Тёмный

Ikiganiro n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ku bijanye na kazoza k'ubutunzi bw'igihugu 

Mashariki TV
Подписаться 293 тыс.
Просмотров 52 тыс.
50% 1

Kurikirana ikiganiro n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ku bijanye n'ubuzima bw'igihugu ku bijanye na kazoza k'ubutunzi hamwe na kazoza ko kubaho neza kw'abenegihugu.

Опубликовано:

 

2 апр 2023

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 75   
@parfaitnzeyimana8097
@parfaitnzeyimana8097 Год назад
Mwubahw cane SE @evariste ndayishimiye #impanuro mutanga ziratwigisha cane Imana ibazigame cane
@niyongabogady1100
@niyongabogady1100 Год назад
President w’Uburundi n’incabwenge caneeee !!❤
@AbelHARAGAKIZA-gq1fw
@AbelHARAGAKIZA-gq1fw 6 месяцев назад
Asante Sana mh wetu,uyasemayo yote Ni ukwel.na mie nakushuudia Niko kazini, aise mola ukupe maisha malefu utuongoze kwa maendeleo ya Jami.
@japhetgerson4195
@japhetgerson4195 Год назад
Much Love from Dar es salaam 🇹🇿 Ubalikiwe Sana Mheshimiwa 🙏🙏
@alidisudi4997
@alidisudi4997 Год назад
Ikibwigwa nicumva, merci SEBARUNDI, mugice ca 2 tworyohegwa uwumubaza amwunganire, afate umwanya wokuja gutohoza abarundi bakora, kugira nabandi nafatireho akarorero, merci beaucoup
@emerymunezero9399
@emerymunezero9399 Год назад
Voila pourquoi on revient au Burundi on a un leader!!! God bless !! Celui qui n'est pas d'accord avec au moins une chose, vraiment j'aimerais le savoir !!
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 11 месяцев назад
Koramahinguriro yakirakintu nibwoburaya harihinguriro ivyeze biraramba bikorigihe kirekire kandi barime cane ibintuvyubwo kobwose
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 11 месяцев назад
None inkwavu ihinguriro ribaga ibihumbi vyinshi kumusi ishirahamwe rikora kumurango nomwijoro bahanamakare bakurakuranwa kumunsi kabiri kumurango kabirimwijoro abinjira samoya batahasacenda abinjira sacenda batahasatanu abinjisatanu batahasamoya
@user-lx2vn8yw9j
@user-lx2vn8yw9j 7 месяцев назад
Merci Mr le président pour les conseils. Ils vont changer la vie de ma famille.
@Nkotanyi1990
@Nkotanyi1990 Год назад
I Cannot Explain how much I love Burundi President Courage Cyanee Nyakubahwa President.
@muzerebienvenu7706
@muzerebienvenu7706 Год назад
Mze Neva wibereho Mon General
@ShukuraniPatrick-cp6pe
@ShukuraniPatrick-cp6pe Год назад
Asani Sana kwamazungumuzo yenu. Mungu awajalie miasha malefu. Me nafikili tumbane tufikie Stevie ya kwamba Mwana nchi anakuwa nazao lachakula exemple: mpunga, maharage,ndizi etc. Pia nazao la biashala. Indapo tukiwa na indistli za kutosha nada ya Tayifa letu. Asanten.!!!!
@ShukuraniPatrick-cp6pe
@ShukuraniPatrick-cp6pe Год назад
Mheshimiwa laisi wetu nakupongeza xan kwa hakili ulio nao.
@akhousesolutionsltd9433
@akhousesolutionsltd9433 Год назад
Umubyeyi wa Africa. Sebarundi❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@filsish
@filsish Год назад
Murakoze est MERCI 💜
@ejonubu7753
@ejonubu7753 Год назад
Love from RWANDA, SE nkunda ko uri humble uganira neza. Mudufashe rwose imigenderanire n' iwacu bigende neza tubasure.
@larissaakimana3384
@larissaakimana3384 Год назад
@@peaceloveisrael3992 ahubw mwe nimwe murwaye indwara yo mutwe ubundi bwobwo mwebwe birabaraba ko biraba abarundi 😏Noé wew ur'umurundi ?? Kiropotsi gusa😏😏
@christella5092
@christella5092 Год назад
​@@peaceloveisrael3992 wamuntuwe sinkuzi ariko uravye ntaburere ufise Umukuru wIgihugu cacu niwe utuka uko?nimba ushobora kuburira indero nyenicubahiro nkuyo umuntu mutomuto rubanda rugufi ubafata gute?irijambo uvuze Imana ikubone kandi birambabaje cane twebwe nuwiwacu kandi turamwishimiye wewe umwaguriziki?ivyudashimye birekere Imana yacu iratubona uvuzenaho ngo turabanyuma ego turabanyuma ariko ntituraza gusegerereza iwanyu kandi biriya usoma kuri Internet ko turabanyuma sikobiri harukundi Imana itubona wikebuke imvugo nkiyo niyigitandero
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 Год назад
@@peaceloveisrael3992 Urwaye mu mutwe
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 Год назад
@@peaceloveisrael3992 Genda wivuze uri deprimé😂😂😂
@larissaakimana3384
@larissaakimana3384 Год назад
@@peaceloveisrael3992 ijuru nimwe muritanga?🤔Hama ww igihe IMANA yatuvuma mwarikumwe bahubaha Imana kuko ntikinishwa
@JavierBigiri-lu9ec
@JavierBigiri-lu9ec 4 месяца назад
Urimubi sha
@nzigamasabocaptus715
@nzigamasabocaptus715 Год назад
Murakoze cyane 🙏🙏🙏
@jeanmarienzambimana8837
@jeanmarienzambimana8837 Год назад
Nyakubahwa,ngo igihugu casubiye mu minywe ya benegihugu muri 2005 koko?aha vyukuri igihugu Kiri muminywe yabene gihugu?
@irakazaeriekim4753
@irakazaeriekim4753 Год назад
Uvuzukuri
@SafeRich
@SafeRich Месяц назад
Nivyo amahera nibayanoba urayakorera
@donboscont4514
@donboscont4514 Год назад
Mutam asa n'uwurwaye. Moral ninke. Tumusabire Imana imuhe amagara meza.
@pascalmanirambona9201
@pascalmanirambona9201 7 месяцев назад
Ntako mutagira mugutanga intumbero !Salomon mwami mwiza
@clarakenguruka4553
@clarakenguruka4553 Год назад
Iki kiganiro kirampinduriy ubuzima
@Catherine-dv3qo
@Catherine-dv3qo Год назад
❤❤❤❤❤
@urumurifilmsBurundi
@urumurifilmsBurundi Год назад
respect
@hategekimanamariespeciose5701
Umu Genzi waba Jeune ngukunda kanini kuko ufise itegeko hejuru yabiyita ibihangange komeza muvyeyi wacu%%%%
@didierbutoyi4718
@didierbutoyi4718 Год назад
Gérôme kweliii 😆😆 arazi kbxa journalisme abaza munkuru
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
🎩 ✊🏾🇧🇮 Mentalité yacu ikwiye guhinduka None nanje sindi muri ba Barundi 😂 I love my President! N'umutezi w 'Inkuru cane ❤
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
@@peaceloveisrael3992 Ooooh 😴 "Gusetsa kibamo" L 'Idiot Rwandais est déjà là,il va nous pourir la Journée!Dégage d'' Ici Petit Ngagi🙈 You should rather change your stupid profile name to "Jealousy &Hate Rwanda " KICK Big ROCKS🤬
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
@@peaceloveisrael3992 Sha iyo uva mu Mwobo mushiruka Ubute!🤔 Ubu wazinduuutse uti mfate inzira nje gutuka Abarundi kumbuga 😂😂 Courage mon Garçon,le Bonheur t attends!
@jcnkindi1951
@jcnkindi1951 Год назад
​@@burundishallsmile1day109 uri umunyabwenge kweli. Sinkuzi ariko imvugo yawe, uko usubije iriya njiji. Ntanubwo yumvise buriya
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
@@jcnkindi1951 🎩🙏🏾
@larissaakimana3384
@larissaakimana3384 Год назад
@@burundishallsmile1day109 nibijuju ivyo buca bisara
@mecmiry8596
@mecmiry8596 Год назад
Merci pour l’interview. Monsieur le journaliste il faut apprendre un cours d’économie du marche. Franchement, vos questions concernant les questions économiques ne sont pas pertinentes.
@yala6807
@yala6807 4 месяца назад
Uwo muswera nkubwo ABA avugiki 23:08
@harerimanajoseph1741
@harerimanajoseph1741 4 месяца назад
Inde
@niyubahwearcher5995
@niyubahwearcher5995 Год назад
Abarundi imana idufitiye imigambi myiza cane
@HappyForestTrees-gc6hs
@HappyForestTrees-gc6hs 4 месяца назад
Wapi mze bahe qbqndi batware
@edisonsinyarwe6777
@edisonsinyarwe6777 Год назад
Ikomerere nyakubahwa
@aimeking7056
@aimeking7056 Год назад
Urimbwaa muzindiii😂 ntaco ufise ubwiraaa Abarandii🇧🇮🇫🇷🇫🇷
@ikome2129
@ikome2129 Год назад
mbese burya Abarundi mujya mutanga urugero rw'iterambere ku Rwanda!? yoooo ndishimye! uRwanda rwateye imbere! Barundi nimwumva impanuro za Sebarundi muzatera imbere kurushiriza ni ukuri!
@ndirahisharichard2442
@ndirahisharichard2442 Год назад
Abarundi dukeneye kunva ko gutera imbere bidusaba kugira sacrifice , ntiwoshobora kubaho neza muri presend utinize muri pass.
@nshimirimanamike1591
@nshimirimanamike1591 Год назад
Muburundi nibakore Ama Company meshi niho ubuzi buroboneka ninzara ikagabanuka bivugako ibintu vyishiko turoba tuvyikorera kugirango ya$ yinjire kubwishi.
@ndirahisharichard2442
@ndirahisharichard2442 Год назад
Nyakubahwa president abarundi bazokanura niwabakuriraho basic salary ,bagahembegwa amasaha ,yewe bazokora n'umwete . Umuntu wese agahembegwa ingufu ziwe namasaha yakoze
@langsonnjobvu7424
@langsonnjobvu7424 Год назад
None vyukuri abarundi ntibakora nabanebwe
@langsonnjobvu7424
@langsonnjobvu7424 Год назад
Noneko mutemera ibivuye hanze bazane ibiribwa
@Inzaghi809
@Inzaghi809 Год назад
None ga nyakubahwa son excellence président de la république du Burundi iyo muvuzeko abarundi bafadhigihugu 2005,abari bariho barabaki?iyomvugo siyumukuru wigihugu.Haruwatejimbere igihugu nka colonel Jean baptiste bagaza ?yariki?
@guidemugisha1789
@guidemugisha1789 Год назад
Ntamuntu numwe yateje imbere igihugu nka bagaza uko nukur arko ni naw yasize imbere ivyamoko kugeza naho agabura amaquartie kuburyo nub bizogora kuvaho akarorero ugiye kuraba amaquartie ya ngagara yakera nubwoko bumwe gusa urumva ko yavyishe kukanyuma
@RugemintwazaRenovat-yg4fz
@RugemintwazaRenovat-yg4fz Год назад
Tugiye gukura amaboko mumpuzu pe
@JosephNiyonkuru-vm5oi
@JosephNiyonkuru-vm5oi Год назад
Ico kiyago ninkoramutima
@oseendayi5046
@oseendayi5046 Год назад
Uyumutama afise imigambi myinshi ariko ntituyibona
@m.jeanpaul3603
@m.jeanpaul3603 Год назад
Mwihangane iwacu I rwanda baravuga ngo UWIHANGANYE ATORA ICYABUZE ... UWITONZE AKAMA ISHASHI
@nshimirimanamike1591
@nshimirimanamike1591 Год назад
Nukuri uburundi bwacu bupfira hhe? Turashimira neza wacu kk niwotubona arodukorera ivyo dushaka birateyisoni kubona amazi atogwa hma muburundi agacabamake Never nyakubahwa unomusi yarikutubarira ati Uryamusi twacamye twiganeza ubu abahingura amazi ubu arakwiye kuburyoko mukindigikombe amazi akazosubira guhiganywa ariko tuziko tuyafise akwiye. Cnk tukayagurisha mubindibihugu.
@banyoniaudace3507
@banyoniaudace3507 Год назад
Nyakubahwa president de la republika yuburundi udufashe guhasha abasuma uhereye kubiba mumirima mwibarabara no mu bigega vya leta kuko birababaje kubira icuya nkimvyaka itanu umusuma akagitwara muminota itanu ibihano vyongezwe kubasuma gukora abarundi turashoboye tuvyigishijwe hoho twarushirizaho,ahubwo nyabuna abarya imitsi abandi nkuko mwabitanguye ongeza hama ndakeje nyenicubahiro umukuru wigihugu cuburundi kumahinguriro akomeye amaze kubakwa kuva atanguye kurongora uburundi
@louisnshimirimana9961
@louisnshimirimana9961 Год назад
Sha umuvyeyi wacu nintore nukuri umuka ma abandanye amutuziganire ni sebarundi koko
@louisnshimirimana9961
@louisnshimirimana9961 Год назад
Gusa mudufashe ama banque amanure ama interet baduhe kuri taux ntonya
@nasibujuniorbd5698
@nasibujuniorbd5698 Год назад
Nibakureke nyakubahwa président wacu Burya akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze.kimwe ikintu kijanye n'iduga ryibifungurwa ntabwo Ari muburundi honyene igihugu ca Zambia ndimwo abanyagihugu bararira kubera ibifungurwa vyaduze.
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 Год назад
Jewe ndimubihugu vyabarabu ariko wumvise uko barira wokumirwaa
@hategekimanamariespeciose5701
Twese turi mumahanga ibintu birazimvye canegose ariko ntiducikintege dukorere igihugu cacu ciza
@lovepeace5460
@lovepeace5460 Год назад
Hahahaaaaaa
@canisiusyamuremye3271
@canisiusyamuremye3271 Год назад
tuje kukivi kabisa
@jeremienkunzimana5137
@jeremienkunzimana5137 Год назад
Uyu mu journaliste afise une vision très rétrograde, typique y’umurundi. Arinze ava mu kiganiro ata kintu na kimwe yumvise canke yemeye. Une autre attitude typique. Naho wogira gute…None umuntu nkuwo mubona yotera imbere gute? Nkuwo mu journaliste agiye kwigisha abandi mubona yobigisha igiki? Ibibateza imbere canke ibibadindiza?
@elieharindomvyi3230
@elieharindomvyi3230 Год назад
Ivyokurya ntivyaduze iburundi gusa no muri kenya umuceri mwiza ugeze kuri 200ksh angana na 6000fbu Ico nikibazo gihanze ibihugu vyacu
@parfaitnzeyimana8097
@parfaitnzeyimana8097 Год назад
Mwubahw cane SE @evariste ndayishimiye #impanuro mutanga ziratwigisha cane Imana ibazigame cane
Далее
Как вам наш дуэт?❤️
00:37
Просмотров 367 тыс.
Ku nama : hokorwa iki kugira ubukene bw'igitoro buhave?
1:02:05
URUKUNDO NI INYANA Y'IMBWA BY NIYITEGEKA GRATIEN
26:06