSinzoyiheba
@EmileSinzoyiheba 4 месяца назад
Abantu bangahe ???😂😂😂😂
@byiringirotheogene
@byiringirotheogene 4 месяца назад
Democratie.
@user-ui9bh7oq7s
@user-ui9bh7oq7s 4 месяца назад
😂😂
@ericmanirakiza8349
@ericmanirakiza8349 4 месяца назад
Haaaah
@celeusfatirisigaye9624
@celeusfatirisigaye9624 4 месяца назад
Ugutwi kwimpene kumva kokeje
@jeanreagan840
@jeanreagan840 4 месяца назад
Urabeshe nta demokarasi iba muburundi, ni dictature na torture kubanyagihugu.
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 4 месяца назад
Ahubwo ni apparteid
@user-hv8lm1im4e
@user-hv8lm1im4e 4 месяца назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@NduwayezuAudifax
@NduwayezuAudifax 4 месяца назад
Wambwawe ngaho uvuziki haruwoyinjira mumugambw wany harageze mwibe
@jeanclaudensavyimana248
@jeanclaudensavyimana248 4 месяца назад
Uwumwubahwa yubahwe kabisa inyishu iratomoye cane
Далее
Я ж идеальный?😂
00:32
Просмотров 81 тыс.
БЕЛКА РОЖАЕТ?#cat
00:22
Просмотров 320 тыс.