Тёмный
No video :(

Ibitangaza kuri AEROPORT//FABLICE abazaniye amazu y'akataraboneka Impande ya AEROPORT//Akabirya kazo 

UMUKUBITO
Подписаться 178 тыс.
Просмотров 34 тыс.
50% 1

Ibitangaza kuri AEROPORT//FABLICE abazaniye amazu y'akataraboneka//Akabirya kazo nuko//Abazipfuza bo
‪@NtareRushatsiHouseTV‬

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 222   
@innocenttybon2420
@innocenttybon2420 Месяц назад
Igisabo Ndasaba fabrice yongererezwe umutekano nacanecane abarundi bamusengere cne kubera itungaryambere nukugira imbono) cnk imigambi. This is Africa ahusanga uwuzanyiterambere yankwa nabenshi batipfuza iterambere kugihugu. On live
@nirenganira8433
@nirenganira8433 Месяц назад
Uvuze ukuri uwuzomwibuka mwisengesho azoze aramusabira umutekano imwongere nimbaraga
@franklukazula
@franklukazula Месяц назад
Kabisa bamuhe ab police
@LameckNgabo
@LameckNgabo Месяц назад
Aba MSD nibo bambere banka icizaco kigana uburundi baca bavunga ngo ntakiriko kirakorwa muburundi
@thierrymanirakiza2018
@thierrymanirakiza2018 Месяц назад
Pacifique niwe azohava amwica kubera aguma aponda Uburundi.
@Sirila18
@Sirila18 Месяц назад
@@innocenttybon2420 Mbe wirengagije ko abafise ababarindira umutekano batakiva mu biro ngo baje gukorera mu banyagihugu kubera baguma bicura ababagirira nabi . Mureke akore Imana ni yo murinzi mukuru.
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Месяц назад
muburundi twarahiriwe kuba dufise fabrice
@myjourney3428
@myjourney3428 Месяц назад
Uwubona ko Justin Gael akwiye Inzu ya VVIP mumpe like 👍🏾
@josehenry7333
@josehenry7333 Месяц назад
Kabisa 👍
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k Месяц назад
👍🏽👍🏽👍🏽👍🏽👍🏽Gaél VVIP for you !
@errosmorelkatihabwa1874
@errosmorelkatihabwa1874 Месяц назад
Fabrice narabe aguhemwo inzu imwe muzo amaze kubaka zose uzoze urayiriha bukebuke kubera uramukorera pub kabisa kandi ubikora neza .Gael keep it brother.ubikora neza vraiment
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 Месяц назад
😆😆😆😆 nasenge cane kugira azoyironke
@user-bl3tr1pv1y
@user-bl3tr1pv1y День назад
Ego kabisa​@@errosmorelkatihabwa1874
@manundayi2409
@manundayi2409 Месяц назад
Abantu nka Fabrice nibo igihugu gikeneye kugira tugire aho tuva naho tuja. God bless you Fabrice ❤🥰🇧🇮
@francisniyokindi6737
@francisniyokindi6737 Месяц назад
Much respect Fabrice nukuduga na ruguru twibere muburundi bushasha
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 Месяц назад
Nibaguhe isoko ya mabara bara ndabona vyose wobishobora
@UrbainNdayihereje-wi3hm
@UrbainNdayihereje-wi3hm Месяц назад
Uyu mu type fabrice asumvya inguvu reta y'uburundi nabayigize bose kuko ibikorwa yiyemeza kandi akabishira mungiro mumwaka umwe,abaturongoye ntibanabigerageza womengo gutwara ntavyo bishoboreye
@MobileDawat
@MobileDawat Месяц назад
Uraze ubasimbure wa muhirimbire we!!!arabona Ako kagaye basha!!
@happinessishimwe6195
@happinessishimwe6195 Месяц назад
Good idea ariko iki kibanza cari gikwiye kuba ica mahotel yitirigwa airport kuko muburundi nta hotel ziri fancy.
@KitopisNiyonkuru
@KitopisNiyonkuru Месяц назад
Urumugabo fabro komeza inzira wahisemwo ninziza cane namajambo ukoresha araturemera ivyizigiro vyejo haza ❤
@hakizimanaalexis8134
@hakizimanaalexis8134 Месяц назад
I décamètre vraiment nugusarisha
@triciakwizerimana
@triciakwizerimana Месяц назад
Merci bcp #UBAKA_NATION_GROUP kuvyiza muriko murakora mugihugu. Ubu twipfuzako mwoza murasaba #Leta ibibanza vyo muri #Centre_ville , kugira mutangure kuza murubaka ama #Towers n'ama #Twin_Towers hama abantu baze baragura ibibanza vyogukoreramwo indani, hama iyo #Tower ikagira ubuyobozi bwayo n'amategeko ayigenga vyamaho. Kugira kandi na centre ville ise neza, narirya igisagara gitera caguka.
@Sirila18
@Sirila18 Месяц назад
@@triciakwizerimana Mu gukora canke kwagura igisagara bagica inyuma bagatera binjira mu gisagara.
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 Месяц назад
Imana ikomez k'uzigama abantu bose barikwo bakora ibintu vyiza cneee bituma uburundi n'abarundi bava mumvugo twisanzemwo
@caramamttv
@caramamttv Месяц назад
Nukuri waje nka Mesiya muburundi..Fabric ndakwipfurije kuba president one day
@nizigabosco3359
@nizigabosco3359 Месяц назад
Nivyo kwl hoca haba dubai
@user-bl3tr1pv1y
@user-bl3tr1pv1y День назад
Oyaaa.bamurek yikorere ivyo sivyo bimuraj ishinga
@caramamttv
@caramamttv День назад
@@user-bl3tr1pv1y kabisa yikorere
@thierrymanirakiza2018
@thierrymanirakiza2018 Месяц назад
Nsabe Pacifique n'abandi bameze nkawe ntibaze bice Fabrice kubera bashaka kuvyaza umusaruro imigumuko. Niharambe Uburundi 🇧🇮 🇧🇮 n'abanrundi.
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 Месяц назад
Fabrice turakwemera 100% uzokwitoze. Tukugire umushikirangaji winyubako udukorere Ville ihunduke ,Hama turasavye niwasubira kwubake uzokwubake Inzu ndende Etage nkiyigorofa 20 kugira natwe abakene dushikirwe Turakwemera musa Komera caane Kandi 🙌🙌👊👊
@mauriceuwiduhaye6653
@mauriceuwiduhaye6653 9 дней назад
Talented man much respect fabu keep it buddy more blessings I love your inspiration man 🇺🇸🇷🇼 🇧🇮
@BUSHASHASWITCH
@BUSHASHASWITCH 10 дней назад
Fabrice nukuri vision murayifise hamwe na team yanyu IMANA IBAHEZAGIRE CANE 🙏🏾
@munyakazialimas7181
@munyakazialimas7181 Месяц назад
Courage Fabrice pour la mise en œuvre de tes projets . Vous devenez un bon leader pour le développement de notre pays Nshimiye Son excellence yanse ko bakwiba imigambi yawe akugushigikira.Imana ihezagire uburundi Barabe n'abandi bibwe imigambi barenganurwe kugira dushike kwiterambere rirama Allez les diasporas ! Make Burundi great !
@rablaasdq2341
@rablaasdq2341 Месяц назад
Fabrice wubahwe mutama wamateka akira amashurwe🌹🌹🌹kabisa uburundi urabukoreye amateka
@IrahambayeEdddyblessing
@IrahambayeEdddyblessing Месяц назад
Ewan uwomujam avug ikint akagikora kl Nico ciza ciwe
@mauricemuhizi
@mauricemuhizi День назад
Courage Imana ibigushoboze.uburundi bwacu butere imbere
@julius875
@julius875 Месяц назад
Imana ibandanye iduhezagirira Fabrice arakwiye kuba mundongozi akaja aragira ico yoterera mwiterambere ry'igihugu
@pascalndayiragijepascal1393
@pascalndayiragijepascal1393 Месяц назад
Uzotwubakire lsoko mpuzamakungu,udutere Agateka
@jessicamuranga1611
@jessicamuranga1611 Месяц назад
Umukuru wigihugu yarakwiy kukwiyegereza nka minister wiwe winyubako
@user-uw7zb2wx3e
@user-uw7zb2wx3e 11 дней назад
Yamaz kivuga ko Fabrice na Gasapé Ari abana biwe .
@NdayambajeAndre-r5q
@NdayambajeAndre-r5q Месяц назад
Congratulations FAB GOD BLESS WORK YOUR HANDS
@julesnzorijana
@julesnzorijana Месяц назад
Ndavuze ati, Fabrice ni bamuhe uburundi bwose abwubake. Hama yibuke kutugirira unyubakwa ndende ndende gusumb aho twikureko agasuzuguro.
@HafashimanaLevis-rp5ru
@HafashimanaLevis-rp5ru Месяц назад
Much love to Justin..from Capetown
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 Месяц назад
Teeimbere Burundi bwacu🇧🇮 fabric imana ibandanye ikurinda kuko niyo yitungira❤.
@edouardniyongabo9436
@edouardniyongabo9436 Месяц назад
Jewe sinoheza kubashimira,gusa nogusaba komwosaba bakaguha centre ville muhubake abazu maremare mushobora gukoreramwo business n'uburaro.
@user-sy5xo8bu9v
@user-sy5xo8bu9v Месяц назад
Fabris turambiw gukota dugusabe utwubakir izabaken abajene shabre nasaro 🇧🇮
@DamaAslan
@DamaAslan Месяц назад
Waooh He is a game Changer
@aimensengiyumva5172
@aimensengiyumva5172 Месяц назад
Terujimbere Mutama,ur'umwana w' igihugu koko
@niyomutabaziisabelle3053
@niyomutabaziisabelle3053 Месяц назад
Sha aho hantu ndahakunda rekanje kugura inzu
@mozboy-uc2rb
@mozboy-uc2rb Месяц назад
Abant bakor ineza ntibakunda kuramba arik uy turamusengera arenz nimyak 100
@HavyarimanaCedrick
@HavyarimanaCedrick Месяц назад
Urumugabo papa ufita indoto nziiiiiiiiiiiza cyane nkizanje
@charleskwizera2358
@charleskwizera2358 Месяц назад
Urumukoz bro courage lmana ikuturindire
@KwizerimanaDesire-wv4qo
@KwizerimanaDesire-wv4qo Месяц назад
Fabrice arimukazi kose kbx
@ishakaloriel9398
@ishakaloriel9398 Месяц назад
Muraraba muje mu kirundo nahoo🙌🏽
@nadinenizigiyimana2005
@nadinenizigiyimana2005 Месяц назад
Fabrice Imana Ikongere imigisha, urakora bigashimwa
@ntakisadock2239
@ntakisadock2239 Месяц назад
Fabrice big up sana. Ndakwisabiye aga chambrette vvip😂😂😂😂
@hakizimanajames-hm6xt
@hakizimanajames-hm6xt Месяц назад
Uyu Mutama Fabrice Umwe muncabwenge dufise zambere muburundi bakunda igihugu camavuko none nkabantu bagaramye arinyagano Bari mumahanga bakomeza bateza ibihugu vyabakoroni Aho boza guteza iwabo burya urwanda ruteye imbere kubwo Abarihanze bitanga
@minaniempphilbert5454
@minaniempphilbert5454 Месяц назад
Ndakwemera cane
@RodrigueMugisha-t7m
@RodrigueMugisha-t7m Месяц назад
I'm name is Rodrigue so Fabrice and ubaka nation vraiment itafari ryukwubaka uburundi 2040-2060 nukuri ubushikiranji bwinyubako mwokorana
@clementdusabe3941
@clementdusabe3941 Месяц назад
Much Respect ❤
@dieudonnendayishimiye9631
@dieudonnendayishimiye9631 Месяц назад
Hakenewe amahinguriro kuruta amazu!
@aliciaayinkamiye5296
@aliciaayinkamiye5296 Месяц назад
Wewe ubaka amahinguriro naw yubak amazu mukore mwese
@bibikiki8437
@bibikiki8437 Месяц назад
@@aliciaayinkamiye5296umuhaye inyishu nziza sha👌
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. Месяц назад
​@@aliciaayinkamiye5296merci utanze kukimwishura 🤝 ibikenew muburundi nivyishi Fab ariko atererera aho ashoboye naw ingo utwerek ivyo ushoboy
@nirenganira8433
@nirenganira8433 Месяц назад
Yes nawe zitwubakire nanje zokuzanira abakozi 😅😅😅😅😅simbure ico marira igihugu 😅😅😅😅
@claudinenkunzimana8435
@claudinenkunzimana8435 Месяц назад
Imana ibakingire
@ZombieCameraman-x5p
@ZombieCameraman-x5p Месяц назад
Umukubito wamazu 🔥🔥🔥
@alphonsengarambe4276
@alphonsengarambe4276 Месяц назад
Burundi muri kwisuninunura! Kabisa mutunganye burundi abagwizatunga mwubake convention! Fabrice kora doubai
@manicyriaque1318
@manicyriaque1318 Месяц назад
Fabrice baguhe ubudhikirangaji bwinyubako ubuyobore,ikindi naco uzuribuka nokuja kwubaka muntara zohagati nomuntara zaruguru
@alphonsengarambe4276
@alphonsengarambe4276 Месяц назад
Cartien miriwari uburundi bushyashya
@lellygdfull9913
@lellygdfull9913 Месяц назад
Amazing mind of fab memories wubahw caand💪💪
@lazzrchanal1935
@lazzrchanal1935 Месяц назад
Umushushuro wukuri🎉
@BezaFanny-sh7sd
@BezaFanny-sh7sd Месяц назад
Ndagufana saanaa mon frère
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Месяц назад
Imana imbere
@RodneyMugisha
@RodneyMugisha Месяц назад
Abantu 10 nkawe bujumbura yociba nka new york
@user-rr5dd2uk4z
@user-rr5dd2uk4z 12 дней назад
Courage fab
@Jeanclaudemboma
@Jeanclaudemboma Месяц назад
Kuri jew vision 2040 vyashobotse Gael Imana ikongere impano Bwana Fabrice imana na leta y' uburundi bigushigikire kuko biriko birashoboka urine kunkumbuza uburundi caneeee
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k Месяц назад
Leta itange sécurité pour tout le monde, le reste ira bien !
@pascalndayiragijepascal1393
@pascalndayiragijepascal1393 Месяц назад
Uzotwubaki nubu quartier bwabantu bamahera make
@startv257.
@startv257. Месяц назад
Baheereze mukuru wanje
@fernandmurikumwe9632
@fernandmurikumwe9632 Месяц назад
Nuru rutype Gael rurashoboye!! Ndibuka ruha ama censi Nyenicubahiro
@big-charmant6993
@big-charmant6993 Месяц назад
Ash respect vrt🎉
@NgarukiyengwariMerchiade
@NgarukiyengwariMerchiade Месяц назад
Nivyiz Can muremigihugu natwe abarundi tugufatemumugongo tureme imitumbayacu amacartiehose hitwe miloir burundibwacu
@innocentnibitanga5340
@innocentnibitanga5340 Месяц назад
Ndasavye un jour nze mpure nuwu Fabrice kuko uwo mutima afise suwabose kurya Messi akundisha abantu football.Fabrice hariho ikintu anteyemwo.merci san.
@nkunzimanapierreclaver4935
@nkunzimanapierreclaver4935 16 дней назад
Jewe nk'umwubatsi ndagushimiye kuko benshi bubatse aho muri mirroir ntibigeze bafata en considération l'altimetrie y'ibarabara na terrain kuko iryo barabara riri hejuru ya terrain naturel ya mirroir. Vyumvikana ko umunsi ama ouvrages de traversé (ibiraro) bica munsi y'ibarara vyoziba , abantu bubatse batabanje kuduza ikibanza bazogira ingorane caaaane
@PrudenceTuyisabe-rc5ov
@PrudenceTuyisabe-rc5ov Месяц назад
Gaël ntakintu nakimwe kibaho cari bwandinze ndakoroye amrira kurino introduction yawe umukama abandany aguhezagira cane
@uwimanadonatien
@uwimanadonatien Месяц назад
Uyomugabo fabrice ndamushigikiye kabisa
@RaissaKamarayika
@RaissaKamarayika Месяц назад
Fab, i wish you could renovate the Airport.... 🥲🥲🥲
@user-uw7zb2wx3e
@user-uw7zb2wx3e 11 дней назад
Niturab agashimwe twomuha Gael nukuri ari kubwacu . Nuyo fabric ntitwomenyako ari yubaka izo nzu . Abadafis amatelefon ngira baxiko ari za leta. Nukuri umu stylist wa fabrice amwambika neza kbsa
@salubi
@salubi Месяц назад
Juste Gaël zimya ivyo birofa utanguza mukiganiro😮
@user-yh1ls7bl2j
@user-yh1ls7bl2j Месяц назад
I wish that Mr Fabrice would Come to Rumonge in order to build other houses .
@ItangishakaClaudine-vc6xb
@ItangishakaClaudine-vc6xb 14 дней назад
Fabrice uwukwanka ndamwanka Imana ikubik ubeho wonger ubeho hm igisabo ukore wibuka kugugako Gatumba kk nibaraba rija kumupaka please hoye kuguma hatera amazi😢😢
@NdayisengaClaude-d3p
@NdayisengaClaude-d3p 13 дней назад
Fambirisi thank you so much guys I am very happy to help you
@niyongabochretien2171
@niyongabochretien2171 Месяц назад
Good Luck😊
@user-sd2ek9vd8c
@user-sd2ek9vd8c Месяц назад
Bite Juste urakomeye hama nashaka nshimire Fabrice narunvise karumunye Ngozi ariko harikibazo utaramubaza Ese yoba afise imigambi yo kwubaka Ngozi nayo ?
@JaphetNiyonzima-s2v
@JaphetNiyonzima-s2v Месяц назад
Mukomezwe Burundi bwacu2040
@NiyokwizeraBernardine-g6y
@NiyokwizeraBernardine-g6y Месяц назад
Ico nosaba vrt umukuru wigihugu cuburundi akor'ibishoboka vyose akingire fabrice ntahungabane. Hama abarundi n'Abarundikazi tumuri inyuma mu masengesho kweri.
@rainbowdigitandeducation9257
@rainbowdigitandeducation9257 Месяц назад
Ivyiyumviro vya Fabrice Nivyo gushigikira Imvugo n'ibikorwa birajana ico bita gushika kwihangiro bamuhe na masoko yo kubaka ama Mall, Shoprite nibindi vyinshi Ineza yukugira Ubwizigirwa muvyukora
@user-ti6gc7yl9i
@user-ti6gc7yl9i 11 дней назад
Komera fabrice
@smartnahodha6578
@smartnahodha6578 Месяц назад
Fabric Burundibwej ndagukundacanr
@majwegerifabrice9187
@majwegerifabrice9187 Месяц назад
Uramurusha wa mushikiranganji winyubako
@HavyarimanaMethode-iq6nf
@HavyarimanaMethode-iq6nf Месяц назад
Nkeu
@agrcem6707
@agrcem6707 Месяц назад
Amabarabara baguhe Fabrice , kuko turaruha kandi abadandaza bariho mugashanye
@user-uk8pc3zb2p
@user-uk8pc3zb2p Месяц назад
Urambariza Fablice igituma baguma bubaka ahantu tworimye ahokubomora za buyenzi ,Bwiza, za Kamenge aha Hari utuzu tubitubi akaba ariho babanza kubaka...ati mbega hoba hariho umugambi wo kubaka ahondondaguye hakaba imiturirwa?
@LameckNgabo
@LameckNgabo Месяц назад
Aba MSD ntimubura ivyomuvuga kabisa mwarigorewe nukuri
@audiphaxsammynduwayezu5594
@audiphaxsammynduwayezu5594 Месяц назад
Courage kbx
@PascalAhishakiye-n6l
@PascalAhishakiye-n6l 15 дней назад
Wubahwe can urimpano yuburund
@GodelieveCimpaye
@GodelieveCimpaye Месяц назад
Well done Fabs 🙏🏽
@GoldPlatnumzBdi
@GoldPlatnumzBdi Месяц назад
Terimbere Burundi ♥️💪
@hakizimanaalexis8134
@hakizimanaalexis8134 Месяц назад
Vyose ni vyiza,ariko bemukoresha implantation ivyuma bigezweho mukoreshe théodolite électronique.
@TharcisseMajidi
@TharcisseMajidi Месяц назад
Uruwambee
@aloysbutoyi9405
@aloysbutoyi9405 Месяц назад
Imana igufashe tukurambane kabisa
@fredericnshimirimana8014
@fredericnshimirimana8014 Месяц назад
Fabrice ndamukunda cane,yazanye ikintu ciza mu burundi.Kwubaka inzu nziza zisa,zifise amabarabara, piscine n'ibindi vyiza.Abajejwe inyubako mu ntara zitandukanye bamubonereko akarorero tureke kwubaka mu kajagari,duce amabarabara meza,twubake ku mabarabara.
@ThomasBukuru-hj6ly
@ThomasBukuru-hj6ly Месяц назад
Ndabateyintege gose.harihabantu akazi kabo ARI ukunywa inzoga gusa, kuburyo budashemeye baba bakoreye, bakirigwa, bakagorobezz ba critiqua abariko baratezimbere igihugu. Nibageze ngaho. Jewe ndi mubemera Yuko 2040 n'a 2060 idakwiye kwitwa indoto ahubwo ari déjà une realité. Mambo bado.
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 Месяц назад
Ntaburundi bujumbura izafpabsy dubayi muribeshyap ariko mwaronsubutsre nzabande ibyiburundi byamazwr naruswa gunsa😅😅
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn Месяц назад
Fabrice ese woca utwubakira namabarabara
@berthrandndayishimiye9236
@berthrandndayishimiye9236 Месяц назад
Wow😊
@AliceNakindavyi
@AliceNakindavyi 8 дней назад
Gaël ashireko Whatsapp ya Fabrice kugira abamukeneye bamuvugishe.Hama ni proposition baganire nabafise ibibanza hagati muri ville hirya no hino naho hubakwe neza.
@AliceNakindavyi
@AliceNakindavyi 8 дней назад
Hirya no hino yahahora isoko nkuru.
@Humble-m-2tk
@Humble-m-2tk Месяц назад
Gael Fabrice le 1/7 akwiye kujamubahabwa ubushimwe kuko numukozi wakarorero
@NdayisengaClaude-d3p
@NdayisengaClaude-d3p 12 дней назад
Urintwari nkambisa komera wirambire
@one7933
@one7933 9 дней назад
Ahubwo nikibuga c'indege bamuhe agisubiremwo abubakire ikibuga c"indege kigezweho.
@alainbarayambara367
@alainbarayambara367 Месяц назад
Vision 2040 turayibona avec Mister Fabrice Hezagirwa cane Mister Fabrice
@DJMurya
@DJMurya Месяц назад
Banque zirakeneye kugabanya taux. 12% c’est trop.
@ngendakumanajeanmarrie7490
@ngendakumanajeanmarrie7490 Месяц назад
Nuko babishiramwo politike ivyinyubako baribakwiye kubiha abantu nkaba ndazi reta yohungukira birenze
Далее
МЕГА МЕЛКОВЫЙ СЕКРЕТ
00:46
Просмотров 179 тыс.