Тёмный

DRC: Hatanguye Kumvirizwa Urubanza rw'Abagirizwa Kudeta 

Radiyoyacu VOA
Подписаться 56 тыс.
Просмотров 254
50% 1

I Kinshasa muri Republika ya Demokarasi ya Kongo hatanguye kwumvirizwa urubanza rw'abantu bagera kuri 50, bagirizwa kuba baragize uruhara muri kudeta yaburijwemwo mu kwezi kwa gatanu.
==
Ijwi ry’Amerika (VOA) ni cyo kigo cy’Itangazamakuru mpuzamahanga kinini cya Leta zunze ubumwe z’Amerika. Gitangaza amakuru mu ndimi zirenga 40 ku bantu bagera kuri miliyoni 237. Ijwi ry’Amerika rikora amakuru n’ibiganiro byo kuri internet, televiziyo na radiyo. Biroroshye kugera ku makuru y’Ijwi ry’Amerika ukoresheje telefoni igendanwa no ku mbuga nkoranyambaga. Amakuru yayo kandi agera kubayumva hakoreshejwe satelite, ku mirongo ya FM, n’imirongo migufi ya SW, kandi amakuru yayo akwirakwizwa ku yandi masitasiyo ya radiyo agera ku 3,000 dufatanya.
Kuva muri 1942, Ijwi ry’Amerika ryiyemeje gutanga amakuru acukumbuye kandi yizewe kubayumva. Mu gihe cy’intambara ya kabiri y’isi, intambara y’ubutita, mu ntambara yo kurwanya iterabwoba ku isi hose, no mu rugamba rwo guharanira ubwisanzure hirya no hino ku isi muri iki gihe, Ijwi ry’Amerika rikomeza ritsimbaraye ku mahame y’itangazamakuru ryigenga.
Uko wakumva amakuru n’ibiganiro byacu.
SURA URUBUGA RWACU: www.radiyoyacuvoa.com
KUNDA URUBUGA RWACU RWA FACEBOOK: / radiyoyacuvoa
DUKURIKIRE KURI INSTAGRAM: / radiyoyacuvoa
DUKURIKIRE KURI X: / radiyoyacuvoa

Опубликовано:

 

6 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 3   
@user-xe4zo8mc6m
@user-xe4zo8mc6m Месяц назад
Turikumwe 👍
@user-xe4zo8mc6m
@user-xe4zo8mc6m Месяц назад
Turikumwe
@richardburundi3090
@richardburundi3090 Месяц назад
None bashak ubutungane bwagute ko numwana yoruca
Далее
Unilever: Why is it being boycotted? #BrandSins
13:05
Просмотров 112 тыс.
This Stop Motion is Insane
00:39
Просмотров 8 млн
When A Gang Leader Confronted Muhammad Ali
11:43
Просмотров 3,6 млн
Mapping the Trump Shooting
6:12
Просмотров 14 млн