Тёмный

Gufata abakenyezi ku nguvu kwarakoreshejwe nk’ikirwanisho kuva mu mwaka w’2015 (MFPPS) 

Tele Renaissance
Подписаться 114 тыс.
Просмотров 284
50% 1

Igitigiri kinini c’abakenyezi n’abigeme baraborejwe igufa bongera barashurashuzwa ku nguvu na bamwe mu bo mu nzego za leta n’Imbonerakure kuva mu mwaka w’2015 mu Burundi. Ivyo vyemezwa n’umukuru w’umuhari w’abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano mu Burundi. Umushingwamanza Jeanne d’Arc Zaninyana ababazwa n’uko abakorewe ayo mabi, benshi baciye bahunga igihugu mu buryo budashemeye, akababazwa kandi n’uko ubutungane mu gihugu butigeze bugira ico bukoze, kandi ababakoreye ayo mabi bazwi.

Опубликовано:

 

29 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 3   
@nyandwiremy5938
@nyandwiremy5938 3 месяца назад
Ivyobindi Biraryoshe ntaguhana uwurongoye
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 3 месяца назад
Amayeri n'ububeshi bw'abahima n'abatutsi vyarashaje cisha make mubane neza n'abahutu.
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 3 месяца назад
Ubwo ntasoni na nkeya ugira uziko abatutsikazi benshi batunzwe n'abahutu n'imbonerakure. Ahubwo bwira abatutsikazi bahukane n'abahutu babirwe n'abasazabanyu b'abatutsi n'abahima
Далее
"Ubwoko ntibwari kumbuza gutwara umugore nkunda"
8:06
Runyota na Inámujândi bokwitwa incungu z'Uburundi ?
8:26
▼ КАПИТАН НАШЁЛ НЕФТЬ В 🍑
33:40
Просмотров 346 тыс.
Uburundi mu gikombe c'isi : birashoboka ?
7:29
Просмотров 9 тыс.
Burundi : Mwezi Gisabo, umwami atigeze yoroherwa
5:33
Просмотров 2,5 тыс.
▼ КАПИТАН НАШЁЛ НЕФТЬ В 🍑
33:40
Просмотров 346 тыс.