Francis Rohero me donne l'impression d'être un visionnaire. Son discours est plus crédible avec des données chiffrées. Malheureusement notre pays n'a pas encore le niveau d'accueillir des visionnaires.. Je le connaissais pas, il est très intéressant.
Ikintu gikuru mbonye kuri mpwempi 2....Uburundi burafise kazoza keza kuko hariho abagifise ivyiyumviro birashe kandi bizima vyo kuduteza imbere....Imana ntizemera ko Uburundi bwacu busobangana kuri carte l'Afrique harico igiye gukora. Ni mukomere peace and love ku Barundi mwese ✌
Nyakubahwa Rohero, naho utotorwa, uwuzotorwa aze aguhe ubushikiranganje bw'intwaro yo hagati mu Gihugu, gukundisha igihugu no guteza imbere imihingo yo mu Gihugu hagati
Fort malheureusement, on ne peut pas jaillir de l'inconnu et prétendre gagner des élections au Burundi où la majorité de la population n'a pas accès à l'information, est illettrée, ... On ne vote que celui qu'on connaît déjà, c'est comme ça que ça fonctionne. Même si personnellement nshigikiye abo bantu 2, nta maraso bakoze, nta kibi kibagira. De telles personnalités nibo dukeneye kugira tuve mu nryane tumazemwo imyaka. Gusa bazotorwa na bande??? Ko ata munyagihugu abazi ... Ariko nibaza ko 2027 bagarutse boba bafise plus de chance, bien sûr baciy babandanya bakora bikagaragara, surtout à l'intérieur du pays, abanyagihugu batobato bakabamemya
Abanyamakuru mubandanye mutegura ibibazo bikomakomeye please kuko position nkiyi bisaba k'uwubaza ibibazo abibaza mw'izina ry'abarundi bose. there is always need for improvement.
Y'all talking nonsense. None is talking about those low profile people back in countryside. Go back and learn. Y'all brought papers, but gnl never had it in his brain.
@@m.mabeba1972 nizeye ko uri umurundi kandi uzi ikirundi. Urakoze kutwereka ko uvuga icongereza, nico nsigaranye muri comment yawe. But it's not a matter of English, faut parler sans rien dire.