Тёмный

Prezida NEVA arahanura abarundi na cane cane indongozi kuvavanura n'ingeso yo kwiba itunga rya reta 

Mashariki TV
Подписаться 293 тыс.
Просмотров 27 тыс.
50% 1

Umukuru w'Igihugu arahanura abarundi na cane cane indongozi kuvavanura n'ingeso yo kwiba itunga rya reta. Mu mwiherero yagirishije abegwa n'igisata c'idandazwa ry'isukari mu Burundi, prezida Evariste Ndayishimiye yagize ati: Abarundi dufise ingeso mbi yo gukunda "mangement". Ukuye umwe, uwo umusubirije aza asumvya na wawundi, yihutira kubaza ngo ndabira yahora arira he?...Dushaka gukira iyo "mangement" tuyivemwo".

Опубликовано:

 

31 авг 2023

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 23   
@Catherine-dv3qo
@Catherine-dv3qo 10 месяцев назад
Good president❤
@mdmn8160
@mdmn8160 10 месяцев назад
Papa Burundi ❤
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 10 месяцев назад
Imana izoze irabamaraza ivyobisuma siko papa burumdi
@user-cu4qw7fb3v
@user-cu4qw7fb3v 10 месяцев назад
Haaa.ahobamwunva.nabii.abonyene.birikumwee
@KennyNgabirano-qf6rb
@KennyNgabirano-qf6rb 10 месяцев назад
Niwubahwe Mutama
@cizamagdalenamotherofmercy8334
@cizamagdalenamotherofmercy8334 10 месяцев назад
Turwanye ibimangema vyose 😊😊😊
@user-ns4kp4cc9m
@user-ns4kp4cc9m 9 месяцев назад
Muraraba rero Président Bagaza mumwitirire basi n'akayira k'ikirundi kuko yari umukozi!
@fildeniragira3029
@fildeniragira3029 10 месяцев назад
Iyoba Bose bobaye nkawe Muvyeyi uburindi bwobaye pradiso uratwitangira cane👏
@kingbilal8318
@kingbilal8318 10 месяцев назад
Uravuze ijambo kbs 💪💪💪
@user-cu4qw7fb3v
@user-cu4qw7fb3v 10 месяцев назад
Imanimurinde.ntibazomuhe.isumuuu.aritanga.ukobishobokaa.igihugu.gitohee
@eustachekinyogoto
@eustachekinyogoto 10 месяцев назад
Mon Président, je n'ai aucune raison d'aimer le Président Bagaza de par sa politique régionaliste et clanique qu'il a érigé comme mode de gouvernance, mais les oeuvres qu'il a réalisé pour la partie méritent qu'il soit au moins appelé héros du développement
@havugimanaalexis324
@havugimanaalexis324 10 месяцев назад
❤❤🙏🇷🇼
@nauzanauza-sm2gf
@nauzanauza-sm2gf 10 месяцев назад
Babwire sebarundi izontumva zishima ibipfa
@nathanaelnihorimbere2463
@nathanaelnihorimbere2463 11 месяцев назад
Mangement nukuyituza nkuwutuza umugera wa Corona
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 10 месяцев назад
Papa imana ikuzigame iguhe imigisha
@user-hc7xl8pe7t
@user-hc7xl8pe7t 10 месяцев назад
Urababwira mutam wanje
@nsengumuremyiofficial9815
@nsengumuremyiofficial9815 10 месяцев назад
Barundi uyu my president mumukunde kuko azabageza aheza pe
@guillaumehabarugira
@guillaumehabarugira 10 месяцев назад
"Mangement"?
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 10 месяцев назад
Monsieur le président le pays doit être dirigé par la loi . Parler ,conseiller ne servent rien aux Barundi,si quelqu’un transgresse la loi ,que la justice soit rendue.
@JeanMarieMBONYINGINGO
@JeanMarieMBONYINGINGO 10 месяцев назад
Mutama guma ubabwira vrm
@ibinyoma8067
@ibinyoma8067 10 месяцев назад
Il faut punir les détourneurs
@Ingarukatv
@Ingarukatv 10 месяцев назад
Korakora mutama wacu niwe duhanze amaso
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 10 месяцев назад
Wababwira nuko tamatwi bafise
Далее
QVZ PREMYER LIGA
00:18
Просмотров 1,6 млн
Как вам наш дуэт?❤️
00:37
Просмотров 235 тыс.
CLANCY 🦞 Operation Squid Ink (New Animation)
00:58
QVZ PREMYER LIGA
00:18
Просмотров 1,6 млн