Тёмный

Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda! 

Mashariki TV
Подписаться 283 тыс.
Просмотров 46 тыс.
50% 1

#Burundi: Umunyamabanga mukuru w'umugambwe #CnddFdd Reverien Ndikuriyo asaba abarundi kwama bibuka intwari zitanze kugira uburundi bugere aho bugeze uno munsi. Yabivuze mu nyigisho yatanze mu masengesho yo kwibuka Umuhisi Pierre Nkurunziza mu Ntara ya #Butanyerera.

Опубликовано:

 

16 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 88   
@angebuntu
@angebuntu 10 дней назад
Imana Ikujimbere Uzotubere Président. Uzokorere mungata samuragwa wacu. Tuzogusengera Imana Igushitse kwiryo yerekwa ufise. Amen
@KubwimanaTherence-vl6mw
@KubwimanaTherence-vl6mw 11 дней назад
Ndimumpimba ariko ndabakunda cane nyakubahwa nyeniteka Kandi imbonerakure musongembere nanje ndikugororwa nzogaruka nkomereza ahomugejeje murakoze cane mbonerakure zingozi nomugihugucose mukomeze musongembere 💯💯
@kanao2007
@kanao2007 3 дня назад
Eka henda izo mbonerakure nyene. Hama kwitwa umweranda ntubanza kwangaza abana b'Uburundi. Ubugunge, ubujuju no Kutamaramara nivyo bibuzuye !
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 2 дня назад
Nciye nyoterwa amajambo yinkoramutima yanyakwigendera Nyenicubahiro Petero Nkurunziza
@kingjameskj111
@kingjameskj111 16 дней назад
Uvuze Ukuri Nyakubahwe
@bigirimanayves9354
@bigirimanayves9354 14 дней назад
None mwagifashishe umuheto?aba dd vyarabacabze.
@user-uc6zj1wp6j
@user-uc6zj1wp6j 10 дней назад
icompa nkakubona uri président
@user-zq8cm9gm3c
@user-zq8cm9gm3c 16 дней назад
Imana ihezagire Burundi bwacu...,
@RobyRobytz
@RobyRobytz 16 дней назад
Ndakwemela urakabaho imisimyishi 🎉🎉🎉🎉🎉
@richndihano6476
@richndihano6476 15 дней назад
Komera cane Mutama!
@ninsabahassan2508
@ninsabahassan2508 12 дней назад
Komera komera mutama wacu umukama abandanye akugirira neza muri vyose nahose
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 9 дней назад
Révérien yarakunda Nkurunziza vrt urupfu rwiwe rushobora kuba rwaramubabaje nuko tutazi icamwishe neza na neza nubu.
@IbrahimTonny
@IbrahimTonny 10 дней назад
Muvyukur urumugabo vrt
@niyonkurusalim2186
@niyonkurusalim2186 11 дней назад
Komera mzee ndakwemera cn
@NimpagaritseEmmanuel-yt7td
@NimpagaritseEmmanuel-yt7td 9 дней назад
Urugamba gwo gukenesha abenegihugu
@wowejean-bosco1117
@wowejean-bosco1117 15 дней назад
Umuhimbiri avuga ibiki, interahamwe reverin
@deoniyonkuru1311
@deoniyonkuru1311 13 дней назад
Karakurya sha
@PaciLast-mi6uq
@PaciLast-mi6uq 12 дней назад
Asha kirakuniga ariko ntaco umukoza
@ruganzutiger115
@ruganzutiger115 13 дней назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Mana tabara u Burundi. Ibiswi by'inkona😮😮😮😮
@Topnews6148
@Topnews6148 15 дней назад
Uyu Muntu icompa akaba Prezida w'igihugu cacu
@user-ws3gi8fk8j
@user-ws3gi8fk8j 15 дней назад
Ngo bararwanye? Nonese ko bishyize hamwe na Tshishekedi bakaba nana 1cm baramugaruriza ahubwo abana b'abarundi babamariye ku icumu
@JulienNsengiyumva
@JulienNsengiyumva 10 дней назад
Uvuga nez yaravuz AT inkino nazonyen zituma kugira amagara mez zigatuma tubana nez ngo ninkirudandaz mumwak itan cumin tobiboz non turahay tubibon itaranahe yubahw yarumugab p👍🇧🇮👏👏
@user-we7uq1qh7p
@user-we7uq1qh7p 16 дней назад
Akagatama karabesha muveho igihugu sichaso urinde mwichi igihugu mwigishe kwiba igihugu muveho myaka 20 mwakoziki nikibuga chindege nacho mufite stadium nayo mufite none mushaka kwigisha iyo ngeso abana muveho I'mbonerakure zitachiye kwishuri
@user-lc7oq4ze8r
@user-lc7oq4ze8r 16 дней назад
Nagahimbo shaa nibareke
@bonheurNimbeshaho-qy7sy
@bonheurNimbeshaho-qy7sy 7 дней назад
Noe uburundi bumaze 20ans kuva bubayeho?
@Goodman.600
@Goodman.600 13 дней назад
Uyu mugabo yaba President mwiza ndumva atanfukanye na wawundi kbs
@EmileSinzoyiheba
@EmileSinzoyiheba 16 дней назад
Ahaaa
@Anicetamateur
@Anicetamateur 5 дней назад
@PrinceTuyishime
@PrinceTuyishime 15 дней назад
Mukome mubeshye abarund mwisahurire igihugu nabo bashinyitse.
@user-et8lc7tb3p
@user-et8lc7tb3p 15 дней назад
Ayomafaranga wayakuyewe ????
@AbdulMajid-pb2sx
@AbdulMajid-pb2sx 12 дней назад
which country is this
@barutwanayojeanchristian3138
@barutwanayojeanchristian3138 16 дней назад
komera komera nyeniteka
@user-gw9xi2tc2b
@user-gw9xi2tc2b 16 дней назад
Gusta muzi kuvuga
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 16 дней назад
uvuze ukuri mutama wacu imana ibandanye ihezagira igihugu cacu
@DesireMisigaro-ku4cb
@DesireMisigaro-ku4cb 12 дней назад
Comédie
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 16 дней назад
Muba muhaze shahu
@user-yl5ye8xk2o
@user-yl5ye8xk2o 7 дней назад
Ntacomvuze😂😂😂
@user-lt2qh5dj1b
@user-lt2qh5dj1b День назад
Henda Bandi wankende we
@bonheurNimbeshaho-qy7sy
@bonheurNimbeshaho-qy7sy 7 дней назад
Mutama w,amateka caane
@bigirimanaregis1770
@bigirimanaregis1770 16 дней назад
komeraaaa
@user-je7ud9ip5s
@user-je7ud9ip5s 16 дней назад
komera mutama uvuze neza
@NdayizeyeJeanMarie-zl2op
@NdayizeyeJeanMarie-zl2op 8 дней назад
Yubahwz sokuru wacu twabuze tutanka
@CynthiaPhiri-wz2wv
@CynthiaPhiri-wz2wv 15 дней назад
Ni WWE dusigarany
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 16 дней назад
Ntaco mvuze !!!
@user-sw4re3wm2x
@user-sw4re3wm2x 16 дней назад
Ubahwa mutama
@NINFASHAGuyDesire
@NINFASHAGuyDesire 16 дней назад
Ntamuntu arekuriwe gutagatifuza iwundi urubanza nugw'imana mushoboravyose ingero itangwa na Rurema twotagatifuza umuntu?ninkuko atawohezagira canke ngwahezagize Imana
@user-tz8hj1sd5o
@user-tz8hj1sd5o 16 дней назад
Rumeshangabo Mzee uratuba hafi mukiyago kabisa Iyataba wewe basi uzuraturemesha tuba tugeze kure mutama Wubahwe cane
@cvzx-2968
@cvzx-2968 16 дней назад
Nukuri. Murihanga ritavumika
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 16 дней назад
😂😂😂😂😂😂😂
@KA__Divin
@KA__Divin 16 дней назад
Ihanga irihe?
@user-ws3gi8fk8j
@user-ws3gi8fk8j 15 дней назад
Ni abicanyi kabombo mbese ni barukarabanzigo
@user-lc7oq4ze8r
@user-lc7oq4ze8r 16 дней назад
Nyara hiyo shaaa igitoro nisukari biriheheh Amakara arihehe Amazi numuyagankuba birihehe internet irihehe
@Claire-rq9cg
@Claire-rq9cg 12 дней назад
😢😢😢 imbonerakura ntanahamwe ziriko zirajana uBurundi. Mureke kutubesha. Iyo discours wamenga ni comédie 🥵🥵🥵
@itangishakapascal531
@itangishakapascal531 13 дней назад
Ni vyiza ariko abakunzi ba sokuru muduhe umuco tumenye icamwishe
@BigBrother-lm7xo
@BigBrother-lm7xo 16 дней назад
Ahubwo hakenewe ibintu vyoteze imbere igihugu vyokwiyemera wapi ahubwo ibikogwa gusa nivyo bituma umuntu bamwemera mwubahwe
@user-ws3gi8fk8j
@user-ws3gi8fk8j 15 дней назад
Oya, Nta ntambara Nkurunziza (CDD) yigeze irwana ngo iyitsinde ahibwo kubera imbaraga nkeya z'ubuyobozi bwariho bwahise bubashyira ku ibere Akarorero muri DRC nuko abo mwoherezayo abagaka cg abazagaruka m'uburundi ni mbarwa ntimukajye mwirirwa mubeshya abarundi
@mukwegabudutira2419
@mukwegabudutira2419 12 дней назад
Uyu ninterahamwe cyecyeka
@kushfirefamilyteam7799
@kushfirefamilyteam7799 15 дней назад
Yego rwose muta abatagatifu bacu ni abarundi batwitagiye bakadupfira atari abazungu .
@ruganzutiger115
@ruganzutiger115 13 дней назад
Mbega no gukaraba bisaba amafaranga? Ntabwo kuyobora ari ibyanyu😢😢
@dimitrov-niba84e
@dimitrov-niba84e 12 дней назад
Nivyabande 😂🤣
@jaystrongmagaboy1633
@jaystrongmagaboy1633 15 дней назад
Status ya Ndadaye na Rwagasore
@samyr9071
@samyr9071 12 дней назад
hhhhhhh ngo yarwanye intambara arazitsinda sha hhhh ibinyoma gusa, wewe wenyine watubwiye ko nta numutumba numwe mwafashe
@EnnyhacolleMasengeshoEnnyhacol
@EnnyhacolleMasengeshoEnnyhacol 15 дней назад
Haaaaa huuuuuuuuu
@EricNIJIMBERE-lg4rf
@EricNIJIMBERE-lg4rf 16 дней назад
INDWARA Y' IGISUKARI ( DIABÈTE SUCRÉ Type 2) Benshi turazi neza ko Diabete idakira ivyo tukabitegwa n'inyigisho twigishijwe ariko nubwo ariko twese twigishijwe. Twomenyesha ko ishobora gukira igihe cose yubahirije amategeko y'imirire akanafata ningaburo kama ziyivura. DIABETE YIYEREKANA RYARI Diabète n' indwara yibonekeza igihe urwagasha ( pancréas ) rujejwe guhingura inkaburamubiri ( hormones ) bita insuline itakiboneka bivuye kuduhimba bita cellules de bêta des îlots de langerhans tuba twononekaye kubice biri hagati y'ibice 75 na 80. Aho rero Ugwagasha ntiruba rugishoboye gukora umusembura Insuline ushira isukari kurugero gwiza ninaho bavugira ko umuntu agwaye Igisukari. IBITUMA UMUNTU AGWARA DIABETE DU TYPE 2. Ubundi Diabete, Hypertension arterielle, Goute nizindi tutavuze ningwara zitegwa n'ikora nabi ry'uduce ndemangingo (Cellules) bitewe nimvo z'imirire mibi (Malnutrition) kuri Diabete rero du Type 2 ngiye kuvuga ibintu bike bidufasha gutahura: 1.Gufungura ingaburo igwiriyemwo isukari ryera ryinshi. 2.Ukubura vitamine B 6 3.Umuvyibuho w' umurengera ( obésité,) 4.Gukoresha ibintu bikoresha nabi umubiri nk'inzoga,itabi,Icayi,... 5.Hariho nibindi ariko ivyo nivyo bibafasha gutahura. IBIMENYETSO Iyo umuntu kenshi bishitse agafatwa na diabète du Type 2 hari ibimenyetso bimwe bimwe vyibonekeza bikamutera kwikanga iyo ngwara.Hamwe nawe wovyibonako vyiza woca uja kwisuzumisha kugira umenye ubuzima bwawe: 1.Gusonza cane( polyphagie) 2.Kunyoterwa bikabije (polydypsie) 3.Kwihagarika kenshi kandi bitavuye kumazi menshi wanyoye (Polyririe ). VYAKOMEYE ( COMPLICATION ) 1 .Kutagira inguvu zo kurangura amabanga yabubatse ( impuissance sexuelle masculine ou frigidité ) 2.Kugwara amaso ( Retinopathie diabétique ) 3 .Infection urunaire Repetitive 4 .Kwonda cane kuri bamwe 5 .Kwononekara Amafyigo (Insuffisance Renale Diabetique),... Harico wobaza canke ukeneye impanuro ningene wofungura woturondera kuri: +257 *62790705* ( WhatsApp, appels ou sms ) Avec des conseils nutritionnels, le Diabète izwi nkingwara idakira iba isezerewe !!!
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn 15 дней назад
Ariko ko ata na 1m carré bigeze bafata nizihe ntabara yatsinze les conneries n, avancent pas le pays nuwa muguye impande asa nuko ari kumviro mwarabonye iyo yamukoreye (rajabu)
@user-ws3gi8fk8j
@user-ws3gi8fk8j 15 дней назад
Imbonerakure = interahamwe muri 1994 ni abafasha ubuyobozi bubi gushyira munziro imigambi yabwo mibisha
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 16 дней назад
Zanibyiwanyu babyoturebe
@user-gw9xi2tc2b
@user-gw9xi2tc2b 16 дней назад
Aba DD vyarabacanze. Muraciyita abocavunye? Canke Abo cananiye.
@user-ws3gi8fk8j
@user-ws3gi8fk8j 15 дней назад
Baravangiwe
@Musabirema949
@Musabirema949 16 дней назад
Ibiswi hhhhhhh
@YvesNgabonziza
@YvesNgabonziza 11 дней назад
Ivya CNDD FDD vyose ni comedy umengo nta vya Politics bazi
@NimpagaritseEmmanuel-yt7td
@NimpagaritseEmmanuel-yt7td 9 дней назад
Inkezi ikera ubwo bireha Kandi umuvbumvyi w'inzavya ntabumba imibindi
@BigirimanaAmidou-sx5tg
@BigirimanaAmidou-sx5tg 12 дней назад
Imbwa ziragwira
@Lock940
@Lock940 11 дней назад
😂😂😂😂😂
@CynthiaPhiri-wz2wv
@CynthiaPhiri-wz2wv 15 дней назад
Ukomer bwañ mukubwa
@wowejean-bosco1117
@wowejean-bosco1117 15 дней назад
Mureke avugire aba bahutu bi nterahamwe..imana irabona amabi bariko barakora, ibikoko gusa.
@user-ws3gi8fk8j
@user-ws3gi8fk8j 15 дней назад
Ark ikiza gihari ni uko m23 irimo kubahanira muri congo
@yvesmbazumutima3376
@yvesmbazumutima3376 12 дней назад
Mwatsindiye hehe kobakibagabiye none nka wewe wihaya zana kaburimbo Imana irihangana nukuri
@sharonshaz-lw9qj
@sharonshaz-lw9qj 15 дней назад
none wewe iyuhaze wibaza kotwese tumeze neza?iyo democras ntayomuragerako
@user-tx9rr6nu6o
@user-tx9rr6nu6o 15 дней назад
Urabesha ntanisoni Mufisekl
@jeanclaudegasana8818
@jeanclaudegasana8818 12 дней назад
Stupidity 😅
@niyomwungerebienvenue7675
@niyomwungerebienvenue7675 16 дней назад
Emwe uvuze ibintu bizima,,ABASOGOKURU bacu tubatagatifuze kweli ni INTWARI
@JohnjohnZulu
@JohnjohnZulu 16 дней назад
Mwubahw mutam
@user-sw4re3wm2x
@user-sw4re3wm2x 16 дней назад
Ubahwa mutama
@user-zp3ki3ek9d
@user-zp3ki3ek9d 15 дней назад
😂😂😂😂
@Topnews6148
@Topnews6148 15 дней назад
Uyu Muntu icompa akaba Prezida w'igihugu cacu
Далее