Simbizi wa Semavumba ati : "Sinari kurega gutwara umukobwa nakunze ngo ni ubwoko"😕 Ikibabaje, si ubwa mbere bimushikira.Aratuyagira uko vyagenze 💬#AkariKuMutima#ukubana
2 июл 2024