Тёмный

Davina n’umugabo wiwe bavuye mugacerere kuncuro yambere|| Nakomye induru ndiko mvugira umugabo wanje 

Magic Channel TV
Подписаться 103 тыс.
Просмотров 8 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

11 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 32   
@domineniyonsaba1913
@domineniyonsaba1913 Месяц назад
Uri Intwari wa mu dame we. Uri une vraie combattante contre l'injustice. Bravo❤
@IrankundaGloria
@IrankundaGloria Месяц назад
Ndabakunda ❤nukri ndakwibuka Sha Davina tugway mubitaro Wagiy kuvyar Aël ndashak kusubir kukubona ugir effort vrt
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 Месяц назад
davina yubahwe abakobwa benshi baze barabira hafi gufa abagabo babo nkintwari apana kuza kurondera abandi mugihe ababo babasize mukangaratete big energy davina
@HuguetteIzereHugues-qd2wl
@HuguetteIzereHugues-qd2wl Месяц назад
Juste un coeur pour vous♥️mubandany mukora cane sha nanje 26 life yarampojeje amarira 🎉nzobagurira utu orange dukany nitwahura😂couragee canee
@kellykizzytheboss3891
@kellykizzytheboss3891 Месяц назад
My favorite couple ❤🎉
@_-wt8ns
@_-wt8ns Месяц назад
Yakoze neza davina❤❤ ameze nkanje naje ndanka akarenganyo
@SteveKwizera-er2cn
@SteveKwizera-er2cn Месяц назад
Nintwari davi a❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@MC_Malova_the_hitMaker
@MC_Malova_the_hitMaker Месяц назад
Davina let me talk you again: For really respect ukuntu twabony urumugore wintwari ushobora kugwanirira umugabo nokwiterambere ry'urugo sha.....❤✌️👊✌️ And 𝐎𝐧𝐞 𝐰𝐚𝐲 𝕔𝕠𝕟𝕘𝕣𝕒𝕥𝕦𝕝𝕒𝕥𝕚𝕠𝕟𝕤 kuba wararose umugore nka 𝐃𝐚𝐯𝐢𝐧𝐚 kbxa.....𝗧𝗨𝗥𝗔𝗕𝗔𝗞𝗨𝗡𝗗𝗔 👊👊
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl Месяц назад
Vrmt Davina naragukuriye ubwatsi,Ibreez nimba harico wokora cobabaza umutima wa Davina cihane kuko nintwari aragukunda cane nimba haru mugabo ukunzwe niwewe,Davina uyu nimda wakupiganiya cako chr usikubali amzalau mumeo kuko urukundo rwanyu rurasosa kbs
@chadrackroutine
@chadrackroutine Месяц назад
Uwo mumama yubahwe kbx
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 Месяц назад
Wauuu biraryosh gushigikira umugabo
@Alyner
@Alyner Месяц назад
Niryamber mbony umuntu tumez kumw nnj ndavugir chr wnj cn urintwarikazi Davina❤❤
@kamaramazindatv9041
@kamaramazindatv9041 Месяц назад
Vya vrai naj nciy numva ngushaka icokumpa naje
@grettagahimbare8821
@grettagahimbare8821 Месяц назад
🤣🤣🤣🤣🤣​@@kamaramazindatv9041
@alanapricy
@alanapricy 19 дней назад
Gusa uwo mu type ar mucupa😂
@christinechristine-5619
@christinechristine-5619 29 дней назад
Mana hezagira Davina usivyeko nagora ndagukunda Ubu warongereje
@user-gf6nn2ko3h
@user-gf6nn2ko3h Месяц назад
ndabakunda t’es une brave femme Davina ❤
@EstelleIrakoze
@EstelleIrakoze Месяц назад
Iyi couple iratesa❤❤
@kellysanthianakaze
@kellysanthianakaze Месяц назад
Eg sh Davina wanj jew naragushihikiy
@CapitaineVevo
@CapitaineVevo Месяц назад
Magic Channel hejuru cane
@moussankurunziza2930
@moussankurunziza2930 29 дней назад
Nice❤
@ladislasn3009
@ladislasn3009 Месяц назад
Davina avuze ko uno musi ararana ibirato kubera ayo majambo umubwiye, jewe nibaza ko Imana yashatse kugaragaza urugero rw'urukundo rwukuri ruri hagati yanyu. Pls nkumugabo ubikorereko kabisa ukore ibirushirije ivyo wahora ukora kugira umutambukanyi wawe abandanye yumva inguvu zurukundo ziyongera muriwe, Imana nayo muyishize imbere izobibafashamwo yongera ihezagira urugo rwanyu.
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine Месяц назад
Davina vraiment turahuza kukintu ikijanye nokutigumizamwo ikintu kitameze neza, vraiment kurenganywa birababaza cane Hama I breez nukuri waratomboje umupfasoni vy'ukuri
@marie_lo9198
@marie_lo9198 Месяц назад
I subscribe coz of ibreezy and her wife.. ndabakunda sana❤
@AliceIrakoze-nb9rg
@AliceIrakoze-nb9rg Месяц назад
Couple ya bien❤
@DesireNdagijimana-ky3bh
@DesireNdagijimana-ky3bh Месяц назад
Turagukej cn kuko UYUMWAKA niwe wakoze cn naho wibwe warishuwe turi inyuma yawr
@orlydivincadeauntwari8354
@orlydivincadeauntwari8354 Месяц назад
Reka sha mwari mwabipanze😂
@beatricendarurinze6665
@beatricendarurinze6665 Месяц назад
Gerageza muvuge ikirundu gitomoye mushiraramwo Amajambo yanyahanga meshi cane
@user-dl4sf5bz2s
@user-dl4sf5bz2s Месяц назад
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@alinenizigiyimana8266
@alinenizigiyimana8266 Месяц назад
❤❤❤❤
@moussankurunziza2930
@moussankurunziza2930 29 дней назад
Nice❤
@IvanBright-b4f
@IvanBright-b4f Месяц назад
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Далее