Тёмный

Hagiye kwubakwa inyubwakwa y'Ubushikiranganji bw'Imigenderanire igeretse 11 i Gitega. 

Mashariki TV
Подписаться 311 тыс.
Просмотров 3 тыс.
50% 1

#Burundi: Ibihugu vy'Uburundi n'Ubushinwa bihejeje kugiriranira amasezerano azotuma igihugu c'Ubushinwa cubaka inyubakwa igiretse incuro 11 izokoreramwo ubushikiranganji bw'Imigenderanire n'ayandi makungu no gufashanya mw'iterambere. Ikazokwubakwa ku murwa mukuru wa politique i #Gitega, ikazotwara imiriyoni 28 z'amadorari y'abanyamerika.
Umushikiranganji ajejwe imigenderanire n'ayandi makungu avuga ko ari akarusho kadasanzwe kubera ko ubwo bushikiranganje bwahora bukorera mu bibanza bitandukanye. #Chine #Cooperation

Опубликовано:

 

18 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 17   
@habinezaeric2549
@habinezaeric2549 7 часов назад
Barundi mwegere abashinwa babubakire nizindi minisiteri kuko bubaka vuba kd neza natwe inaha mu rda barayubatse none ibereye ijisho kd mushyire imbaraga nyinshi mu kwiyubakira igihugu turabakunda ❤
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 3 часа назад
Twabitanguye mubanyi wacu. Mugire amahoro n ituze iwanyu haha dusubire kubana neza.
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 3 часа назад
🙏🏾🎩
@Burundian-k3q
@Burundian-k3q 6 часов назад
Yooo, mbega ivyiza weeeee...🎉🎉🎉 IMANA y'Abarundi n'Uburundi Ibane namwe Barongozi bacu, na twebwe twese Abenegihugu, vuba bidatevye tuzoshika ku ntumbero y'ubuzima bwacu dukeneye 🎉🎉🎉 By Jeremiah Burundian man ❤️
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 7 часов назад
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@ايفيتادوار
@ايفيتادوار 5 часов назад
Nimba atadeni rizoba ririmwo ndavyishimiye cane gose🎉🎉🎉🎉🎉
@willynkurunziza7815
@willynkurunziza7815 5 часов назад
Nukuri nivyiza turabishimye canee mugabo baze Bigorre bavyihutishee kweli kuko igitega ibibanza vya leta nivyishiii kandi nabaChinois uburyo bukwiye Bari nabwooo vraiment 🙌🙏🎇
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 3 часа назад
🎩🇨🇳
@TitusJunior-q8i
@TitusJunior-q8i 7 часов назад
amateka kuyandi
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw 3 часа назад
Ariko bamwubaka mwuzuza.urugomero RWA jiji murembwe,stade intwari,inzu yamana mukabondo nahandi. Ivyoooooose mwavuga ngo twihaye amaze 6.muteye isoni cane
@sanny.m3767
@sanny.m3767 2 часа назад
Njanye nab abashinwa Ntikintu ndumva kiri gukorwa na USA nakimwe Uwoba akizi yontahuza USA bazi guteza intambara gusa nagahotoro
@ishakaloriel9398
@ishakaloriel9398 7 часов назад
Ibintu vyo kubuntu il faut faire attention kuko harikintu batubonamwo gikomeye twebwe Abarundi
@EmileNkunzimana-dg9ky
@EmileNkunzimana-dg9ky 5 часов назад
Subira ubivuge kandi, abarundi nukugabirwa
@Bihomebuja
@Bihomebuja 32 минуты назад
Ndabishima ariko hari agahaze kuko burya naho muvyita ingabire ntitwibagire ko ari agasuzuguro kadasanzwe. Nibaza ko muri 2040 ivyo bitazosubira kuvugwa. Sivyiza ko twebwe dufashwa birateye isoni. Abantahura ok abatavyumva nabo namahoro
@jeanclaude6058
@jeanclaude6058 4 часа назад
Nta muzungu aguha ikintu ciwe kuri gusa have namba suko badukunda baba ba Visa intérêt sur le long terme
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 9 минут назад
@@jeanclaude6058 urabwira so long yirabura canke umwarabu aze kuyubaka reka basha kurogota.
Далее
Why EU’s Tariffs Won’t Stop Chinese EVs
11:55
Просмотров 328 тыс.
Grand entretien avec Dominique de Villepin
1:03:33
Просмотров 643 тыс.