Тёмный

IBIBAYE🙅IKIZIGA CA PIERRE BUYOYA GISHIKANYWE iBUJUMBURA🚨IBIBAYE KU KIBUGA C'INDEGE/ITANGAZO RYIHUTA 

Umuhuza TV
Подписаться 121 тыс.
Просмотров 48 тыс.
50% 1

#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #pierrebuyoya #bujumbura #ibisigarira #ikiziga

Опубликовано:

 

15 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 26   
@FloribertNshimirimana-ri3ht
@FloribertNshimirimana-ri3ht 3 месяца назад
Dieu te protège Monsieur Excellence président Buyoya de notre nation du pays BURUNDI . Que Dieu Éternel Créateur te bénisse le ciel éternel. Nous aimons à toi beaucoup . Dieu est avec toi.
@josephgasana378
@josephgasana378 3 месяца назад
Bonne action . Merci
@Clementinekwizera-lf6vx
@Clementinekwizera-lf6vx 3 месяца назад
Haaa murabe neza ikiri muriyo sandugu ntawomenya🤔
@RoseNijimbere
@RoseNijimbere 3 месяца назад
Yishe benshi 'Imana izomuhe impembo ingana n'amabi yakoze
@Alexis-e2i
@Alexis-e2i 2 месяца назад
Mustanteur wakomine makamba akwiye gupfungwa
@mrssesil7679
@mrssesil7679 2 месяца назад
Ababipfa ni ababisangiye
@AngeariellaIteka
@AngeariellaIteka 3 месяца назад
Aho ni Sawa nacanecane ku bantu bakunda kuburana. Bibagiye kuduza AMAGARAMA ku wutsinzwe urubanza,bagashira ku bihumbi ijana canke arenga.
@GakokoFrancais
@GakokoFrancais 2 месяца назад
@زياد-ذ5ف5ه
@زياد-ذ5ف5ه 3 месяца назад
Amahera yakoze. Mukuzaka uyo. Yafuye iyo. Muyagura ivyema mukabiha. Abana. Bagizwe imfuvyi kubera buyoyo
@JeromeNtiharirizwa
@JeromeNtiharirizwa 3 месяца назад
Nivyiza KO umurundi iyo bishitse akitab,Imana ari mumakungu ashingugwa mugihugu avukamwo.
@IrafashaChristella-wo3rs
@IrafashaChristella-wo3rs 3 месяца назад
🎉🎉🎉
@GahunguDiomedi
@GahunguDiomedi 3 месяца назад
😂😂😂niyigire
@alicendikuriyo4936
@alicendikuriyo4936 2 месяца назад
Mbega aho atoshingurw i burundi ntiyari umurundi?hama ntaba président muburundi batishe.mbona umwumw wes abikora ukwo avyumv
@IsabelleKanziza-i1n
@IsabelleKanziza-i1n 3 месяца назад
Imana ishimwe hariho ikigugu citwa fabiola kiba inyamurenza mu ntara ya Ngoza cize I gisha muri Tangara caguma kimutyoza kitazi nokuvuga bjr.. Amacakubir afise arenze urugero yavuga ko Buyoya batahukanye ibisigarira vyiwe azoca ava mu burundi, nabanze akire uwo mugera wamacakubiri niyo Sida imugeze habi ace yomoka ko Buyoya bamutahanye
@alicendikuriyo4936
@alicendikuriyo4936 2 месяца назад
Yaje ,rer nasohoke uburundi ,
@JosephineMusavyimana
@JosephineMusavyimana 3 месяца назад
Ndamwibuka kuko yangize ipfuvyi sinzigera ndamwibagira
@JeanDamasceneBIMENYIMANA-ok2et
@JeanDamasceneBIMENYIMANA-ok2et 3 месяца назад
Niwew urimpfuvyi wenyen
@bernardsinzobatohana1671
@bernardsinzobatohana1671 3 месяца назад
Noneko mutubwirango nimboneshakure kuberiki mutatwereka Ama vidéo muzana amafoto atawuzi niyomuba muyakuye
@emmanuelnkurunziza5588
@emmanuelnkurunziza5588 3 месяца назад
Erega iyo umwana yanswe na se,agakundwa na sekuru na Inakuru ,abaho yimererewe neza. Kandi ntaburenganzira umuntu yiyaka ngo aburonke kunguvu. Umwana narerwe nabamushimye abo bandit bo bashobora ahubwo nokumugirira nabi
@NiyihangejejeElie
@NiyihangejejeElie 2 месяца назад
Mpp'o O il faut o'o
@NdayishimiyeEmmanuelline
@NdayishimiyeEmmanuelline 3 месяца назад
Ndamwibukira igihe ça Ntega na Marangara1988
@abedmunyamahoro2931
@abedmunyamahoro2931 2 месяца назад
Uyu munyamakuru nta kinyabupfura ibisigarirwa nta soni ufise , bavuga umubiri w'umuhisi et non ibisigarirwa bolole nayo emonani
@irankundasamia5224
@irankundasamia5224 3 месяца назад
NIHATARI KABISA
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 3 месяца назад
Ivyuburundi vyananiranye
@cedricinkoramutima992
@cedricinkoramutima992 3 месяца назад
Umukama amwakire mu batoni biwe
Далее