Тёмный

Evariste Ndayishimiye, Umukuru w'Igihugu ati : "Nta bujuju buruta kutamenya ubujuju bwawe" 

Indundi TV
Подписаться 277 тыс.
Просмотров 52 тыс.
50% 1

#diaspora_news |Umviriza ivyo Umukuru w'Igihugu #Evariste_Ndayishimiye yakoreye #Urwaruka
Ibindi biganiro aha musi
• Perezida Evariste Nday...
• Ng'uku uko umukuru w'i...
• Perezida Evariste Nday...
• Ng'uku uko umukuru w'i...

Развлечения

Опубликовано:

 

30 авг 2022

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 69   
@rukoranyangabo9128
@rukoranyangabo9128 Год назад
Nsigaye nkunda uyu mugabo cyane....🇷🇼 Kandi mukundirako atagiraga ihonyabwoko. Abamurwanya bamuhe amahoro yubake igihugu.
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 Год назад
Kabisa.
@fabricesemahoro6679
@fabricesemahoro6679 Год назад
Abagwaye cancer yamacakubiri nabapfapfa nibo bamwanka nayo abafise ubwenge bwimana bumurikiwe tuzi neza ko abarundi twagiriwe ubuntu kubwuyu mu president! Nzohora ndamusengera kugira Imana imurinde imbere ninyuma!afise umutima uboneye kandi niwo Imana yishimira !🇧🇮🇨🇦❤🙌
@fabricesemahoro6679
@fabricesemahoro6679 Год назад
Aho kugufasha abiwacu bishinga batukana gusa!
@mayaciza8337
@mayaciza8337 Год назад
En fait notre président est un vrai entrepreneur..il a un mindset extraordinaire. Turaje kubafasha igihugu gitere imbere. Iyo ni formation atanze Kandi gratuitement. Ce qu'il dit vaut de l'or. Merci d'inspirer la jeunesse n'aba'di baribihebuye. Tout est possible
@fabricesemahoro6679
@fabricesemahoro6679 Год назад
Tu as raison👍👍 ariko wamuco mubi wokwikwega , nogucritika niwo utuma batamwumva balishinga gutukana gusa. Muzomwifuza mutakimufise!
@habonimamartin2417
@habonimamartin2417 Год назад
Ndubatswe cane ninyigishozawe ntahuye vyinshi bintwaye ahandihantu,komeza utwigisha nyakwubahwa🙏🙏🙏
@user-di7tc9gq7m
@user-di7tc9gq7m 2 месяца назад
Mutam nibareke yitwarire pe
@Nkotanyi1990
@Nkotanyi1990 Год назад
Nice President Urincyabwenge Mr Nyakubahwa Abantu Ntitwunva
@Mkrist
@Mkrist Год назад
Le Burundi a été béni de t’avoir. Uri umugisha ku Burundi, mon Président.
@jeanboscondikumana8489
@jeanboscondikumana8489 Год назад
Murakoze Nyakubahwa Umukuru w'Igihugu cacu c'Uburundi ,twebwe urwaruka ubujuju dufise n'ubwo mumitwe yacu,ubwo nabwo kugira butuvemwo bisaba inyigisho zoguhozako. Murakoze.
@fafapraiseofficial
@fafapraiseofficial Год назад
Respect nyakwubahw nukuri inyigisho zawe ni Nzima Imana ikwagurire vision kandi ikujimbere mu mabanga yakujeje
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 2 месяца назад
Ndayishimiye yubahwe❤❤❤❤
@wamupepe5301
@wamupepe5301 3 месяца назад
C'est un bon entrepreneur, bravo. Travaillez avec lui dans la DISCIPLINE mweee Burundi. Muretse l'indiscipline kubakuru banyu . Muretse za mayeri
@IMPANOTVUG
@IMPANOTVUG Год назад
Urakwiye kuyobora kabisa ndakwemera
@daniellagatavu7026
@daniellagatavu7026 Год назад
Respect to you excellence
@jeshi4988
@jeshi4988 Год назад
Numva ngomba guhura nuyumuntu kabsa 🙌🙌
@user-no5yl9zd2t
@user-no5yl9zd2t Год назад
❤❤❤
@user-wz9rj7cp1x
@user-wz9rj7cp1x День назад
Urumuntu wumugabo ❤
@NIKIZA96
@NIKIZA96 Год назад
Prezida nyenicubahiro , uriko urabangamirwa nabategetsi mukorana kuko igihugu kiracafise vyinshi kibura kandi abanyagihugu basigaye bababaye cane , busabwa ubanze ukuremwo ibinebwe nibihemu mubutegetsi . Kugira amatora azobe igihugu kiri kumurongo si non muzobura amajwi.
@kwizeraalain2322
@kwizeraalain2322 Год назад
Mwodufash ah tukirab ico kiganiro cose👏
@wamupepe5301
@wamupepe5301 3 месяца назад
👏👏
@GoodNewsFoundation
@GoodNewsFoundation Год назад
Jewe ntabwo navukiye burundi kandi ntabwo ndagaba ariko mvuze ukuri uwunutama wacu PRESIDENT w’uburundi numukozi vyukuri kandi abarundi bari hanze no mugihugu dukwiye guhaguruka tukamufata mumugongo mukwubaka igihugu cacu…. Nukuri naho USA 🇺🇸 itunze kandi arigihugu gikomeye ntabuzi gifise Bwa reta bwokwira abahejeje amashure bose ahubwo abenegihugu iyo bahejeje amashure bavayo bafise ubwenge bwo kuzana ubuzi muri communities … tuje hamwe dufatane munda mugukomeza amahoro nubumwe mugihugu kandi dukorane na mutama wacu PRESIDENT…nukuri n’intwari kandi tumufashije igihugu cacu kizotera imbere
@jamesnduwimana5580
@jamesnduwimana5580 Год назад
ndi mu bambere nurugamba nzomufasha kurugwana
@nininahazwedonavine3349
@nininahazwedonavine3349 Год назад
Bite mutama amani mwonkundira mukanyagisha konumva murabantu bazima mwoba mukoze
@bostonbaster2147
@bostonbaster2147 Год назад
Nivyo kweli urumuntu Muzima
@GoodNewsFoundation
@GoodNewsFoundation Год назад
@@nininahazwedonavine3349 komera mwene data
@akhousesolutionsltd9433
@akhousesolutionsltd9433 Год назад
Ndakwemeye
@megaccebdi
@megaccebdi Год назад
Turamushimiye Nyakubahwa ingene ariko ashigikira urwaruka, natwe ibikorwa vyacu turabonako turiko tuja imbere dufatiye kunyigisho aduha
@vianneyvivi9457
@vianneyvivi9457 Год назад
Uyu musaza aranyish NGO uyu mujanja ndk !!
@jeanmarie6736
@jeanmarie6736 Год назад
Komera Mutama narabibonye ndaye iwawe NDI Maître jean Marie muri Asia
@user-vf6qf1tb8w
@user-vf6qf1tb8w 15 дней назад
😢😢😢😢😢
@pascalngabonziza2978
@pascalngabonziza2978 Год назад
KOMERA Président
@jeanmanirakiza4082
@jeanmanirakiza4082 Год назад
Nyene Iteka Uvuga neza caaaane
@EmmanstonNsengiyumva
@EmmanstonNsengiyumva Год назад
Urise Barundi koko impanurozaw wubahwe
@nivyimanacelestin8247
@nivyimanacelestin8247 Год назад
Mugihe turimwo uyumutama arakunda igihugu nabarundi vrt
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
🎩 Patriotismo
@donatienbavuma3250
@donatienbavuma3250 Год назад
C'est une formation gratuite.
@inezabrunel8374
@inezabrunel8374 Год назад
EGA ubwira abatumva bazi ngo bazaguma biba igihugu
@elsaal3016
@elsaal3016 Год назад
Komera ivyivuga nukuri
@richardkwizera9962
@richardkwizera9962 Год назад
Neva Wubahwe Ivyonivyo
@herahonyene4163
@herahonyene4163 Год назад
Vrm imbere ni heza cane
@KEREBUKATV1
@KEREBUKATV1 Год назад
Mpaka menye kworora ibizinu
@IMPANOTVUG
@IMPANOTVUG Год назад
Urwaruka duhaguruke dukore dutezimbere igihugu
@deonshimirimana5723
@deonshimirimana5723 Год назад
President uvuga ukuri,arik tangura uhane uwutubahiriza ivyo mwavuze,uwutubahiriza amategeko wanshinze ,ibindi bizoca vyikora pee
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 Год назад
None mw'iterambere ,abanyagihugu ntibambara ibirato? Kuki ntarabona Leta mu Nurundi ihimiriza abanyagihugu kwambara ibirato?
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 Год назад
Jewe ndipfuza kuza mugihugu canyubarutse,ndagiheruka nkirumwana icenda numunani intambara imaze kumpeza ko abanje bose,nkabona samuragwa wigihugu cacu ciza cuburundi,president wacu imana igume igukingira basumirinda ikingire uburundi nabarundi bose.
@jeromesindibutume5638
@jeromesindibutume5638 Год назад
Twebwe ntiturashikirwa natwe ngutwigishe nyakubahwa president
@ireneentirandekura7395
@ireneentirandekura7395 Год назад
Ivyiyumviro birashe burya nasanze vyose ari mumutwe
@pascalmanirambona9201
@pascalmanirambona9201 7 месяцев назад
Umwami Salomon yazutse
@aronhabarugira6646
@aronhabarugira6646 Год назад
Wwubahwe mutama ukwanka akwandureko mutama
@entrepreneuriatrecherchesetcon
C est ce qu on appelle l incompétence inconsciente.
@gatekaisrael2706
@gatekaisrael2706 Год назад
nukuri niwubawe kuko uduhimiriza gukora tumenye yuko leta Ari yabose bareke gukuma baboshe amaboko
@Chadracknduwayezu
@Chadracknduwayezu Год назад
Komera mutama wamateka
@dieu-aimekubwimbabazi8329
@dieu-aimekubwimbabazi8329 Год назад
wavuga nutuvure
@manirafashaodette9006
@manirafashaodette9006 Год назад
Irebere ibintu byatuma ugaragara neza👍🙏 ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-tiIxDCzwuwI.html
@emmanuelbaribarira1381
@emmanuelbaribarira1381 Год назад
Ikibazo nuko abantu nkaba baca babarenganya ntibabandanye vision Kubera abarundi ntibipfuza umuntu atezbere bene burundi babandi babi baca bamugirira nabi
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 Год назад
Bazotsindwa niyabaremye.
@astelbigirimana1348
@astelbigirimana1348 Год назад
.ĺpm
@richardnininahazwe1706
@richardnininahazwe1706 Год назад
Ivyuvuga nukuri kuzuye kabisa knd ndagushikiye kizigenza wubahwe ariko Abantu bakora magendo ntamwana nikinono hana utaravye ukuboko nukuguru ana jeune nabo mwige kwibako ntakazi kareta
@lilpaff93
@lilpaff93 Год назад
Wew mutama raba ukuntu wogurisha igihugu ,utugaburire kiramuntu amenye iyajya 🇧🇮
@kjbktjb5877
@kjbktjb5877 Год назад
hhhhh yewe ga shaaaaa
@kitostaseverin2727
@kitostaseverin2727 Год назад
Ivyiyumviro vyawe birashaje pe!
@Jirhley
@Jirhley Год назад
Turagushimiye kuri ico ciyumviro kiboze
@kubwayojeremieimmer9957
@kubwayojeremieimmer9957 Год назад
Fake speech
@Vivi-hk8yc
@Vivi-hk8yc Год назад
@@Jirhley Imana yarakoze caane yaduhaye umuvyeyi akunda igihugu n'abakibamwo. Tumusabiye kuramba.
@kantaramaliliana4861
@kantaramaliliana4861 Год назад
Biteye ubwoba yafunzwe azira gukundana numuzimu ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-h3hNnaZ1fn0.html
Далее
ПОДВОДНЫЙ ГЕЙМИНГ #shorts
00:22
Просмотров 1,3 млн
Как без этого..😂
0:15
Просмотров 1,1 млн
🍁 Экскурсия года
0:19
Просмотров 1,7 млн