Тёмный

Drama T na MOW KANZIE TURABAHUJE MUKIGANIRO/BARAKUNDANA?IYUMVIRE NAWE! 

YAGO TV SHOW
Подписаться 665 тыс.
Просмотров 190 тыс.
50% 1

#mrgiveaway

Опубликовано:

 

11 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 463   
@YagoTvShowRwanda
@YagoTvShowRwanda Год назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-qWSKrMJnTWk.html Reba itamporize ya Drama T hano 💯🔥
@KENNY-DONE
@KENNY-DONE Год назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-UbYHskh-yyk.html
@KENNY-DONE
@KENNY-DONE Год назад
Muri hejuru cyane
@vickybenofficial2505
@vickybenofficial2505 Год назад
Urukund gwaw vrt👌❤️
@faa2023-ngaragu
@faa2023-ngaragu Год назад
Introduction yaw irashobora kuba inkuraho hhh. "vayibreta,....motiveta,.... badboy shata,..champion monster . Urumwe nkesiri
@iranzizouzouzuriathiranzi8588
Abarundi mukunda YagoTV Show like hashe nabemera Drama-T na Monna hashe 🇧🇮🇧🇮
@pascasienibona7235
@pascasienibona7235 Год назад
Nihoturi kayanza turabakunda
@ndayisengasalomon6279
@ndayisengasalomon6279 Год назад
Drama-t terimber nkumuzinga
@yanjetv4131
@yanjetv4131 Год назад
ababona ko Yago ariko aragerageza kugeza umuziki ndundi mu Rwanda agonge like hashe
@bnjamindayisaba1326
@bnjamindayisaba1326 Год назад
Ari mu kazi Kandi keza fasha kuko naw warafashijw
@jajakajaniri5813
@jajakajaniri5813 Год назад
Nukur yago hubahw can agira Ubumuntu Iman izimuh umugish 🙏🙏
@orlankevyirambona4720
@orlankevyirambona4720 Год назад
Ntakoo adakora kbs
@orlankevyirambona4720
@orlankevyirambona4720 Год назад
Mercii Yagoo🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾
@elianusmiburo2483
@elianusmiburo2483 Год назад
Nn yago numunyarwanda?
@fredymuhire9941
@fredymuhire9941 Год назад
Ndatunguwe sana Muziko ntarinziko Iyindirimbo Ariyu murundi?? Abatunguwe nkajye Ni bande? Iyindirimbo ni nziza cyane mureke dunshyigicyirane 🇷🇼🇧🇮
@Evra800
@Evra800 Год назад
Abarundi aho turi hose tumenyane,kandi duteze imbere abaririmvyi bacu ❤ from USA 🇺🇸
@habibi5688
@habibi5688 Год назад
Abarundi mukunda yago mikono juu✌️✌️🥰🥰🇧🇮🇧🇮
@chantalalia4811
@chantalalia4811 Год назад
🙌🙌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@rihannafansofficial363
@rihannafansofficial363 Год назад
🙌
@donnar3790
@donnar3790 Год назад
Mow'kanzie is a real vibe, i like her positive attitude😘
@user-xj8nf2gt7w
@user-xj8nf2gt7w 10 месяцев назад
Numvise noshirako iyindi comment kl: mufise amajwi meza kl, votre duo est parfait !❤
@frank-gadmanirakiza4854
@frank-gadmanirakiza4854 Год назад
Shoutout to you Yago you’re a very hard worker my guy thank you to push far our Burundian entertainment 🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲
@khadijadonna
@khadijadonna Год назад
Dramat ndemwemera niba umwemera ma like
@marceaundayizeye1000
@marceaundayizeye1000 Год назад
Guys know that you will always have good critics and bad ones rero don’t focus on bad or good keep going on…All of them are your fans
@madozoe3161
@madozoe3161 Год назад
Wow😍 ikiganiro kiraryoshe cane👍👏 thank u soo much Yago❤🇷🇼🇧🇮
@iyiziresandra1589
@iyiziresandra1589 Год назад
This was so cute to watch. You guys like each other but you’re trying to stay professional ❤️❤️❤️❤️
@kanezasoso5878
@kanezasoso5878 Год назад
D&M❤️❤️❤️🥰❤️Nimwitampolize Maze 🥰🥰 Ndabakunda ❤️ mubirimw nezaa 🥰🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪 Ubundi YAGO Ari Burundi 🇧🇮 Love you YAGO 🥰🇧🇮
@hollanddutch-day
@hollanddutch-day Год назад
My people from Burundi and Rwanda Big up love from Cape Town
@calixtesindayigaya1999
@calixtesindayigaya1999 Год назад
Yagoo ndumva ikirundi wakimenye kabisa.big up kuraba ba jeunes artistes bacu
@yvesnduwayezu
@yvesnduwayezu Год назад
We yagooooo wamufana adata connection💞💞💞💞 Abobantu baranyica barikumwe na yago wanje💞💞💞💞 Baransazaaaa Yago iburundiii🇧🇮🇧🇮🇧🇮💞💞💞💞🇧🇮🇧🇮🇧🇮💞💞
@luckyonek5336
@luckyonek5336 Год назад
Ababonako mow Kenzie arı umwana yu gurutse mumutwe ampe like
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 Год назад
Cane ararenze nda❤
@stephaniegirukwishaka6974
@stephaniegirukwishaka6974 Год назад
Wapiiii
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 Год назад
👍👍👍👊👊👊❤❤❤✍ Thx yago gutumira Abana ba Ntare Drama and Mona i love you guys muratesa ikiganiro canyu ndakuravye cose nimwi Tamporize 🎧🥁🎸from🇿🇦
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 Год назад
Mona&Drama-T❤turabakunda cane Yagoo weeee mubicu cane uraruenze🔥🔥
@nihezagiresandrine4329
@nihezagiresandrine4329 Год назад
Yago we love you so much 🇧🇮♥️
@marieglorianzeyimana
@marieglorianzeyimana Год назад
Yaho turagukunda rata♥️kutuzanira bby killer Dramat n'a Mo'w kanzie vrt i'm so happy,couple yabo ira muchinga sana.ndabakunda
@umuhozadiane5253
@umuhozadiane5253 Год назад
Abarundi Aho bava bakagera barasetsa kd biraryoha kubumva uwomukobwa ndamukunda cyne kd na Drama T afite impano🔥😍🙌
@claudineuwizeye871
@claudineuwizeye871 Год назад
Madam nanje ako ndayiraba sinogaharura courage Drama 🥰🥰👌
@BarthelemyBARUTWANAYO-sd3oo
@BarthelemyBARUTWANAYO-sd3oo 3 месяца назад
Drama T Hit yunge Bdi.Je ndagu Fana depuis le Jr nakubwiye ndagukeneye umbwira Nyak3, 9-15 Narazungurutse sinagutoye.Uravyibuka?Reo mwe n'a Mona....Guyane ariko ba Pausé kuko Mona Aragukunda cane; knd yumvise ko UMUKUNDA bimurwa neza.Ndirimba Gospel ark Big up.Momo nanje ndagukunze uzicuri
@nduwimanaangelique7472
@nduwimanaangelique7472 Год назад
Nukuri courage Mona and Drama T ariko mubaye couple vyobavyiza ndabakunda pe murashimishije
@umubyeyicarmen9238
@umubyeyicarmen9238 Год назад
Man ABA bana barashimishijeeeeeeee iyuuuuuuu🤭🤭🤭🙌🙌🙌🙌❤️❤️❤️bari fun ,bararyoshyeeeee ,nibwo bwambere nseka ikiganiro gitangiye mpaka kirangiye,en tous cas vraiment yago thank you very much 🙏
@Ndejuru
@Ndejuru Год назад
i like how this girl is so good
@RealThing940
@RealThing940 Год назад
He has a Super Natural Talent
@edenrugomana5791
@edenrugomana5791 Год назад
Nimba mubona ko drama-t can't spend one hour without kutouchinga monna😂😂 muzamure intoke🙌🏽🙌🏽😂
@elysetuyishime9969
@elysetuyishime9969 Год назад
Thank you yagoo we love you so much from burundi
@gisele1222
@gisele1222 Год назад
Itamporize ninziza pe nanjye nayikunze ntasanzwe nkuzi nayumvise abantu bayiririrmba njya kuyishaka kuko ari nziza, nuyumukobwa azi acting
@paybeats4322
@paybeats4322 Год назад
😂😂😂 @Mona Sinahora ndamwemera but now sinzi ndagukunzee guma muduha show🙌🙏😍 love u guyz🇧🇮🇧🇮
@albabrowndushime
@albabrowndushime Год назад
One Love From Kinindo 🇧🇮 Bujumbura
@lionelarakaza1238
@lionelarakaza1238 Год назад
Nkumuntu yize ibijanye ninyifato biboneka k Drama T na monna ari abagenzi bayaga twose🤙🏼🤙🏼🤙🏼 m uravye Monna yisanze murukundo kW Drama T KK agerageza kurondera son attention m Drama sihari 🤷🏽🤷🏽 kk Mon na aguma araba Drama Donc elle n'est pas concentre sur l'émission m yatwawe na Drama. Abagenzi rr ba Monna bahige moyen bamufashe ukuntu vyova mukijama bakaj murukundo KK biraboneka kwarivyo vyipfuzo vyiwe✌🏼
@salima7729
@salima7729 Год назад
Mbega kiganiro ciza♥️♥️♥️🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@kabosskdn2202
@kabosskdn2202 Год назад
yago turagufana I Burundi u re so humble
@jeanvyamungu5821
@jeanvyamungu5821 Год назад
I adore your clip video, l encourage you to go ahead ❤. God bless you
@itanganezadondivin4416
@itanganezadondivin4416 Год назад
Ivyo abantu bavuga nuburofa gus baby killer ingoma iraruenze sn wallah kandi music 🎵🎶 irabikwiye CN gose Kandi nazi vuews ifise ntizikwiriye bivanye nukwirenze Jew ahanje narinshaka Yuko kumunsumwe yari kurara kuri vuews 400k ahanje nivyo nashaka vraiment xo my big brother Mr baby killer respect sn bro ❣️❣️❣️❣️❣️❣️❣️❣️❣️❣️❣️🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵🎵👌👌👌👌☑️☑️✅✅✅✅🇧🇮🇧🇮🥰🥰❣️❣️
@molerorodrigue1395
@molerorodrigue1395 Год назад
Muz Amakur yar nanse guseka arik Drama aransekej ngo Mow ashobora kuba yamuvugisha yamwunviye impuhwe mpise nseka from Burundi
@itanganezadondivin4416
@itanganezadondivin4416 Год назад
Yago ndipfuza kutera imbere Kuko ufise umutima mwiza bro
@igiranezabebe-vn8ot
@igiranezabebe-vn8ot Год назад
I want a guy to look at me the way mona look at drama🥺😍
@niyokwizerajean
@niyokwizerajean Год назад
I'm here dear!!
@Shaffolivier7612
@Shaffolivier7612 Год назад
Woooww this Guyz are mad😂 Ur boi #Drama-T shout out to y'all🔥🔥🔥Itamporeze ❤ He's Gud Gud Guy men👏🔥
@billyveritebuntu-pg6us
@billyveritebuntu-pg6us Год назад
#yago hejuru cyanee 😁🇷🇼🇧🇮🇧🇮🇷🇼 #one love from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮✌️ #visit Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮✌️
@stevokama914
@stevokama914 Год назад
Abarundi ndabakunda from Rwanda 🇷🇼
@majedalotaibi9350
@majedalotaibi9350 Год назад
Natw turabakund cn
@stevokama914
@stevokama914 Год назад
@@majedalotaibi9350 urukundo nurwambere mugabo
@olivemauwa2877
@olivemauwa2877 Год назад
Natwe turabakunda cane🇧🇮🇧🇮
@gazenshrepali5326
@gazenshrepali5326 Год назад
Biraryoshe kuraba mur together i was like ooh my god 🥰🥰🥰🥰
@fabricendayizeye2019
@fabricendayizeye2019 Год назад
Wao, vibe duel Moz na Drama 🔥🔥🔥. Thnx Yago for your support
@nininahazwedonavine3349
@nininahazwedonavine3349 Год назад
Muterimbere bana b'I Burundi muri beza ❤❤❤ Yago hejuru cane
@Giso13
@Giso13 Год назад
Drama t vraiment 👌👌mona icyo mukundira avugisha ukuriii madame irarenze ntandirimbo yiburundi uyirusha
@espeemanii
@espeemanii Год назад
Ego vraiment
@itanganezadondivin4416
@itanganezadondivin4416 Год назад
Mercii kutuzanira abantu dukunda cn my bro baby killer mwena mow kanzie ndabipfuriza iterambere kandi CN kandi imana ibahe umugisha kbx
@gisele1222
@gisele1222 Год назад
Naragukunze wamukobwa we, uzi acting kbsa bayikurekere❤
@bibakumanajeandedieu1162
@bibakumanajeandedieu1162 Год назад
Njye nkunda abarundi uko bakomeza kuvuga bashiramo Mugabo..😍 Umukobwa anyeretse amarangamutima angana uku sizanamuca inyuma ….the grl love the boy heavy✌🏽
@Sixelaflo1908
@Sixelaflo1908 Год назад
Ako ka red flag 😂😂I felt in lv with the song not you🦯✔️Monnaaaaaa 🤲🤣😍😍super proud ma people outta there
@vyosedieudonne572
@vyosedieudonne572 Год назад
L0
@vyosedieudonne572
@vyosedieudonne572 Год назад
L 0
@vyosedieudonne572
@vyosedieudonne572 Год назад
0 L0 L0
@floflokanya3512
@floflokanya3512 Год назад
Hahiye Kwa papa inyogo weeee!!!!! Reka ntere akabuno!!!
@orlankevyirambona4720
@orlankevyirambona4720 Год назад
Iyii émission iraryosheee kbs Muduhayeee show🔥 Mow kanziee mercii😍
@claudebahende8520
@claudebahende8520 Год назад
Murakora mpaka ndabikundira mwirambire gose 🙏🙏🙏
@user-rp8mk5ek8d
@user-rp8mk5ek8d 8 месяцев назад
Vraiment vous etes agreeable ❤❤❤
@schollaschol3948
@schollaschol3948 Год назад
Love you so much my brother Yago ❤❤❤❤❤
@jajakajaniri5813
@jajakajaniri5813 Год назад
Iconovuga yago Iman ikomez kumuzigama so monna wew barakugirira jaruzi Sana non burya niwew wasohoy music wambaye kurya wenyen nihatar jewe ndakwikundira🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼 mukomeze guterimber🔥🔥🔥🔥🔥🙌🙌🙌
@murengefiacre5661
@murengefiacre5661 Год назад
Murakoze cne kbsa kuduha aba Bantu ndabakunda cne.Drama T uwo mwana barakwiranye kand bari Hit.
@Hi5392
@Hi5392 Год назад
45:26 😂😂😂😂😂😂😂😂Mona nkunda ukuntu uri honest 😁
@zeguetchalu5126
@zeguetchalu5126 Год назад
Love from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@nourdinecherif-do6yi
@nourdinecherif-do6yi Год назад
I Was like wooow mukundany vyob vyiza gusumb muraberany Mona tu a raison, drama aberanye niyo taille yawe
@aimeesandrineuwimana2146
@aimeesandrineuwimana2146 Год назад
Yago thank you 🔥🔥🔥🔥🔥🔥love from Burundi 🇧🇮
@habonajeanwillon3336
@habonajeanwillon3336 Год назад
Kenya Akuna matata It's Amezing song inapendwa Sana
@johnfleurybigwiss3104
@johnfleurybigwiss3104 Год назад
This show👌 yago njye ndakwemera cane gose kukuntu witaho umuziki wahano iwacu
@WIZZOMEDIATV
@WIZZOMEDIATV Год назад
Good news Exclusive 🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@mushondaoliva1475
@mushondaoliva1475 Год назад
Ndasavy drama t na namon warda baze babumwe🥰🥰🥰🙏
@philbertbapfumukeko5438
@philbertbapfumukeko5438 Год назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 The best interview ever
@costantinimpore7261
@costantinimpore7261 Год назад
Wow I really like u man 🇷🇼&🇧🇮 💚 music 🔥
@uwimanaange3210
@uwimanaange3210 Год назад
Abarundi mbakunda kubi cg birenzepe bega abana neza😂😂😂
@floflokanya3512
@floflokanya3512 Год назад
Abansi ba Yagooo ni bantamporizeeeeee
@jeankaribwami1815
@jeankaribwami1815 10 месяцев назад
Proud of you guys❤❤❤❤❤❤
@germainenahimana3465
@germainenahimana3465 Год назад
We love you Drama T and Monna ❤
@orlankevyirambona4720
@orlankevyirambona4720 Год назад
Kanziee gusa kujamwoo vyatumyee song iba iya danger🔥🔥
@skybingabireyimana-vz1xd
@skybingabireyimana-vz1xd 8 месяцев назад
Good job Dram t❤
@gabrielndayisaba366
@gabrielndayisaba366 Год назад
Sha ukuntu mwiyumvanamwo muri mu rukundo tu. Si ubugenzi gusa. Iyo muri 2 atawundi nibaza ko haaaa
@Johnsonofficial425
@Johnsonofficial425 Год назад
Ako kanyuma niko kabi ngo #Ahez'atevye 😃😃😃 yeah we like emission so much, go ahead #yago
@aristidengabirano8160
@aristidengabirano8160 Год назад
Yago n Daramati 🥰✨
@hm9ilvevo446
@hm9ilvevo446 Год назад
The whole vibes💥
@ndayiragijecynthia9170
@ndayiragijecynthia9170 Год назад
😂😂😂murantwengeje. Je suis fan de vous 🇨🇵🇧🇮
@bizimanajeanabia6514
@bizimanajeanabia6514 Год назад
Yagoo one love ndakwikundira foo kbs kurukundo ugire komeza uko broo
@beatricenizigama
@beatricenizigama Год назад
Ewana nciyenja kwitamporiz mazeu yago Big up sana kbx Mona & Drama hejuru cne mubandany mutwika
@kushdaily
@kushdaily Год назад
LOVE from burundi mugabo😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀
@user-mc4tx2ym6v
@user-mc4tx2ym6v Год назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Ibaze
@patiencent4467
@patiencent4467 Год назад
Love from 🇧🇮👊💪
@armanditka1145
@armanditka1145 Год назад
Yago u 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 burag fana kbisa
@hosewebtv77
@hosewebtv77 Год назад
Iki kiganiro gitumye nsubira kuja kuraba itamporize kubaraba
@aimeesandrineuwimana2146
@aimeesandrineuwimana2146 Год назад
Uwumvise ko Monna yaririmvye Deese andamutse ... Abaririmvyi tumenyan😭🤣🤣🤣
@isidorendayisaba4611
@isidorendayisaba4611 Год назад
Yago wakoze cane kutuzanira Drama Monna bacu ,ubandanye utera imbere yago🇧🇮🇷🇼
@linda_ma
@linda_ma Год назад
U can never convince me that monna wasn’t high or drunk in this interview 😂😭😭
@user-xo9nh1ow9v
@user-xo9nh1ow9v 8 месяцев назад
Drama t is one of the greatest artist in Burundi.
@shemaangel2571
@shemaangel2571 Год назад
Thanks hun for the last
@talentwisemedia3330
@talentwisemedia3330 Год назад
Terimbere Abana bigihugu drama and Mona warda love❤From Talent Wise Media
@excellentyamuremye5079
@excellentyamuremye5079 Год назад
Keep going on baby killer our favorite ✌️✌️
@bruceabayisenga6121
@bruceabayisenga6121 Год назад
Abemer ko Drama T arenzeee tia like❤
@fuboykutakuta1013
@fuboykutakuta1013 Год назад
I like this intervieu it's was so delighted
@maniragabaeric1558
@maniragabaeric1558 Год назад
Yago sha afise umutima mwiza gusa dramat naw ararenze
@parfaitkalemela8733
@parfaitkalemela8733 Год назад
Much respect abana ba Bja 🇧🇮
@irakozefatma9920
@irakozefatma9920 Год назад
Yago hejuru canee🤗🤗🤗 karibu iburundi
@darleneniyukuri7719
@darleneniyukuri7719 Год назад
Nkunze ukuntu 🤗 amubwiy ngo I love you 💋 maze jtm ❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏 bcp
Далее
Isimbi Dee feat. Drama T - XLOVE (Official Video)
3:15